Mufti mpya naskia ana base kwa siyasa ya nnchi kuliko ku base na siasa ya kupanua manufaa ya dini , kuwa hange waumini.
@diagfinamix18612 күн бұрын
Mufti mpya naskia ana base kwa siyasa ya nnchi kuliko ku base na siasa ya kupanua manufaa ya dini , kuwa hange waumini.
@EricNIJIMBERE-lg4rf3 күн бұрын
Icirwa cuyumwanya 👇👇 Hama rero Umudame cank umukobwa Yoba aziko afise ikibazo cibivyimba munda canke mugitereko yihute tumuvure bitaramumerera nabi canke ngo bimuhitanire ubuzima ,reka turebere hamwe ingarukambi zavyo 🔴IBIVYIMBA VYO MU GITEREKO (FIBROMES UTÉRINS) N'IKI ? ➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖ Indwara y' ibivyimba vyo mugitereko bita "fibrome", “Myome” canke “Fibromyome_utérin” ni birya bivyimba dukunze kwumva bifatira mu gitereko. 🔵Muti rero ubwoko bw'ivyo bivyimba ni ubuhe ? ➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖ Ibivyimba vyo mugitereko biri ubwoko bwinshi bimwe murivyo nibi bikurikira : 1) Fibromes interstitiels canke intramuraux : ni ibivyimba bifatira kudushishwa tw' imitsi ( couches musculaires ) ivyo nivyo bikunze gufata abakenyezi benshi. 2) Fibromes sous- séreux : Ubu ni ubundi bwoko bw'ibivyimba bifatira kugitereko inyuma. 3) Fibromes sous muqueux canke endocavitaires : ni ibivyimba bija mu gitereko indani imbere bigatuma habaho kuvirirana amaraso. 🔵Hoba hari ibimenyetso vyuwurwaye ibivyimba ? ➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖ Ibivyimba vyo mugitereko ntitwovuga ko hari ibimenyetso bigaragara ariko hari bimwe bimwe bikunda kwibonekeza aha twovuga : - Kuva amaraso menshi mugihe c' ubutinyanka - Gushaka kuja kumwanda muto kenshi - Kuribwa musi y' umukondo - Kwama uva amaraso nomugihe utari mubutinyanka. - Kwumva uremerewe kandi ubabara munsi yumukondo no mukiyunguyungu. Ivyo bimenyetso hari igihe biba biterwa n'ubundi bugwayi atari ibivyimba nico gituma ari vyiza Kuja kwimurikisha Kwa muganga. Ikindi mwomenya nuko kenshi ibi bivyimba bikunda gufata abagore canke inkumi bafise imyaka 30 kuduga . 🔵Ni izihe ngaruka mbi kuwufise ibivyimba mu gitereko ? ➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖ ★Gusama inda kenshi zikavayo. ★Gufatwa na Cancer yo mugitereko 🔵Niki gitera Gufatwa n'ivyo bivyimba ? ➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖ Biragoye kumenya ibitera Ubwo burwayi ariko mumatohozwa yakozwe na OMS basanze hari igihe bishobora kuva kukaronda ( hérédité) , Kunkabura mubiri ( hormones ) cane cane iyo bita œstrogène no Kungorane y' inyifato, n'ibindi.... 🔵 Niki Umurwayi yokora kugira akire ? ➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖ kenshi iyo abantu basanze bafise ico kibazo bagira amaganya, ubwoba bwinshi buva kugutinya gukorerwa Opération kandi hariho igihe aba aringombwa. Ariko kandi Umurwayi hari n'imiti yokwamuganga afata bikikiza Ikindi kandi Ubu biroroshe cane hasanzwe hari *IMITI KAMA* Umuntu afata agakira ivyo bivyimba vyo mugitereko. Hari ico wipfuza kubaza canke uterera akura kuri *+257 62790705* (Whatsapp)
@muslimmuslim5123 күн бұрын
Mbona wajanja wengi apo dini nzuli ila viongozi wengi wawo niwajaja nakupenda Hela kwao ndo kumewaponza viongo kwao hakuna chadini nisiasa za chama tawala na ela kwenda mbele na In Sha Allah nyingi zaujaja
@lydiaiteriteka54593 күн бұрын
❤
@BukuruIbrahim-o3m3 күн бұрын
Kigogo ❤❤❤❤
@BukuruIbrahim-o3m3 күн бұрын
Pole sana kuongoza uwisilam kazi
@romanreigns52263 күн бұрын
Uchunguze kwanza zile kundi za kushindikiza maujaji Maka bei ni kubwa sana kushinda fasi ingine
@romanreigns52263 күн бұрын
Uchunguze kwanza zile kundi za kushindikiza maujaji Maka bei ni kubwa sana kushinda fasi ingine
@KwizeraAmina-g4j3 күн бұрын
MUFTI MUSHASHA ALLAH AGUSHOBOZE INSHALLAH ,KANDI WIRAMBIRE CANE ,UZOTURONGORE NEZAA
@DjibrilHavyarimana3 күн бұрын
Takibir
@NahimanaAssumani3 күн бұрын
Maashaa Allah
@FatnaIddy-p6k3 күн бұрын
Masha Allah
@FatnaIddy-p6k3 күн бұрын
Masha Allah
@AbdoulKarimMicomwiza3 күн бұрын
Sheikh nikwel unasemajo Ila tatizo sis bin Adam tunaelewa tofauti Ila iyo nikwel Allah akuhifadhi