Пікірлер
@FrançoisCiza-v8m
@FrançoisCiza-v8m 6 сағат бұрын
Urabisha ikiganiro sinokubesha, kumbure ngira n'uburambe buke, sinzi!
@RodgersSmith-id3os
@RodgersSmith-id3os 10 сағат бұрын
Simbizi ndakwemera
@erintaki
@erintaki 14 сағат бұрын
Quel sujet?
@achelnitazirwe-o2q
@achelnitazirwe-o2q 2 күн бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪💪
@birutavincet3522
@birutavincet3522 2 күн бұрын
Ubu bwato buzatuma beshi bapfa mubuhagarike,nutizera ibyo nandinse uzabyibonera live
@achelnitazirwe-o2q
@achelnitazirwe-o2q 2 күн бұрын
🤔🤔🤔
@thierrykubwimana5806
@thierrykubwimana5806 Күн бұрын
​​😅😅😅😅😅jalousie kanyaru Gumahamweeee😅​@@achelnitazirwe-o2q
@roberthakizimana7286
@roberthakizimana7286 3 күн бұрын
Love from Kentucky 🇺🇸
@DeusMajeshi-c1u
@DeusMajeshi-c1u 3 күн бұрын
Ndamukiriza..kaneza.kereria
@DeusMajeshi-c1u
@DeusMajeshi-c1u 3 күн бұрын
Safi.sana.burundi.turashoboye.igisigaye.turiheifaranga.agaciro.uburundi.dubai
@karimmarcelo7164
@karimmarcelo7164 4 күн бұрын
Much respect 🫡 to you mr ex president 🫡🫡🫡🫡🫡🫡🫡
@michaelzulu5084
@michaelzulu5084 4 күн бұрын
Uburundi hejuru cane rwose
@XxlCompany
@XxlCompany 4 күн бұрын
Yessir big gang🎉
@oscarjay5710
@oscarjay5710 4 күн бұрын
Ibigori biraho vyaba congo vyavuzeko ubwobwato arubwabo daa😂😂😂
@NshimirimanaMoise-w3w
@NshimirimanaMoise-w3w 5 күн бұрын
Vuba ndigira Zambia vyihuse mumasahane.
@NshimirimanaMoise-w3w
@NshimirimanaMoise-w3w 5 күн бұрын
Ubwo bwato kbx nibwamateka kbx
@eliassinankwa217
@eliassinankwa217 5 күн бұрын
Mukomere barundi Burundi ntanvura idahita
@ThamiKhundula
@ThamiKhundula 5 күн бұрын
Turamukunze caane❤❤
@ThamiKhundula
@ThamiKhundula 5 күн бұрын
Vyiza can gusa abakozi ni bake cane
@ThamiKhundula
@ThamiKhundula 5 күн бұрын
Reka manz ndirimbe Burundi 🇧🇮 bwacu Burundi buhire ❤❤😂
@congolese-w2n
@congolese-w2n 5 күн бұрын
Un travail remarquable
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 5 күн бұрын
Félicitations ma sœur ❤
@Nojusticetv666
@Nojusticetv666 5 күн бұрын
Nukuri akakantu umuzungu aragakoze kari gakenewe mujye mubukoresha kuzana ibintu bivuye na za sadec mufite amahirwe ya tanganyika
@JeanvierHakizimana
@JeanvierHakizimana 5 күн бұрын
Uburundi buzoba ubwambere mukarere kuriyo bateau
@JeanvierHakizimana
@JeanvierHakizimana 5 күн бұрын
Ababwanka babwandureko.
@JeanvierHakizimana
@JeanvierHakizimana 5 күн бұрын
Uburundi hejuru 🇧🇮🇧🇮🎉🎉
@Nemairakoze-q6t
@Nemairakoze-q6t 5 күн бұрын
Muhamagare koresha umwanya avuge igifaransa ngaho kuruyo muzungu
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 5 күн бұрын
ndakurahiye uburundi turi kumurindi witerambere
@ntezimanarichard
@ntezimanarichard 5 күн бұрын
Wow burundi to the other level
@niyongirajeandamascen
@niyongirajeandamascen 5 күн бұрын
Terimbere nk'umuzinga 😊
@bikorasysteme8852
@bikorasysteme8852 5 күн бұрын
Ni Titanic
@BM-lq4so
@BM-lq4so 5 күн бұрын
Ce tre bien
@songamberetv2219
@songamberetv2219 5 күн бұрын
Courage baby Girl
@sebusam6161
@sebusam6161 5 күн бұрын
Ça va coûter combien un bateau?
@inezawilly4543
@inezawilly4543 5 күн бұрын
Love from Rwanda 🇷🇼
@NiyonkuruRenovat
@NiyonkuruRenovat 5 күн бұрын
Courage boss mayondori courage vraiment tugurire indege mukayanza tubashe kwigurukira wintara twe era
@LedLed-yf1rq
@LedLed-yf1rq 5 күн бұрын
Mayondori yayamaze nigitangaza
@bikorimanaOnes-rj7du
@bikorimanaOnes-rj7du 5 күн бұрын
wamumenyeshamakuru we subira kwiga cank wegere inararibony bakwigish ingen interviews zikorwa
@dieudonnenzeyimana2756
@dieudonnenzeyimana2756 5 күн бұрын
Uyu mupfasoni biraboneka ko yokora neza ariko nyene niyemere yige burya buri mwuga uragira ivyitonderwa.ntacike intége.
@felixmanirambona6576
@felixmanirambona6576 5 күн бұрын
Iyo ntambwe irashimishije
@SindayigayaDeo-ox8bx
@SindayigayaDeo-ox8bx 6 күн бұрын
Uburundi burikuyindi ntambwe twigira mwiterambere imana ihezagire uwowese arikukivi dushiremo inguvu twiterere imbere burund musumba hezagirwa burundi terimbere 🇧🇮❤️
@Unscripted40
@Unscripted40 6 күн бұрын
Wow, nivyiza gose nanje nzabugendamo one day
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 6 күн бұрын
❤😊 Robert🎩
@berryahishakiye4561
@berryahishakiye4561 6 күн бұрын
✅️✅️✅️🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@JeanVyisi-sn2wh
@JeanVyisi-sn2wh 6 күн бұрын
Uburundi nigitangaza
@ibrahimcongeram.806
@ibrahimcongeram.806 6 күн бұрын
Journaliste wongereze vocabulaire en français ariko urashoboye wagerageje. Ikindi iyo uwo uriko urabaza ariko aravuga ntubandanye witabira kira jambo a bb ariko aravuga. Merci polepole uzoba rurangiranwa.
@bikorimanaOnes-rj7du
@bikorimanaOnes-rj7du 6 күн бұрын
yibajij ko Ari ikirundi
@ecorecyclingnetwork6710
@ecorecyclingnetwork6710 5 күн бұрын
Uvuze ukuri, Ariko abanyafurika iyo mudashoboye mujye mwirinda kujombora amakosa cyane kuko bituma ntaho twigeza. ninubujiji bukabije, icyangombwa ni inkuru aduhaye, naho ibyo bifaransa na banyirabyo ntibakibivuga neza. Twe turashaka amakuru
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 5 күн бұрын
wew rero wihutiye gutora amakosa igikuru message yashitse
@ibrahimcongeram.806
@ibrahimcongeram.806 6 күн бұрын
Uno mumenyeshamakuru aracari mushasha. Ugerageze wongereze inguvu bizoza.
@hakizimanaerick-w6q
@hakizimanaerick-w6q 6 күн бұрын
God job
@dzelbahnijmb1765
@dzelbahnijmb1765 6 күн бұрын
Good job!
@mvmezerosamira3960
@mvmezerosamira3960 6 күн бұрын
Sogokuru wacu yari yarabivuze none iryavuzwe riratashe Mana komeza ufasha uburundi n'abarundi 🎉🎉🎉
@JeanNdayizeye-y9n
@JeanNdayizeye-y9n 6 күн бұрын
Umukama abaje imbere ahezagire uburundi, on a toujours mystifié tout que nous nous croyons exclus à de grandes oeuvres, une bonne leçon pour commencer à croire en nous-même, rien ne peut être fait sans le " yes I can"
@SebazunguGilbert-s8n
@SebazunguGilbert-s8n 6 күн бұрын
Nibyiza pe
@CharlesBukuru-u2e
@CharlesBukuru-u2e 6 күн бұрын
Uburundi kuyindi mpwemu
@edmondniyonsavye2485
@edmondniyonsavye2485 6 күн бұрын
Courage ma Soeur