Пікірлер
@WilsonMunezero
@WilsonMunezero 13 күн бұрын
Abantu biyumvira nka Rwagasore biragoye kotuzosubira kubabona murubu burundi
@JacksonNdayishimiye-p6j
@JacksonNdayishimiye-p6j 19 күн бұрын
Aho hari kuba colonies, hakiri abami gusa ntawava mugihugu. Bahunga ikori, nikiboko. Wokosora
@Billy_charlesIteriteka-r7x
@Billy_charlesIteriteka-r7x Ай бұрын
Inkozi z'ikibi zishe Ndadaye nizo zakwegeye amahano igihugu cabayemwo kugez nuno musi😂😂 Ubandanye uruhuka amahoro ntwari ya democratie
@NimubonaJamari
@NimubonaJamari Ай бұрын
Imana,irababona,nugusenga,bazoterimbere❤❤❤lov,burundi
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 Ай бұрын
Baraduhekuye sha kudutwara intwari zacu rwagasore na Ndadaye
@Adujeanclaude
@Adujeanclaude Ай бұрын
🎉🎉🎉
@prospertv9090
@prospertv9090 Ай бұрын
10.000.000 yico gihe yari kwubaka stade mpuzamakungu
@itoreroburundi9009
@itoreroburundi9009 Ай бұрын
Iyo ntiyari priorité économique
@iriyazimanapascal7098
@iriyazimanapascal7098 Ай бұрын
Nagire mbanze ndabashimire kubwitange mwakoresheje mukutugezaho ayo makuru y'ivyo ntwari y'umuganwa atari umugani Ludoviko Rwagasore, Vy'ukuri sinogenda ntabivuze, Rwagasore yari umugabo arinda butey'ubwoba, ariko akamana indoto zigera kure mugukunda igihugu ciwe atakwihisha, Jewe ndi muti kandi mvutse ejobundi muri 1981 ariko ivyo nzi n'uguhera muri 1993 kuri Ndadaye kugera unomunsi , Ariko ndamaze gutembera no gusoma ibitari bike vyagiye biranga abagabo b'intwari kw'isi , Rwagasore ndamufata nka : Mhamar Kadhafi (Libya) Thomas Sankara (Burkina Faso) Fidel Castro (CUBA) Dr John Pombe Magufuri (Tanzania) Capt Ibrahim Traoré (Burkina Faso) Abo bantu uko ari 5 nibo ngereranya na Rwagasore 100% kuko ntampwemu yo kwikunda ,y'uburyarya,y'ubusuma canke impwemu yo kudahana imihimbiri ,IBISUMA n'abambuzi yari muvyiyulviro vyiwe ,kandi yari umugabo avuga make kandi akavuga ivyo ashoboye gushira mungiro Nk'ubwo hariho abandi muri afrika babikoze neza ariko abo 5 nibo mfiseko référence y'ubutwari bwa Rwagasore n'ubwo uwo muri Angola yubatse igihugu kigahinduka mubuhungiro bw'abera ntwobuka uwanse ko bazana ama dollars Kubera bari guca bayasahura ,akazana abakora bagakorera kulasezerano y'ibihembo bivuye mubutunzi kama bakabona gitera imbere ariko atawunyuruje ivya Leta ,uko Niko Angola yazamutse none uyumunsi n'icirore c'abkrabure babanyafrika , Rwagasore wumvirije ijambo yavuzé umunsi atsinda amatora warumva neza ko atazobaho kubera ubutwari bwiwe ,ariko yarakoze ba Rwagasore bazotzba baboneka kuko irya mpwemu yiwe ntizobura uwo yandukira nka kurya kwa Thomas Sankara yayisigiye Capt Ibrahim Taroré Imana urazi ibibereye izobishitsa niko nsenga mvuga nizeye ko ntazopfa ntabonye igihugu ca Rwagasore .
@LameckNgabo
@LameckNgabo Ай бұрын
Nigatoya ntigakwiye inkuru ningufi
@gihungaselemani8727
@gihungaselemani8727 2 ай бұрын
Nyakwigender yabuz igisirikar ubund yarumugab
@pilipilihatungimana4421
@pilipilihatungimana4421 2 ай бұрын
Les discours vides se sont créés de puis longtemps.
@digitalhead1345
@digitalhead1345 2 ай бұрын
Important
@hakizimanasalvator18
@hakizimanasalvator18 2 ай бұрын
Komera kwibanga❤
@murimatv4448
@murimatv4448 2 ай бұрын
Uyo yari umugabo w'indyamunyu.twarabutse
@joemac7463
@joemac7463 2 ай бұрын
Simbona impamvu iyi vidéo abantu batayiraba cane cane abana batari bwavuke 1993 ck batari bwakwize au-moins 10 ans icogihe !!! Jew ndibuka icogihe narimfise 5 ans narabona namaso ariko nkayobegwa ivyarivyo !!! Amakuba u BURUNDI bwaciyemwo inyuma yigandagurwa rya ndadaye narayabonye nivyakuriye !!! Nanje narahavuye ndifatanya nabandi barundi muri 2002 nkiri kadogo ndakorera igihugu muburyo bwoguhabuza intahe yokwikukira !!! Murakoze caaaaane nyaburunga TV
@fidelehabineza8097
@fidelehabineza8097 Жыл бұрын
Vraiment en 1963 ?
@nyaburungapost
@nyaburungapost Жыл бұрын
En effet oui
@MabrukiNgereza-gj7mz
@MabrukiNgereza-gj7mz Жыл бұрын
Ruhuka amahoro Nyenicubahiro Président Jean -Baptiste Bagaza
@MabrukiNgereza-gj7mz
@MabrukiNgereza-gj7mz Жыл бұрын
Mwiriwe Nyaburunga Post
@sylvestrendayikeje1026
@sylvestrendayikeje1026 Жыл бұрын
Félicitations Monsieur Ambassadeur
@alexikagoma5135
@alexikagoma5135 Жыл бұрын
Uyumugabo nihatali
@rebeccantanyungu6314
@rebeccantanyungu6314 Жыл бұрын
None Urwanda ni HCR? Ntimukoreshe amakosa. Abategetsi babarundi nibashikire HCR. Abategetsi b'Urwanda babivuze keshi. Abategetsi babarundi mureke kujijisha abarundi.
@ernesthakizimana7203
@ernesthakizimana7203 Жыл бұрын
Ariko imodoka mukoresha transport zarashaje kabisa
@sengiyumvaanicet
@sengiyumvaanicet Жыл бұрын
Kuri otrako mwarabikoze mushimigwe nahasigaye hakosogwe
@adriennduwayo8564
@adriennduwayo8564 2 жыл бұрын
Good job my President!