Пікірлер
@RadioIjwiRyAMERIKA
@RadioIjwiRyAMERIKA Сағат бұрын
Inkuru Igezweho Abashyigikiye gutunga intwaro 20-06-2024 Abakandida Muri Amerika Ntibabona Kimwe Ikibazo cy'Intwaro Mu Baturage
@KivuArticleMediaTV119
@KivuArticleMediaTV119 8 сағат бұрын
Mukomeze Ku gubwa neza
@user-zx2cs6de5b
@user-zx2cs6de5b 14 сағат бұрын
Rusesabagina akwiye kumenya uko ako gahinda avuga gahari koko ariko ntabeshye ku nkomoko yako: 1) hari abatutsi bafite agahinda gaterwa n'ababo Bishkek n'abahutu; hari abahutu bafite agahinda gakomoka ku ngaruka zo kwizera Leta mbi bakishora muri genocide bamwe bakaba bari muri gereza, abandi babundabunda mu gihugu no hanze yacyo kubera ingaruka z'icyaha bakoze, hari n'abahutu bafashwe bugwate n'ababyeyi cg abavandimwe babo bakaba baheze mu buhungiro nta n'ibyaha bakoze, hari abahutu bazima badafite icyaha ariko bafite agahinda cyangwa se bafite umutwaro wa bene wabo bafunze cg bahunze kubera ibyaha byabo,..... Nareke kujijisha ngo abantu bafite agahinda kubera ubutegetsi buriho.
@RadioIjwiRyAMERIKA
@RadioIjwiRyAMERIKA 16 сағат бұрын
Inkuru Igezweho 19-06-2024 DRC: Abantu 7 Barimwo Umwana Bahitanywe n'Ibisasu vya M23 na FARDC
@hagenimanajeanclaude-zq6zj
@hagenimanajeanclaude-zq6zj 15 сағат бұрын
😊😊9m😊
@Pan_african1
@Pan_african1 Күн бұрын
Radio ijwi ry ' America Turabashima ku makuru mugeza kubumva iyi Radio yacu. Kutayumva n ukunyagwa zigahera. Ahubwo bishobotse mukongera igihe cy amakuru byaba byiza. Murakoze
@RadioIjwiRyAMERIKA
@RadioIjwiRyAMERIKA Күн бұрын
Mu Rwanda, abanyamategeko bo mu bucamanza bakurikiranyweho ruswa baravuga ko barengana. Muri Afrika y’Epfo, Perezida Cyril Ramaphosa yatangiye manda ya kabiri uyu munsi. Naho Uburusiya na Koreya ya Ruguru amasezerano yo gutabarana igihe icyo ari cyo cyose hagize uterwa.
@musangamfuracelestin6629
@musangamfuracelestin6629 Күн бұрын
Murakoze. 28:05
@musangamfuracelestin6629
@musangamfuracelestin6629 Күн бұрын
Ibyobintu bakoraga bisa nubundi nkibyo mbona hano muri Afurika. Uti gute, wasobanura ukuntu nka Museveni wa Yuganda ayoboye uwavutse akaba nawe ari gusaza uwo muyobozi ariwe wenyine ucyiri muruwo mwanya, nonese ibyo koko bisobanura ko ntawundi, washobora kuyobora icyo jyihugo, cyangwa bituruka muri bwaburyo mwavuze bwakorwaga nabo bakomeye. None ntihaba habaho agacyinjyirizo kamatora, hanyuma abo bakomeye bakikorera ibyabo ? 27:29
@musangamfuracelestin6629
@musangamfuracelestin6629 Күн бұрын
Mwiriwe neza Diyane na Edirwema ku ijwi rya Amerika, Sasa ndashako tuganira mubufatanye. Mfite icyibazo jyiteye gutya. Abantu nabonaga nkinjyira kamaro ibintu bankoreye biri kumbera, icyibazo. Abo ni abari kuzana Amazi hano kuri Yorodani Yanza. Uti gute, umugabo mbona ushobora kuba ariwe batuma muricyo jyikorwa, turamubaza uko ajyiye gukora mubijyanye no kwubaka akazu ka Amazi aho tubarizwa, we aho gutanga ubusobanuro we akadahururiza ubuyobozi. Hano ijari Gasabo. Mubambarize muti birapfirahe, ko ndeba uwo mugabo umwe uhora aza ajyiye kuduteranya nabandi. ! Murumva ni ijyitangaza pe. 14:31
@RadioIjwiRyAMERIKA
@RadioIjwiRyAMERIKA Күн бұрын
Inkuru Igezweho 19-06-2024 Abaguye mu Rugendo Rweranda rw'i Mecca "Barenga 550"
@user-od2rn3dt8x
@user-od2rn3dt8x Күн бұрын
❤❤❤❤😂😂😂😂
@RadioIjwiRyAMERIKA
@RadioIjwiRyAMERIKA Күн бұрын
Inkuru Igezweho 18-06-2024 Kenya: Reta Yahagaritse Umugambi wo Kuduza Ikori ku Mukate
@RadioIjwiRyAMERIKA
@RadioIjwiRyAMERIKA 2 күн бұрын
Inkuru Igezweho Ingabo zo muri Santrafrika ziri ku irondo 18-06-2024 ONU Ivuga ko Umutekano muri Santrafrika Ugeramiwe n'Abitwaje Ibirwanisho
@RadioIjwiRyAMERIKA
@RadioIjwiRyAMERIKA 2 күн бұрын
Inkuru Igezweho 18-06-2024 Amerika Ihangayikishijwe n'Imigenderanire "Myiza ya Koreya ya Ruguru n'Uburusiya"
@RadioIjwiRyAMERIKA
@RadioIjwiRyAMERIKA 2 күн бұрын
Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Impunzi z’abarundi n’abanyarwanda zituye mu mugi wa Goma, mu karere ka Nyiragongo no hafi yaho zirasaba ko ibiro bya HCR bifunga. Irani Ivuga ko kwumvikana ku gusubira mu masezerano ya Nikereyeri yo mu 2015 n’ibihugu rutura bisa n’ivyarangiye
@intwarotv
@intwarotv 2 күн бұрын
Turabakunda ❤
@RadioIjwiRyAMERIKA
@RadioIjwiRyAMERIKA 2 күн бұрын
Inkuru Igezweho 18-06-2024 Amerika Ihangayikishijwe n'Imigenderanire "Myiza ya Koreya ya Ruguru n'Uburusiya"
@gitegabde6391
@gitegabde6391 2 күн бұрын
@HavyarimanaDesire-nv9ie
@HavyarimanaDesire-nv9ie 3 күн бұрын
Muratubari president w,iburundi ivyarimwo ntitubibona ubu azoza kubarira iki abaturagi mugihe cokwitamamaza igitoro ,nisukali vyarabuze
@RadioIjwiRyAMERIKA
@RadioIjwiRyAMERIKA 3 күн бұрын
Inkuru Igezweho Prezida Paul Kagame w'u Rwanda 17-06-2024 Kagame Yateye Utwatsi Ibyanditswe n'Abanyamakuru Bahuriye Muri 'Forbidden Stories'
@RadioIjwiRyAMERIKA
@RadioIjwiRyAMERIKA 3 күн бұрын
Inkuru Igezweho Impunzi z’AbanyaUkraine zishika ku miriyoni zitandatu n’ibihumbi 500 zahungiye mu bihugu bitandukanye. 17-06-2024 Abanya-Ukraine Barahunguka Ku Bwinshi Kubera Urukumbuzi
@RadioIjwiRyAMERIKA
@RadioIjwiRyAMERIKA 3 күн бұрын
Inkuru Igezweho Zimwe mu ngabo za Burkina Faso 16-06-2024 Burkina Faso: Abarwanyi Bakorana na Al Qaeda Bigamvye Igitero Cahitanye Abasirikare 107
@intwarotv
@intwarotv 3 күн бұрын
Turi kumwe ❤
@RadioIjwiRyAMERIKA
@RadioIjwiRyAMERIKA 3 күн бұрын
Inkuru Igezweho Zimwe mu ngabo za Burkina Faso 16-06-2024 Burkina Faso: Abarwanyi Bakorana na Al Qaeda Bigamvye Igitero Cahitanye Abasirikare 107
@hagenimanajeanclaude-zq6zj
@hagenimanajeanclaude-zq6zj 3 күн бұрын
😊😊
@RadioIjwiRyAMERIKA
@RadioIjwiRyAMERIKA 4 күн бұрын
Inkuru Igezweho Ahabereye igitero 16-06-2024 USA: Abantu 9 Barimwo Abana Bakomerekeye mu Gitero c'Uwitwaje Inkoho muri Michigan
@musangamfuracelestin6629
@musangamfuracelestin6629 4 күн бұрын
Abanyarwanda, babyita ndamije uwimye. Noneho nawe wo mubindi bice abe Afurika Aziya cyangwa uburayi, utemera ko ayobowe nuwo bita umuhatse mucyinyarwanda, ashyire umukono hejuru. 9:40 murahatswe 10:29
@NDAYIFafa
@NDAYIFafa 5 күн бұрын
Sh biragoye kwl ivyo murik gihug cacu
@NDAYIFafa
@NDAYIFafa 5 күн бұрын
Sh biragoye kwl ivyo murik gihug cacu
@alexandredusengumuremyi1287
@alexandredusengumuremyi1287 5 күн бұрын
AMAFARANGA UBURUNDI BUKORESHA MURI DRC BAZAYAKORESHE BITA KURIZO MPUNZI ZABO, KUKO NA UBURUNDI BURI GUTUMA IMPUNZI ZIYONGERA MURI DRC.
@RadioIjwiRyAMERIKA
@RadioIjwiRyAMERIKA 5 күн бұрын
Inkuru Igezweho 14-06-2024 Inama ya G7 Yashoje Imirimo Yayo mu Butaliyani
@ButeraJoseph
@ButeraJoseph 5 күн бұрын
😊😊
@hagenimanajeanclaude-zq6zj
@hagenimanajeanclaude-zq6zj 5 күн бұрын
😊
@RadioIjwiRyAMERIKA
@RadioIjwiRyAMERIKA 6 күн бұрын
Inkuru Igezweho 14-06-2024 Inama ya G7 Yashoje Imirimo Yayo mu Butaliyani
@RadioIjwiRyAMERIKA
@RadioIjwiRyAMERIKA 6 күн бұрын
Inkuru Igezweho 14-06-2024 Inama ya G7 Yashoje Imirimo Yayo mu Butaliyani
@hagenimanajeanclaude-zq6zj
@hagenimanajeanclaude-zq6zj 6 күн бұрын
😊
@hagenimanajeanclaude-zq6zj
@hagenimanajeanclaude-zq6zj 6 күн бұрын
😊
@hagenimanajeanclaude-zq6zj
@hagenimanajeanclaude-zq6zj 6 күн бұрын
😊
@hagenimanajeanclaude-zq6zj
@hagenimanajeanclaude-zq6zj 6 күн бұрын
😊 😊
@DeviNamanya-pw9kn
@DeviNamanya-pw9kn 6 күн бұрын
@RadioIjwiRyAMERIKA
@RadioIjwiRyAMERIKA 6 күн бұрын
Rwanda: Komisiyo y’amatora iratangaza urutonde ntakuka rw’abakandida ku mwanya w’umukuru w’igihugu Burundi: Abagabo babiri baguye muri kasho ya makamba Ishyaka ANC riravuga ko ryaraye rishoboye kumvikana n’andi mashyaka batavuga rumwe ku ishyirwaho rya guverinoma y’ubumwe.
@musangamfuracelestin6629
@musangamfuracelestin6629 6 күн бұрын
Sijyikubo rwose noneho arankakaje. Ngo nukumanuka icyibuga ubwo, arumva yamanucyira mucyihe cyibuga batamwemereye. Batuze mbereke ukwibintu biteye. Biteye bitya, iyo abafite bakwimye urihanagura ariko kandi iyo bagushaka baraguha. Nonese mbaze. Mubona hanzaha huzuye abacyene ukibwirako ibintu bitarunze. Nicyi mupfana, mupficyi, ? Nawe mbaza. 26:11
@RadioIjwiRyAMERIKA
@RadioIjwiRyAMERIKA 6 күн бұрын
Inkuru Igezweho Prezida wa Afurika y'Epfo 13-06-2024 Amasezerano Ashikana kuri Reta y'Ubumwe muri Afurika y'Epfo Yabonetse
@NtaribasobaJonas
@NtaribasobaJonas 6 күн бұрын
Yoooooo
@intwarotv
@intwarotv 6 күн бұрын
Turabakurikiye
@RadioIjwiRyAMERIKA
@RadioIjwiRyAMERIKA 7 күн бұрын
Mu Burundi, abagabo babiri bari bapfunzwe ivy’agateganyo mw’ibohero rya parake I Makamba baguyemo. Abakandida batagaragaye ku rutonde rw’agateganyo bashobora kwitwarira umurwi utunganya matora mu Rwanda. Muri Malawi, Umugambwe wa Saulos Chilima yari Visi Prezida, usaba amatohoza yimbitse
@RadioIjwiRyAMERIKA
@RadioIjwiRyAMERIKA 7 күн бұрын
Perezida Kagame w'u Rwanda yashyizeho abaministri bashya muri ministeri zirimo iy'ububanyi n'amahanga iy'imari n'iy'umutekano. Mu Burundi, imiryango yigenga isaba reta gushyiraho ingengo y'imari ijyana n'ibyo abaturage bakeneye. Leta zunze ubumwe z'Amerika yaguye ibihano ifatira Uburusiya.
@RadioIjwiRyAMERIKA
@RadioIjwiRyAMERIKA 7 күн бұрын
Perezida Kagame w'u Rwanda yashyizeho abaministri bashya muri ministeri zirimo iy'ububanyi n'amahanga iy'imari n'iy'umutekano. Mu Burundi, imiryango yigenga isaba reta gushyiraho ingengo y'imari ijyana n'ibyo abaturage bakeneye. Leta zunze ubumwe z'Amerika yaguye ibihano ifatira Uburusiya.
@RadioIjwiRyAMERIKA
@RadioIjwiRyAMERIKA 7 күн бұрын
Inkuru Igezweho Volker Turk komiseri ushinzwe uburenganzira bwa muntu muri ONU ni we wagejeje ku nama ikibazo cy'uburenganzira bwa muntu muri Koreya ya Ruguru 12-06-2024 ONU: Uburusiya n'Ubushinwa Byananiwe Gutambamira Inama Koreya ya Ruguru
@NgenzamaguruScadrack
@NgenzamaguruScadrack 7 күн бұрын
Bareka kuguma kubangamira ukiren
@RadioIjwiRyAMERIKA
@RadioIjwiRyAMERIKA 7 күн бұрын
Inkuru Igezweho Volker Turk komiseri ushinzwe uburenganzira bwa muntu muri ONU ni we wagejeje ku nama ikibazo cy'uburenganzira bwa muntu muri Koreya ya Ruguru 12-06-2024 ONU: Uburusiya n'Ubushinwa Byananiwe Gutambamira Inama Koreya ya Ruguru
@tumukundeadeline-cd3kg
@tumukundeadeline-cd3kg 8 күн бұрын
Turabakunda ❤️❤️
@RadioIjwiRyAMERIKA
@RadioIjwiRyAMERIKA 8 күн бұрын
Turabakunda natwe, mukomeze mutwumviriza
@RadioIjwiRyAMERIKA
@RadioIjwiRyAMERIKA 8 күн бұрын
U Rwanda rwatangaje ko ishami rya ONU ryitaho impunzi kw’isi ryabesheye ico gihugu ku bijanye n’ingene gifata impunzi. Abarwanyi ba Mai Mai Yakutumba na Mai Mai Hassan Mbakanyi boba bigaruruye ibirindiro vy’ abarwanyi ba Red Tabara barwanya ubutegetsi bw’Uburundi.
@RadioIjwiRyAMERIKA
@RadioIjwiRyAMERIKA 8 күн бұрын
Inkuru Igezweho Abakinyi b'Amavubi y'u Rwanda nyuma yo gutsinda umukino wabahuje na Lesotho 11-06-2024 Amavubi Ayoboye Itsinda C Mu Mikino y'Amajonjora y'Igikombe cy'Isi
@RadioIjwiRyAMERIKA
@RadioIjwiRyAMERIKA 9 күн бұрын
Inkuru Igezweho Hunter Biden 11-06-2024 Umuhungu Wa Prezida w'Amerika Hunter Biden Yahamijwe Ibyaha Bitatu
@intwarotv
@intwarotv 9 күн бұрын
Turabakurikiye❤
@RadioIjwiRyAMERIKA
@RadioIjwiRyAMERIKA 9 күн бұрын
Uburundi bwitwaye muri ONU busaba gusubizwa mu kibanza cagenewe imigwi idatamikwa ijambo n’ubutegetsi. HCR ivuga ko igisata co gutanga ubuhungiro mu Rwanda kidatuganijwe neza ku buryo bamwe mu bimukira bo mu Bwongereza bokwimurirwa yo. Indege yarimwo visi prezida wa Malawi ishobora kuba yakorotse
@husseinabdulrahman3602
@husseinabdulrahman3602 9 күн бұрын
Sorry for this bad news