Mwaramutse neza. Murakoze cane igikorwa kirabandanya twibukanya twongera twigisha ya imico yacu. Nanje watsap yanje ni 79282 941 mugire amahoro
@yves-davyndizeye-xi2hp26 күн бұрын
Mukomere mutezimbere umurimo wo gukundisha akaranga la jeunesse Burundaise nizere ko muzonyandikira vuba kuri whatsapp nyakubahwa mutohoji Bankuwunguka Go ahead...
@nyibutsaakarangatv757823 күн бұрын
Mwiriwe neza. Watsapp yawe sindazifise. Rwanje ni 79 282 941