Пікірлер
@BruceBitangimana-l7j
@BruceBitangimana-l7j 26 минут бұрын
Murakoz
@MugangaDamien
@MugangaDamien 35 минут бұрын
Waaaa Agaciro media
@BruceBitangimana-l7j
@BruceBitangimana-l7j 36 минут бұрын
Komera abi bugenyuzi
@BruceBitangimana-l7j
@BruceBitangimana-l7j Сағат бұрын
Murakoz can
@BruceBitangimana-l7j
@BruceBitangimana-l7j Сағат бұрын
Mukomer can
@MgkingDovise
@MgkingDovise 2 сағат бұрын
Umurund kumwumvish icokint biragoy davi urikuvug kuzan 12000fbu acabonumeng urumusum kabx
@josineumarintimba5207
@josineumarintimba5207 3 сағат бұрын
Kuvuga indimi z' abantu bibaho ariko kandi 1 abikorinto 14 : 4-5 Ivyindimi zitamenyekana navyo nibindi, Nazo zibaho Mushingantahe Karerwa. Kdi burya wosanga ufise idini urimwo kdi utondamwo kuwa mungu hamwe numuryango wawe. Nuko umwigishamana wawe aracafise igikorwa .
@NgenzebuhoroSalomon-u5v
@NgenzebuhoroSalomon-u5v 3 сағат бұрын
David wiyumviriye ikintu Ciza komeza ivyiyumviro
@davidkwizera2586
@davidkwizera2586 4 сағат бұрын
Karerwa ndazako ndamukunda kbx avuga ukuri
@vincentnyandwi6144
@vincentnyandwi6144 4 сағат бұрын
Muvuga ikintu.batazi
@MbarushimanaPasteur
@MbarushimanaPasteur 4 сағат бұрын
Nibakomere , nanje ndi inyuma yanyu. Mbega mwayo mafranga dutanga, umunywanyi wa coopérative azoba yemerew ingurane ?
@NdabakengaRoger
@NdabakengaRoger 5 сағат бұрын
GT ,natwe muraturonsa imbuto tubirime ndi muyinga
@majamberedavid2162
@majamberedavid2162 5 сағат бұрын
Uwoshiramwo umutahe, mukwezi mwomwungukira angahe
@BirikundavyiinnocentChauffeur
@BirikundavyiinnocentChauffeur 6 сағат бұрын
Mukomere kumugambi wikbonobono turabasavye muKAYANZA muhachire agence canke gauche Dishonored gutanga Ayo mahera yimitahe nibindi vyerekeye kuronka imbuto nitwa INNOCENT
@ThierryManirambona-j8g
@ThierryManirambona-j8g 7 сағат бұрын
Komera
@Kristen-y2b
@Kristen-y2b 8 сағат бұрын
Kombonikibonobono wacimbuy igitoro kokitabonek non
@remyNdikumana-c9k
@remyNdikumana-c9k 9 сағат бұрын
Merci bcp
@motivationentrepreneuriale8540
@motivationentrepreneuriale8540 11 сағат бұрын
Je naratanguye kukirima Mutama. Muci nzoba nejeje
@BruceBitangimana-l7j
@BruceBitangimana-l7j 12 сағат бұрын
Mukomer can.terimber
@sisisylvanendayisenga1005
@sisisylvanendayisenga1005 12 сағат бұрын
Neza cane,ibikorwa vyiza bivuga.Nanj aho mperereye twarakirimye
@PaulBizimana-d2i
@PaulBizimana-d2i 12 сағат бұрын
Muraho duhe imbuto mwonger mushike hagati mu gihugu
@emmanuelbanzi7027
@emmanuelbanzi7027 15 сағат бұрын
None mugeze kiri bangahe
@nahiblaise
@nahiblaise 16 сағат бұрын
None ko atambuto tubona
@emmanuelbanzi7027
@emmanuelbanzi7027 18 сағат бұрын
None ubwobutare bushora nde
@OscarNshimirimana-y1i
@OscarNshimirimana-y1i 18 сағат бұрын
Ubwo busuma😋
@TuyisabeDavid-q1v
@TuyisabeDavid-q1v 18 сағат бұрын
😂😂😅
@RichardIninahazwe-qe2ko
@RichardIninahazwe-qe2ko 9 сағат бұрын
asha imitwe yigendera yibinyoma
@leonidasnkundubumwe673
@leonidasnkundubumwe673 19 сағат бұрын
Merci david, gusa twarahomvye ivyo nakuze mbona vyimeza kweli mumatongo tubirandura nkivyatsi
@KibonobonoOil-nq9ir
@KibonobonoOil-nq9ir 9 сағат бұрын
MUSHOBORA GUCA KURI NUMERO IRI MURI COMENTAIRE YAMBERE
@Denis_Boingas
@Denis_Boingas 19 сағат бұрын
Courage ❤
@JonathanHerve-g5j
@JonathanHerve-g5j 19 сағат бұрын
Mukorera hehe
@hamuniyonkuru8812
@hamuniyonkuru8812 13 сағат бұрын
iruhande ya cotebu
@KibonobonoOil-nq9ir
@KibonobonoOil-nq9ir 9 сағат бұрын
CA KURI NUMERO IRI MURI COMMENTAIRE YAMBERE TUBAHE ADRESS
@EricIrakoze-s7b
@EricIrakoze-s7b 19 сағат бұрын
Hariho ahantu twatanguye turiha 600000haheze 2ans Ubu ni 8000000
@alphonsinenionhoro4065
@alphonsinenionhoro4065 19 сағат бұрын
None ko mutatubwiyaho dukurimbuto twirimire ikibonobono duhimbuto twirimire none muci nticuma?
@KibonobonoOil-nq9ir
@KibonobonoOil-nq9ir 9 сағат бұрын
OYA MUMVURA NO KUZUBA HOSE KIGUMA GISA NEZA
@evelynenkurunziza287
@evelynenkurunziza287 20 сағат бұрын
Ako gacupa kanganuko ahondi kagurwa 55,75sar nukuvuga mumarundi yababa 70 mil😢
@257Irparfait-g4q
@257Irparfait-g4q 20 сағат бұрын
Aho ni mucahe gihugu??
@ntaumenyasasa8036
@ntaumenyasasa8036 19 сағат бұрын
Iyi symbole (sar) niyo muri saudia
@257Irparfait-g4q
@257Irparfait-g4q 10 сағат бұрын
@@ntaumenyasasa8036 noeho vyabintu nakazi vrt
@KibonobonoOil-nq9ir
@KibonobonoOil-nq9ir 9 сағат бұрын
MURAKOZE CANE
@muhayiofficialchannel4202
@muhayiofficialchannel4202 20 сағат бұрын
Mumisi tuvugan
@KibonobonoOil-nq9ir
@KibonobonoOil-nq9ir 9 сағат бұрын
CA KURI NUMERO IRI MURI COMENTAIRE YAMBERE
@muhayiofficialchannel4202
@muhayiofficialchannel4202 8 сағат бұрын
@@KibonobonoOil-nq9ir sawa
@NdayizeyeVianney-o7p
@NdayizeyeVianney-o7p 20 сағат бұрын
Komera komera imana ibandanye ibaha inkomezi
@257Irparfait-g4q
@257Irparfait-g4q 20 сағат бұрын
Courage bro so komenga nta étiquette ziriko??
@KibonobonoOil-nq9ir
@KibonobonoOil-nq9ir 9 сағат бұрын
VUBA IRAJAKO
@BizimanaCelestin-p3y
@BizimanaCelestin-p3y 21 сағат бұрын
Ikibonobono corimwa mu gatumba?
@KibonobonoOil-nq9ir
@KibonobonoOil-nq9ir 9 сағат бұрын
EGO CANE
@nirenganira8433
@nirenganira8433 21 сағат бұрын
Kora tubone kandi Imana ikuje imbere
@biranyuranwajean4624
@biranyuranwajean4624 21 сағат бұрын
Courage ❤
@AgaciroMediatv257
@AgaciroMediatv257 21 сағат бұрын
Wipfuza kumuvugisha Mr DAVID: +257 79 44 08 14 (Watsap) #IKIBONOBONO
@majamberedavid2162
@majamberedavid2162 5 сағат бұрын
Murakoze cane David
@NDAYEGAMIYENEHEMIE
@NDAYEGAMIYENEHEMIE 3 сағат бұрын
Mwiriwe neza
@laurentroyce
@laurentroyce 23 сағат бұрын
Komera komera mutama ninguvu nyishi
@AminaJou
@AminaJou Күн бұрын
Utwotunyoni ndadukunda❤❤
@AminaJou
@AminaJou Күн бұрын
Wow burundi 🇧🇮 Kirundi ❤❤❤
@JeanmariedingNdacayisaba
@JeanmariedingNdacayisaba Күн бұрын
15$ mugihugu cahe? Twebwe birimeza twabikoresha mubidiigi tukiri abana 😂
@bfreebabi5398
@bfreebabi5398 Күн бұрын
Cripto momney kurehivyo pe...!
@manaseh100
@manaseh100 Күн бұрын
Tworonka I numero ya agaciro media hehe ?
@youngstivomuhirwe6977
@youngstivomuhirwe6977 Күн бұрын
True❤❤
@IrankundaAlaine
@IrankundaAlaine Күн бұрын
Milly Imana ikwakire mubwami Bwayo.
@NivyayoJeanMarie
@NivyayoJeanMarie Күн бұрын
Wewe Ndakwemera komereza aho
@justinenkurunziza3084
@justinenkurunziza3084 Күн бұрын
David uti tera uja imbere!! Nashimye cane ko adahurumbira ibi OGM
@sclode2000
@sclode2000 Күн бұрын
Amahoro y' Imana abane namwe 🇧🇮🇧🇮🇧🇮