Пікірлер
@FelixMuhimpundu-o2y
@FelixMuhimpundu-o2y 6 сағат бұрын
Ubuzivyuvuga. Bujakuryama
@inababirigaga3645
@inababirigaga3645 7 сағат бұрын
Uwohora imbwa gusutama yozimara zose. Aho ho varisito natange imihoho kuko ni we wambere yananiwe 🤷‍♂️
@uwitonzeeric-me1sc
@uwitonzeeric-me1sc Күн бұрын
Alain giome bunyoni ubarihe?
@AaronNkunzimana-ig1yk
@AaronNkunzimana-ig1yk 2 күн бұрын
Muburundi ivyomubesha byabaheranye
@CHARLESNDUWIMANA-s4r
@CHARLESNDUWIMANA-s4r 4 күн бұрын
Ikirofa nikagome ntacomuzi ivu rihoze rizura iryumwe ntaho ugwanda gwogeze rutsinda uburundi ntimuze mwirohe muvuge intambara yamajambo gusa ibisigaye mubireke turimaso abarundi turingabo
@CHARLESNDUWIMANA-s4r
@CHARLESNDUWIMANA-s4r 4 күн бұрын
Ntimugira ahomuvugira abanyagwandu murimudufuko imivyimba yuzuye nyabarungo
@CHARLESNDUWIMANA-s4r
@CHARLESNDUWIMANA-s4r 4 күн бұрын
Murabasazi ntacomuzi kagome araze tuzomunweshe umuzabibu muraze sikonko mwinjira ukomushatse
@NtakirutimanaDeborah
@NtakirutimanaDeborah 4 күн бұрын
Twebwe abanya Rwanda ntituvugira hejuru ariko nuhogimye aba avuze
@NtakirutimanaDeborah
@NtakirutimanaDeborah 4 күн бұрын
Umwana ntasta aravoma bashinganta
@NtakirutimanaDeborah
@NtakirutimanaDeborah 4 күн бұрын
Abarundi bakiriye interahamwe na maraso bagendana mu ntoki mukuri mwakiriye abashyisti bu muvumo
@LuckMaishabisimwa
@LuckMaishabisimwa 4 күн бұрын
Nukuri abacongomani bararihisha kubarundi bari muricogihugu leta yuburundi nirabe ingene ibavugira kandi ntibakiraba ngurafise laissez -Passe canke CPGL.
@ManirampaPhocas
@ManirampaPhocas 5 күн бұрын
Bamureka kubecha
@ndabaniweperusi9546
@ndabaniweperusi9546 6 күн бұрын
Mumenyeko haruburozi bwabobategesti bumwebwica perezida nkurunziza ikiziga gicacononekara ubwonyene ubona nibwobamuhaye uwobabuhaye arapfa acabora ubwonyene uburozi bwaneva
@ndungutsedamien3777
@ndungutsedamien3777 6 күн бұрын
Murura na Twinyoni ko utavuze abahaguye se? Twinyoni harya haguye 168?
@LonginUwizeyimana
@LonginUwizeyimana 6 күн бұрын
Turabamizishokoro
@LonginUwizeyimana
@LonginUwizeyimana 6 күн бұрын
Turabakanda ijisho sha RDF💪
@jacquesntabagara2702
@jacquesntabagara2702 6 күн бұрын
Free Dr Sahabo, free Dr Sahabo ✌️
@jeanmarienimubona
@jeanmarienimubona 7 күн бұрын
Hasabwa iki? Bisaba kubanti bafise imyaka ingahe??
@jacquesntabagara2702
@jacquesntabagara2702 7 күн бұрын
Free Dr Sahabo ✌️
@venantmasabo7230
@venantmasabo7230 7 күн бұрын
Gerazi ndabirabe ntaco amariye igihugu akunda ivyo abakongomani bamuha..
@gimfilmsandseries
@gimfilmsandseries 7 күн бұрын
😢😢😢
@HabyarimanaJacquis-ej3xz
@HabyarimanaJacquis-ej3xz 7 күн бұрын
Nuko abantu bose bisanga muri ceceka noneho abahanga akagira ngo ni leta idaha uburenganzira bwo kuvuga ( liberté de s'exprimer) . Nukwirinda kuvuga
@ManuelBerede
@ManuelBerede 8 күн бұрын
murabesha barapfuye kandi bazobandanya bapfa mugihe mugishigikiye interahamwe
@NgaboJeanvier-iw4yu
@NgaboJeanvier-iw4yu 7 күн бұрын
ibi bihuha byatangajwe naza mujeri zo murwanda ni inzozi bahora barota aho bahora bifuriza uburundi ibyago ubwo bavuga interahamwe kandi bo bacumbikiye Red tabara abicanyi babigize umwuga.
@HabiyaremyePacific-d7v
@HabiyaremyePacific-d7v 8 күн бұрын
Nipasifike ndimurwanda abobasirikarebarwanaganabande mubidukurikiranire mubitumenye she murakoze
@ferdinandbarandemvya4160
@ferdinandbarandemvya4160 8 күн бұрын
Ugize neza gutera intambwe ukabaza abajejwe umutekano. Ariko ngo ururimi rumwe rukamwa ipfyufyu. Vyoba vyiza ubandanije utohoza no ku bandi mugihe tuzi ko ata leta nimwe kw'isi itangaza ingabo zayo zapfuye k'urugamba. Ivyo biba kugira ntibace intege izindi ngabo, canke ngo umwasi amenye ivyabaye
@GiseleUwera-m6g
@GiseleUwera-m6g 9 күн бұрын
Ngo coronel😂😂😂😂
@MarkNyongesa-q9t
@MarkNyongesa-q9t 9 күн бұрын
Araze antore none😂
@SmithWorker
@SmithWorker 10 күн бұрын
Mwahagaritse kudutuma inkuba mwakavyaramwe 😭😭😭😭
@MarieNabintu
@MarieNabintu 10 күн бұрын
Ndanguba
@MarieNabintu
@MarieNabintu 10 күн бұрын
Barabesha
@NtakirutimanaDeborah
@NtakirutimanaDeborah 10 күн бұрын
Ariko ibya barundi birasekeje ni nkuba bafitanye ibibazo none barimo bararwanira iki muri congo ngo bashaka guhonya izina umutusti ndakurahiye ntimuzabigeraho ahubwoi inkuba nibakoremo ubudehe basha
@munyangabeyoussouf
@munyangabeyoussouf 10 күн бұрын
Erega Nyakubahwa NEVA musengere urwango mugira, musenge mutaryarya kuko imana ibyanga uruka ejo mutazahura n'imvura nyinshi, mugire amhoro
@BuregeyaFiston
@BuregeyaFiston 10 күн бұрын
M23 irimugutind gufata goma😂
@SimonNijimbere-fo9zt
@SimonNijimbere-fo9zt 11 күн бұрын
Kura hiyo ubwo burofa
@dieudonnezagabe7360
@dieudonnezagabe7360 11 күн бұрын
Ninde wakubwoyeko abacongomi bayariha visa wa 'mu villageois we
@dieudonnezagabe7360
@dieudonnezagabe7360 11 күн бұрын
Cirimunda warikuvuga etinmworukanye aba congomani Bose. Banza ugende uharure abarubdi Bari hanze wa Kijiji we
@dismasniyo5641
@dismasniyo5641 5 күн бұрын
None abarundi bari hanze baca bahabwa ivyo ngombwa karangamuntu bidaciye mu mategeko ? Urazi guha karangamuntu umunyamahanga kuko uriye igiturire ca 10000fbu? Ntawe babuzije kugura ayo matongo ariko ayagure akoresheje ivyangombwa vy ‘iyo bava ariko badahawe karangamuntu y ‘uburundi.Ntahandi ndumva batanga ubwenegihugu kuri 10000 gusa Atari mu Burundi.niba uri mubatanga ubwo burangamuntu hagarika kuko uriko ugurisha igihugu.
@MUGISHASAM-s5m
@MUGISHASAM-s5m 4 күн бұрын
Nyakubawa prezda namboo akwire koguresha igihugu cyacyu amazing❤❤❤❤❤ bigabilo mbonihankuye ikigina
@PiscoPhiri
@PiscoPhiri 11 күн бұрын
😂😂😂😂 chimamanda aba dd niko bimereye shaaaa. Aho n'ayandi woyavuga inkona ni ko yimereye iyo yasamye harico iba ishaka kumira.
@ndabaniweperusi9546
@ndabaniweperusi9546 11 күн бұрын
Barundi barundikazi mubemaso nevantasubire kumarira basirikare buburundi muricongo yiyegera niriza madorari kubanababandi atavyaye abiwe yabarungiste dubayi baridibamiye
@NtigirinzigoEvariste-yk3es
@NtigirinzigoEvariste-yk3es 13 күн бұрын
Munyuma muzovukako bakora na numukuru wigihugu niko mwabay
@PacquesAubertsushi
@PacquesAubertsushi 13 күн бұрын
Kurububeshingaho ntahontaciye hose imiduga iruzuye nigitoro niryanawe
@DiogèneNDIKUMANA
@DiogèneNDIKUMANA 13 күн бұрын
Nonaracariho abahehe
@MporanimanaDonacien
@MporanimanaDonacien 13 күн бұрын
Nibabyuvuga arukuri kuki wihishya😅nzaguseka kuko uraruhiye mumahanga 😅😅😅😅
@IngabeMwambutsaMulokole
@IngabeMwambutsaMulokole 14 күн бұрын
Urundi rwaruka rurajwe ishinga n'iterambere nawe uracacuramye muri ivyo vy'inkuru z'ibihuha vyo gucanishamwo?Uzobigwamwo.
@IngabeMwambutsaMulokole
@IngabeMwambutsaMulokole 14 күн бұрын
Ikizokubwira umubeshi aguma yisubiramwo muvyo avuga.Abo wiboneye mwari kumwe munama nawe uri umujenerari?
@MarieClaireShimirimana
@MarieClaireShimirimana 15 күн бұрын
😭😭😭💔
@JeanpaulSinigaba
@JeanpaulSinigaba 16 күн бұрын
Abobantu bariko bategura intambara,Nkuko nyakwigendera yabivuze,nibawatsa uzohere kuribo nyene uzongere ubazimireko, turi mumarira adasanzwe yubukene ninzara izura inzara,ivyintambara turavyiyamirije
@DrNelsonJohnMuhirwe
@DrNelsonJohnMuhirwe 16 күн бұрын
None ndababaze akazi mujejwe nakogukokeza intambara? Sha ndababwire urucira mukaso rugahitana nyoko , ivyo mwiyumvira kuburundi bizobagarukako . Nyakubahwa président Sebarundi nahabwe icubahiro.
@CishahayoFabrice
@CishahayoFabrice 16 күн бұрын
Utub Turk turakogwa un n bunyon?
@CishahayoFabrice
@CishahayoFabrice 16 күн бұрын
Nimurek umunt arazirubusa