Ntashengero narimwe ririmwo ubugingo kuk umwami wacu Yesu kristo yavuze ati ni jewe nzira ukuri nubugingo. Rer hagarika kubesha abantu
@IrishuyeSimeon-n8p2 күн бұрын
Amen amen.
@IrishuyeSimeon-n8p2 күн бұрын
Amen amen!💛
@JeremieNsengiyumva-t8t2 күн бұрын
Ishengero ryashinzwe na YEZU KRISTU ni :Ekleziya. Umwe,Nyeranda,Gatolika, kandi ishingiye ku Batumwa. Ibindi vyose mwumva canke mubona vy'amashengero vyagizwe n'abantu kubera inyungu babikuramwo,nico gituma baryana.
@chistinenduwayezu60802 күн бұрын
Uri umunyedini yujuje ibisabwa. Komeza uroge Abo bantu mubesha aho kubigisha Yesu mubigisha idini. Iryo dini ryanyu rizobaha ijuru??
@MoiseHabonimana2 күн бұрын
Amena
@FafaFabiola3 күн бұрын
Yesu Niwe rusengero namwe ivyo muvuga nidini
@FafaFabiola3 күн бұрын
Mwarazimiye
@NsabiyumvaNephtalie3 күн бұрын
Uyumuntu yari mubuhinga arakwiye guhanwa kuduha ibintu bitumvikana
@deusdeditmuganahe4 күн бұрын
Uri Petro ni ukuvuga ikinja nitoreye!!! Ndaryubatseko, ndaryubatseko Ekleziya yanje. Muri abuzukuru ba Ekleziya Gatholika, ni muhagarare neza muri Mpwemu yera.
@simeonniyamahoro67754 күн бұрын
comments ziraho, zirerekana ko abakristo batakiri intama zo guhenda, ahubwo ni intama za Yesu yiragiriye mu bwatsi butotahaye akazishora ku mazi meza
@DESIREIRAKOZE-i3m4 күн бұрын
YESU NIWE AZUKURI WENYENE NUBU NDUMVISEMWO KO HAR UGUTAHUZA MUMA MISIYONI
@espacealimentaire86034 күн бұрын
Soit loué notre Rdempteur Vivant
@nkurunzizainnocent71665 күн бұрын
Ko mutavuze kuri Pasteur Nicolas bavuga ko ikiringo ciwe cokuba Secretaire wa CEPBU caheze ariko yiyongeje???? Harimwo akansorobo , Imana idufashe!
Ariko umenye ko uri imbere yabantu baciye ubwenge,Bazi GUTANDUKANYA icatsi n'ururo.Donc,vuga make.
@horanimanaleonard8 күн бұрын
Uwo yari yavugiye muri Amerika ko vyose vyaheze basabanye imbabazi,ariko raba ivyo ariko aronona.Uwo n'uwo gushitsa ivyahanuwe.Ariko igihe bamushikiriza ibikorwa,ivyo vyo guterana imigere ntavyo yari yarahiriye,yari yavuze ko azokumvira.None ivyo arimwo bijanye no kuzana abantu kuri Yesu ?aragowe.
@LadislasNiyongabo-t3d9 күн бұрын
Iman iguhereze umugisha mwigisha mwiza!!! Waranyigishije kur Lycée communal Rushubi
@ClaudeNingabiye9 күн бұрын
Ahubw vyiz bogabany kwisigur kk duc twumv vyish nivy tutar tuzi.ub rr ay badondaguy niy yandits biry vyukur

Mwaramutse neza, munyakabiga bavuze gute naho ga mwenedata ?
@ClaudeNingabiye9 күн бұрын
N htr.ni yesu wenyen azukuri.nayumunt agum arumuntu
@NiyoyankunzeElias10 күн бұрын
Arakoze kuremesha ishengero
@AugustinNdayishimiye-cs1dc10 күн бұрын
Nimuve mu burake tugume Ku mavi, ibindi Uhoraho Azobiroranya.Abera baryo Bari maso, umushinge ni Kristto.
@EricMwirabure10 күн бұрын
Muga nukuri ,mutubwiye kwishengero ryapentecote ritangendera kumategeko yigihugu. None abapantecote ko dutwarwa nkabandi barundi mwe mureka kugira kunteguro zigihugu gt?nkuburogozi mwodufasha ingene tworwanya ivyigihu ridutegeka kk je nagira ko Igihugu arumuvyeyi ,lshengero naryo arabafasha leta guhanura abantu bagendere kumategeko y'igihugu nn mwebwe mwigishukutagendera kwumategeko yi lgihugu. Uri nugutwi niyumve.ntitugira kuvya leta non tugira kubiki?