Пікірлер
@DesirieManirakiza
@DesirieManirakiza 2 күн бұрын
Amen Mana urigitangaza uraremesha uragahezagirwa kuko niwe uhezagira😂😂😂😂
@francefrance3288
@francefrance3288 10 күн бұрын
Cheilla rr avuze umengo noturik nkarira ngakoma induruuu😭😭😭😭😭😭😭😭😭
@francefrance3288
@francefrance3288 11 күн бұрын
😪😪😪😪
@AbahizikaziBaYesu
@AbahizikaziBaYesu 18 күн бұрын
Abipfuza kuvugana n'umutumire bo murondera kuri +257 76836242
@JohnsonNgendakubwayo
@JohnsonNgendakubwayo 19 күн бұрын
Nanjaho narahaciy zibiri zose zambere zivamwo arikubwagatatu Imana yarampay umwana wumuhungu umutima wanje wishimira Kandi ndizey kwizompa nabandi muhezagirwe
@EspéranceMizero-f2t
@EspéranceMizero-f2t 28 күн бұрын
Iyi ntahe iranyubatse!Imana irakomeye!mana nanje igihe kigeze uzumpe gukurikiza 9 ans nimyishi!ariko imbere yawe imyakigihumbi numusi umwe!
@belyseiradukunda2354
@belyseiradukunda2354 Ай бұрын
Imana Ibahezagire caane muvuga ibintu vyiza vyubaka imitima
@ashimwejoyeuse4766
@ashimwejoyeuse4766 Ай бұрын
😢😢😢😢😢😢❤❤❤❤
@JeanineNahimana-l6q
@JeanineNahimana-l6q Ай бұрын
Yes' abahezagire.maze kugira fausse couches 3 zikurikirana ntivyoroshe
@nimubonasheila124
@nimubonasheila124 Ай бұрын
Mpore mpore Yesu atabare
@NYABENDAPascal-s5f
@NYABENDAPascal-s5f Ай бұрын
Je Lazer kubura abana 5 ntanumwe mfise.,ndashaka mana nanj undose ibibondo...Amen ..muze mudufasha gisenga,
@NYABENDAPascal-s5f
@NYABENDAPascal-s5f Ай бұрын
Amen Imana ishimwe KO yabaronkeje ibibondo ..nanje ndizeye ntakekeranya KO igihe kundosa ibibondo..inkize agahinda mfise vyokubura uruvyaro...
@NYABENDAPascal-s5f
@NYABENDAPascal-s5f Ай бұрын
Amen Imana ishimwe KO yabaronkeje ibibondo ..nanje ndizeye ntakekeranya KO igihe kundosa ibibondo..inkize agahinda mfise vyokubura uruvyaro...
@GAtwinsfamily
@GAtwinsfamily Ай бұрын
@MikeNdayi
@MikeNdayi Ай бұрын
Ese mwahorahe ko video zabuze za murasako ni ndirimbo cano igire video nyishi
@Esperanceprincesse
@Esperanceprincesse Ай бұрын
Amen
@JeanneJaja
@JeanneJaja Ай бұрын
Nivyukuri uhiraho ninteturuye
@CecileNsabiyumva
@CecileNsabiyumva Ай бұрын
Amen
@JoselyneTuyisenge-g8b
@JoselyneTuyisenge-g8b Ай бұрын
Ooh nelly sha iyontah yaw neza neza umenga nijew ndumiw turahuj intah pe ukomere can mugenzi. Vyos uko ubivuz nanj nuko vyagnz pe ndatangay😢😢😢😢😢😢
@JoselyneTuyisenge-g8b
@JoselyneTuyisenge-g8b Ай бұрын
Ooh nelly sha iyontah yaw neza neza umenga nijew ndumiw turahuj intah pe ukomere can mugenzi. Vyos uko ubivuz nanj nuko vyagnz pe ndatangay😢😢😢😢😢😢
@kimanayvette498
@kimanayvette498 Ай бұрын
Amen ndafashijwe
@BetuelNiyinejereza
@BetuelNiyinejereza Ай бұрын
😊
@kimanayvette498
@kimanayvette498 Ай бұрын
Urakoze muvyeyi kundemesha.nanj ivyo bihe ndabizi KO biruhije.nanj nizereko ngiye guheka
@GAtwinsfamily
@GAtwinsfamily Ай бұрын
@GAtwinsfamily
@GAtwinsfamily Ай бұрын
@GAtwinsfamily
@GAtwinsfamily Ай бұрын
@jordynzoomsin2701
@jordynzoomsin2701 Ай бұрын
Mana Sheila we!!!! Jewe ndakuzi caaane tukiri abana❤nivyo waciyemwo vyose uri ikibondo! Intahe yawe iheze umutima ugomba kuncamwo! Uri intwari nkuko wamye! Ni umuntu yitwa Mimi mwagwanye intambara idasanzwe tukiri abana❤️! Ubuzima burarenzeeee kabisaaaa!
@graciosenzitonda6330
@graciosenzitonda6330 Ай бұрын
Ngo ntacatugeregeje gisumba inguvu Imana yaduhaye.
@graciosenzitonda6330
@graciosenzitonda6330 Ай бұрын
Mbega intahe yubaka!! Imana ihezagire umuryango wiwe.
@JoselyneUwimana-e5u
@JoselyneUwimana-e5u Ай бұрын
Slalom mwoduha numéro yuyo mu maman scheillla
@KorivyayoAugusteur
@KorivyayoAugusteur Ай бұрын
Jew ndakeney numero za sheilla ndafisico ngombak twoyag niw numvis yomfash kuk nanj nca mubibaz nkivy yaciyemw
@sandronahishakiye4294
@sandronahishakiye4294 Ай бұрын
Yesu nimwiza ntahabi atokura umuntu
@cartinehope1421
@cartinehope1421 Ай бұрын
Turabakunda cane mwese!!Mam Heaven ngukunda bivuye ibwina kumutima!warahezagiwe!
@nimubonasheila124
@nimubonasheila124 Ай бұрын
Yambuuu neza muraho nanj ndagukunda nukuri
@DorotheeNdayihimbaze-eg4ik
@DorotheeNdayihimbaze-eg4ik Ай бұрын
Natuntujwe nintahe yiwe ndaturikisha ndarira,none izozindi nda zose yagumy azivyara par césarienne??
@DorotheeNdayihimbaze-eg4ik
@DorotheeNdayihimbaze-eg4ik Ай бұрын
Uzugume uhagaze mukwizera,Imana iragahezagirwa yaragutabay
@bernicemidonzi8752
@bernicemidonzi8752 Ай бұрын
Nelly nahashitse mu Bahizikazi ba Yesu, sinzosubira gusiba ikiganiro canyu.... Mbega intahe z'abazihizikazi murakoze cane muri ab mama b'ubwiza cane
@DorineManirakiza
@DorineManirakiza Ай бұрын
Muhezagirwe
@NzohabonimanaRayimod
@NzohabonimanaRayimod 2 ай бұрын
Yesu akora ibikomeye,ico nkundira Imana yishura ku mwanya wayo
@elysesingirankabo2028
@elysesingirankabo2028 2 ай бұрын
Pole bakundwa ba Yesu , ingaruka z'icaha c'inyanduruko, ngo tuzobabazwa n'uruvyaro kuberico caha, kiretse ko Yesu atuba hafi aragahora ku ngoma,
@Yvetteyvette-m6d
@Yvetteyvette-m6d 2 ай бұрын
😢😢😢😢😢😢Imana ishimwe cane ko yaguhojeje nawe
@elsabrendaakimana8273
@elsabrendaakimana8273 2 ай бұрын
Yooo Tantine Bernice ndakwibuka kibenga school disi Imana ishimwe yaguhojeje 🙏🏻🙏🏻
@seniorrobertoomonde7652
@seniorrobertoomonde7652 2 ай бұрын
Imana Imana ninziza disiii
@AnithaKamikazi-og9jq
@AnithaKamikazi-og9jq 2 ай бұрын
Imana ni nziza.mudusengere twebwe tutarakomera ngo dushinge intahe
@berthilleakobaseka3960
@berthilleakobaseka3960 2 ай бұрын
Navyaye kuri 35semaines(8mois) Ariko kubera nanje nakuze numva ngo umwana wa 8mois ntabaho, ngira ubwoba cane , ariko ndashima Imana ko iyo yavuze ngo baho urabaho. Ndibuka ndiko ndaharira nabaganga ndababwira ko ntovyara hakiri kare, ariko bo bakandemesha bambwira ko umwana afise amahirwe yokubaho 100%. Nasanze ibihugu biteye imbere kuva kuri 23 semaines(6mois) Nukuri baragerageza uko bashoboye nubuhinga buteye imbere, nukuri abana barabaho
@EugenieLarson-f7r
@EugenieLarson-f7r 2 ай бұрын
Reka nicare numve ibitangaza YESU KRISTO yakoreye abana bayo ❤
@CynthiaNdayishimiye
@CynthiaNdayishimiye 2 ай бұрын
Imana ikora ivyo ishatse, ikora ibibereye, jew vyaranshikiye ndabura umwana après une journée avutse, azokwama ari imfura kuko ntamwana asubirira uwundi, igise, chaque anniversaire baguma mumutima yacu y a 6ans c'est comme si c'était hier* on est des mamanges* Munyuma ndonka umuhungu, nkimuronka nabona umenga ivyabaye ubwambere birasubiriye, sinavyumva, none il va avoir 5ans en septembre, murakoze kuri témoignage, . Abatararonka mukomereze kumavi, musenga yesu azobaha intahe yanyu, muhezagirwe
@nadiellanshimirimana9133
@nadiellanshimirimana9133 2 ай бұрын
Imana ndayishimiye kuba yaragushumbushije ndanezerewe kubwawe
@nadiellanshimirimana9133
@nadiellanshimirimana9133 2 ай бұрын
Imana ikomeze ugukurize
@DorineManirakiza
@DorineManirakiza 2 ай бұрын
Pôle muvyeyi ariko lmana ni Nzima hama hari abantu batazi kuvuga neza nukubatahura
@CynthiaNdirabika-gc7gv
@CynthiaNdirabika-gc7gv 2 ай бұрын
Urakoze muma maman mwiza kudutera intége ndahimbawe nintahe yaw nanj vyarambayeko nabuze batatu Bose mais Imana yarampaye babiri ndashima kubura umwana bicana intége cane ukihebura ukiyanka mais waramenye Imana urakomera
@niyokwizeraalivera240
@niyokwizeraalivera240 2 ай бұрын
Yesu arakora vyukuri
@annemariehabiyambere6341
@annemariehabiyambere6341 2 ай бұрын
Umukama abandanye aguhezagira muvyeyi mwiza