Рет қаралды 8,031
Ikindi kibazo umuntu yoca yibaza : mbega harya vy'ukuri hoba hariho ubwoko bungahe mu Burundi ? Ariko kandi, vyagenze gute ngo ubwoko buhinduke ikibazo hagati y'Abarundi ?
Uru rwaruka rwarabiganiriye, umuhinga araduha umuco.
#Burundi #TuyageKahise #kahise