Abakongomani twese dukeneye amahoro ata vangura rifatiye ku bwoko.
@gilbertnduwayo543621 күн бұрын
Muze turye hamwe dusengere ibihugu cacu
@marcienrusuriye428221 күн бұрын
Ndabona ici kiganiro ari ngirakamaro cane . Bene wacu baba Kristo aho i Kongo. Mwibuke ko Yesu Kristo ariwe mahoro yacu, izi ngorane zishobora guhera niba mubigomba, Benshi simwe mwabizanye canke ngo muvyifuze, ahubwo Shetani niwe yakoresheje bamwe murimwemukwitwaza ubwoko no kwunviramugategamatwiabanya politic badatinya Imanakandi ntaco baziga mubuzima buzokurikira, nama pagani ivyaha kwisi arivyo gusa bababaye. None woba uri Pastor ukoriki mubayoboke bawe ngo ubahumurize?mbe ubabwira kuja kurwana ngo wirukane ubundi bwoko , kandi uzi amabwirizwa yi Mana, jewe ndi umudivantiste naratangaye nunva ko hariho aba dive baja kurwana ngo baruhutse kurwana ku sabato. Ibi nibara Bibliya ugashira hasi ugafata imbunda yo kwica uwundi? iyi niyamperuka twunva ko urukundo rwa benshi ruzotimba.. nobahanura kuba itara ryabandihanura abasaragurika mugume murukundo rwi Mana, iyisi si wacu ,none tuzobazwa iki imbere yi Mana muvyo twakoze hano mwisi. Bene wacu mureke gutega amatwi ababahenda ahubwo nimube abantu Imana yaremye, ntimuri ibikoko vyo gutsontsomerana, ntagihugu na kimwe kibamwo ubwoko bumwe ariko nka hose babana neza, none Kwicana nkibikoko bibaha agateka ki? babita inyamanswa ariko bamwe biyitiriye intambwe za sarambwe. Mbe bakristo tuvukana Imana ko ibona vyose igomba kutubonamwo ubukoko?, ikibi dukorera abandi tuba tugikorera Kristo, va hasi muvuge ukuri kwi Mana muhanure mwihanize cana cane mubayoboke banyu mwebwe ba Pastoro aho muri hose Garura mahoro nkuko Bibliya ibivuga banguranya abatase mufise ukuri muntoke zanyu,Kandi ukuri kuzatsinda. Imana ibibafashemwo mwese Amen
@TwagiramunguBatiste20 күн бұрын
Rink
@PascalNgabonzinza21 күн бұрын
Masunzu, MAKENGA, Makanika... Ni kuki bataja hamwe, ngo batore solution y'a bene wabo... I mean amahoro ya ba "congolais tutsis rwandophones"...
@marcienrusuriye428221 күн бұрын
Hari uwubajije ko abo barwana sebokwunvikana gute amahoro akaboneka?, Nibaza ko abenshi bababaye ari abacivile kandi ntajambo bagira imbere yabo bariko barwana, ariko nibubahuke bababwire ko bashaka amahoro nabahunze bari mu Rwanda canke ahandi bagaruke muvyabo, Nizigira ko mubisavye president wanyu kandi bakasaba President Kagame na President Museveni ko bafasha kwunvisha aboi barwanyi ba M 23 kwemera ibiganiro bihuza bose bakemera ububasha bwa leta ko ico yobategeka bocemera, amahoro vuba aha yoba atashe aho i Kongo uyu Masunzu harico yofasha no mukubavuganira abo ba nya Mulenge bakabaho aho muri Kongo mumahoro nabahunze bagataha muhira bakakorera ingo zabo no kuragira amasho yabo. Benshi murimwe mushaka amahoro shira ijwi hejuru namakungu avyunve ko mushaka ubwunvikane namahoro mubanye kongo. Ibi mubisengere ngo Imana izobashoboze kwicarana nabandi munezeranwe nabandi.