John 🗝️ hejuru ariko depression turayikeneyeeeeee. Warayitwemereye
@theblessingog67465 ай бұрын
Burundi dufise impano nyishi film ndundi ikwiye guhindura isura knd ndabona ko impinduka wazitangije God bless your way brother ibikorwa vyawe turavyishimiye one day nanj nifuza gukora nkivyurigukora We love you ❤❤❤❤
@iam_Johnkay5 ай бұрын
Murakoze cane 🙏🏽❤️
@KataniHemlock-e4oАй бұрын
Muri Kenya 🇰🇪ndayiravye ubunyene😀😀 25/09/2024 ewana komerezaho urategura ndake wubahwe ahubwo💞💞💞💞 amashugwe nayawe🌿🌿🌿💞💞💞 nanje like kwawingi
@iam_JohnkayАй бұрын
Merciii 🔥🔥 This October Part 3 🔥🔥
@vanessa-vavandikumwenayo27576 ай бұрын
John Kay courage kbs ibikorwa vyawe nivyiza histoire nayo ni bon 🥰👍 Ariko iyuriko urategura igikorwa il faut yokubanza kukigirira promotion vyoba vyiza gusumba... Nkubu nta bantu benshi bazi ko wasohoye igikorwa ciza nkiki kandi biterwa nuko utagicira inzira kikiri mu gikoni Courage uri mukazi kose
John Kay,we really love you and we're proud of having you! Umusi umwe mwofatana na Libert batazira nsoro wallah mwokora ikintu international ! Mwe babiri nimwe muri icitegerezo muri film ndundi
@iam_Johnkay5 ай бұрын
Genda mumubarire aze dukore kabisaaaaaa.
@BayubaheThieryve4 ай бұрын
Waaaaoooo congratulation our brother, we love you 🎉🎉🎉🎉
@johnk-ayfilms99194 ай бұрын
Thank you
@christella17256 ай бұрын
Nama mvuga kuruwambere kumubumbe ubundi wewe urumu Nigeria w,umurundi ❤ hma lmana imbere urashoboye cne natwe rek dukore ibishoboka dusangize n,abndi kugir dukwize 1000vues mumwany muto agasobanuye kumvikana atanyanga ririmwo toujours John kay 💪
I liked This 🎬📽️. I'm a young Director but John-k-ay is lways my inspiration. Keep going higher 🙏
@iam_Johnkay6 ай бұрын
Thank you 🙏🏽
@isanodominiquesavio46525 ай бұрын
😅Tap on a clip to paste it in the text box.😅Tap on a clip to paste it in the text box.😅😅😅😅😊😅Tap on a clip to paste it in the text box.Tap on a clip to paste it in the text box.😅😮😅😅😅😅Tap on a clip to paste it in the text box.😅😅Tap on a clip to paste it in the text box.😅
@Kingsston-nx1bj5 ай бұрын
@@iam_Johnkayenjoi mu brother
@ToyiDericktoyi-b7y23 күн бұрын
🎉❤My inspiration
@NicolasBizimana-v9m5 ай бұрын
Nikundira uburyo uyu murundi wacu akinamwo🎉🎉🎉🎉 amashurwe nayawe jong k🎉🎉🎉🎉🎉
@iam_Johnkay5 ай бұрын
Thank you 🙏🏽
@chrisman47272 ай бұрын
Nice movie wouah Watching from south Africa we love you guys
@iam_JohnkayАй бұрын
Thank u
@djcommetell68925 ай бұрын
Deajay Comme Tell Mr John key uranyemeje kbs amashugwe yawe🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@iam_Johnkay5 ай бұрын
Merci 🙏🏽🙏🏽
@venustedantesngabirano6 ай бұрын
Waaooh sinahôr nkund film but iyi ndayiravy incuro zingahe. Ewana k-ay
@venustedantesngabirano6 ай бұрын
Uranyemeje
@iam_Johnkay6 ай бұрын
🙏🏽🙏🏽🙏🏽
@nkurunzizasaint48005 ай бұрын
Good story
@iam_Johnkay4 ай бұрын
🙏🏽
@NellyCynthia-jm4ky5 ай бұрын
Sha sinahor nkunda film ndundi😊arko iyi nayo iranyemeje❤❤❤
@iam_Johnkay5 ай бұрын
Murakoze cane. murabe nizindi kuri chaine yacu
@NiyitungaDesire5 ай бұрын
Ubundi film🔥🔥🔥uyumutipe John k-ay abarundi tugufise nk'Imano idasanzwe sinzimpanvu hashakwa izindi film knd mbona abarundi bahagurutse bar kukivi mukomere cne🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@iam_Johnkay5 ай бұрын
Murakoze cane 🙏🏽❤️
@DidaceHaganzimana5 ай бұрын
❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮abarundi mwubaw
@iam_Johnkay5 ай бұрын
🙏🏽🙏🏽🙏🏽
@bakamecomedian5 ай бұрын
Brother John Kay Wubahwe urateriteka film ndundi komeza kuduserukira my brother
Ubundi iy film habuziki kugira ibe hit in the World!!!! Mbegabarundi dukundiki😢😢😢😢
@Famous-f8r6 ай бұрын
Ikibazo Inca nibaza abarundi bakunda iki😂😂 🥱🤔 nkubu basohoye vyabirofa vyabo hanze usanga mwisaha birabwa nabarenga 100k non aha bipfirahe nukwanka ko ivyacu bitera imbere canke ABA promoters birirwa baturenza induru ibikorwa vyabana bigihugu ntavyo babona ubundi bisunga iki mugu promotinga ivyo hanze 😢😢😢😢😢 big up sana @John Kay abo tubitahura kumwe like my comment 😢😢😢
@iam_Johnkay6 ай бұрын
God Bless u 🙏🏽
@andreicollyster5 ай бұрын
Burundian got talent🎉🎉🎉🎉 ico bikoze mugice ca film muburundi ndabona tubandanij this way bizoshika kure
@iam_Johnkay5 ай бұрын
Amen 🙏🏽
@aimeovanismvyukensenge80525 ай бұрын
Ndakunze film ❤️🇧🇮.gusa nimba Hari opportunity mumpuze na John Kay kuko ndafise project 🙏🙏
@iam_Johnkay5 ай бұрын
Twandikire kuri Email. Johnkayfilms@gmail.com.
@tk-padonniyonsaba6 ай бұрын
waaaw❤❤❤❤ when i see this movie i replay it again and again...i love it🎉🎉🎉🎉
@iam_Johnkay6 ай бұрын
Thank you 🙏🏽
@jothamniyirimbere51074 ай бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Proud of you
@Cherissia5 ай бұрын
Jewe mbere kuva mbonye Film zo Kuri the light of Africa ntanimpamvu yogusubira kuraba Film zabanyamahanga kk muzi kwandika nogukina neza Film zifise inyigisho pe kd courage ntimuzotunyoteze muduhe A boy from Ruyigi s2 nimb ihari kuko iraryoshe cne
@iam_Johnkay5 ай бұрын
Yooo Merci Merci 🙏🏽
@AlexisDusenge5 ай бұрын
John to the world thank you again
@iam_Johnkay5 ай бұрын
Thank You
@NadiaAkimana5 ай бұрын
Mugume Muterimber
@EuphemieKigeme2 ай бұрын
Wubahweeeeee pe
@DonatiHabummsh4 ай бұрын
Ako wowe usobanura konumva utwika urinde❤
@هاجرالدوسري-ش7ض5 ай бұрын
Hell .john. kay❤
@NgabiranoBerrykadafi-iw4ly5 ай бұрын
Bro heshima kwako nnakufatilia sana nikiwa dar es salaam manzese uranfse kabsa
I would like to be part of your team I have a talent to and I want to be one of the people who’s standing up for Burundi movies 🙏🏼
@iam_Johnkay5 ай бұрын
Welcome 🙏🏽
@WORLDACTUALITY2946 ай бұрын
Dushaka iyidasiguye twebwe🇧🇮🇧🇮
@iam_Johnkay6 ай бұрын
Iriho. Raba kuri chaine yacu, circle of deception English
@SchadrackBarutwanayo-es5vm5 ай бұрын
❤❤❤❤ Merci John
@iam_Johnkay5 ай бұрын
U welcome
@AmadiJonathanNtunzwenimana6 ай бұрын
Courage kbx kure cane niho niho nkwipfurije
@iam_Johnkay6 ай бұрын
Amen 🙏🏽
@RobinsonHatungimana-dr3ge5 ай бұрын
John Kay ino film irabuze promotion ikwiye kk film ni nziza kubi next time jukora promotion ziri kurugero rwohejuru plz kk benshi turikuyibona kuri bahati