Emwe najewe narateye ivyatsi Ishami TV ko bafise umuchefu akoresha abo babeshi ba shetani kimwe nka shebuja abakoresha canke bakorera .Muhumure turazi ingene ari abamenyesha makuru mabi akazi Kaboul ari guteranya abantu n'abandi canke igihugu n'ikindi.
@abiasmanirambona67822 ай бұрын
Uwo mwana yarambabaje pe
@AlineBaby-m5l4 ай бұрын
Kibond iman ikomez kuguh uburuhukiro bwiza uwakoze ikibi cokukwica iman izorab igihan izomuh yabony haraho wogez umunyango abantu turibabi kwer😭😭
@NiyonizeyeEmelyne-kq5ki5 ай бұрын
Courage mon ami❤ ❤❤❤
@NiyonizeyeEmelyne-kq5ki5 ай бұрын
Courage mon ami❤
@_-wt8ns5 ай бұрын
Chakigingi wozurabafuye imbavuzanj zirahasigay❤😂
@pepeinno93366 ай бұрын
Ni umuziro, ibara ku mutemere, ishano kwumva hari umuntu yubahuka guhiganisha Gishora n'abandi. Nta mwana ahiganwa na se ntitumaramaze Uburundi. Gishora nibo bagomba gutanga amanota bakigisha n'abandi.