Amakuru haguruka yihuta 15/08/2024
25:14
20 сағат бұрын
Пікірлер
@Aiuoex
@Aiuoex 31 минут бұрын
Nibafungure MIROSI ariko aborera muri prison ya Gitega azira ubusa, twarabimenye sha!! MIROSI afunzwe kubera ishari rya bamwe bakorana. Nayo ibindi bamwagiriza sivyo urya arera nk'amazi ya teke. Abahutu nasanze IMANA hariho ikintu yatwimye kabisa!!
@Aiuoex
@Aiuoex 36 минут бұрын
Umuzungu ni mumureke sha !! Izo ni inguvu z'umuzungu ziriko zirakora. Ikindi naco amatora aregereje bariko bisiga ivyera
@AdelphineRuriryanino-mu3rm
@AdelphineRuriryanino-mu3rm 46 минут бұрын
Ni vyiza turashimye, Dr Sahabo Christophe nawe
@Kiwait-jo7is
@Kiwait-jo7is Сағат бұрын
Manawe Ningorane???
@Kiwait-jo7is
@Kiwait-jo7is Сағат бұрын
Mwavuga. Ntimuvura
@user-mw1hn7ju9c
@user-mw1hn7ju9c Сағат бұрын
Wewe ibi uriko urashikiriza vyakahise ni no sense urikurondera ama vues wewe ntanico umariye uburundi man ntagihigu nakimwe kwisi kiburamwo abidodomba zeiy my broo
@Gisbeauty
@Gisbeauty Сағат бұрын
Turagusavye uzomutwereke yavuyeyo .merci
@RizikyPoro
@RizikyPoro Сағат бұрын
Ahubwo nibamuhe indishi yakababaro kuko bamuzizije ubusa
@NdihokubwagoFRancois
@NdihokubwagoFRancois Сағат бұрын
Nukuri canke nibinyoma vyibinyamakurubakinogihe
@urugendonews
@urugendonews 27 минут бұрын
nukuri
@NdihokubwagoFRancois
@NdihokubwagoFRancois Сағат бұрын
Duhe amakuru atarikwivubi kubijanye nadeniza nkurunziza yasezeye abadede
@ERICKSHIANYULA
@ERICKSHIANYULA Сағат бұрын
Nabarekure bitabire amatora
@venantmasabo7230
@venantmasabo7230 Сағат бұрын
Ahubwo rero nibamuhe indishi yiyomyaka yamaze kuko bamutesheje iterambere.
@manirambonafrederic7237
@manirambonafrederic7237 2 сағат бұрын
Utagira ivyaha nagume amuvuga. Uravye ingene udendekeranya ibintu biraboneka KO uriko urabesha
@user-vz4sn9my5j
@user-vz4sn9my5j 2 сағат бұрын
Ariko jewe ico numva nuko nyakwubahwa yakoze iciza nukuri ikintu twikivuga uko kiri
@user-xz3vq3ni7i
@user-xz3vq3ni7i 2 сағат бұрын
RWAGASORE NA NDADAYE barintwari,nayabandi bo ntaco mvuze.
@claireuwimana9973
@claireuwimana9973 2 сағат бұрын
Ko Neva yatanze ikigongwe kuri Floriane niyibuke na Docteur Christophe nawe ntakimwagira atari kuva iburaya akaza guteza imbere igihugu ciwe kukubaka Kira hospital n'ibikoresho vyayo
@stevenyandwi2048
@stevenyandwi2048 3 сағат бұрын
M
@WorshiperteamLight
@WorshiperteamLight 3 сағат бұрын
ABO BAPORISI BAKUBISE GABRIEL RUFYIRI ,IYO NABO BABANZA GUKUBITWA ,BAKAVYIMBA AMATAMA NABO.HAMA BAGACIBWA RERO IHADABU ITUBUTSE ZITANUZITANU(5000000 F) NAGENDR HIYO N'IKIROFA N'IMIGAMBWE ASRRUKIRA ,NTACO AZOWUMARIRA.
@felicienharerimana1666
@felicienharerimana1666 3 сағат бұрын
Ntiyahawe imbabazi kuko ntacaha yari yakoze
@Bizimanaaudifax-cg9jh
@Bizimanaaudifax-cg9jh 3 сағат бұрын
Aho kagabo kuzuye inzigo none wewe kutari bwa murekure ko wunva sebarundi atariwe yamurekuye akagabo kinzigo atakindi gashoboye kiretse kubweja
@spesirakiza7063
@spesirakiza7063 4 сағат бұрын
Umbonera yasohotse ibohero?
@Akagumyebagumako25
@Akagumyebagumako25 4 сағат бұрын
None ikibazo kiri hehe? Igikuru ni ukurekurwa akidegemvya !
@bjabdi6582
@bjabdi6582 9 сағат бұрын
Ivyobintu muvuga mubifitiye ubuhamya canke wironderera ama views?
@PascalNzoyikeza-gb1rj
@PascalNzoyikeza-gb1rj 11 сағат бұрын
Ivyo babikora kubwubwoba bafise.muga jew muhiriwanj ntibaje sinzi Yuki bazi k ndumumu Cnl.
@Jeanclaudemboma
@Jeanclaudemboma 11 сағат бұрын
Vrm abarundi hinduka kko uwu mutama wacu Evaliste igihe kimwe kizogera muzomwibuka siyo kwa mabaya but kwa mazuli harumuntu ndikumva ariko avuga ngo bavuz gukubita ntiyavuz gukubita ariko kuvuga ukwo ibintu bigomba kugenda ayo mategeko nayo nka wewe uriko uravuga ntayukurikiza
@damienbahenda4863
@damienbahenda4863 12 сағат бұрын
Umukuru w'igihugu natangure ahane abadakora neza,ashinge amabanga incabwenge zishoboye kandi z'inkerebutsi ziriho mu ntara zose,mu Mugabe yose,mu mashirahamwe yose Turakeneye abatware b'aba technocrates
@raphaeltuyisabe
@raphaeltuyisabe 17 сағат бұрын
Bazopfa nabi
@PrimeHAVUGIYAREMYE
@PrimeHAVUGIYAREMYE 19 сағат бұрын
Nakome hahhhh namenyo barahongora
@innocentndikumana-dr2jv
@innocentndikumana-dr2jv 19 сағат бұрын
Ubwo ni ubusuma bwamatora bwatanguye.aho bagomba ibitigiri bazosohora ngo ni amajwi baronse igihe hazoba habaye amatora nyuguti.
@EgideBayizigire
@EgideBayizigire 20 сағат бұрын
Amajwi ntasohoka mutama raba uregere
@irakozebelyse2432
@irakozebelyse2432 20 сағат бұрын
Arasohoka nurebe fone yawe kwitataye akuma 😁😁😁😁😁
@FatumaNtirampeba-pk3yq
@FatumaNtirampeba-pk3yq 19 сағат бұрын
😂😂😂😂😂atiyaraya.borewe yoma umwichepe
@FatumaNtirampeba-pk3yq
@FatumaNtirampeba-pk3yq 19 сағат бұрын
Uramwiche
@kososelmbuwa5718
@kososelmbuwa5718 20 сағат бұрын
Mugisha erega ntakundi araziko bomuniga kandi izina niryo muntu yitwa ngo nabanze yitonde narindire ejo hajayandi Ahobwo iyo bamuca amatwi ayo mabendera nayo gusaba ikigongwe
@josephnkundwanabake8179
@josephnkundwanabake8179 20 сағат бұрын
Ayo makuru muyamenyeshe imiryango yose Uburundi buharurwamo n 'amashirahamwe yose adaharanira ivyicaro vya Politike kuko vIHONYABANTU( Homicide/Génocide) irabashwayemwo kuko bazobicira rimwe ijoro rimwe. Ivyabaye mu Rwanda kabaye akama kavuue mu nyanja.
@Salimhamissi5035
@Salimhamissi5035 21 сағат бұрын
Sasa mbona kirundi na ki franca 😂😂😂😂😂😂ongeyeni kirundi jamani acheni uzungu
@ButoyiThierry-j8e
@ButoyiThierry-j8e 21 сағат бұрын
Rwasa ❤❤
@johnphiri-vf3ih
@johnphiri-vf3ih 21 сағат бұрын
Ivya dd biragoye nukubishira mu maboko y,Imana umwana w,umuntu ntavyo yoshobora .
@user-je4qg9uk8o
@user-je4qg9uk8o 21 сағат бұрын
Abobagabo natwe tutitanze ngokituvune nkuko bavugako cabavunye igihugu baragishikana mukuzimu
@inababirigaga3645
@inababirigaga3645 23 сағат бұрын
CNI : Carte National d’identité
@inababirigaga3645
@inababirigaga3645 12 сағат бұрын
Ahubwo cndd fdd nibayireke itware abo bahendwa ngo na benegihugu inzara imaze kubumvisha sawa sawa ntawuzokwirirwa arabinginga mukubiyamiriza.
@ProsperNdihokubwayo-xl7gz
@ProsperNdihokubwayo-xl7gz 23 сағат бұрын
Gashiremwo
@jisilenechurweryimana5340
@jisilenechurweryimana5340 23 сағат бұрын
Nn mugi ibi nawe urabibana konarinziko uzi kuvuga nabi uburundi
@user-ry7il6bz6w
@user-ry7il6bz6w Күн бұрын
Non umusi vyahindutse benewacu mbonerakure nabndi tuzojahh koturik dutoteza benewacu twitwaj icotur uyumusi bihindutse tuzojahh
@JustineNizigiyimanajustine
@JustineNizigiyimanajustine 17 сағат бұрын
Ibaz nibazi KO buca bugacana ayandi😢
@EgideNISHIMWE-nq3dl
@EgideNISHIMWE-nq3dl Күн бұрын
Mwanyoye ibondo!!! Umupadiri n'a musenyeri nibo bapanga holaire yumubahwa nkurya! Nukuri IMANA imuhezagire YONGERA imurinde Shetani! Kuk Icimani yamushakako yarakirangije ivyobibanza navyo biruta ivyomwidengero uragenda nawe uvyicaremwo ninbabatararonka abavyicaramwo
@user-lt2qh5dj1b
@user-lt2qh5dj1b Күн бұрын
Ntagihugu dufise kuko shetan yarakitwatse abamarayika biwe nibo basigaye bakorera muburundi ariko nizereko arukutamenya ikibi bakora nabo ejo nibo Kandi imana izotinda itabare uburundi nabarundi😢
@user-be9yz8jh2d
@user-be9yz8jh2d Күн бұрын
Il faut d,abord eradiquer le systeme de Nicolas Machiavel qui s,applique au Burundi ! Umuntu wese afise amaso y,ukureba ingene iyi systeme yubatse birasaba yuko abona neza systeme iyari yo !birasaba yuko hahinduka ivyiyumviro Politique y,uburundi yubakiyeko !!
@NgabonzizaClaudine
@NgabonzizaClaudine Күн бұрын
Ntamatora azoba,,
@NgabonzizaClaudine
@NgabonzizaClaudine Күн бұрын
Erega ntavyabayeho ibihe vyose,harikintu tubwiriza kumenya iyo ntwaro irimubihe vyiherezo yayo,inzoka iyo bahushiye umutwe biba biheze,ururizo rwayo ruguma rwerekana ko arinzima ariko yapfuye,, rero intwaro yaraheze gutembagara
@fredericntihabose
@fredericntihabose 20 сағат бұрын
hhhhhhh uranyishe peeee
@NgabonzizaClaudine
@NgabonzizaClaudine Күн бұрын
Birababaje nukuri
@Nyota1991
@Nyota1991 Күн бұрын
Yezu wee
@johnphiri-vf3ih
@johnphiri-vf3ih Күн бұрын
Imana niyo nkuru.
@ElyseNimubona
@ElyseNimubona Күн бұрын
Uwo mugab yatererey kumvo zogusaba muri kuburyo na kazoza😂canke yafashwe n'ihahamuka yazafimbo bamukubita!uwomugambwe nah mbaye ntuzwi najew ndawumv mubinyamakur😢