Пікірлер
@florencemary117
@florencemary117 14 күн бұрын
Thank you for posting this video I was trying to find videos talking about Burundi history or anything talking about the culture of Burundi starting from the ancestors and their lives and this really helped thanks for posting ❤
@SimbiziBangananga
@SimbiziBangananga 2 ай бұрын
☀️Abakurambere batazimiza batuje imbere
@anicetnsengiyumva5572
@anicetnsengiyumva5572 2 ай бұрын
Iyo yaba ari serugo umunsi woguca kumazi abamukomokako baba babamoye bakazinduka mubucagucagu kwiyoga mu mwoga kumugezi.
@EmileDari-iq5gn
@EmileDari-iq5gn 3 ай бұрын
Murahanura leta isubize imico yakera kwatira no kubandwa
@isidorinsabimana410
@isidorinsabimana410 3 ай бұрын
Murakenuye ibintu vyungura ubwenge cane hanyuma muzotwereke aho Mwezi yihereye ubuki ku Mutware Maleza hariya kw’Iraro avuye i Bujumbura kuba Dagi
@Nze55
@Nze55 4 ай бұрын
Kuki mutabadanije urungedo gwishure?
@richardahishakiye5613
@richardahishakiye5613 5 ай бұрын
Ndipfuza number ya ngurube please ❤
@richardahishakiye5613
@richardahishakiye5613 5 ай бұрын
Ndatanzemwiriwe amahoro y Imana abane namwe
@ndihokubwayochristine2821
@ndihokubwayochristine2821 8 ай бұрын
Komera mutama NGURUBE
@cedricrukundo7229
@cedricrukundo7229 9 ай бұрын
❤❤❤
@honorendayirukiye2767
@honorendayirukiye2767 9 ай бұрын
courage bana bigihugu
@honorendayirukiye2767
@honorendayirukiye2767 9 ай бұрын
Never giv up mr NGURUBE
@gratienrukindikiza8775
@gratienrukindikiza8775 Жыл бұрын
Ni vyiza gose kugumya akaranga. Mushingantahe Ngurube urakoze kutumesha akahise. Idini ryacu niryo kubandwa. Ayandi aratugora kwumva
@volo-music2263
@volo-music2263 Жыл бұрын
Za murabandanya
@volo-music2263
@volo-music2263 Жыл бұрын
Za murabandanya ibiganiro nkibi Biradufasha cane
@kwizerimanabosco1576
@kwizerimanabosco1576 Жыл бұрын
komera bro
@kwizerimanabosco1576
@kwizerimanabosco1576 Жыл бұрын
ndabe mey
@kwizerimanabosco1576
@kwizerimanabosco1576 Жыл бұрын
asant batama muzoduhoreze amakuru yisato iri ikanda imuravya
@godefroidhabarugira4147
@godefroidhabarugira4147 2 жыл бұрын
Komere komere kukaranga kakera
@marie-paulemunyembari1503
@marie-paulemunyembari1503 2 жыл бұрын
Iki gikorwa mukora ni ciza cane! Murakoze kuza muratwigisha batatwigishije mw'ishuri 🙏🏿🙏🏿🙏🏿🙏🏿
@fctv9353
@fctv9353 2 жыл бұрын
Ndashaka kuja muriyo group yakaranga
@ghostagee5232
@ghostagee5232 2 жыл бұрын
Nta bagabekazi bane barimwo! Les etudes ont ete faites! Irementanya rirabarembeje!
@rukamatarodrigue8597
@rukamatarodrigue8597 2 жыл бұрын
Komera kw'ibanga
@kamikazenationofficial4591
@kamikazenationofficial4591 2 жыл бұрын
hamwe novuga ko mutakoze noba nihakanye ko ntari umurundi ntanakunda afrika Kwemera abazungu ni vyiza ariko kumenya impamvu nabo batatwemera nico gikenewe courage bwana segihembe na semavumba nanje nka siniha ndabari inyuma
@nickgiriteka9244
@nickgiriteka9244 2 жыл бұрын
Kbx👊🙌
@albertndayishimiyekarasira240
@albertndayishimiyekarasira240 2 жыл бұрын
Ngurube rugamba mwe ngurube mwene babaye...
@albertndayishimiyekarasira240
@albertndayishimiyekarasira240 2 жыл бұрын
Abanyange bahezagiwe
@ntwarintare
@ntwarintare 2 жыл бұрын
Imana Ibahezagire
@melchiorntiruhenura6560
@melchiorntiruhenura6560 2 жыл бұрын
Bamutana ikara bisigura ko yaba azimye nk'ikara, ko ataco asize.-
@melchiorntiruhenura6560
@melchiorntiruhenura6560 2 жыл бұрын
Urakoze. Des mots clairs et pleins d'inspiration. Aussi un peu de mélange de pur mythe.-
@ngendakumana_mbasha
@ngendakumana_mbasha 2 жыл бұрын
Imana Y'Abarundi Ikomeze Kubana Namwe Inabahunde Ubwira Mukomeze Kudushikana Ku Mico N'Akaranga Vyacu Eka Ni Ku Muzi Nyene 🖤
@francescofabbiano9352
@francescofabbiano9352 2 жыл бұрын
Vous avez une belle histoire
@thierrykwizera1513
@thierrykwizera1513 2 жыл бұрын
Wooooooow ❤️❤️❤️❤️ murakoze cane!!!! Murakoze kutwigisha ivyo batatwigishije kW ishure. Twe muri Diaspora turakenye inyigisho nk izo ♥️
@m_nick4750
@m_nick4750 2 жыл бұрын
Imana Y'I Burundi Ibarinde agahundwe Bamararungu 🙌
@rwamugano4203
@rwamugano4203 2 жыл бұрын
Muri IMFURA basha mukomeze mutwigisha kahise. Ivyo navyize muri Histoire muw'icumi na gatatu ariko ubu ndabitahuye ivyo nize nshira ku mutwe.
@TrendHit-Tv
@TrendHit-Tv 2 жыл бұрын
Love from Olikingpro
@Zionmelodyfamily12
@Zionmelodyfamily12 2 жыл бұрын
Imana ibahe umugisha
@achelmpawenimana5870
@achelmpawenimana5870 2 жыл бұрын
Yemwe yemwe yemwe Murakoze cane! Imana y'Uburundi bwa nyaburunga ibarundemw imigisha Abakurambere bashishikare kubana namwe! Ni mwenewanyu Kiranga Kirumweru Kiranga kirang Imana y'Uburundi
@gitiritiriblackgorilla7459
@gitiritiriblackgorilla7459 2 жыл бұрын
Très intéressant l nouvelle génération doit faire face a ça, comprendre l source de nos ancêtres
@thierrykwizera1513
@thierrykwizera1513 2 жыл бұрын
🙏🏾🙏🏾🙏🏾
@rwamugano4203
@rwamugano4203 2 жыл бұрын
Gwira Gwira
@rwamugano4203
@rwamugano4203 2 жыл бұрын
Uta akaranga ugatora IBARA 😰
@Semavumba
@Semavumba 2 жыл бұрын
ukuri aho kwamye
@emeryrwankineza8556
@emeryrwankineza8556 2 жыл бұрын
Imana yabakurambere ibahezagire
@ngendakumana_mbasha
@ngendakumana_mbasha 2 жыл бұрын
Abaranga B'Akaranga 👌🏿✍🏿♥️🇧🇮💯 Gusubira Ku Muzi 👌🏿🙌🏿🙏🏿
@ntwarintare
@ntwarintare 2 жыл бұрын
👏👏
@ngendakumana_mbasha
@ngendakumana_mbasha 2 жыл бұрын
Ku Muzi 👌🏿✍🏿🇧🇮
@hamidmido0956
@hamidmido0956 2 жыл бұрын
Turakeneye expedition yokubandwa nukuri ...
@nikizaaimable2436
@nikizaaimable2436 2 жыл бұрын
😋😋
@albertndayishimiyekarasira240
@albertndayishimiyekarasira240 2 жыл бұрын
❤❤❤