KZ
bin
Негізгі бет
Қазірдің өзінде танымал
Тікелей эфир
Ұнаған бейнелер
Қайтадан қараңыз
Жазылымдар
Кіру
Тіркелу
Ең жақсы KZbin
Фильм және анимация
Автокөліктер мен көлік құралдары
Музыка
Үй жануарлары мен аңдар
Спорт
Ойындар
Комедия
Ойын-сауық
Тәжірибелік нұсқаулар және стиль
Ғылым және технология
Жазылу
Kabaza WebTV
Kabaza WebTV is a meeting place where Burundians and friends of Burundi share their ideas and get informed and educated on several issues ranging from democracy to environment to security to justice, culture and economy.
Kabaza WebTV ni ihuriro aho abarundi hamwe n`incuti z`Uburundi bahanahana ivyiyumviro ku bivugwa mu Burundi uhereye kuri demokarasi, ibidukikije, umutekano, ubutungane, imico hamwe n`ubutunzi.
12:04
Vivre sans nouvelles technologies c'est vivre à moitié mort
22 сағат бұрын
2:31
Abarongoye ibimenyeshamakuru bahejeje kwemeza ingingo zizobagenga mu matora
Күн бұрын
10:49
Munyuma y'amezi 6 biga gushona bahejeje kuronka impapuro zemeza ko bazi umwuga
Күн бұрын
10:43
Imyaka 60 iraheze Musenyeri GIHIMBARE Gabriel agandaguwe, hakorwe iki?
Күн бұрын
11:29
Mbega mu Burundi agateka kazina muntu kifashe gute?
Күн бұрын
23:08
Abamenyeshamakuru ntibarekuriwe kuzotangaza amajwi badahawe uburenganzira na CENI kurikire ikiganiro
Күн бұрын
4:42
Le public a besoin d'une information pluraliste,équilibrée et bien vérifiée
2 күн бұрын
10:38
Mu mugambwe APDR ngo bahimbaje imyaka 11 igihugu cugarijwe n'ibibazo bikomeye
2 күн бұрын
13:18
Mu mugambwe FNL ngo bazoja mu matora bonyene canke barikumwe n'abandi kurikire ikiganiro
2 күн бұрын
10:19
Impanuro za Leonce NGENDAKUMANA kubijanye n'ubutunzi bw'igihugu bwifashe nabi
14 күн бұрын
11:24
Menya ingene ubuhinga bwa Snapshot bukora ni ubuhinga bwa none kandi birakuraba
14 күн бұрын
21:03
Bamwe ngo ikarashishi mu rwaruka rwa CNDD-FDD rirakenewe abandi ngo bibatera ubwoba kurikire
14 күн бұрын
11:53
Clin d'oeil aux jeunes affiliés aux partis politiques à la veille des élections de 2025
14 күн бұрын
7:54
Guhohotera abakenyezi birashobora kubera ku mbuga ngurukana bumenyi(telefone ....)
14 күн бұрын
16:14
Agathon RWASA yibaza igituma UBurundi bwama buba ubwanyuma mu vyegeranyo bitangwa
21 күн бұрын
6:28
Munyuma yo kugendera amabohero atandukanye basanze abapfungwa bamerewe gute?
21 күн бұрын
15:10
Hasigaye umunsi umwe ngo ikiringo umukuru w'igihugu yatanze gihere none bimeze gute?
21 күн бұрын
16:05
Ntucikwe n'inyishu RUFYIRI yishuye abamenyeshamakuru umviriza witonze ntivyoroshe
21 күн бұрын
8:39
Ibinyamakuru bikora bitanditse bisabwa kwiyandikisha muri CNC kuko benevyo bashobora guhanwa
21 күн бұрын
12:56
Birakomeye mu mugambwe CODEBU Kefa NIBIZI ati tugiye mu matora igihugu cugarijwe n'ibibazo vyinshi
21 күн бұрын
4:38
Evitez les messages de haine dans vos médias
Ай бұрын
10:24
Ikibazo c'abana bo mw'ibarabara gisa nicabaye ndanse
Ай бұрын
5:05
Amamiriyoni y'abana barahohoterwa kw'isi , none hokorwa iki?
Ай бұрын
4:58
Des millions d'enfants maltraités au monde, que faire?
Ай бұрын
26:28
Abashingamateka boba barihe ngo bagire ico bavuze kubiciro biduga buri munsi?
Ай бұрын
6:26
Hoba hariko hakora igiturire mugusohora abanyororo bagiriwe ikigongwe n'umukuru w'igihugu
Ай бұрын
6:56
ubutumwa buhawe abanywanyi b'umugambwe APDR kubijanye n'amatora yimirije
Ай бұрын
10:21
Caravane du livre en province de Rutana
Ай бұрын
14:01
Muri CNDD-FDD ngo ntibarwana bahabuza ubwoko ahubwo ngo bahabuza DEMOKRASI
Ай бұрын
Пікірлер
@Gedeonnsengiyumva-xs6hv
Күн бұрын
Intéressé, j'espérais que la CPD va faire la même séance dans les autres provinces du pays où vivent bcp des jeunes
@fabriceuwintwari
10 күн бұрын
Courage Déo
@VanfleuryJoël-g9d
10 күн бұрын
Jew mfise ikibazo ca 1XBET. Cnke bet iyariyo yose muzikure i burundi. Kuko niho ubuken bw'abarundi buhera
@VanfleuryJoël-g9d
10 күн бұрын
😂😂😂😂😂nanje nimume nimero za perezida nanje ndamubaze impanvu yemerey 1XBET gukorera mu burundi Kuko jewe 1XBET yandiy ayarenga milioni gushik ubu yandiye 20 000 000 🤣 mbabajw n'akamodoka knje kabigendeyemw
@NiyonizeyeChristopher250
12 күн бұрын
Mpore
@Ranouchkaneza
12 күн бұрын
🙌🏾🙌🏾 Never give up keep pushing God has a plan for you 💯 I love you dad
@camaroig6941
20 күн бұрын
Burundi shingicumu mumashinga
@AlexisUwizeyimana-l6o
25 күн бұрын
Naw uwoguha uburundi ntiwokwatsa,kuko never yakora ahubwo ibisambo nivyishi
@UwinezaJaphet
25 күн бұрын
Ewe Burundi ooooh wishwe nabawe
@FgxcCcxx
25 күн бұрын
Uburundi mwabugiteyek bwubats non mwabusambuy imanitabare abantubatobato nayomwebw nimwemwabigiz ariko wew uracarimunt 😢😢muratunigiy mumesh
@alexndihokubwayo8010
26 күн бұрын
Abarundi niryarya
@TharcisseBusinessandEntert-j9v
26 күн бұрын
Kefa utarasubira MURI frodebu tuzi ya NDADAYE TU N'AS RIEN A NOUS DIRE KUKO TWASANZE NAWE USHIRINDA IMBERE .MUMISI WARIMUBA DD ,BAGUKUYAMATA MUKANWA UCUBA KIVURUGA!!! WE DON'T HAVE ANY LEADER IN OUR COUNTRY PERIOD 😢😢
@BOLINGOTHEODOMIR-uk9qv
26 күн бұрын
Faites l'union vous allez vaincre svp
@PhilippeHARUSHIMANA
26 күн бұрын
Nibunvikane ube umugambwe umwe none ndandaye yabasigiye imigabwe ibiri ariko frodebu ntakuri tuzobonemwo prezida ntibantunganya canke minani kandi umugambwe nimwe mwawuciyemwo kabiri nubu nimuduhe ntibantunganya canke minani bitoze nkumukuru wigihugu tubihere amajwi mugire sahwanya frodebu ya 1993 niyo tuzi ayomashami niryarya
@manirampaaugustin8500
26 күн бұрын
Wewe niko uvyibaza ariko sivyo
@niyonsabaemmanuel2671
27 күн бұрын
Twebwe tuzi frodeb
@niyonsabaemmanuel2671
27 күн бұрын
Aba nuguta umwanya
@BonifaceNyandwi-u9w
29 күн бұрын
Burya wewurakomeye mmutwe neza?
@bonifacengumansenga4622
Ай бұрын
Un jour Francis Rohero sera président de la République du Burundi. I've a dream.
@DismasNtahomvukiye-s7y
Ай бұрын
Nagomba mvunge ati ntasoni none isoni urinazo kuko ntiwari kwubahuka kudebagura ovyo udebagura utambaye amafime
@ArleneHABUBUMWE
Ай бұрын
Mvamumatwi mwabihemumwe! Mwahengereye yuriye indenge Sentare icibatumako burya Sentare nayo nukuyisubirako
@saramoni-c6w
Ай бұрын
Komera mutama uvuze neza to navekosha hajeko uwabishoboy
@ghostagee5232
Ай бұрын
Ukuri no kunywanisha😅
@innocentwasafi7787
Ай бұрын
Urikijuju cumugabo Sha Aho uhaye udedemba iki Sha igihe kizogera muzimbe mwigera
@GiftKasongo-e9r
Ай бұрын
Mwe muzabona ayibwayaboneye kumugezi abarundi twashavuye mani ivyudedemba ufatanya ibidahera twarakaye utaona
@GiftKasongo-e9r
Ай бұрын
Ntabwenge ugira
@egydehatangimana2889
Ай бұрын
❤❤❤
@JeanmarieNirera
Ай бұрын
Nicokibanza arimwo niba Ari umushingamateka uzinduka kubura sha
@JeanNkurunziza-u5v
Ай бұрын
Bamureka kuguma muhamba igihugu hejuru yinyungu zanyu ndakubwij ukuri www uvuga uku uzokubitwa inkoni yImana yo mw'ijuru hejuru yogushigikira ibinyoma
@raphaeltuyisabe
Ай бұрын
Sweti ntabwo murongoye umubambwe mwambwamw
@raphaeltuyisabe
Ай бұрын
Ico gifyoti curuhara kiriko kiradahwa ninde azogitora muzomaramara
@Joda-v3l
Ай бұрын
Ukwiye kwicwa
@NtakirutimanaPacifique-m6s
Ай бұрын
Genda ntavyaw
@EjdghEjfhj
Ай бұрын
Ntamuntu yobatora wap nimureke kwimaramaza renga ntamuntu numwe yobatora hoh ntimundondere maramara ndabatwenze imbere yokugwanira ingihugu baza murabe komateri yababashigikiye mubone kubandanya mucibitoke hoho muhangeze mwomaramara 🤣🤣😱😱
@movitsmart
Ай бұрын
Wewe urikijuju nkinda yaw kand ntanubwenge ufis ntanguvu ufise nankeyi zotuma RWASA mukutwara umugambwe kuk umugambwe nitwebwe abenegihugu ntanumwe yojinyuma yibijuju nkamwe
@FabriceNiyongabo-q2t
Ай бұрын
Imana gusa izoca ivyayo
@Bensonkwalia-qg5bc
Ай бұрын
🎉🎉🎉buramoka ngurinivyuvuga
@asterebi
Ай бұрын
Nagira biba ibitokke gusa😅
@JohnPaul-yt9sk
Ай бұрын
urigihemu gikwije ivanhombwa muvyukuri ntaho uzopfa ushitse uzorinda upfa urigipfu cumugabo
@FrancoisNijimbere
Ай бұрын
Iyombwa yumugbo harageze tuze turabe abzobajinyuma
@YezumwungereMwiza-xr7ur
Ай бұрын
Nn mubon mwebwe mwozocind ntamurund numw abiyumvamw kirets umugor wany wenyen
@celeusfatirisigaye9624
Ай бұрын
Wambwawe
@KaburaGaston-m3z
Ай бұрын
Ehe ayo mavyiii yutygabo basha ahu uvuga iki wa uri se niryooo kwel
@musambbs1939
Ай бұрын
Ikigugu kukizize indayawe nabawe abarundi utaye munyenga yumuriro bizoteba bitebuke uwiteka arabibona ngo sentare 😂😂😂😂
@NkurunzizaRajabu
Ай бұрын
Sumira abawe uburundi bwamye bwicwa naba kajorijisi.
@isaacvtv547
Ай бұрын
Imana irazi ukuri
@emmanuelminani9270
Ай бұрын
😂😂😂uburundi buracagowe
@FatumaNtirampeba-pk3yq
Ай бұрын
😂😂😂😂😂yooooo Nibara.uburundiburagowe.pe
@SaraHousemada
Ай бұрын
Imana ifashe uburundi bizagende neza 🇷🇼🫶💯
@georgettenzeyimana9339
Ай бұрын
Nibadutunganirize
@IvyonneHakizimana
Ай бұрын
💪💪💪💪💪🥰🥰🥰🥰🥰🥰