Autour de Moi│Exposition d'Art à Kigali
27:55
Amakuru yo ku wa 30 Mukakaro 2024
25:58
Urugamba : Ikiganiro ca 3
16:03
14 күн бұрын
Amakuru yo ku wa 24 Mukakaro 2024
13:29
Пікірлер
@SamanthaIradukunda
@SamanthaIradukunda 3 күн бұрын
yo stade yogeterezwe nogusakarwahose kubera nkumufana aje kwirabira nkibirori azokwicare atangorane nihagira nkizuba nimwakirako cank imvura imunyagire
@EzechielBavuganduhiye
@EzechielBavuganduhiye 5 күн бұрын
Abarundi nyimba bashonj wobaha indya uri irofa
@felicienharerimana1666
@felicienharerimana1666 6 күн бұрын
Wapi nta presomption d'innocence kuwabwiye abantu ngo bafate imipanga i niveau ni ugutwi. Ubu rwasa CNDD-FDD, Frodebu, Palioehutu, ubu, FNL... twovuga ko bari innocent ko bataracirwa urubanza? Abanyamurenge mu gatu.ba rero boba bariyahuye? Mu kibimba, i bugendana, i buta... kwabaye kwiyahura? Mbega intwaro y'abicanyi izocira imanza ba nde atari ba FOCODE, aba journalistes n'abandi....
@felicienharerimana1666
@felicienharerimana1666 6 күн бұрын
Ngo nta murundi n'umwe atarabandikira? Jewe ikete yanje wayironse ryari? Sindi umurundi?
@felicienharerimana1666
@felicienharerimana1666 6 күн бұрын
Mr. Chauvineau, on vous de démentir ce que vient di dire celui qui vous a introduit comme quoi vous avez été membre du CNDD-FDD. Si tel est le cas, reunissez les autres genocidaires si non vous entachez même Ray qui vous a donné le micro. Merci
@ernestmbanzendore1219
@ernestmbanzendore1219 7 күн бұрын
Imburarakimazi ngo n'abanyapolitike!!! Babuze ivyo bakora!!!! Aho guhagurukira iterambere, bo ngo politique niyo izoduteza imbere igihugu?? Mwarayovye kweli
@felicienharerimana1666
@felicienharerimana1666 7 күн бұрын
Akaba atigeze muri CNDD-FDD muramusaba ikigongwe kuko kwitirirwa CNDD-FDD ni nko kwitwa NAZI Germany
@monfortndikumana704
@monfortndikumana704 7 күн бұрын
Hello turabadhimiye
@felicienharerimana1666
@felicienharerimana1666 7 күн бұрын
Bite? Chauvineau Mugwengezo akaba yarigeze muri CNDD-FDD numva atawota umwanya amwumviriza kuko yoba nawe nyene yaragize ihonyabwoko ryagirizwa UBU- Frodebu-CNDD-FDD
@Irene28092
@Irene28092 7 күн бұрын
Kagame need to be kicked out of congo, that killer.
@HopevMwamba-xk1je
@HopevMwamba-xk1je 9 күн бұрын
Congo is now supported after 15.000.000 dead Kagame has to pay for this
@nkurikiyeeric9554
@nkurikiyeeric9554 9 күн бұрын
stop dreaming , this is the way to treat your foolishness then monusco should stay
@ErnestKatihabwa
@ErnestKatihabwa 10 күн бұрын
Mukasi numuntu azivyinshi kur kahise kuburundi ibintu vyubuhutu nubutusi biragoye kuva mur pays de grand lac kuberiki abatwara ivyo bihugu nivyo vyahaye ubugetetsi niyo turufu bafise ntamigambi bafitiye ivyo bihugu mugabo ntayobideha urwanda ruriko rugerageza kubirwanya ivyobwoko
@JeanBarabonerana-r8r
@JeanBarabonerana-r8r 10 күн бұрын
L'op.
@rosebigirimana6274
@rosebigirimana6274 10 күн бұрын
Mwodusabura Mme Sereine akaduha numéro de téléphone za Adelare
@pascalgashikanyi9429
@pascalgashikanyi9429 11 күн бұрын
Mwaramutse ,hari umuntu atutse Mukasi hey,(kandi uwugutuka ntatiranya ), nawutoranya ubwoko ,iyo umutuka ahubwo uti wambwa Y'umutwa ,imbwa y'umuhutu ,canke Imbwa y'umututsi ,kuri wewe umuhutu nigitutsi uca ubona ingene mu Burundi iyo ni complexe d infériorité,nimba nawe uri umuhutu ndakugaye kuko urumva ko nawewe uti yemera (inferiority complexe yarubatse muri wewe ) ,ariho hava imbarutso yukwica abatutsi ,ukaba naho uri umututsi uri ikijuju co kugwego rwo hejuru kuko abo bahutu nibo bagutwara canke nibo batumye uhunga ukomoka !!!!
@ernstjumainemyampi7314
@ernstjumainemyampi7314 11 күн бұрын
Mukasi arabahenda. Ninka Ngeze de l' époque 1992-1993. Kubera amaronko. Bavuye habi cane rwose. Ubworo barimwo banabukuriramwo, vyari biteye ubwoba. Uprona niyo yabahaye. Uprona niyo yabagize abantu ngo batere imbere. None wumva boyivuga nabi? Mukasi ndamwibuka nkiri kuri ETP Gitega 1987-1988/ Compétition Interscolaire. Ivya 1972 imbere n' inyuma yaho, CVR ifise preuves zikwiye kandi ntahinyuzwa
@nicaisempangaje132
@nicaisempangaje132 11 күн бұрын
Wewe sha utuka Mukasi ngira ndakubwire ko uri imbwa. Mukasi nuwacu.
@graceirakoze2868
@graceirakoze2868 12 күн бұрын
Thanks your excellence we are so proud of you. God bless Burundi
@ernestmbanzendore1219
@ernestmbanzendore1219 12 күн бұрын
Uwo muhutu Mukasi, yaranzwe n'ububeshi bwishi n'amanyanga nayo meshi. Ari ayo masezerano uno munsi avuga, igihe yasinywa bo ntibavyemera, uno munsi nibo bayemera gusumba bose. Naho abatazi Mukasi, murasabe kuri Rtnb dans les archives zico gihe murabe uwo Mukasi wico gihe, nivyo avuga ubu, ntibihuye nivyo yavuga. Pour dire que ce monsieur est menteur wo kurwego rwohejuru.
@Jasonjames_882
@Jasonjames_882 12 күн бұрын
SINON NJEW BIRANGORA GUTAHURA
@Jasonjames_882
@Jasonjames_882 12 күн бұрын
NJEW SHAKAMUMBARIZE MUKASI NAHO LE SUJET ATARIYUNOMUNSI? EST CE QUE NDAYISHIMIYE NTAKIBAZO AFISE MUKASI ARAVYE COMPORTEMENT YIWE NIBINTU AVUGA NUKUNTU ATWAYE IGIHUGU MERCI.
@AmandaMonia
@AmandaMonia 12 күн бұрын
Iyi idée yo kwandika igitabo kuri bino Mukasi ariko aravuga ni nziza cane!!!! Pleeeeaaase do it in action.....
@user-to4bf9wr8g
@user-to4bf9wr8g 17 күн бұрын
Nous sommes dirigés par fes pierres!
@jeanniyonkuru7545
@jeanniyonkuru7545 20 күн бұрын
Musenyeri yanizwe n'ikinyoma n'amacakubiri. Urabanza wihane imbere yo kuvuga abandi.
@fredericnzeyimana526
@fredericnzeyimana526 21 күн бұрын
Numvirize / urudome ku rudome/ ama comportements genocidaires ari mu kiganiro catanzwe na Godefroid Hakizimana/ kugira ndayaharure/ yose/ kuko harimwo ayarenga 30 canke 40 / harimwo ivyo bibiri uwurongoye ikiganiro yashatse ko tuvugako uyu musi 1) Ic’uko Abahutu bose abashira mu mugwi umwe/ imigambwe yose barimwo /G7 / ngo nibamwe/ akanashiramwo ko CNDD /imigwinyitwaje ibigwanisho/ 2) CVR ata kamaro na kamwe ko kuba yaratoye ko ivyabaye mu 1972 ryari ihonyabwoko ryakoregwa abahutu / ryakogwa n’intwaro z’umwijima z’ abahima 3) N’ivya Maconco CVR yagirizwa ko itamushizemwo …. Ku bw’ikiganiro c’uyu musi/ ama comportemens genocidaires 5 yambere ari mu vya vyavuzwe n’umukuru w’umugambwe PSD-Dusabikanye :  Ngo Ihonyabwoko ryo mu 1972 ryakorewe abatutsi b’iwabo  Ngo mu Burundi haria= abahutu n’abaTutsi gusa  Ngo Raporo ya CVR irimwo ivyashikirijwe n’abaHutu gusa ari na vyo vyari vyashikirijwe n’umugwi G7 w’abahutu bari I Arusha mu 2000  Ngo imigambwe CNDD, FRODEBU, FROLINA, PALIPEHUTU, PP, ngo bose bagize umugwi umwe w’abahutu baravukana bose/  Musenyeri Gabriel Gihimbare yishwe n’umusoda w’umuHutu w’umujiji w’I Songa Manyoni/ Ngo abenengwe ni abaTutsi b’abanyaruguru gusa
@fredericnzeyimana526
@fredericnzeyimana526 21 күн бұрын
Godefroy Hakizimana arongoye PSD-Dusabikanye/arakwiriye gufatwa n’amategeko / ni mba mu Burundi hari ayubahiriza agateka ka zina muntu/ ariko na cane cane ayubahiriza aba Victimes bakozweko na genocide yakorewe Abarundi B’ abahutu mu 1972-1973/ kuva ihonyabwoko ryemejwe n;inama nshingamateka ku wa 20 Kigarama 2021 / haciye imyaka 2 irenga /
@fredericnzeyimana526
@fredericnzeyimana526 21 күн бұрын
Ivyashikirijwe n’umukuru w’umugambwe PSD-Dusabikanye / mu Kiganiro CVR yagiraniye n’abarongoye imigambwe/ Godefroy HAKIZIMANA ndamubona muri wa mugwi w’aba negationnistes ba Genocide yakorewe abaHutu / wa mugwi urimwo ba prof Evariste Ngayimpenda na ba Prof Emile Mworoha/ bikaba vyantumye guca nsaba ijambo muri Radio Gahinyuza FM / kugira nsigurire abariko baratwumviriza / ukugene n’ivyo binyoma vyose n’ibitutsi n’akagaye n’akadenderezo n’ivyo kwambika ibara abahutu boose iyo bava bakagera n’imigambwe yooose bahuriramwo …. Ko ari GENOCIDE y’abahutu ibandanya mu 2024 selon le Droit Intenational applicable aux actes de Genocide /
@fredericnzeyimana526
@fredericnzeyimana526 21 күн бұрын
Ikiganiro ku vyashikirijwe n’umukuru w’umugambwe PSD-Dusabikanye Godefroid HAKIZIMANA/ uwavyumvise akumva ataco yobivuga ko/ kuri bene abo bantu baduha ishusho y’ico umu Genocidaire / Nazi/ w’intikizabahutu/ Baserukira imigambwe/ bagashingwa n’amabanga muri Politiki za Leta yo kurongora ubushikiranganji/ Ni nde umu Nazi nka Adolphe Hitler/ yokora ngo Abayahudi batere imbere / kandi ari bo nya yita nya Bamanja yipfuza ko bahona bose bagaherengetera.
@paxobang465
@paxobang465 22 күн бұрын
Les même bêtises qu'ils racontent,nzambe akoki KO tumba batu oyo te moto n'a président na Bango ?
@jeanniyonkuru7545
@jeanniyonkuru7545 22 күн бұрын
Aho wewe washits'iburaya kuber'ubwenge? Har'ivyo ndakwemerera mugsbo ivyo birakuyobeye.
@jeanniyonkuru7545
@jeanniyonkuru7545 23 күн бұрын
Muvala, umuntu yakwigishije akaguha Diplôme yarihenze . En droit en plus.
@ghostagee5232
@ghostagee5232 23 күн бұрын
None yaje kuvuga ivyiwe yiyumvamwo canke ibivura bose?
@ghostagee5232
@ghostagee5232 23 күн бұрын
Igihe Umuganwa Biha n'umwami Mwambutsa babatera bariko bivuna iki?
@ghostagee5232
@ghostagee5232 23 күн бұрын
Au royaume de l'arbitraire hutu.
@Sebarazingiza
@Sebarazingiza 23 күн бұрын
Trop zélé ce tutsi!
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira 23 күн бұрын
Barya bishwe muri 1993 bishwe uzotwereke aho bahambwe sha déo. Ayo yitwa amacandya; s ukuvuga ko 1972 abahutu batapfuye ku bwinshi oya. Ariko harivyo murenzako amaso (Busangana, Kanindi, Bugarama...)bahambwe he ? Uburundi buzorinda buvaho ukuri kutamenyekanye cane cane kur iyi ntwaro
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira 23 күн бұрын
Déo nari nkuzi nk imvugakuri none ubaye uyo ? Dommage !
@JeanMAYUGI
@JeanMAYUGI 23 күн бұрын
Inzara ni mbi. Muvala azobibazwa canke abiwe.
@jeanniyonkuru7545
@jeanniyonkuru7545 23 күн бұрын
Uwo ukuri yakuvuze ryari? Nta muvala ngaho.
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira 24 күн бұрын
Amacakubiri yarakwinjiye no mu mara sha !
@JeanMAYUGI
@JeanMAYUGI 24 күн бұрын
Toi tu ne fais que semer la haine ethnique dans cette génération. Plutôt, enseigne cette jeunesse l'esprit de reconciliation et de pardon. Qu'elle ne suive pas l'exemple de nos "parents" qui se sont salis dans ces conneries de s'entretuer. Je vois que toi tu leur fais un clin d'oeil à se venger et non à pardonner et à se réconcilier.
@victorg7280
@victorg7280 24 күн бұрын
Nivyo kabisa.Sangwe Pader irabizi.1993,yabaye koko riposte ya 1972.Hasigaye gusobanura ivyarivyo.
@JeanMAYUGI
@JeanMAYUGI 24 күн бұрын
Oh Déo, tu as été profondément vendu!
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira 22 күн бұрын
@@JeanMAYUGI traitre !
@philiberthabogorimana3904
@philiberthabogorimana3904 24 күн бұрын
CVR bariko basasya batazambaye ngo bikunde habe ihonyabwoko ryakorew abahutu. Ninyishu bariko batanga kubahutu bo mu rwanda. Vyaramaze kwemegwa ko habaye ihonyabwoko ryakorew abatutsi mu rwanda. I burundi rero abahutu bi burundi bariko basya batazambaye ngo bikunda buvugwe ko hakozwe ihonyabwoko ryakorew abahutu bururundi. Hamw vyokumvikana ko no mu burundi hakozwe ihonyabwoko ryakorew abatutsi muburundi. Ryoba aribara kumva ko abahutu haba burundi haba rwanda bagirizwa abahutu.
@JeanMAYUGI
@JeanMAYUGI 24 күн бұрын
Ndayicariye ntaavyumva uko: ago kubiba urwanko murwaruka ryo mu makaminuza kuko ariho hazova incabwenge z'ubu.
@victorg7280
@victorg7280 24 күн бұрын
Ntarwanko abiba.Avuga akahise kabi kubwicanyi bwaba so naba sokuru bawe.Wewe lero ugashaka ko bitavugwa ngo ejo uzosubire wikike mukiza
@JeanMAYUGI
@JeanMAYUGI 23 күн бұрын
@@victorg7280 Aba DD canke ababashigikiye aabagirira ico mwamutunye. Ingwe igutwara igitungwa ikagutanga kuraka.
@victorg7280
@victorg7280 23 күн бұрын
@@JeanMAYUGI Naho wogira gute wa mwana w,umuhezanguni wa mwana wonkejwe amaberebere y,imyanda y,amacakubiri yanyoko,ntuzokwigera na rimwe uhisha umwotsi inzu yarahiye.Ba so ,igihe bamara abahutu ntiwaruhari.None urahatana ushaka kubeza uhereye Kuki ? Reka kwivuruguta mumyanda utazi inkomoko yayo.N,ivyukuntu abatutsi baba Nyaruguru aribo bari bagiye gutanguligwako kurigitwa na leta ya hima Bururi matana,vyanda ntavyuzi
@JeanMAYUGI
@JeanMAYUGI 23 күн бұрын
@@victorg7280 Uzi gute ko ndumwana? Ububeshi, ubwicanyi n'umukunzi bw'inda nibwo bubaranga; raba ingene ugize igihugu ngo muri abantu! mufata umubanyi mukamutema ivyo wumva ari ubunyamaswa! Turazinanye reka tubane uko.
@victorg7280
@victorg7280 21 күн бұрын
@@JeanMAYUGI Ndakuzi .Ur,umwana avuka kubahekuye uburundi kandi wonkejwe amacakubiri na nyoko. Imvugo yawe irakuranga
@JeanMAYUGI
@JeanMAYUGI 24 күн бұрын
Cher Kobako, le problème, les gens se focalisent toujours aux conséquences en faisant fi aux causes!! Les masacres du sud, de Bukeye à Busangana et les coups d'Etat perpétrés par ceux là que tu veux innocenter etc. qu'est ce que tu en penses?
@titywise8816
@titywise8816 25 күн бұрын
MSD niyo Dawidi izokura ingoma ya sauli ariyo CNDD FDD
@titywise8816
@titywise8816 25 күн бұрын
Seul Alexis Sinduhije incarne l'ideologie du Prince Louis Rwagasore
@titywise8816
@titywise8816 25 күн бұрын
tout part de la violation des accords , rien que la vérité
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 25 күн бұрын
Kubaza ishure umuhutu ninkokubaza ikaramu muvyarawe inkende zubwoya n umurizo ha ha Un seul gouverneur à mi les pieds kuri université ha ha les ministres no reka da... ibihwarasha gusa ha ha Urankuyeho uvuze ishure kubahutu ha ha ha
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 25 күн бұрын
Mu Burundi guhera kuri Nkurunziza gushika kuri Neva aucun président ni de la République ni du sénat ou parlement ni du parti cndd-fdd n'a un seul diplôme 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 ce ne sont que des batards illettrés... Ibaze kumugambwe wo witwarirwa nutagira n'a certificat de réussite ya 6ème primaire 😂😂😂😂😂😂
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 25 күн бұрын
Wamujawe simba ubaze neza sukwiboma wisatuye je te jure... ce déchet ubona en image n'a même pas un certificat technique ha ha bamwirukanye kuri ETS Kamenge kuber' ubukehabwenge n'inderonke juste 1er trimestre agitangura 1ère A2 en plus baje gusanga yazanye dd faux bulletins c'était en 1980...Imbwa yibivuba wagira ningurube... Pas un seul certificat... Zéro
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 25 күн бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 ndapfuye noguseka ahwiiiiii Umuhutu abwiye umu juif ngo naje kwiga ha ha ha ha