No video

Abanyepolitike bahunguka babita "Ibihemu"? Reta ibafata gute ? Umviriza Willy Nyamitwe.

  Рет қаралды 5,377

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Mu kiganiro caremeshejwe ku bamenyeshamakuru ku wa 16 Myandagaro, Willy Nyamitwe, Umuhanuzi Mukuru Ajejewe Kumenyesha Amakuru mu Biro vy'Umukuru w'Igihugu yavuze ko reta yagumye itera akamo abarundi bahunze ngo batahuke.

Пікірлер: 4
@Thelegend-zd8bn
@Thelegend-zd8bn 4 жыл бұрын
Bose kiretse umugore wawe
@Thelegend-zd8bn
@Thelegend-zd8bn 4 жыл бұрын
Burya umugore wawe ntacamaze
@johnymikelebg9792
@johnymikelebg9792 4 жыл бұрын
Mbe wewe umugore ntarimumpuzi muri américain uravuga make nawe ahuri sihuzama
@kellyskakunze9780
@kellyskakunze9780 5 жыл бұрын
Mbe umugore n’abana bawe ko batarataha nabo n’ibihemu, aiet la civilisation d’ordre linguistique, celà vous a toujours échappé, kandi minasubira kubona umwana wawe ngaha yiyengereza, nawe azotaha mubane yongere avugwe nkabandi, ko abandi basigaye batega amashi mu buhungiro umuryango wawe ariyuri, hari igihe uzoshikirwa baciye kubandi kubera akanwa kawe gacira ubumara. Abantu babagabu basigaye bacira inkonda ngo nabavugizi bumukuru w’igihugu!
Cute kitty gadgets 💛
00:24
TheSoul Music Family
Рет қаралды 11 МЛН
Underwater Challenge 😱
00:37
Topper Guild
Рет қаралды 23 МЛН
КТО ЛЮБИТ ГРИБЫ?? #shorts
00:24
Паша Осадчий
Рет қаралды 3,1 МЛН
When A Gang Leader Confronted Muhammad Ali
11:43
Boxing After Dark
Рет қаралды 7 МЛН
How to win a argument
9:28
ajaxkmr
Рет қаралды 476 М.
Ip Man 2 | The Boxing Competition
15:57
Cinewatch
Рет қаралды 7 МЛН
Cute kitty gadgets 💛
00:24
TheSoul Music Family
Рет қаралды 11 МЛН