Intunganizi nimubakorere iyonkuru mu congereza niho nimiryango yokwa papawabo yoshobora kuzovyumva canke ababanyi ba Papa wabo boshobora kuvyumva murakoze from America
@ezezetuyifootcr7andsport9043 жыл бұрын
Maranata Imana ibahezagire cane hama ivyobibondo Imana ikomeze kubabungabunga🙏🙏.R.I.P mama w Ibibondo
@mwaminiomar1853 жыл бұрын
Isaac Imana ikomeze kuguhezagira pe,Imana imwakire mama w'ibibondo ,abo bana nabo iyabaremye ntizigera ibaheba,Wallahi birababaje 🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦😘
Jew aba Bana ndabazi knd cane kuv bakir bato cane birababaje uy mutoya wew yibera mwibarabar asab ivyafungura Imana ibahezagir abantu babatoye
@christinemukamana64293 жыл бұрын
Maranata IMANA ibahezagize,naho umuturikiya niko bamye icyabo n,ugutera inda bakiruka ndumva byabatwengeje muzabaze abanyafwanda ,mu Rwanda abana baruzuye n nuko biri muhebe mubarere ntakundi
@klaaskloosterman81743 жыл бұрын
Maranata mwe,icatumye uyo se yarabataye nico kizotuma atabakira.ntaco bimaze kumurondera niko ndabibona.bene aba bagabo baba bifitiye abagore n,abana iyo bava kandi ntibakunda abirabure .uyo mugabo yari passe temps muri ico gihe,ntivyari muri gahunda yo kugira umuryango.ntimurohe abo bana rero.reka bagume bakurire i burundi kuko bavutse ku murundikazi.
Aba turki nabantu sha badatomoye kwanza nukuvuga ngo se abane nuwo mama wabo ntivyari vyoroshe kabisa ubu ngira yaramaze kurongora umuturki nkawe kwanza famiye yiwe babimenye bo muniga
@clairegirukwishaka42413 жыл бұрын
Kabisa aba Turquie Niko bameze, narabonye n'ibiganiro kuri KZbin murwanda abamama babiri bavyaranye nabo bakabatana abana!