Abaganga bokwikubita agashi bakaguma mu gihugu bagatererera mu gisata c'amagara y'abantu.

  Рет қаралды 9,923

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

#Burundi: Abaganga bariko baja guteza imbere ibindi bihugu mu gisata c'amagara y'abantu barakwiye kwikebuka bakaza guterera mu gihugu cabibarutse. Ivyo vyashikirijwe n'Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye mu gihe yariko yugurura ibitaro muri komine #Butihinda intara ya #Muyinga.

Пікірлер: 29
@ViyaneKiki
@ViyaneKiki 2 ай бұрын
Prezida nyawe kabs nkunda ko ahera kubibazo byabaturage bo hasi ndayishimiye hejuru❤❤❤❤
@fatmahaf4951
@fatmahaf4951 2 ай бұрын
yego😢
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira 2 ай бұрын
Bwira Ndayishimiye uti reka kwitwenga abagutwenga batabuze
@supercreations7025
@supercreations7025 2 ай бұрын
Ninde wambwira izina ry'iyo ndirimbo yabanje?
@IsaacNsengiyunva-yc6vy
@IsaacNsengiyunva-yc6vy 2 ай бұрын
Muta imanimbere 🎉🎉🎉❤❤❤
@TurabumukizaTheogene
@TurabumukizaTheogene 2 ай бұрын
Si novugira hejuru
@CelestinNiyitunga
@CelestinNiyitunga 2 ай бұрын
Urabereye ijisho nimana yakubonye
@CelestinNiyitunga
@CelestinNiyitunga 2 ай бұрын
Nukuri birashoboka nuku nukuri guma kwijambo mukuru wacu
@CelestinNiyitunga
@CelestinNiyitunga 2 ай бұрын
Nimuze mwabantumwe
@CelestinNiyitunga
@CelestinNiyitunga 2 ай бұрын
Va mubwobuhungure bitazwinimana
@CelestinNiyitunga
@CelestinNiyitunga 2 ай бұрын
Komera
@kezananafleur8480
@kezananafleur8480 2 ай бұрын
Kamaro.❤
@NdayizeyeIldéphonse
@NdayizeyeIldéphonse 2 ай бұрын
Umuntu aca ingero ahiri yemwe
@PascalineIradukunda-zs4lk
@PascalineIradukunda-zs4lk 2 ай бұрын
Waaaaaooooo
@IsaacNsengiyunva-yc6vy
@IsaacNsengiyunva-yc6vy 2 ай бұрын
🎉🎉🎉🎉
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira 2 ай бұрын
Amatara ni I Bujumbura aho uba ntayo bagira. Reka kwitwenga, ayo majwi ushaka nta na rimwe, warukwiye gutanga imihoho
@NdayizeyeIldéphonse
@NdayizeyeIldéphonse 2 ай бұрын
Ko mwize muronka bourse abandi ntimwayibatse😂
@LanguideMbonihankuye
@LanguideMbonihankuye 2 ай бұрын
Komera mutama wacu
@sharonshaz-lw9qj
@sharonshaz-lw9qj 2 ай бұрын
non bize ngobakorere ubusa?
@graceirakoze2868
@graceirakoze2868 2 ай бұрын
Aba Bantu mwiba,a KO video zija yutub isibangana Raba video zahimkriza kurungika abaganga Hanze bivuye muri ministère 😂 😊
@Usopp_2.0
@Usopp_2.0 2 ай бұрын
None ntiwababwiye ati genda muvyironderere
@yvonnekwizera-n3n
@yvonnekwizera-n3n 2 ай бұрын
ni mubahembe neza abaganga , murabe ko bataguma aho! ayo abo bategetsi biba , bagura amazu mumahanga niyo mwobahemba ! none bakore bakenye , bashonje babayeho nabi! hindura imishahara yabo, basha baca bigumira aho burundi , hanze abantu bajayo kubera guhembwa intica ntikize
@gerayotv3240
@gerayotv3240 2 ай бұрын
nikobirip gitemba amata nubuki
@nduwaemma8588
@nduwaemma8588 2 ай бұрын
Uongo mtupu
@niyongaborenovat124
@niyongaborenovat124 2 ай бұрын
Akarimi gasosa ngo gacisha inka kukigiti c'ikiraro kimwe.Iyo buba ubw'umwe bwar ikindi Aho hazoguma uwabuze iyaja
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira 2 ай бұрын
Uti reka kwitwenga. Igihugu ca nyuma kigowe ay'ikivumvu mw'isi
1 сквиш тебе или 2 другому? 😌 #шортс #виола
00:36
Every parent is like this ❤️💚💚💜💙
00:10
Like Asiya
Рет қаралды 25 МЛН
Help Me Celebrate! 😍🙏
00:35
Alan Chikin Chow
Рет қаралды 84 МЛН
How One Family Lives in the Mountains Far from Civilization
34:48
Food Around The World
Рет қаралды 2,9 МЛН
1 сквиш тебе или 2 другому? 😌 #шортс #виола
00:36