Prédication Yannick BASABAKWINSHI
1:13:21
Пікірлер
@BenjaminHakizimana-k6t
@BenjaminHakizimana-k6t 16 күн бұрын
Haleluyaaaaaaaa
@EgideNdikuriyo-p1o
@EgideNdikuriyo-p1o 17 күн бұрын
Amen amen 🎉🎉
@MarleyKeza
@MarleyKeza 18 күн бұрын
Halleluyaaaaaaa
@ThierryNiyongabire
@ThierryNiyongabire 19 күн бұрын
Hatabaye guhishurirwa abantu bigira uko bashatse icompa Imana ikwatwiyereka bundi busha🤗
@DonatienNdayizeye-y5q
@DonatienNdayizeye-y5q 22 күн бұрын
Yesu akongere amavuta
@prudencenimpagaritse2146
@prudencenimpagaritse2146 25 күн бұрын
Turabashimira cane igikogwa mukora co kuvuga ubutumwa Imana ibahezagire cane ariko ndabasaba ngo musenge Imana ibahishurire une strategie mwokoresha kugira n'abandi les canadiens baze nabo bumve amajambo meza y'ubugingo
@BelyneNimpaye-s4p
@BelyneNimpaye-s4p 27 күн бұрын
Pasteur IMANA izibah iherezo ryiza.waraturez nez muri université.
@CeleusBARUTWANAYO-o8y
@CeleusBARUTWANAYO-o8y 27 күн бұрын
Ndanezerewe nokwongra kukwumva cane 1:56
@vyimanaisaac
@vyimanaisaac 29 күн бұрын
Ameeeeeen
@OdileNiyonkuru
@OdileNiyonkuru Ай бұрын
Nukur Iman iyitamb haf MBA naramuts njikuzim non yarahabay irandenger
@EmeryNduwayezu-gu5of
@EmeryNduwayezu-gu5of Ай бұрын
🎉
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira Ай бұрын
IOWA turabakunda cane. Ariko munyereke umuvyeyi wanje yitwa Mariya NIRAGIRA !
@SandrineHABIMANA-p6k
@SandrineHABIMANA-p6k Ай бұрын
Amen
@tuyisengegad4283
@tuyisengegad4283 Ай бұрын
AMEN AMEN HAPPY NEW YEAR
@ClaudeNIYONKURU-t9q
@ClaudeNIYONKURU-t9q Ай бұрын
Hezagigw mwunger wacu mwiza turakwemera
@mugishapatrick1919
@mugishapatrick1919 Ай бұрын
Mukomeze kwibera muri Mpwemu muzogumye agakiza turabakunze caaaane Imana ibahezagire caaane kandi tubifurije umwaka mwiza wa 2025.
@thedopestburundian
@thedopestburundian Ай бұрын
🎉🎉🎉 amen
@solangenisabwe8226
@solangenisabwe8226 Ай бұрын
Amen uhora ho abagwizeko amavuta.
@minanijeanpaul8764
@minanijeanpaul8764 Ай бұрын
Umwungere mwiza yuzuye ubwenge bwinshi, ùbugwaneza n'ubwitonzi.Uhoraho azobahe kuramba
@GhadiNdayegamiye
@GhadiNdayegamiye Ай бұрын
Amen
@EdithNgendakumana
@EdithNgendakumana Ай бұрын
IMANA ihezagire aba bakozi B'IMANA Ibahe Imigisha myishi
@YvetteNIZIGIYIMANA-f3p
@YvetteNIZIGIYIMANA-f3p Ай бұрын
Ukomeze kwongerwa amavuta n'uwagutumye muvyeyi, ukomeze kwamamaza inkuru ya Yesu kugeza ku mpera y'isi.
@RemegieNijimbere
@RemegieNijimbere Ай бұрын
Ooo mana komeza umukoziwawe,mumurimowamujeje, imana ibanenawe muntuwimana, muga twagukumbuye kandi,ariko turanezerewekukubona,imanibanenamwe ahujahose
@nihezagireblaise6332
@nihezagireblaise6332 Ай бұрын
Tugufiseko vyinshi tukwibukirako muri encadrement universitaire ntituzokwibagira
@jeremiemateso24
@jeremiemateso24 Ай бұрын
Mana wee
@DenisGahimbare-ne8hh
@DenisGahimbare-ne8hh Ай бұрын
Uragahezagirwa n'Uwo ukorera mutama wacu!
@pacifiquemanirambona6195
@pacifiquemanirambona6195 Ай бұрын
Turabakumbuye Bakozi B'IMANA
@mathiasntanguvu
@mathiasntanguvu Ай бұрын
Hezagirwa mukozi w'Imana
@baramparurutsej.dedieu5361
@baramparurutsej.dedieu5361 Ай бұрын
N'ukuri mwene Data
@egideniyomwungere7810
@egideniyomwungere7810 Ай бұрын
Iman iguhezagire watuberey umugisha muri kaminuza y'uburundi
@BriceIrangabiye
@BriceIrangabiye Ай бұрын
@bukuruezeckiel453
@bukuruezeckiel453 2 ай бұрын
Imana ibahe umugusha kubagira munzira yayo bayubaha
@HdjHdj-w6n
@HdjHdj-w6n 2 ай бұрын
Merci
@jeanclaudenkurunziza216
@jeanclaudenkurunziza216 2 ай бұрын
Inocent Mon Grand Frere ndanezereze nokubona ningene w'interpretant neza
@frankjesus6276
@frankjesus6276 2 ай бұрын
Very have kubona uri kugaburira itorero ry’Imana…
@joachimsakubu9486
@joachimsakubu9486 2 ай бұрын
Good
@Banyankirubusa
@Banyankirubusa 2 ай бұрын
Nagize ubukwe itariki 19 déc.1994 yampaye imodoka y'Ubukwe n'umushoferi wayo nari nataye umutw naibuze IMANA IZE YIBUKE IVYIZA YANKOREYE Amèn!
@Banyankirubusa
@Banyankirubusa 2 ай бұрын
Jewe mugihe Papa wanyu yabazana kubandikisha mugice ku ntahangwa muri 2, nije nakorana n'a Mwalimu ,Patrice Ntukamazina n' abandi NSOBANURA MU GISWAHILI
@Banyankirubusa
@Banyankirubusa 2 ай бұрын
Shallom ndagusavye Yanick Untangire iyi ntasho k'Umuvyeyi wawe Basabakwinshi mushimira ivyiza yankoreye nitwa Banyankirubusa Paul!
@desirenimubona2323
@desirenimubona2323 2 ай бұрын
Igihe cose nibutse iyi choras Birakubereye nca nkumbura umuvyeyi wacu. Umwami Yesu abahezagire cane Pasteur mwatubereye umurezi muri encadrement ntituzovyibagira.
@JoaomasalabitiSaleme
@JoaomasalabitiSaleme 2 ай бұрын
Deus abençoe ricamente ❤
@JoaomasalabitiSaleme
@JoaomasalabitiSaleme 2 ай бұрын
Merveilleux, que Dieu benisse richement son serviteur
@OdiveNdayishimiye-t6o
@OdiveNdayishimiye-t6o 2 ай бұрын
Amen murakoze
@BelyseInamuco
@BelyseInamuco 3 ай бұрын
Umuvyeyi wacu Yesu Amuhezagire cane
@NizigiyimanaSandrayamu
@NizigiyimanaSandrayamu 3 ай бұрын
Agakiza nako muri Christo Yesu Agakiza nakumuntu kugiti ciwe Abasirikare batahoze bakarya amafaranga bakongera bakamamaza ubutumwa bwiza nanje nkabimenya
@Nadinekwizera
@Nadinekwizera 3 ай бұрын
Amen
@NiyonkuruJeanmarie-j5j
@NiyonkuruJeanmarie-j5j 3 ай бұрын
Ndazegwa.cane.iyombonye.umwungere..samweli.ariko.avugujambo.ryimana.umwamimana.abandanye.kumuzimana
@casienkeshemana4984
@casienkeshemana4984 3 ай бұрын
Ndaryohehwe kukwumva muvyeyi wacu watubereye umugisha ariko ntuzogumeye turacagukeneye
@DenisGahimbare-ne8hh
@DenisGahimbare-ne8hh 3 ай бұрын
Ndahamya ko uwo mukozi w'Imana yahamagawe n'Imana p
@eliphaznkurunziza7405
@eliphaznkurunziza7405 3 ай бұрын
Mon patron ndagukunda♥️♥️