Пікірлер
@jeandamascenedukuzumuremyi5062
@jeandamascenedukuzumuremyi5062 3 күн бұрын
Of you
@EzeNduwayesu
@EzeNduwayesu 27 күн бұрын
@FabiolaKanobayire
@FabiolaKanobayire Ай бұрын
Bahaga, je me rappelle de vous quand qd nous etions enfants. Je vous voyais passé devant notre maison à Nyakabiga muni de votre guitare.
@janviernshimiyimana5687
@janviernshimiyimana5687 Ай бұрын
Uje kumva original nyuma ya Kitoko 👍
@MugishaLambelt
@MugishaLambelt 2 ай бұрын
C'est une.bonne chanson
@CesarBizirindashi-ip5dj
@CesarBizirindashi-ip5dj 2 ай бұрын
Ndibuka muri za 89 iyi ndirimbo isohoka abavyeyi banje bari kumwe na famille yindi yaje kubaramutsa bariko barayiririmba baryohewe cane vyari biryoshe avec ce Burundi de l'époque, nari mfise imyaka 6 ariko womenga hari ejo
@IrisMutima-ye2by
@IrisMutima-ye2by 2 ай бұрын
Nostalgie 🥹🥹
@Klaudius-y9n
@Klaudius-y9n 2 ай бұрын
Iyi ndirimbo inyibutsa byinshi nkiri umwana iyo nyumvise nsa nkuri mu bitotsi .kuko inyibutsa umuryango wanjye wose wazize amahano ndengakamere (Genocide) nkasigara ndinyakamwe twakundaga kuyumva turi iwacu mu rugo.
@Klaudius-y9n
@Klaudius-y9n 2 ай бұрын
Iyi ndirimbo inyibutsa byinshi nkiri umwana iyo nyumvise nsa nkuri mu bitotsi .kuko inyibutsa umuryango wanjye wose wazize amahano ndengakamere (Genocide) nkasigara ndinyakamwe twakundaga kuyumva turi iwacu mu rugo.
@Klaudius-y9n
@Klaudius-y9n 2 ай бұрын
Iyi ndirimbo inyibutsa byinshi nkiri umwana iyo nyumvise nsa nkuri mu bitotsi .kuko inyibutsa umuryango wanjye wose wazize amahano ndengakamere (Genocide) nkasigara ndinyakamwe twakundaga kuyumva turi iwacu mu rugo.
@NadineKanyange-s9t
@NadineKanyange-s9t Ай бұрын
Mpore
@alexisnsengiyumva5572
@alexisnsengiyumva5572 2 ай бұрын
Bahaga warakoze cyane, nkunda izi ndirimbo z'abaturanyi avandimwe bacu. Barundi namwe banyarwanda, dukomere ku isano dufitanye, twirinde ibidutanya, dukundane, twirinde imipaka hagati yacu.
@VYIZIGIROFiston
@VYIZIGIROFiston 2 ай бұрын
Utumy ndira nkumbuye uburundi mbana nabanyarwanda thrikundaniye abatubonye batubaza none muvuga ururimi rumwe kandi mudasangiy ibihugu natwe ngo ibihugu vyacu ni abavyara duhuriye kurivyinshi ntatandukaniro ririhagati yacu
@Pacifiquenkurikiye
@Pacifiquenkurikiye 2 ай бұрын
Abakera mwari muzi ivyo murimwo
@OmariCoyishakiye
@OmariCoyishakiye 2 ай бұрын
Izoguma ariyambere
@NiyonkuruEric-cm4im
@NiyonkuruEric-cm4im 4 ай бұрын
Legend Bahaga
@MRPIXOS-nb1pp
@MRPIXOS-nb1pp 4 ай бұрын
Iyi song yubahwe no muri 2024 ntiturayibagira iguma idukora kumutima
@PeaceIshimwe-q1k
@PeaceIshimwe-q1k 4 ай бұрын
Cette chanson est très belle 😊
@tumuhaisenelson7304
@tumuhaisenelson7304 5 ай бұрын
Always great
@DushimeGloria
@DushimeGloria 6 ай бұрын
Iyi ndirimbo nayikunze kuva ngifise 5ans en 2006 nayikundishijwe na mawe ,sinatahura neza ibirimwo mugabo ubu ndabitahura neza bikanambabaza😢😢
@Edson-p2z
@Edson-p2z 6 ай бұрын
Niwihangane Sha Mugenzi Barayamaze NGO uwukurusha umunuko agutwara isazi
@nillyjos1203
@nillyjos1203 7 ай бұрын
I'm still listening song from burundian artist cause i love my beautiful country🇧🇮🇧🇮🇧🇮 2024
@uwizeyeanas5300
@uwizeyeanas5300 8 ай бұрын
Cette chanson 🥺 j'aurais vraiment aimé vivre cette époque même si c'était pas la meilleure. J'ai 18ans mais j'aime plus ce genre de chansons le contraire des jeunes de mon âge
@ericremezo9638
@ericremezo9638 5 ай бұрын
Tu es différent des autres jeunes de ton âge franchement, tu connais la vraie musique, les anciens étaient les meilleurs
@o.julia_9046
@o.julia_9046 Ай бұрын
I’m 18 too and love this song!
@LarissaAkimana
@LarissaAkimana 8 ай бұрын
❤❤❤❤
@Yvesbriand
@Yvesbriand 8 ай бұрын
2024 i keep listing
@albertmusafi2551
@albertmusafi2551 9 ай бұрын
Nama mvuga yuko les artistes de la Région Des Grands Lacs sont les seuls capables de réunir le peuple de cette Région car seule la musique n'a pas de frontière. Comments zonyene ziri hano zokoroza amosozi car très touchant et profonds. You're legends too. Salutations from Bujumbura, my sweet home. April 2024.
@JeanBaptisteBasumingera
@JeanBaptisteBasumingera 9 ай бұрын
Iyo ndirimbo ncanshaka kubona icogihe yayiririmbiyemwo uko hari hamez bitari bukunde!!😢
@clovisingabire1321
@clovisingabire1321 9 ай бұрын
Who listens this song now? Ndayikunda nubwo insumvya imyaka 10😂
@jeanbosconiyitegeka4196
@jeanbosconiyitegeka4196 9 ай бұрын
Original Bahaga
@leonchadrack
@leonchadrack 11 ай бұрын
VRaiment je me sent Perdu dans les nuages de plaisir ,je manque même du position a prendre en l écoutant permettez moi de dire que c est la chanson du Millenium.Que Dieu bénisse Bahaga et sa famille
@ArthemondNimubona
@ArthemondNimubona 11 ай бұрын
Nice song until today❤❤❤
@ArianeUwa.
@ArianeUwa. Жыл бұрын
Nostalgie de mon enfance❤️‍🩹
@barigirajeanpaul6740
@barigirajeanpaul6740 Жыл бұрын
Mon pays de mes études je te mank vrema ,precisement Mwaro ,Jenda,karya ga climat ga ntuze😭
@SilasBahaminyakamwe
@SilasBahaminyakamwe Жыл бұрын
❤❤❤❤❤
@irambonaannylorraine1908
@irambonaannylorraine1908 Жыл бұрын
Best song ever🥺😍😍😍😍😍😍😍
@Mireille-z8k
@Mireille-z8k Жыл бұрын
J'aime beaucoup cette belle mélodie
@pacionthemic4030
@pacionthemic4030 Жыл бұрын
Nice old song🇷🇼🇷🇼
@estermbuke8862
@estermbuke8862 Жыл бұрын
D'où- est le chanteur Bahaga maintenant?
@jeanmichelnishimwe8284
@jeanmichelnishimwe8284 Жыл бұрын
Aba muri Lisbon Portugal
@bucindikapierreclaver429
@bucindikapierreclaver429 8 ай бұрын
Au moment où j'écris ari i Bujumbura...
@minabuelysee8
@minabuelysee8 Жыл бұрын
Vyiza caaane
@liseginakaze9010
@liseginakaze9010 Жыл бұрын
Je me rappelle quand j'étais petite. Dans le bus pour aller à Mwaro. Vive le le Burundi mon pays
@Nzirikunamanadia
@Nzirikunamanadia Жыл бұрын
Ntabakiriho mutama
@kevybarungura5437
@kevybarungura5437 Жыл бұрын
Toi qui m'écoute (wewe unyumviriza) ndakwipfurije umusi mwiza wa 19 septembre 2023
@ntahondilaulian1104
@ntahondilaulian1104 Жыл бұрын
I searched for this song after I heard small part of it in a movie “Gito the ungrateful”
@charlesmbaraga3753
@charlesmbaraga3753 Жыл бұрын
Her name is cow sleeping she is a sunsetting... This song make feel proud of BJ and little bit homesickness.
@sososonia1956
@sososonia1956 Жыл бұрын
OMG, I'm in love with this song❤❤❤
@Klaudius-lt8gp
@Klaudius-lt8gp Жыл бұрын
it making me goosebumps it bring me back my good old days my childhood nd' iwacu i Butare (Kibilizi) nko muri 93&94 kuri radio burundi ubuzima bukiri bwiza abantu bagikundana. Don't let this masterpiece timeless die. Thanks you so much Mr Burikukiye Prosper Bahaga has been successfully done nigeze kumva interview yawe kuri Rtnb nko mu myaka ibiri ishize mu kiganiro Kabaranze keep it up. Big fan from thousand hills 🇷🇼
@leonchadrack
@leonchadrack 11 ай бұрын
❤😅
@NicoleWatonwa
@NicoleWatonwa Жыл бұрын
Song yibihevyose big up sana
@hydrosgatore9147
@hydrosgatore9147 Жыл бұрын
Umengo isohotse 2023
@stivennduwimana8188
@stivennduwimana8188 Жыл бұрын
Wow this is so good song will this days come back again😒😒
@marierosendagire3742
@marierosendagire3742 Жыл бұрын
Je suis aussi une femme rwandaise mais j'aime beaucoup cette chanson
@innocentefrancesco5944
@innocentefrancesco5944 Жыл бұрын
Merci de ta part de reconnaissance
@mwananyamalaz4427
@mwananyamalaz4427 Жыл бұрын
2023 still listing to this song if u are with me you are legend God bless 🙏
@EsdrasMugisha
@EsdrasMugisha Жыл бұрын
Who's there in 2023??❤❤ Like this comment
@zayanaduduna1405
@zayanaduduna1405 Жыл бұрын
Who is here until now 2023