KZ
bin
Негізгі бет
Қазірдің өзінде танымал
Тікелей эфир
Ұнаған бейнелер
Қайтадан қараңыз
Жазылымдар
Кіру
Тіркелу
Ең жақсы KZbin
Фильм және анимация
Автокөліктер мен көлік құралдары
Музыка
Үй жануарлары мен аңдар
Спорт
Ойындар
Комедия
Ойын-сауық
Тәжірибелік нұсқаулар және стиль
Ғылым және технология
Жазылу
GFIC Média Tv
G. F. I. C Production Ni Company irongowe na Abel Nduwayo Official Ibaha ibikogwa bitandukanye ariko akenshi azoba ari ukwo dukora ama cinema 🎦 ama (Behind the scenes) hama Chanel imaze gutera imbere tukazobaha Ama Cinema 🎦 Meza ico nogusaba nukugira subscribe wewew utaratikora kugira ngo utazacikwa. Nizo Film Zisukuye Zizoza ziracak❤️❤️
9:51
Inyuma yo kwibaruka FANY LAVINE nishavu ryinshi avuze vyose yabwiwe nabavugishwa kumwana wiwe
2 сағат бұрын
34:58
🚨karabaye Abel arahumaganye noneho ntaco asigiye MANELLA na DIASPORA wiwe🔥| Mumureke yirongorerwe
4 сағат бұрын
11:20
😭IMODOKA irahiye iratokombeye abantu barorera😭 kuri STATION mu KINAMA
7 сағат бұрын
10:31
🚨Impundu Impundu FANY LAVINE ahejeje kwibaruka imfura ya NORASQUE| Mbega umunezero wee🔥🔥🔥
12 сағат бұрын
31:16
Ubusuma bwo kuri BATA muri Ville butorewe umuti🚨|ngubu uburyo bwo kutazosubira kwibwa utwawe
12 сағат бұрын
9:30
Yoo😭😭 ORNELLA na DIASPORA wiwe bamaramarijwe mwisoko ryabantu😭😭Mr SAMMY na X RAY BAM ivyo bamukoreye
14 сағат бұрын
4:54
Akataraboneka muri zone Gihosha 🇧🇮| Inyubako yakarorero utokwipfuza kuvamwo uyigezemwo|menya vyinshi
19 сағат бұрын
37:27
😭😭 Umugore wanje yiteye ubugumba yanka kumvyarira| RUKUNDO yankoresheje atampemba arampinduka😭
21 сағат бұрын
32:35
KANYANA kwitandukana ryiwe na MR SAMMY yishuranye ishavu💔😭|bandeke Umugabo wanje ivyacu ntibimuraba
Күн бұрын
33:01
😭CIZA Mwakunze yatawe Mugasho😭| umuhabara wumugore wanje niwe yamfungishije| biteye agahinda cane
Күн бұрын
27:28
VIVI GIFT😭💔Araturijije caane😭Iwacu turakenye caane abantu barantwenga ndahavuze|CIZA yampaye ubuzima
14 күн бұрын
35:21
BUKEYENEZA mwishavu rirenze amenye amabanga yose yumu DIASPORA yamuhendesheje amahera ngo ahebe Film
14 күн бұрын
24:19
😭 Mushiki wa MR SAMMY mugahinda ni IHUNGABANA😭|| Nakuze ndi mayibobo imyaka 8 ntazi abavyeyi banje
14 күн бұрын
17:08
GRACE na LIONNEL bahatswe kwicanira mukiganiro umuriro uratse🔥|Abel ahawe ubutumwa buremereye
14 күн бұрын
17:01
Ivyashikiye MIMI mu RWANDA n'IMANA yonyene😭|Sinzocikira mukuja kumugabo nimureke kunyagiriza abagabo
14 күн бұрын
21:37
Bahatswe kwicwa numunezero kubera GRACE na Bagenziwe🔥|UMURYANGO WAGUTSE ukoreye amateka abo KUMUBONE
21 күн бұрын
35:05
🚨Tabara ABEL NDUWAYO afatiwe kukibuga c'indege numugore wabandi🔥|| ivyo bahakoreye namarorerwa
21 күн бұрын
16:09
Akataraboneka mu RUMONGE HÔTEL yambere yigitangaza|| Intahe yukuntu yateye imbere ava mubuzima bubi
21 күн бұрын
9:19
Inyuma yamaziko MR SAMMY bamubwiye amajambo akomeye cane abakinyi ba Film|nintererano ya 1.500.000fb
21 күн бұрын
11:55
R.I.P MAMA SAMMY😭: Bamweretse urukundo rudasanzwe NORASQUE, ABEL, AMEDEE Nabandi bakinyi kumaziko😭
21 күн бұрын
53:45
😭KUMAZIKO YA MAMA MR SAMMY Namarira gusa😭 PAPA SAMMY Ashengeje abamwishe kumugaragaro😭 tuririye rimw
28 күн бұрын
35:24
MARIAGE💍❤ yakataraboneka🔥 L9 arongoye umu DIASPORA wambere mwiza💍| avuze uko bahuye turumirwa
Ай бұрын
27:14
🚨🔥 umugore wa ABEL NDUWAYO n'abana biwe bahatswe kwicwa numunezero murugendo| raba ukuntu biryoshe❤
Ай бұрын
11:22
Harahiye🔥 ORNELLA MUTONI na ABEL NDUWAYO❤ ivyabo bigarutse kunguvu zidasanzwe| raba ivyo bakoze❤
Ай бұрын
8:45
❤IMIRYANGO irenga 200 yaba ntahonikora🇧🇮 igiye kuronswa ubufasha kubwigiteramo C'umuririmvyi Etienne
Ай бұрын
29:05
SAUDA Mwakunze Imana iramuteturuye Amarira yarize😭❤| Umugabo wiwe amugeranye america🇱🇷❤| umve intahe
Ай бұрын
10:03
😭R.I.P MAMA MR SAMMY😭: Urupfu rwa Mama Sammy ruteye agahinda abantu bose namarira gus kukiriyo
Ай бұрын
8:46
😭IMANA yonyene niyo yamurokoye YARAPFUYE iri joro B FACE 😭| Isangaya yakoze riteye ubwoba cane
Ай бұрын
19:14
🚨INGARUKA FILM: Harahiye🔥CADEAU, ARVELLA, MIMI MIREILLE na SABBAS ntaco abasigiye CÉDRIC Vyose hanze
Ай бұрын
Пікірлер
@tishiozombi2159
4 сағат бұрын
Good job
@RebeccaCiza
6 сағат бұрын
❤❤❤❤❤🎉🎉
@سلاممحمد-م6ظ7و
9 сағат бұрын
Uragakira muvyeyi mwiza uwukwanka akwandureko❤
@AlexisSengiyumva-f4n
10 сағат бұрын
Nimba atawapfuye niyihangane imodoka azogura niyind
@abelhabarugira1594
14 сағат бұрын
Kwerekana umwana mwibarutse ntibikenew uwukeney kumubona azomusanga muhira
@aishalovesesibe
20 сағат бұрын
Ni mwonkwe Fanny Lavine na Norasce🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@KanyamunezaEric-h6x
20 сағат бұрын
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@NdayishimiyeFloride-d4h
23 сағат бұрын
Nimwonkwe nibikura musubireyo ntihababa ❤❤❤❤
@fabricendayishimiye419
Күн бұрын
Ikiganiro cari kiryoshe😂 ewe Abel shaa😄
@chnae-k5o
Күн бұрын
Nihatar
@alinelina8333
Күн бұрын
Ninkumuntu yagutije uwo mwana 😢😢😢
@IrakozeNadia-u7q
Күн бұрын
Courage
@IrakozeNadia-u7q
Күн бұрын
Eira❤
@SggzgxgSggzgx-dd5uf
Күн бұрын
❤❤❤
@Vyukusengejoselyne-e7m
Күн бұрын
Abavugichwa barih kbx bavuga ivyukuri nabandi babecha jew baŕamvuzeko nirenganiye numv umuntu arabwiy ngo ntakwezi sigaj nturiye indege vyagenzuko nyene abibwiye nanj ubwanj ndumirwa mbere narabipinga ngo ntamuntu abah avugichwa❤❤❤😂😂 fan iciz nuko wibarutse amahor ahubwo subirayo ntamachwa ❤❤ uzane umukobwa nawe❤❤❤
@محمدمقبل-ق6ط
Күн бұрын
Nukuri ntawanka abasenga ariko benshi barahahamura umuntu rero kubwivyo twige kwisengera twizereko natwe dushoboye je barabimbwiye ariko ntamutima nabishizeko Uzi umuntu aza kukubwira ngo ntuzovyara neza Niko bavyeretswe😂😂😂😂
@appolineiradukunda9549
Күн бұрын
Ndanka cane abantu bigira abahinga. Umuntu nukugumana ukwemera abafise kuko Imana uyemera ntiyoza gucisha kuwundi, yo ubwayo bivanye n'ubucuti mufitaniye iragusanga ikakwibwirira kandi ntaho ndumva ngw'Imana yaraye imbwiye ko ikigihe nikigera nzoca mpfa,wapi. Ama associations (amadini) yabaye menshi banayacamwo ingero. Félicitations mingi famille Nono. Abo nabo nukubegezayo kuko baba bafise impwemu mbi.
@EmelyneNshimirimana-p7m
Күн бұрын
🎉🎉🎉🎉🎉
@abdullahalamhany9684
Күн бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂
@nizigiyimanaesperance-jt2ty
Күн бұрын
Nukuri najewe nsigaye ntemera abavugishwa kuko ivyo bagiye bamvugishwako najewe nasanga atarivyo kuva mba sindahura numuvugishwa wukuri
@AniellaTuyikeze
Күн бұрын
Non uyomwana kobatamwerekana mumaso tumubone😂😂😂😂nirenganira
@INGABIREAnitha-y4o
Күн бұрын
Nuko ni nomwonkwe
@ShanteSh-o2j
Күн бұрын
Wizera iyaturemya nayubundiho abantu nabantu niwonkwe Imana imurinde
@GerardHatungimana-mn9yo
Күн бұрын
Nugusenga bavyeyi lmana iratabara wovyemera utovyemera
@wyisisomiy9722
Күн бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ykow❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@SaydatSaid
Күн бұрын
Nimwogwe muvyeyi
@MadinhMadinh-q2g
Күн бұрын
❤❤❤
@EmelyneKUBWIMANA-e2m
Күн бұрын
Turam❤❤❤❤❤❤❤
@JoselyneNgere
Күн бұрын
Ntivyorosh mwiyimisi
@RebeccaCiza
2 күн бұрын
😂😂😂😂😂❤❤❤
@YvetteNdayishimiye-e5m
2 күн бұрын
Abel komera mugabo igitangaje mudiaspola barinda guharuza uburoso kugira ace ntabaho ahubwo nibazako yarumuyede kuko ndumurimyi aroga😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@Alinebella-Niyogushima
2 күн бұрын
Abel ndamuramukije umusi umwe nari muri PAF i bujumbura ndikumwe n'abana banje burya abana banje bamubonye Abel baciye bamumenya batangura kuvugako bamuzi ndababajije ati mwebwe mumuzi hehe?😂 ngo muri film kuri RTNB. Ivya Ornella navyo birya yakoze na jewe kuva umusi wambere narabonyeko urya atari umu diaspora wapi
@CizaEugene-h7p
2 күн бұрын
Atwaragwiwe kabisa😂😂😂😂😂 nkumbuye wew abel
@KhanKhan-z4d1j
2 күн бұрын
J
@abdullahalamhany9684
2 күн бұрын
❤❤❤😂😂🎉🎉🎉
@ناصرعايض-ج8ت
2 күн бұрын
Komera cane aberi Wirambir ❤❤❤❤
@MeddyZÖDesire
2 күн бұрын
Amen karibu kibond namwe bavye nimwonkwe
@CocoClaudine-v9k
2 күн бұрын
Birababaje kweri😭😭😭
@mugishabelysebelyse6294
2 күн бұрын
😂😂😂❤❤
@AudreilleIrakoze-f7m
2 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@wyisisomiy9722
2 күн бұрын
Hgko❤❤❤❤❤❤❤🎉
@nizigiyimanaesperance-jt2ty
2 күн бұрын
Uziko nanje nahevye ishuri kubera inkoni narya,😂😂❤
@AudreilleIrakoze-f7m
2 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@Bella-q9k8h
2 күн бұрын
😭😭😭😭😭
@kevincandy3488
2 күн бұрын
😂😂😂
@SaydatSaid
2 күн бұрын
😂😂😂😂😂😂😂
@boscoconkunze1068
2 күн бұрын
Abelooooo🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
@IrakozeNadia-u7q
2 күн бұрын
😮😮😮😮😮
@IrakozeNadia-u7q
2 күн бұрын
😢😢😢😢😢
@RoseRose-cb6qq
3 күн бұрын
Yewegayewe. Mukamawikigogwe😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮
@ntungwanayoodette752
3 күн бұрын
💔💔💔😭😭😭
@hannahomar1379
3 күн бұрын
Yoooo ndabahaye Pole 😢😢😢
@AliFaxi-Mille
3 күн бұрын
Yooo mana tabara ubwok bwawee 😢😢😢