Journée mondiale des refugiés
24:56
14 күн бұрын
Journée nationale du patriotisme
25:46
Coupe du président 2024
25:19
21 күн бұрын
Journée des sapeurs pompiers
25:52
Formation des plongeurs à la DGPC
25:16
Пікірлер
@BizozaArnaud
@BizozaArnaud 2 ай бұрын
3:45
@user-le2pj9ui4w
@user-le2pj9ui4w 3 ай бұрын
Urintwari nyakubahwaniwirambire
@user-le2pj9ui4w
@user-le2pj9ui4w 3 ай бұрын
Nyakubahwa nasanze urintwari warabaye umuvyeyi mwiza niwubahwe
@user-le2pj9ui4w
@user-le2pj9ui4w 3 ай бұрын
Uragahezagigwa
@user-le2pj9ui4w
@user-le2pj9ui4w 3 ай бұрын
😢umushikiranganji yavuze ukuri indanizomwasize imbere imana siyomuturonderera nindazanyu
@user-le2pj9ui4w
@user-le2pj9ui4w 3 ай бұрын
Uburongozi bwabadivantiste nibwisubireko kandi bihane
@user-le2pj9ui4w
@user-le2pj9ui4w 3 ай бұрын
Uvuze ukuri
@user-vv7fk8fq7g
@user-vv7fk8fq7g 3 ай бұрын
Turakenguruk ubugenduz bwi go police ukunt butwitaho
@Sympholine
@Sympholine Жыл бұрын
Félicitation mon Col Pol! Niteka kugihugu cacu!
@rukoranyangabo9128
@rukoranyangabo9128 Жыл бұрын
Kuki wakoze impereza hose ariko wabwirwa iburundi ukakanga...shaa uri umuswa. Dan Munyuza na Gen. Kabarebe bahurirere na Lieutenant......sha wasetsa n'uvuye guhamba🤣🤣🤣
@soeurbetty7667
@soeurbetty7667 Жыл бұрын
Merci beaucoup ❤
@habimanajeanclaude5288
@habimanajeanclaude5288 Жыл бұрын
Murashaka gufungura uruganda n urwanda? Muzobage mwifashe!
@habimanajeanclaude5288
@habimanajeanclaude5288 Жыл бұрын
Abdallah mumwiteko! Nta kindi tubasaba! Ivyo gusamarana na Kagome, murazinnywe mwenyine nyene! Ibinyoma? Ejo uzaba wirutse! Canke batoraguye ikiziga cawe!
@habimanajeanclaude5288
@habimanajeanclaude5288 Жыл бұрын
Mumenye Bicahaga Abdallah! Ibindi byo gukundana na Killing machine birabareba ! Mwafunguye imipaka! Barinjiye sasa! Muzabage mwifashe! Eac mumaramo iki? Bamwe muri Empire Hima? Hahaha! Ibijuju!
@nshimirimanamike1591
@nshimirimanamike1591 Жыл бұрын
Neza cnee
@michelinentirabampa7347
@michelinentirabampa7347 Жыл бұрын
C'etait vraiment interressant
@jeanboscobigirindavyi6115
@jeanboscobigirindavyi6115 Жыл бұрын
ce sont des aveux sous tortures
@ndayizeyedjaludi3292
@ndayizeyedjaludi3292 Жыл бұрын
Inyobwa.bayifunge.ntabwo.arumusirikare.ubwo.yasize.ibye.ngo.agiye.gutata..bakugarure.mu.rwanda.uteza.urubwa.abayozi.bigihugu..mageragere.harahari.bakoherezeyo.
@kevinnishimwe3299
@kevinnishimwe3299 2 жыл бұрын
S'il vous plaît mube muba Ku mwanya "publier dans la fraîcheur des faits". Kandi murondere caméra zigezweho, images ntizibona neza. Ni flou. Vive la PNB, Vive l'indépendance du Burundi.
@burundikugatumbatv16
@burundikugatumbatv16 2 жыл бұрын
Umwaka wa 2021 mumasaha make cane turavuga tuti nagasaga 2021 maze duhe ikaze umwaka wa 2022
@ngabirelaetitie8587
@ngabirelaetitie8587 2 жыл бұрын
Erick Rutabayiro ndamuzi arikonge muzi muri za 2012 icyogihe yabaga inyarutarama akina frime kandi ntamusirikare wurwanda bakwemerera gukina firime ikindi afite tatuashe kumubiri sinziko byemewe mugisirikare kwakirwa ufite tatuashe
@jeandedieunshimirimana9333
@jeandedieunshimirimana9333 2 жыл бұрын
Mukomeze murondera abateye amagrenades Ku ma bus!
@jeandedieunshimirimana9333
@jeandedieunshimirimana9333 2 жыл бұрын
Abo bahungu bahanwe vy'akarorero Bari barihaye inganda
@rachellebahati6126
@rachellebahati6126 3 жыл бұрын
Reka kubesha.wakijuju
@kemosabe4996
@kemosabe4996 3 жыл бұрын
Ikigoryi gusa ubuse yaba umu soldier agakina film?? 🤣😂😂😂😂 yewe abarundi mwararushye
@Ntambwe4040
@Ntambwe4040 3 жыл бұрын
☆☆☆ Nasubizwe mu Rwanda mu mutekano na diplomacy ntakorerwe iyicwa rubozo☆☆☆ ashakishe imibereho nkabandi
@umwiruumwiru5615
@umwiruumwiru5615 3 жыл бұрын
Turasaba abarundi mumuturasire. Muzaba mwivunnye umwansi natwe mudukijije igisuma/ bandit. 🇷🇼🤝🏾🇧🇮
@kalisapatrick
@kalisapatrick 3 жыл бұрын
Uyu mu type kbx ndamuzi mu kamenge kimisagara kbx arabeshya kbx muzi atwara Imodoka yuwitwa muvunyi Kandi ndamuzi arabeshya kbx 😂😂😂
@kayishematheobard294
@kayishematheobard294 3 жыл бұрын
Urikiwerewere niba urumu nyarwanda ukaba waravukiye murwanda ugakurira mu Rwanda nigute uvuga ikirundi kandi utarigeze ubayo iyonimitwe yabarundi turabazi mwaba swamwe urwanda ntidukangwa nurusaku rwibikeri.
@didasmugenzi4960
@didasmugenzi4960 3 жыл бұрын
Nonese,konumva utavuga ikinyarwandasha,bagutumye,gute? utarumwene,gihugu
@umutesidianah7406
@umutesidianah7406 3 жыл бұрын
Nimitwe iyi kabisa ikirundi cyabaye ikinyarwanda
@kuziririzaisabatosiitegeko7088
@kuziririzaisabatosiitegeko7088 3 жыл бұрын
Bazoguma bizana
@niyongabojules3784
@niyongabojules3784 3 жыл бұрын
Uwundi Sankara Mushasha... Urwanda ntibizaborohera... La prison à Ciel Ouvert ntibyoroshye
@princeclarky5780
@princeclarky5780 3 жыл бұрын
Navuge matricule yiwe ko ari lieutenant?
@update653
@update653 3 жыл бұрын
Iyo avuga ko akorera iperereza gusa napfa kubyumva, nako kuvuga ko ari umusirikare Lieutenant vyo sinavyemera
@nkubitoyimanzinkubitoyiman8922
@nkubitoyimanzinkubitoyiman8922 3 жыл бұрын
Uyu Eric n'igitangaza hahahahaha yabaye kadogo avamo nkabandi bana bose, muri 1995, yigaga muri primaire ku cyivugiza (inyamirambo) twariganaga, nyuma yikiniraga Kalate aza kujya muri kungfu akina na films, ntaho ahuriye na RDF , kuko ntabwo akenewe habe nagato , rero bashingantahe ntimwizere ko mwakoze deal ahubwo mufite umusazi, ubwo arishakira ubuhungiro. Nta musirikare ukina films nta musirikare w'umunyarwanda uvuga ikirundi, uyu Nyamirambo niho yibera ubwo byanze. Ubwo mwerekane ibimenyetso.....
@bigirumwamibernard6218
@bigirumwamibernard6218 3 жыл бұрын
Hhh aka nakanyamitwe kabuze amerekezo none kari kwifashisha u Rwanda genda Rwanda waragowe pee
@ndayishimiyerichard5680
@ndayishimiyerichard5680 3 жыл бұрын
Baragukerera mukanya rindira abarundi ntagufyina
@goma24news9
@goma24news9 3 жыл бұрын
Kuki avuga akirundi. Abanyarwanda nabo basigaye bavuga Ikirundi? Yewe montage mwayikoze nabi🤣🤣🤣🤣
@kadogo7712
@kadogo7712 3 жыл бұрын
Hoya... Uyu rutabayiro arazwi cyane mu rwanda. Niwe
@delphineuwimana364
@delphineuwimana364 3 жыл бұрын
Uyumutindi arabeshya ahubwomumukurikiranire hafi kbs
@fistonntakarutimana5387
@fistonntakarutimana5387 3 жыл бұрын
Aho barinjiye bafusubwenge
@nkotanyifrancis471
@nkotanyifrancis471 3 жыл бұрын
Aragahambirwa
@rwangizamirerarwamuhandang7770
@rwangizamirerarwamuhandang7770 3 жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣😄😄😄😄😄 uyu Rutabayiro wanyu ni umurundi si umunyarwanda, Matricule na grade ye ni ibihe? Abarizwa muyihe Unité?
@ferdndayi
@ferdndayi 3 жыл бұрын
Uyu muntu si umurundi kweri.
@umuhozajudith4232
@umuhozajudith4232 3 жыл бұрын
Iri jwi sirya Eric . Ndamuzi no montage. Igisirikari yakinyuzemo 1994-1995 akivamo yikoreraga
@ferdndayi
@ferdndayi 3 жыл бұрын
None ivyo avuze yabeshe???
@kadogo7712
@kadogo7712 3 жыл бұрын
Apuuu. Niwe ! . Ni Eric. Jya kumva ijwi rye kiyandi ma video kuri KZbin akiri mu rwanda bamubaza impamvu afite tattoo nyinshi kukaboko 😆
@Tnr8938
@Tnr8938 3 жыл бұрын
Ko numva avuga ikirundi gusa ? ni umunyarwanda cg ni umurundi?
@ferdndayi
@ferdndayi 3 жыл бұрын
Apu! Nta kirundi ciwe. Ico ni ikinyarwanda kweri
@kadogo7712
@kadogo7712 3 жыл бұрын
Ntuzi ikirundi birunvikana 😄
@btka2195
@btka2195 3 жыл бұрын
Abarundi baragowe kabisa. Mwe ntinmubona ko jama yishakira uko ajya europe? Mu Rwanda ntamusirikare ukona film ubaho! Ntabwo bisaba kumva interview yose kugira ubone ko abeshya. Murebe amafoto ye facebook afite tatouage. Umusirikare ufite tatoo😀. Yacishe!
@BMW-ub6og
@BMW-ub6og 3 жыл бұрын
Iyo ashaka kujya Europa yari guca mubushinwa nibyo byoroshye, ntanzira ijya Europa iciye iburundi
@sanomunana3457
@sanomunana3457 3 жыл бұрын
Ariko genda rwanda urabeshyerwa uyu muhirimbiri nakahe kazi wakora koko urwanda ntabwo ruri kurwego rwo gukoresha ingegera nkiyi niko mbitekereza
@pendogz6769
@pendogz6769 3 жыл бұрын
Uvuze nabi.
@emilendayirukiye1488
@emilendayirukiye1488 3 жыл бұрын
N'abandi barahari kuko Kagame yatubaniye nabi mu karere.nimubazubize iwabo atar'uko Abenegihugu tuzi uko urwanda rwamye ruduhekura tuzobirukako ku neza no ku nabi
@samyr9071
@samyr9071 3 жыл бұрын
Hhhhh muzi kwikina koko murabo gufata ibirumbo nkibyo bya Eric hhhhh ngo namwe mwafashe maneko kiransekeje koko
@weezypaker7941
@weezypaker7941 3 жыл бұрын
Wakoze neza sha babandi bagire nkawe
@gapyisizephilin3276
@gapyisizephilin3276 3 жыл бұрын
Abarundi bavandimwe muragabe, umuturanyi wanyu Kagame waryamiye ukuboko kw'imbwa n'agatsiko ke bipfuza ko ubutegetsi bwa CNDD-FDD buvaho.
@kwizeragracelapatriote3748
@kwizeragracelapatriote3748 3 жыл бұрын
Azi vyinshi abivuge vyose.James kabarebe wifuza iki?