Пікірлер
@manundayi2409
@manundayi2409 53 минут бұрын
Iyo mikeke munyeretse Imana ibaharire
@honorinenibigira
@honorinenibigira 9 сағат бұрын
Vuga ikirundi none nturi umurundi basi uragenda une murwanda kuko niho ukunda
@user-xr6eb5in9h
@user-xr6eb5in9h 17 сағат бұрын
None Monia Ubu rero usigaye wivugisha ibinyagwanda🤭ubu wovuga ururimi gwawe ubona bitoba biryoshe
@Twe7
@Twe7 Күн бұрын
Mooo turashaka vlog ya skin care routine yawe n'amavuta wisiga vyose😢
@rwemavedaste-dh8vj
@rwemavedaste-dh8vj Күн бұрын
Monia fleur nibakureke ni Choix yawe kuvuga ururimi ushaka abanyarwanda na barundi turibamwe,❤
@debieclover
@debieclover Күн бұрын
Part 2 mona 😊pls
@user-kr7zp1uj5o
@user-kr7zp1uj5o Күн бұрын
Ivyo binyarwanda uvuga abarundi biturya mumatwi ntuze uratuma tugutuka kandi tugukunda.
@user-hs9kt7fw6s
@user-hs9kt7fw6s Күн бұрын
Kandi moo ww kuvuga ikirundi ngira birakuramaramaza cn 😂 none bsii kutari murwanda bsii ngupfumubavugish mururimi rwabo arik muri Kenya kl 😂 kinyarwanda haaa narumiwee koko 😂
@IduhangazePrince-pp3pn
@IduhangazePrince-pp3pn 2 күн бұрын
Hey Hamjaenda Mandamano!!?
@ibanzaguserukachalom1460
@ibanzaguserukachalom1460 2 күн бұрын
Imana ninziza monia😊😊😊
@_-wt8ns
@_-wt8ns 2 күн бұрын
Urasumavyich momo unomusindaza fusangire
@niyorukizaelias8142
@niyorukizaelias8142 2 күн бұрын
Birabereye
@leauwimana7238
@leauwimana7238 2 күн бұрын
Bisous 😘🥰
@FKiller-NYENE
@FKiller-NYENE 2 күн бұрын
❤❤❤❤
@nellykwizera1989
@nellykwizera1989 2 күн бұрын
None uwo mwana ?
@rwemavedaste-dh8vj
@rwemavedaste-dh8vj 4 күн бұрын
Vraiment iyisho yari renze kbs,hejuru cyane.
@bigosr779
@bigosr779 4 күн бұрын
Wsup guys Let me ask you 1 question in Buja hoba aho bigisha ibi bikurikira 1. Gusuka ki vip 2. Kwoza inzara cg kuzisiga fresheur 3. Making the Professional make up 4. Nibindi vyishi kama unapajuwa hit me up 5. Shugwe ishura nibindi bigezweho ndafise umuntu afise amahera mugabo ashaka kuvyiya fresheur ( Buja)
@QuerisBody
@QuerisBody 5 күн бұрын
Respect
@UwimanaChristabella-gd6cg
@UwimanaChristabella-gd6cg 5 күн бұрын
birikuwa ni moto kbx ❤❤❤🎉🎉🎉❤🎉❤🎉❤🎉❤🎉❤🎉❤❤🎉🎉🎉❤🎉🎉🎉❤
@user-lq5cd9ru2m
@user-lq5cd9ru2m 5 күн бұрын
Biba bitesa Sha nkund monia can
@ncuti_yabose
@ncuti_yabose 6 күн бұрын
Big and Amazing Team 💕💟 #MoGang
@kerssydaxineirishura9535
@kerssydaxineirishura9535 6 күн бұрын
Behind thé scène biba bitesa snaaa
@MariejoseIRAMBONA-jc8pk
@MariejoseIRAMBONA-jc8pk 6 күн бұрын
Shurwe
@christainc.5217
@christainc.5217 6 күн бұрын
❤❤❤
@DanellaNdayizeye-cx1ry
@DanellaNdayizeye-cx1ry 6 күн бұрын
😂Biratesa Saanaa❤🎉
@Africanboy91
@Africanboy91 8 күн бұрын
Ufise inzara nziza uzoze urazigumiza uko upfume usiga neutre ça suffit
@SoneraAnytchka-dy1kp
@SoneraAnytchka-dy1kp 10 күн бұрын
Eweeh monia uraziran nabirabur😂
@schadrackniyonkuru6523
@schadrackniyonkuru6523 10 күн бұрын
@graceniyonagize260
@graceniyonagize260 10 күн бұрын
Incwiiiii ak bb mura tesa
@Mukunzijolie
@Mukunzijolie 11 күн бұрын
Dj inshallah is beautiful 😘
@user-se8hf1ss1s
@user-se8hf1ss1s 11 күн бұрын
Moni uradushisha pe warigize akaraya ugaheza ukatunukira! Ntacuzovamwo
@user-gc7xe1wq9m
@user-gc7xe1wq9m 10 күн бұрын
Ur sur kwatanzara ufise abanukira MWe nande abashisha MWe nande hariho abagutumye ubavugire
@AfricaMobileRepair
@AfricaMobileRepair 11 күн бұрын
toujours ! Elle est très faible
@AfricaMobileRepair
@AfricaMobileRepair 11 күн бұрын
nayikunze Nuko atantumiye duhurire Nairobi
@OverBeyond257
@OverBeyond257 11 күн бұрын
Nimba mwakunze visit🇰🇪ya monia fleur Mumpe like muzoba mukoze🔥🔥🙏
@IduhangazePrince-pp3pn
@IduhangazePrince-pp3pn 11 күн бұрын
Uyo mtuwa Ubber murek kumugoraaaa!!! 😂😂 Akona mtuuuuu😂😂
@emilyKay8
@emilyKay8 11 күн бұрын
❤❤ ndagukunda impande zose 🎉❤🎉🎉
@IribagizaCleniaNina
@IribagizaCleniaNina 11 күн бұрын
Stun gal 🥰🥰🔥🔥🔥
@_-wt8ns
@_-wt8ns 11 күн бұрын
Mbewaramocheje
@rwemavedaste-dh8vj
@rwemavedaste-dh8vj 11 күн бұрын
Monia fleur urasaneza mu mutwe ni bon
@gogogloria3991
@gogogloria3991 11 күн бұрын
Uzonyemerer ndakuramutse basi une et une seule fois
@gogogloria3991
@gogogloria3991 11 күн бұрын
Uzonyemerer ndakuramutse basi une et une seule fois
@gogogloria3991
@gogogloria3991 11 күн бұрын
Monia jew naragufiriy jew gogo nukuri
@user-sy8fi1mi5v
@user-sy8fi1mi5v 11 күн бұрын
Komer murund kaz
@ncuti_yabose
@ncuti_yabose 11 күн бұрын
Chrie Wanje Ntabikunda 😍😍
@HarerimanaAlexis-wv6oc
@HarerimanaAlexis-wv6oc 13 күн бұрын
М
@LomamiJospin
@LomamiJospin 15 күн бұрын
Monia ndagukunda wakwibaza ko ndagukunda ivyaba chr no!suko❤😂
@OlivierNduwayo-qj3qq
@OlivierNduwayo-qj3qq 15 күн бұрын
Abana biburundi
@yvettenzeyimana9548
@yvettenzeyimana9548 16 күн бұрын
Ntubeshe kweri, irya z'i Burundi ziraryoshe😋😋😋😋
@_-wt8ns
@_-wt8ns 16 күн бұрын
Momo sava
@_-wt8ns
@_-wt8ns 16 күн бұрын
Ereguburundi bwacu nibwiza nuko harabashaka kuguma bavyonga gusa nayahanduburundi kubifingugwa kurikirima yaho turabanber
@firesneezy279
@firesneezy279 18 күн бұрын
Ikiryohera uko naw uz ko ufis inda nini sindayikunda vrmt irakwonona!!