Пікірлер
@TherenceNIMBONA
@TherenceNIMBONA 7 сағат бұрын
Ubu Christo nubuhakanyi neza neza
@CharlesNtawusigumwansi-qg8ec
@CharlesNtawusigumwansi-qg8ec 9 сағат бұрын
Tokay nayo manyanga yawe, ico tuzi turazi !
@christiannsengiyumva9034
@christiannsengiyumva9034 17 сағат бұрын
Igice cabakristo kiri he?iyo ni propagande
@husnabintibrahim3842
@husnabintibrahim3842 Күн бұрын
karusi i buhiga munyaruke Idrissa vrt
@DaawaTvburundi
@DaawaTvburundi Күн бұрын
@@husnabintibrahim3842 InshaAllah
@TherenceNIMBONA
@TherenceNIMBONA 2 күн бұрын
Jew ndumuchristo Arik islam ivuga ukuri
@TherenceNIMBONA
@TherenceNIMBONA 5 күн бұрын
Yesu si Imana na gato kuk harihuwo naw yita Imana
@user-db2qh3uv1z
@user-db2qh3uv1z 6 күн бұрын
Ewe baportesawe muteye ikigongwe
@user-md1sp5js8h
@user-md1sp5js8h 7 күн бұрын
Uyumugabo yivugisha ibiswahiri Kandi aziikirundi ubunubwi rasi😏
@DeoNiyoni
@DeoNiyoni 7 күн бұрын
Nimba hari abantu bigisha ukuri ni aba bakristo muriko mutabona ,abanyene mubona
@DeoNiyoni
@DeoNiyoni 7 күн бұрын
Nimwisomere Yesaya 66:22_23 Isabato izoguma iriho gushika mw'ijuru risha n'Isi Nsha
@user-md1sp5js8h
@user-md1sp5js8h 7 күн бұрын
Asalam. Alaikum yesu wabachlisto nuwikinyoma
@solo-en5
@solo-en5 7 күн бұрын
Suite
@DeoNiyoni
@DeoNiyoni 7 күн бұрын
Isabato tuzoguma tuyiruhuka no mw'Ijuru, Yesaya 66:22-23
@BimenyimanaIssa-ds8yr
@BimenyimanaIssa-ds8yr 7 күн бұрын
Mutaho naho bashikiriwe
@user-db2qh3uv1z
@user-db2qh3uv1z 8 күн бұрын
Mashaallah
@MuslimIrakoze-ni4bg
@MuslimIrakoze-ni4bg 8 күн бұрын
Agakurikira
@TherenceNIMBONA
@TherenceNIMBONA 8 күн бұрын
Ubu Christo nubuhakanyi totally abobapasteur nabo bigisha ivyobatazi
@sarayosaf6602
@sarayosaf6602 9 күн бұрын
❤❤
@user-xq9ci1vh5f
@user-xq9ci1vh5f 10 күн бұрын
Maaa nshallah
@TherenceNIMBONA
@TherenceNIMBONA 10 күн бұрын
Ubu kristo ni ubuhakanyi neza neza
@kaboausta4237
@kaboausta4237 10 күн бұрын
NIvyo kabisa
@AbdukalimiNiyorukundo
@AbdukalimiNiyorukundo 10 күн бұрын
Honda mumutwe
@solo-en5
@solo-en5 11 күн бұрын
Christu ni muzima 🙏🙏🙏
@user-fz5dv9lr9i
@user-fz5dv9lr9i 11 күн бұрын
Wasomeshe ai wakristu
@twigishanyetv1822
@twigishanyetv1822 11 күн бұрын
turabakunda kubutumwa bwiza muduha
@BimenyimanaIssa-ds8yr
@BimenyimanaIssa-ds8yr 11 күн бұрын
Kurongora icaha???
@TherenceNIMBONA
@TherenceNIMBONA 11 күн бұрын
Abobapateur ntibamaramara mifano nuguca umukate
@TherenceNIMBONA
@TherenceNIMBONA 11 күн бұрын
Ntacaha kirimwo
@user-cb4ns5wp3o
@user-cb4ns5wp3o 11 күн бұрын
Ntibanamaramara abachungaji nimbere ya biwe🙆😎
@karagiwenimanajeanmarie3498
@karagiwenimanajeanmarie3498 12 күн бұрын
Zana ivyo bakwishuye twunv
@user-tu9ic8ss7n
@user-tu9ic8ss7n 13 күн бұрын
Allah Akbar
@user-cb4ns5wp3o
@user-cb4ns5wp3o 13 күн бұрын
Masha Allah 🙏❤️nakubali
@BimenyimanaIssa-ds8yr
@BimenyimanaIssa-ds8yr 13 күн бұрын
Alhamdullillah
@BimenyimanaIssa-ds8yr
@BimenyimanaIssa-ds8yr 13 күн бұрын
Allah Akbar bashitse
@BimenyimanaIssa-ds8yr
@BimenyimanaIssa-ds8yr 14 күн бұрын
Allah Akbar
@weezybwoy-rb5xl
@weezybwoy-rb5xl 15 күн бұрын
Allah awahifadhi ma sheikh zetu
@user-du2sv5fb5s
@user-du2sv5fb5s 15 күн бұрын
Wakirits wanamachoo hawaonii wanamasikio hawasikiyiii
@user-du2sv5fb5s
@user-du2sv5fb5s 15 күн бұрын
Idrissa Allah akubalikiii
@DaawaTvburundi
@DaawaTvburundi 15 күн бұрын
Amiin
@user-xq9ci1vh5f
@user-xq9ci1vh5f 15 күн бұрын
Maa nshallah bumvishe
@TherenceNIMBONA
@TherenceNIMBONA 15 күн бұрын
Ubu Christo ni ubuhakanyi neza neza bizera ibifindano
@husnabintibrahim3842
@husnabintibrahim3842 16 күн бұрын
buhiga i karusi turabakurikiye
@user-xq9ci1vh5f
@user-xq9ci1vh5f 17 күн бұрын
Maaa nshallah
@dieudonneniyonkuru782
@dieudonneniyonkuru782 17 күн бұрын
Kuri iyi isi dukenera mutima mweranda kugira adutahuze yongere adukoreshe ishaka ry'Imana. Turaheza rero tukemera ivyanditswe mu bitabo bitagatifu. Ngerageje kwumviriza aba islam ntimuratahura ico Yezu yita urupfu. Ugupfa k'umubiri kubwa Yezu si urupfu. Ugupfa kw'umutima (âme) nirwo rupfu yaguma avuga. Nico gituma yaretse Yohani agacibwa umutwe Kuko gukiza umubiri sico gihambaye.
@JaphetGasore
@JaphetGasore 17 күн бұрын
Abisiramu murabanyamafuti
@user-xq9ci1vh5f
@user-xq9ci1vh5f 18 күн бұрын
Ndumiwe bwonye uwomugore😂
@abdallahonesimebamporubusa1540
@abdallahonesimebamporubusa1540 18 күн бұрын
Takbiiirrr
@TherenceNIMBONA
@TherenceNIMBONA 18 күн бұрын
Abaroma barishisi kwel bigisha ivyabantu bafonze Islam hejuru Kand ndi umukristo Arik namaze gutahura kobampenze
@DaawaTvburundi
@DaawaTvburundi 18 күн бұрын
Nababeshi gusa
@weezybwoy-rb5xl
@weezybwoy-rb5xl 15 күн бұрын
Kubisanzw ufise ubwonk bukora neza ntawutotahura frère.
@IldephonseIldephonse-v4d
@IldephonseIldephonse-v4d 19 күн бұрын
😅😅
@TherenceNIMBONA
@TherenceNIMBONA 22 күн бұрын
Kabisa ntavyisabato na yesu yarakijij umuntu kwisabato
@TherenceNIMBONA
@TherenceNIMBONA 23 күн бұрын
Kabisa abaroma barishe Abantu yesu simana na gato kk naw yarasenga yasenga iki?