Пікірлер
@DuppyConqueror-z4w
@DuppyConqueror-z4w 7 сағат бұрын
Shame on you Télé Renaissance. Mwaribagiye urugamba abarundi twatanguye.
@Johnbyiringiro1
@Johnbyiringiro1 6 сағат бұрын
1 @DuppyConqueror-z4w UNFORTUNATELY THESE PEOPLE ARE SHAMELESS.
@ndikumeo61
@ndikumeo61 9 сағат бұрын
Erega muri akamenyo pe hogushirako Neva twumve ijambo riryoshe yashikirij Abarundi muhisemwo KAGA birababaj me namahitamwo yanyu mugabo umuntu niwabo kandi ngo ntawanka kwonka nyina ngo arway amahere
@Johnbyiringiro1
@Johnbyiringiro1 14 сағат бұрын
Tele Renaissance mumenye yuko uwo mukorera tumuzi, guma mumukorera turaba ivyo mushikako.
@Johnbyiringiro1
@Johnbyiringiro1 14 сағат бұрын
Sir, you are the one creating instability. You sing the peace song as if you are a peace promoter while you have been destabilizing your neighbors. Burundi and DRC in particular.😢 YOU ARE A JOKE.
@Johnbyiringiro1
@Johnbyiringiro1 14 сағат бұрын
Ibibera mu Rwanda bimariyiki Abarundi. Izo mvugo za genocide yakorewe abatutsi nizo muguma mugarukana kugira isi yumve yuko muhamwa. Tele Renaissance yarimwo mubarwanije ubutegetsi bwa Prezida Pierre Nkurunziza gushikaho mwagerageje coup d'etat muri 2015. TURABABONA, ON VEUILLE SUR VOUS, WE SEE YOU.
@Ericburu1
@Ericburu1 14 сағат бұрын
Uyo niwe mukorera
@Johnbyiringiro1
@Johnbyiringiro1 14 сағат бұрын
Ubivuze neza
@OlivierNininahazwe-m3h
@OlivierNininahazwe-m3h 12 сағат бұрын
Mbega kumukorera n'ibibi?
@Johnbyiringiro1
@Johnbyiringiro1 6 сағат бұрын
@@OlivierNininahazwe-m3h kUKI MUMUKORERA NTIMUVYEMERE?
@ntibaali3865
@ntibaali3865 18 сағат бұрын
Uyo nu mubeshi Ariko yiyoza mubichani bishe umukuru wigihugu chu Burundi Ndadaye Uyo arimwo Nuko habuze ubu chamanza bw,ukuri
@MananinzizaGoderieve
@MananinzizaGoderieve 3 күн бұрын
Ubwimania.'izoguhorera
@mahoro5437
@mahoro5437 3 күн бұрын
👏🏾👏🏾❤️❤️❤️❤️❤️
@mahoro5437
@mahoro5437 3 күн бұрын
Birababaje cane ivyashitse... c bien que mwashoboye kubirengera. 🙌🏾
@UwamariyaDusabe
@UwamariyaDusabe 3 күн бұрын
Hello 👋 😂😂😂😂Turanbiweagasunzuguro
@kg7285
@kg7285 4 күн бұрын
Sha ariko ngira mwebwe mwakorewe ikibi nabatutsi à L’ époque. Hama mukagirimana muri 2014 abahutu aribo batwaye nicogituma babasubije ivyanyu. Injustice yamoko mu burundi azokwamaho j’ai preferer kukivamwo kugira siniteho ivyamacakubirie.
@kg7285
@kg7285 4 күн бұрын
Yoo uyu mu dame j’aimerai la renconter. C est parents nakuze muhira babavuga Mama surtout ndi sure ko ndamwibwiye yomenya ma famille Elle peut etre l’age de ma grande Soeur. Cette histoire inyibutsa ama histoire menshi muhira batubwiye.
@kg7285
@kg7285 4 күн бұрын
Yoo uyu mu dame j’aimerai la renconter. C est parents nakuze muhira babavuga Mama surtout ndi sure ko ndamwibwiye yomenya ma famille Elle peut etre l’age de ma grande Soeur. Cette histoire inyibutsa ama histoire menshi muhira batubwiye.
@ntibaali3865
@ntibaali3865 4 күн бұрын
Alfred ushaka wo kwinumira Kuko ivyo uvuga vyose Nta wuzogutahura Kuko iyaba warintwari wari kurokora ubuzima bwa Ndadaye Gezaho lero ivyabaye kuri Ndadaye birazwi Kuko ntaho vyabaye kwisiyose aho umukuru wigihugu yichwa nkinkoko
@UwaseClementine-nr7ux
@UwaseClementine-nr7ux 6 күн бұрын
Comment trouver son numero de telephone Est ce qu'elle travailler pendant le weekend. Merci
@JohnsoniByamukama
@JohnsoniByamukama 6 күн бұрын
Utu mutama umenga aravugukuri ukuri kuravura❤kando numuti Uvira <>
@protaisniyonkuru6666
@protaisniyonkuru6666 7 күн бұрын
Attendons, on verra.
@EllyKasisi-qk2nu
@EllyKasisi-qk2nu 7 күн бұрын
Menteur, idiot cet ministre Ce depuis le début que Félix Antoine tshisekedi était clair et catégorique qu'il ne négociera jamais avec cette coquille vide de M23 De tout on s'en fout de tout ce que vous allez dire, pour l'instant ce la libération de notre Congo 🇨🇩 qui pour sa courage et force a nos vaillant FARDC 🇨🇩 et les braves patriotes wazalendo qui exécute a la lettre leur devoir de chasse tout cette rébellion du M23 hors et Loin du Congo Continue toujours avec vos mensonge un jour viendra vous allez payer pour votre barbarie Cher frère burundais, cette guerre ce ne pas nous qui on commencer mais plutôt cette race maudit de tutsi qui sont venu sur nos terres pour nous faire la guerre, le tutsi veulent contrôle nos terres par force Alors faisons-le la guerre Le tutsi ne gagneront jamais cette peut importe le temps sa prendra par ce que nous sommes chez nous et nous sommes beaucoup plus nombreux que eux, nous allons tous le faire la guerre jusqu'à ce que tout cafards tutsi comprendre cette terre nous appartient peut importe les soutiens que l'occident apport, il seront vaincu et chassé sur nos terres Ne Congo 🇨🇩 ne négociera jamais avec le M23 Le Congo 🇨🇩 ne va jamais se plié aux exigences de tutsi, donc réglons sa sur le combat Vive la RDC 🇨🇩 Vive le Burundi 🇧🇮 frère pour toujours Unisson nous Pour contrer ce cafards tutsi La patrie ou la mort nous vaincrons 🇧🇮🇨🇩🤍
@njcnjc2342
@njcnjc2342 7 күн бұрын
20% yubutare bwimbutse Azoja muri Leta? ishirahamwe ritware 80% none inyungu ku ntara buvuyemwo niyahe? Inyungu ku barundi niyahe?
@Johnbyiringiro1
@Johnbyiringiro1 7 күн бұрын
@njcnjc2342 Kubivuga nkaho umenga intara ntiri mugihugu gitwarwa niyo Leta nyene?
@JeremieMiburo-tf4sm
@JeremieMiburo-tf4sm 7 күн бұрын
Ntakundi yazize ataruko yagire ashirwe mukibanza abandi babona kwatabereye ivy'uburundi bwabonye ntibikazongere kuba ukundi niharambe amahoro n'umutekano kuribose
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 8 күн бұрын
20%? Oya turanse
@stichtingdetoekomstzaaiers460
@stichtingdetoekomstzaaiers460 8 күн бұрын
Pouvez vous nous parler de cette société SOTREVO Mining company? Quelle est leur siege, siteweb expertise et personnes clés: CEO, CFO etc.
@ManaceBukuru-t8r
@ManaceBukuru-t8r 8 күн бұрын
Iryo nirementanya rya kagame
@MukizaPaccy-k3v
@MukizaPaccy-k3v Күн бұрын
hhhhh nirementanya se ahari ama position yabo niho akiri ntibarashwe abandi bagafatwa abandi bakanga kurwana bakiruka ikindi ntukavuga Nyakubahwa Wacu wamuswawe ahubwo M23 ikomeze ikubite imbwa
@sisifaty9183
@sisifaty9183 9 күн бұрын
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@Joshuaerick-gu6ur
@Joshuaerick-gu6ur 9 күн бұрын
🙏
@ngiriyemariestyle854
@ngiriyemariestyle854 9 күн бұрын
None ko twumva ko hariho abasoda babarundi batorotse baja muri Congo bagiye kwiyunga muri Red Tabara ntiboba arabo mutweretse biragoye kwemera pe muburund irementanya ryaratsinze amatora none kumenga ntabwoba bafise
@MukizaPaccy-k3v
@MukizaPaccy-k3v Күн бұрын
Bariya nabafatiwe kurugamba kimwe Nuko harabahunze urugamba barenga 200 banyu erega M23 izabamarira kwicumu
@SerukundoJeandien-i5e
@SerukundoJeandien-i5e 9 күн бұрын
I'm l
@jeanclaudendayizeye8818
@jeanclaudendayizeye8818 9 күн бұрын
Pole sana kuri twese twahuye n'intambara uhereye kera 1965 gushika 2024
@BoyKiller-i6t
@BoyKiller-i6t 9 күн бұрын
muvuge
@pamphilekantabaze
@pamphilekantabaze 9 күн бұрын
Très beau témoignage 🎉
@pamphilekantabaze
@pamphilekantabaze 9 күн бұрын
Imvugakuri, Intungane, Umurundi w'Umutima
@claudemutore7904
@claudemutore7904 10 күн бұрын
😢✊️
@AlisAlison-p5u
@AlisAlison-p5u 11 күн бұрын
None komuharira ntabantu bishwe kumusagaga ubu densire uwamahoro arihehe icobo 2015 abantu barapfuye rero ntimuharire nimureke yivugire aruhuke kumuntima ivyo kuvuga zimuzeri nubu biracavurwa
@bimenyenabendo1191
@bimenyenabendo1191 11 күн бұрын
kzbin.info/www/bejne/f2KziKp6lJh5icUsi=1L-MFtO7zw-m9332
@godalone3487
@godalone3487 11 күн бұрын
Birababajeee kueli
@kemosabe4996
@kemosabe4996 11 күн бұрын
Kuki badafungwa aba baginga
@gatsinziEmery
@gatsinziEmery 12 күн бұрын
😭😭😭😭😭 ese kuki abanyafurika twicana koko birakwiriye twananiwe kwumvikana Kweri
@bimenyenabendo1191
@bimenyenabendo1191 12 күн бұрын
kzbin.info/www/bejne/m57ad3d6pd17r9E
@JeanClaudeNduwayo-w5n
@JeanClaudeNduwayo-w5n 13 күн бұрын
Ariko namwe murakabya😂ngo babike abishwe nande?😂 Hama abishwe na bababanjirije imbere nabo bakananyarwa ivyosigay bitunze uwusigaye nabo ntibabike ifoto zabo? Canke nuko ataco byari bitwaye kuba barishwe ? Imana ibaharire mukora ibyo mutazi
@JeanClaudeNduwayo-w5n
@JeanClaudeNduwayo-w5n 13 күн бұрын
Ark iyo nvugo siyabarundi namba ! Ikindi murakeneye ubutunzi cane ariko birababaje kuntu baguha amafranga ngo genda uvuge ibi kandi atanibyuzi kur kwicisha uwawe 😢 Ndabagir inama basi mwige kand mwimenyereze kurya ibyo mubiriye akuya mureke guhendwa na sesa nkuyoze ! Abo bose usanga atanumwe anazi ariko ngatukishe benenyina kubera udufranga bamuhendeshejeje 😢
@GrGMuts
@GrGMuts 13 күн бұрын
100000 words, 0 action
@Uranga9128
@Uranga9128 13 күн бұрын
Ariko ndakugarika na Bunyoni n'ibiterahamwe bi. Gusa Imana izahemba FDLR na CDD-FDD
@AlexisBizimungu-n2b
@AlexisBizimungu-n2b 13 күн бұрын
Ngobatanzitegekorivugagut??
@NKURUNZIZAMerchisedek
@NKURUNZIZAMerchisedek 14 күн бұрын
Mwarigemuye mwabihemumwe
@muganza1
@muganza1 14 күн бұрын
ivyo bunyoni yakoze nawe biri kumugaruka, na sendagara azavyishura tuu
@muganza1
@muganza1 15 күн бұрын
pole sana interahamwe zarishe abantu mu Rwanda nizo zirinda indungozi mu burundi
@Johnbyiringiro1
@Johnbyiringiro1 15 күн бұрын
ikori ntawuritanga aryohewe no mubihugu bikomeye nka Canada, France, Amerika wama wumva abantu barinda gusokorozwa amakori batarishe mbere harimwo nabanyapolitike bakomeye kwisi, ibi uriko uravuga ntagishasha coba kibaye, igihambaye nuko ababikora barengutswa canke bagahanwa n'amategeko.
@Johnbyiringiro1
@Johnbyiringiro1 15 күн бұрын
Jewe sinumva ikintu uriko uravuga. Nyakwubahwa Perezida Varisito yarivumereye ko abatarariha amakori bayarihe, haraho wigeze usoomako umuryango wiwe canke abamwegereye basanzwe bakora urudandaza batazoyatozwa canke bayarihe? Kuki mwama mufise des negations muvuga kubandi? Mushaka urudandaza rukore bande none? Nimba abubawa nka President Donald Trump akora urudandazwa kuki abaperezidaa bacu canke indongozi zo muri Afrika zitokora urudandazwa?
@Dreamer-s3d
@Dreamer-s3d 15 күн бұрын
Mwiruhukiree amahoro❤