M23 izova i Goma kandi nabi kuko harya nta mirwano yabaye iyo haba imirwano iri sérieux M23 nta Goma yari gufata harabayeho ubugambanyi ku mpande zitandukanye Congo igomba kwiga nababugizemwo uruhara ibarase harimwo naba généraux ba Congo bari bajejw ama commandement baciy bihungira habura uwuyobora urugamba umw wese agaca akora ivyo yishakiye Congo ikeneye Commandement zishasha no kuvugurura bamw mubayobozi bayo mugisirikare bashaje batazi nico gukora gifadika mu ntambara barimwo.
@jeandelapaixmporanyisenga10596 сағат бұрын
Ariko umuntu wandika ngo Humura Imana iraguhindurira amateka nkandira ku ifoto bo bagiye bahumura ko Imana izabahindurira amateka badasabye ko dukanda ku ifoto, bivuze ko kuri bo ibyo guhumura bidakora!
@LaurenceNyirahakizimana-k5g10 сағат бұрын
Ndagukunda mwanafunzi
@IntimeTelevision10 сағат бұрын
Nimba ukunda M23 nkandira kw'ifoto 💞
@augustinmuyonde15133 сағат бұрын
The peace we have nobody gave us as a gift
@Herveirako6 сағат бұрын
Turakwemela❤
@KwizeraOfficial-nl1pt8 сағат бұрын
Kbs ndakwemera musaza
@NdahungaJeanBosco8 сағат бұрын
Ndagukunda
@MukurarindaEmmanuel-t4b8 сағат бұрын
Turakwemera musaza
@EricManirakiza-e3t2 сағат бұрын
Ese kuva Goma yafatwa kotutarumva cg ngotubone Gen.Macyenga