KZ
bin
Негізгі бет
Қазірдің өзінде танымал
Тікелей эфир
Ұнаған бейнелер
Қайтадан қараңыз
Жазылымдар
Кіру
Тіркелу
Ең жақсы KZbin
Фильм және анимация
Автокөліктер мен көлік құралдары
Музыка
Үй жануарлары мен аңдар
Спорт
Ойындар
Комедия
Ойын-сауық
Тәжірибелік нұсқаулар және стиль
Ғылым және технология
Жазылу
HUNGA ICAHA MINISTRY
22:24
Tubwire ibanga ryamwe nuwo mwubakanye Kotubona mukundana cane twovuga ko ataco murigera mupfa Muko
12 сағат бұрын
28:48
MBEGA UMUGABO ARASHOBORA GUTERWA N'IGWARA ZITURUTSE KUGUTOTEZWA N UMUGORE WIWE ?
19 сағат бұрын
1:26:18
THEME : MUKURE AMACAKUBIRI MUNZU Y' IMANA
Күн бұрын
39:49
ICIRORE: EWE JEWE NDAGOWE ,NGIRE NTE URUGO NOMOKE ,UMUGABO NTAKIGENDA ANSIGA MUBUSA😭
14 күн бұрын
26:31
MBEGA UMUGORE WE NTASHOBORA KUBA NARIMWE UMUTWE W URUGO IGICE CA KABIRI
14 күн бұрын
24:54
MBEGA UMWE M UBUBAKANYE AREMEREWE GUSESAGURA UBUTUNZI BW UMURYANGO IGICE CA MBERE1
14 күн бұрын
26:41
ICIRORE : IGITERA UMUNEZERO UMUGABO NI CO IMANA YAREMANYE UMUGORE IGICE CA KABIRI
14 күн бұрын
23:11
ICIRORE : IGITERA UMUNEZERO UMUGABO NI CO IMANA YAREMANYE UMUGORE IGICE CA MBERE
14 күн бұрын
1:04:55
THEME UKO NIKO URWIRI RWAMEZE MUMITIMA Y ABANTU
14 күн бұрын
18:11
Thème UBUSUGI BUMAZE IKI IKIMENYETSO C'INDERO MBE UMUHUNGU WE GUTE IGICE CA KABIRI
21 күн бұрын
30:30
Thème: ABANSI BACU BARAYE BAMIZWE N'IKIYAGA, HALELUYAAAA
21 күн бұрын
21:35
Thème: UBUSUGI BUMAZE IKI? IKIMENYETSO C'INDERO? MBE UMUHUNGU WE GUTE?
21 күн бұрын
1:06:00
THAME BA TOBIA BARAYE BAMARAMAYE
21 күн бұрын
17:40
Thème3 MURAGABE N'utitondera bino bintu urugo rwawe ruzorwa mukiyaga
28 күн бұрын
1:05:07
THEME NIYO YONYENE YAMENYE IMIBABARO Y'UMUTIMA WANJE IRAMPOZA
Ай бұрын
28:36
Thème : Ingeso zikomeye zerekana umugore w' ikijuju Ng' ibi ibimuranga
Ай бұрын
1:11:32
Thème MBE IVUKA RYA YESU CHRISTO RYIBUKWA RIMWE M'UMWAKA
Ай бұрын
30:07
THEME UMUGORE W'UBWENGE NIWE YUBAKA URUGO RWIWE
Ай бұрын
1:36:42
Thème : IMPAVU ZITUMA UMUNTU AVUGA NABI AKAZOVYICUZA
Ай бұрын
45:26
TITRE : PARRAIN na MARRAINE barakenewe Vyotuma Umugabo n' umugore bubahana Bakundana
Ай бұрын
1:21:04
Thème: ABO BAPFUYE BAZOBAZWA NDE?
Ай бұрын
1:22:56
Thème: IVYIHEBE MUZE TUVUGE UKURI NTIMUTINYE ISI YASHIZE
Ай бұрын
41:34
TITRE : MUMAHIRWE NO MUMARUSHWA ,NZOGUKUNDA NDAGUSONERE: UMUTEGO W' UMUSHIBUKA MURINO NDAHIRO
Ай бұрын
32:40
TITRE : UMUGABO YAGUCIYE ICE NTIWOPFA UMWIBAGIWE IKIBAZO ABUBU DUCA AHABANDI BACIYE
Ай бұрын
25:44
THEME: GUHAGA NTIBIZOKWIBAGIZE GUSHIMA IMANA YAKUGOBOTOYE MUMENYO Y' INZARA
Ай бұрын
48:43
THEME : INZIRA ZO GUCA INYUMA UMUGABO. IBARA RYARAGUYE
Ай бұрын
1:12:46
Thème: IVYIHEBE MUZE TUVUGE UKURI NTIMUTINYE ISI YASHIZE
Ай бұрын
26:24
ingo n imiryango part 2
2 ай бұрын
1:46:42
Thème: Twarahatswe iyo atadutabara
2 ай бұрын
Пікірлер
@fabriceuwintwari
9 сағат бұрын
Uravuze ukuri Apôtre, courage
@Rashinfo94
2 күн бұрын
Uravuga ukaba umwe mama yangu😢
@TitusJunior-q8i
2 күн бұрын
Tugumana namwe umwanya kumwanya Zambia mukomere mukoz wimana
@JeandeDieuHAKIZIMANA-o4g
2 күн бұрын
Ufite amatwi niyumve
@girukwishakaclaudine5374
2 күн бұрын
Ohoo 🤭😂🤣 Yesu kristo abakomeze nukuri tur❤ can
@ÉGIDEMugigi
3 күн бұрын
Amen❤
@VianneyNshimi-z2t
3 күн бұрын
Amen
@SamuelNiyokwizigira
3 күн бұрын
Amen Amen Amen Amen Amen
@SamuelNiyokwizigira
3 күн бұрын
Nijambo rikomey muvyeyi wacu❤❤❤❤❤
@girukwishakaclaudine5374
3 күн бұрын
Amen 🙏
@NdayizeyeGodfroid
3 күн бұрын
Amen
@UWIMANANathanael
4 күн бұрын
Turabakunda cyanee!
@ClaudeNiyibogora
5 күн бұрын
Yesu agukomeze uratwigisha
@LandaNdaya-s3y
5 күн бұрын
None nngaho harabagore babiri gusa bibungenze??
@sylvanenkundimana534
5 күн бұрын
Nuze urareka umutumire avuge ayo majambo uvuga ni menshi cane urarenza
@sylvanenkundimana534
5 күн бұрын
Uwo muntu numva avuga menshi cane
@jamesmaorwe6466
5 күн бұрын
😂😂😂😂😂😂😂IMANA IGUHEZAGIRE CAANE MUKOZI W'IMANA
@sishasaid6756
6 күн бұрын
Urakoze mwigisha ❤
@sishasaid6756
6 күн бұрын
Impamvu usanga twishira kumadini nikibazo co kutamenya indimi 😂
@SpèsBARAKAMFITIYE
6 күн бұрын
Amen
@SpèsBARAKAMFITIYE
6 күн бұрын
Amen
@RunezerwaJeanBosco
7 күн бұрын
❤❤❤❤Murakoze Mukozi wImana inyigisho nziza rwose 👏👏👏👏👏👏
@AnithaNsengiyumva
7 күн бұрын
Emwe ,nukuri ww uzagukwirikirana izinyigisho niwabukundabantu muganira kuriyoterefone ,ntuvyigumizemwo ,Barungikire bose atanumwe ukuyemwo uzobutabaye vyinshi.
@AnithaNsengiyumva
7 күн бұрын
Mukozi w’Imana,Mukomeze kabisa ,Ikikiganiro ntigisanzwe,Kirimwinyigisho zifasha mubuzima tubamwo ,Bukikujwe n’ibibazo vyugarijiy’isi ,kumice yose y’abantu .
@NzabandoraViyane
8 күн бұрын
Urasoma bayidawe
@hakizimanachana6097
8 күн бұрын
Muzompe lumicash nimwabitangura
@JuvénalMIBURO-b4q
9 күн бұрын
Merci bcp
@girukwishakaclaudine5374
9 күн бұрын
Amen Amen cane 🙏
@EgideNiyongabo-t3c
10 күн бұрын
Ndabakunda canee
@BorisNdereyimana-mz8ri
10 күн бұрын
Amen Turagukunda cane Mukozi W'IMANA. Imana ikwongere amavuta, mubashe kwigisha ubwoko bwayo. Ariko ndashaka titre y'iyo ndirimbo
@GerardNiyongendako
10 күн бұрын
Am
@ChristianNDAYISHIMIYE-q1e
10 күн бұрын
Amen Amen
@norbertndayisenga3951
10 күн бұрын
Ukuri uvuga kuramfasha cane
@CharlotteMbonimpa
10 күн бұрын
Amen
@ezechieltekelo2153
10 күн бұрын
Uvuga ukuri appotre kandi ivyo uvuze niko biri
@ReverienNiyonzima-b8m
10 күн бұрын
Ndagukunda cane Nyakubahwa Appotre
@girukwishakaclaudine5374
11 күн бұрын
Ntabwo tubayeho kumugambi wabantu tubayeho kumugambi w'Imana yacu yo mwijuru 🙏
@benshaka7595
12 күн бұрын
Ivyo n´ibibazo vyokuzana mu bantu ariko ? Ingano y´ibitsina nta soni.??
@SalvatorAdamu
13 күн бұрын
Pastor nukuri ndagukunda none rero ngira nanje nguhanure, nyakubahwa mukozi w’Imana niwaza wera gokra ibiganiro ivyarivyo vyose bizogukamūra amavuta ivyobibazo bakuzanira abobamenyesjamakuru ubwo nibo bavyitegurira bakakuzanira ngo nivyobabatumye , uhabere maso ivyobiganiro usigaye wimenyereje bizohava bigusahura ubuntu bukurimwo . Nimba ugomba kwigisha ivyobintu , reka guhamagarirwa ibiganiro nkivyo ndakwinginze , inyigisho uduha ubicishije mwivugabutumwa tumenyereye murusengero canke mubikorane zirahagije kandivyovyose wama ubikomozako , ariko gutumirirwa ivyobiganiro ndagusavye ubihe umugongo
@bryanninziza1245
13 күн бұрын
Ahubwo sinumva umugabo ko afise ikosa Oya uwomugore yaragutse karabaye nindaya ikomeye 😮
@GraceNiyonkuru-my8dc
13 күн бұрын
Amen komeraaa caneeee❤
@girukwishakaclaudine5374
13 күн бұрын
Abo Bamarene nibamwe bi PC 🤭😊😂🤣🤣
@girukwishakaclaudine5374
13 күн бұрын
Ukweri 🥰🙌🙏
@emelinenegamiyimana4103
13 күн бұрын
Ewe dico murankozeko none bazoze babaza kureba uko bimeze
@emelinenegamiyimana4103
13 күн бұрын
Nukuri biteye agahinda n umubabaro
@ezechieltekelo2153
13 күн бұрын
Kwubaka biragoye ntivyoroshe kabisa kandi no kubitorera inyishu canke umuti wavyo ntivyoroshe
@habimanaemmanuel8185
13 күн бұрын
😂😂😂😂😂😂😂 ego me Ni ba hebane amezi 3 simeshi! Bata ndukane kare amezi 3 simeshi naho ubundi umugabo nobimenya ni dange!
@VedasteNiyungeko
13 күн бұрын
Imana ikurinde numuryango wawe mukozi wimana turahezagigwa uriko uravuga ubutumwa baradufasha cane
@sishasaid6756
14 күн бұрын
Ndakunze ibaganiro vyanyu nukuri ako kajambo ko kumenya umugabo canke umugore uko yitwara mubintu vyamafaranga ukamukenyura nkuko karanyubatse muhezagirwe
@sishasaid6756
14 күн бұрын
Murakoze bavyeyi