😂😂😂ayo ma voice murikongeramo arasekeje muri kuyashiramo adakenewe 😂😂
@kingmoses-md5qkАй бұрын
muraziko umu masai wo muri kenya na tanzania bafise ururimi bavuga atari ikinyarwanda na aba kelejili bose na ba luo mafise ururime ariko aba tutsi bo basangiye ururimi na ba hutu .bivuga ko aba nyamulenge na banyagwanda na aba rundi bose ni umuntu umwe gusa umututsi ubu nabwo ari 100 pacent nilotique nga abandi banilotique
@2BluntsLaterJr15 күн бұрын
Naba hima, ankole, bacwezi bo muri Uganda twese turibamwe. Aba belgians yobagera muri Uganda bari kubona konabo Ari abatutsi
@KabatizaMugishaАй бұрын
Abantu biburundi nabayumbe cane turabankunda
@usarirenaweАй бұрын
Amen Amen 🙏 Natwe turabakunda cyane kbs❤️
@kwizeraassiya4105Ай бұрын
I like they dance
@AllianceNyambabaziАй бұрын
Ndabakunda❤❤
@EmmyWhtsapp2 ай бұрын
Ese abanyamulenge nizina ryahantu cyangwa n'ubwoko mumitwe yanyu ntakigenda