Nimba uguhitamwo kutaba ku muntu, sûrement ko kuba ku Mana. None ko bamwe batazokwizera kandi bakaja no mu muriro bisigura ko ivyo yategerezwa kubakorera izoba yananiwe no kubikora? Nizera ko agakiza Imana yagatanze ariko umuntu ahitamwo kukakira!
@jeanclaudeniyonkuru5662Ай бұрын
Urakoze gukangurira imitima yacu,kwibutswa ko tudakwiye gufata ibisanzwe inkuru nziza
@juliennemukeshimana5635Ай бұрын
Amennnnnnn
@constantiniradukunda7305Ай бұрын
❤
@prospernkunzimana9264Ай бұрын
Amen amen et merci pasteur pour la bonne nouvelle
@gacutinelly1156Ай бұрын
Merci bcp paster
@DieudonneNiyonizeyeАй бұрын
Nzokomez,, kwiga,kuko nsanze. Dukizwa buri musiiii,,,,, shimiy nuwayisize Kur status 🙏🙏🙏
@DieudonneNiyonizeyeАй бұрын
🙇🙇🙇👌🦻🧏🙇🙇🙇
@jeromendayisaba9803Ай бұрын
Imana idufashe cane tube abidegemvya tuve mugahahazo ka Satani.Amen
@paternosterkingАй бұрын
Mbeg'inkuru nziza y'agakiza💯%
@LeonidasHatungimanaАй бұрын
❤
@juliennemukeshimana5635Ай бұрын
Murakoze cneee goseee
@jeanelogenishimwe5020Ай бұрын
Ntakindi dukeneye atari kumenya no kwizera Inkuru Nziza ya Yesu Kristo
@nicaisenduwarugira7833Ай бұрын
amen
@JeandeDieuKWIZERA-g7dАй бұрын
Ndakeneye Mana kandi inkuru nziza birushirije!!!
@NiyoDonna3404Ай бұрын
Wow this new generation needs to hear this treasure.
@edmondhakizimanaАй бұрын
Amen
@NdereyimanaAndre-zr1gmАй бұрын
Merci de la bonne nouvelle👏
@twagiramungudidier6097Ай бұрын
Amen..
@juliennemukeshimana56352 ай бұрын
🙏🙏🙏🙏
@ViateurKwizera-gk2pm2 ай бұрын
Benshi pastor turavyiyitirira,Aho ndavuga guhitamwo kwizera
@valerecedrichayimana2 ай бұрын
Ibi aba Pasteurs bahano iBurundi barakwiye kwumviriza ino videos nizindi zarenganye hano kugira ngo zitume batangura kwibaza kubutumwa bashikiriza ko batouchA kuco Bible yigisha cose "kuko ntacishije i ruhande mbabgira ivy' Imana yagabiye vyose." Ivyakozwe n'Intumwa 20:27