Alvin Smith - Hahiye Remix ft Double Jay ,kirikou , Bface , Mow Kanzie , Belle Nice( official video)

  Рет қаралды 773,104

Alvin Smith Official

Alvin Smith Official

Күн бұрын

#Alvismith #Hahiye #Burundi
Artist: Alvin Smith ft ​ ​⁠ Double jay kirikou Bface mow kanzie belle nice
Director :John Elart
Music MM :kolly the magic
Mak up Artist: Jenny
Stylist : Kay Mars & Madred
BiG THANKS 🙏🏾 TO @TUREL
Suivez toute l'actualité de Alvin Smith
...
www.facebook.c...
alvinmilan@gmail.com
snapchat www.snapchat.c...
tiktok www.tiktok.com...

Пікірлер: 2 000
@isaactv1725
@isaactv1725 3 ай бұрын
Hit song kandi kabisaaaaaaaaa Burundi on the MAP video kugwegooooo caaaaaaane
@Burundibwacu-mi3fh
@Burundibwacu-mi3fh 3 ай бұрын
Bro kora cane like zirizana kand courage bro Gus nkamwe abanyamakuru murakwiye kwicara mukaja hamwe mukiga icabandi babarushije mukagikora kuko abantu beshiii mugihugu nagaciroo babahaaa🙌🏾🙏🙏
@EtienneHabonimana-kv9hf
@EtienneHabonimana-kv9hf 3 ай бұрын
👍
@gaknick3475
@gaknick3475 3 ай бұрын
Iyi song ni bon mais bface yayononye
@FrankHugo-wg2mz
@FrankHugo-wg2mz 3 ай бұрын
Rab munshigikire nanje kzbin.info/www/bejne/p6uvlYqmqLl6kKssi=Vs7XcTH-8wv2_tdE
@mujavaci4151
@mujavaci4151 3 ай бұрын
iyi ndirimbo ninziza cyane 🇧🇮🇷🇼 amashi meshi kubantu bose batumye ino ndirimbo iryoha mwakoze cyane turabashimiye kandi turanabakunda♥️🙏👑 #Burundimusic🇧🇮👑
@clementkaryango
@clementkaryango 3 ай бұрын
Abarundi bararenze ♥️♥️🇷🇼
@Celestinofficial-j7j
@Celestinofficial-j7j 3 ай бұрын
Hit song muradutwitse p hahiye hahiye 💥💥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥💫💫💫🔥🔥💫🔥💫💫
@officialadri1
@officialadri1 3 ай бұрын
Iyi benga nimbere cyane✌️🇷🇼
@DonatienNTIHARIRIZWA-sh9rz
@DonatienNTIHARIRIZWA-sh9rz 3 ай бұрын
Dutemwo hahire rimwe ndabona umuzigo arisawaaaaaa 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@adolphenduwayezu8198
@adolphenduwayezu8198 3 ай бұрын
Kbxa hari mow kenzie ntakunt nakumwe hatosha
@mimeme8802
@mimeme8802 2 ай бұрын
Abarundi mudigaye murihejuru cyane komerezaho ❤
@Trends_entertaiment
@Trends_entertaiment 3 ай бұрын
Love from "🇷🇼" dukeneye izo ngoma nyinshi abarundi ntabwo murigukora cyane miriyi minsi mudutemo
@semuganzabicusulaiman2353
@semuganzabicusulaiman2353 3 ай бұрын
Abarundi barakora cane pee ikibazo nta support nahubundi talents muburundi ziruzuye nkinyanja mn
@EzekierKasien-pg7mg
@EzekierKasien-pg7mg 3 ай бұрын
Music Burundi hejuru cyaneeee
@MugishaDelphin-o8j
@MugishaDelphin-o8j 3 ай бұрын
Hit song hahiye
@BruceBdianoSG-qj2fc
@BruceBdianoSG-qj2fc 3 ай бұрын
Iyoooo ni Fire🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥Big Up your self Mr Lavache wanje urabiziko ndakwera sana knd niwibagire cakiganiro twakoranye muri Fire ond block kovuba cane ngiye gukorana nawe nubwo nkora Gospel ni bon kuko nomuri Yesu biremerewe kuhaturiiiiii ra😂🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥JAH BLESS YOU👊👊👊👊
@Lionelni257
@Lionelni257 3 ай бұрын
Belle hejuru caaaan waririmvy nez caaan
@munyanazamda4601
@munyanazamda4601 3 ай бұрын
Hahiye koko🥰💯
@Catherine-dv3qo
@Catherine-dv3qo 3 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤ hahiyeeeeeeeeeee burdi❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@leilaprinciaishimwe191
@leilaprinciaishimwe191 3 ай бұрын
Plz tell belle nice to make more songzzz she got an amazing voice
@jospinobdi1207
@jospinobdi1207 3 ай бұрын
🇧🇮Buja music on the 🌍🔥🔥
@ShadreckDreck
@ShadreckDreck 2 ай бұрын
Ndakumda ukuntu mwerekanye ibendera yo muri RDS
@NibigiraFride
@NibigiraFride 3 ай бұрын
Big up ba gee
@JamesNyandwi
@JamesNyandwi 3 ай бұрын
Nyimbo kali
@Am_Yoshio
@Am_Yoshio 2 ай бұрын
cyazee Murarenze ❤❤
@Nticlobu
@Nticlobu 3 ай бұрын
Hahiye Pee Mow kanzie ntihoreka gusha ahuri' turabizi
@davidmugambi1213
@davidmugambi1213 3 ай бұрын
Muratwika
@hittoptv
@hittoptv 3 ай бұрын
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥Courage kuri Team yose Abemeye ino Ngoma mumpe likes nyinshi nkabatananigwa👏🏼👏🏼
@Burundibwacu-mi3fh
@Burundibwacu-mi3fh 3 ай бұрын
Bro kora cane like zirizana kand courage bro Gus nkamwe abanyamakuru murakwiye kwicara mukaja hamwe mukiga icabandi babarushije mukagikora kuko abantu beshiii mugihugu nagaciroo babahaaa🙌🏾🙏🙏
@FrancoisYahya-lv7lr
@FrancoisYahya-lv7lr 3 ай бұрын
Wap tu igoma barayitovy iyamber niyo imez neza😮
@InGodwetrust0991
@InGodwetrust0991 3 ай бұрын
Umuziki wagarutse kweli, 2015 wari wapfuye kabisa none wazutse, Ubu hasigaye KO twirukana intanzaniya gusa, nayo izababandi twita ba MANENO bo ngaho hakurya murwanda twarazimije ibirofa
@GatekaFly-g
@GatekaFly-g 3 ай бұрын
Abaririmvyi babarundi bari mukazi lose pe! Ndabarahiy ubu urwego umuziki wacu uriko wabaye international uwuvyemera ampe like
@NewLifeStudioBugenyuzi
@NewLifeStudioBugenyuzi 3 ай бұрын
Uyu musi ntibangayishij
@IrakizaIrene
@IrakizaIrene 3 ай бұрын
double jay you kill meh bro🙏🏾 🇷🇼❤🇧🇮mpa like niba nawe ukunda buja music and rwandan music
@FrankHugo-wg2mz
@FrankHugo-wg2mz 3 ай бұрын
Rab munshigikire nanje kzbin.info/www/bejne/p6uvlYqmqLl6kKssi=Vs7XcTH-8wv2_tdE
@IrakizaIrene
@IrakizaIrene 3 ай бұрын
👌🏾👌🏾👌🏾
@uwizeyimanajeandedieu3338
@uwizeyimanajeandedieu3338 3 ай бұрын
Any Rwandan here🇷🇼 l like burundi stars when coming together❤❤
@honorenihorimbere792
@honorenihorimbere792 3 ай бұрын
Bonboclat🎉🎉🎉
@inezawilly4543
@inezawilly4543 3 ай бұрын
Na mimi natokea Rwanda 🇷🇼 Bro Sehemu za Masaka ya Kicukiro
@InGodwetrust0991
@InGodwetrust0991 3 ай бұрын
@@inezawilly4543 kubadida
@Kelopliz
@Kelopliz 3 ай бұрын
Abemera ko belle 9ce yatabuye ingoma mumpe like zanje good job kuri team yose 💥🔥🔥🔥
@FrankHugo-wg2mz
@FrankHugo-wg2mz 3 ай бұрын
Rab munshigikire nanje kzbin.info/www/bejne/p6uvlYqmqLl6kKssi=Vs7XcTH-8wv2_tdE
@adonystarhop9764
@adonystarhop9764 3 ай бұрын
Bos babikoze neza urumvo uwo mwana waho batway sha kwi Korasi YAGUMY IRYOSH NKUMUTSAMA WUBUKI
@raissadusabe3918
@raissadusabe3918 3 ай бұрын
Cane
@raissadusabe3918
@raissadusabe3918 3 ай бұрын
Double Jay,Alvin,Belle nice and Kilikou nibo bantu baryoheje iyi remix
@monia_fleur
@monia_fleur 3 ай бұрын
Abemera ko bakobwa baririmvye neza kuruta ibisuguru mumpe Likes zanje ngaha😍😍 Nice Rimix 👌❤
@MuhozaDondivin
@MuhozaDondivin 3 ай бұрын
Monia urahashitse nakwemera Sana.
@tresorwatanga870
@tresorwatanga870 3 ай бұрын
Vraiment bahaturiye 🔥🔥
@frediannehakizimana6486
@frediannehakizimana6486 3 ай бұрын
Ni ww wabuz vraiment 🔥🍾
@noellanishimwe5890
@noellanishimwe5890 3 ай бұрын
Ego kl barabarushije
@HassanNintunze
@HassanNintunze 3 ай бұрын
😂😂😂😂
@theblessingog6746
@theblessingog6746 3 ай бұрын
Abatunguwe na talent ya belle9ice mumpe like❤🤔
@AudifaxGakunzikimana
@AudifaxGakunzikimana 3 ай бұрын
Ntaravyibagira kbx
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 3 ай бұрын
Nikinebwe cogusohora indirimbo uzingene nkunda ijwi ryiwe
@BorisIshimwe-l9c
@BorisIshimwe-l9c 3 ай бұрын
Cyaze byo akora gacye kand afit voice nange nkunda p
@princelucifer5059
@princelucifer5059 3 ай бұрын
Sinarinzi ko belle nice yoririmba gutya
@JohnBosco1
@JohnBosco1 3 ай бұрын
She makes me crazy 🤔🤔
@ericazero9736
@ericazero9736 3 ай бұрын
Belle nice niryambere aririmvye nkanezerwa.good job Kuri team yose
@ABDOUS250
@ABDOUS250 3 ай бұрын
+250 FAMILY WHERE ARE YOU??🔥🧡🇷🇼
@BlondevertuNakeza
@BlondevertuNakeza 3 ай бұрын
Belle nice hejuruuuuu❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ n double jay
@Frandayboy
@Frandayboy 3 ай бұрын
Hejuru cane ❤
@PercfectDofficial
@PercfectDofficial 3 ай бұрын
Nice song
@lovepounder8843
@lovepounder8843 3 ай бұрын
Umurundi hejuru cane Umurundi yiyemera ashireko like ngaha tumenyane
@Issavidal23
@Issavidal23 3 ай бұрын
Abemera ko irenze mumpeee amashiii🎉🎉🎉🎉🎉
@MuhozaDondivin
@MuhozaDondivin 3 ай бұрын
Ugwego nawe wahashitse.
@MrAslan47
@MrAslan47 3 ай бұрын
Team belle 9ce tumuhe 🎉 yiwe
@jesusmadirisha9425
@jesusmadirisha9425 3 ай бұрын
Belle 9ice aranyemeje respect sana iyi ni hit kabisa ariko belle 9ice yubahwe ndemeye cane gose
@raissadusabe3918
@raissadusabe3918 3 ай бұрын
Nanje vrt
@Erick_Sky
@Erick_Sky 3 ай бұрын
From Rwanda 🇷🇼🇷🇼 mumpe Like
@inezawilly4543
@inezawilly4543 3 ай бұрын
Yes mtoto wa kwetu Kgl Rwanda 🇷🇼
@Solene_au1
@Solene_au1 3 ай бұрын
Belle nice🎧🥰❤️
@umunyagasenyi
@umunyagasenyi 3 ай бұрын
Belle Nice Verse yawe ni ya b1 sanaa🔥🔥🥵🥵😍😍🥰👌🏽👌🏽👌🏽
@edouardhafashimana1443
@edouardhafashimana1443 3 ай бұрын
Man nanj aranyemej gusa simbona impamvu adasohora
@UrbainNiyongabire-hs7mu
@UrbainNiyongabire-hs7mu 3 ай бұрын
Remix nisoo kabisa kirikou hejuru cane uranyemej mwe na belle Nice respect nabandi mwabikoze fresh
@BenjaminImanirabaruta
@BenjaminImanirabaruta 3 ай бұрын
kuva irwanda murwagasabo ntayindi ndirimbo twunviriza love from rubavu Rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@Luckymen821
@Luckymen821 3 ай бұрын
Kbs gusa nabuzemo umuhanzi wajye labosi❤sibintu😢
@arnofloriannishimwe2422
@arnofloriannishimwe2422 3 ай бұрын
Impa liké nyinshi nyimba wemera ko Buja Fleva bayituriy💥🔥🔥🥵
@jean-pierrewatumu
@jean-pierrewatumu 3 ай бұрын
Iyababikunda kurungika audio muri cmnt walai Bel9 atumye merereza wow iyi song igiye kungwaza ukukwezi kwose 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@startv257.
@startv257. 3 ай бұрын
Ingoma iraryoshe walahi imeze neza caneeee ababibonye twagiye hano vyihuse caneeeeeeeeee
@Burundibwacu-mi3fh
@Burundibwacu-mi3fh 3 ай бұрын
Bro kora cane like zirizana kand courage bro Gus nkamwe abanyamakuru murakwiye kwicara mukaja hamwe mukiga icabandi babarushije mukagikora kuko abantu beshiii mugihugu nagaciroo babahaaa🙌🏾🙏🙏
@Belle9ice
@Belle9ice 3 ай бұрын
Bomboclat ❤🎉😂
@MuhozaDondivin
@MuhozaDondivin 3 ай бұрын
Belle urakaze.
@manimpayediego3187
@manimpayediego3187 Ай бұрын
Urabizi
@InesIgiraneza-md4rb
@InesIgiraneza-md4rb Ай бұрын
Urazi kuririmba belle
@PatientIranzi-q7h
@PatientIranzi-q7h Ай бұрын
Urarenzee
@MichellineUwamahoro-z3l
@MichellineUwamahoro-z3l 27 күн бұрын
❤❤ nakawe
@igiranezajeanclaude3393
@igiranezajeanclaude3393 3 ай бұрын
Abemeza ko belle 9ce na kilikou batadusondetse kubita ka like tuhaturire 🔥
@uweraaimee2608
@uweraaimee2608 3 ай бұрын
Iyi song 🙆❤️🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@aimefils714
@aimefils714 3 ай бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@NKERAMIHIGODenis
@NKERAMIHIGODenis 3 ай бұрын
4:03 Burundi 🇧🇮♥nice remix
@inezawilly4543
@inezawilly4543 3 ай бұрын
Na mimi ndio hivi 🇷🇼 🇷🇼
@IziAsumix
@IziAsumix 3 ай бұрын
1M mumisi mike kubaryemera mpa like
@FrankHugo-wg2mz
@FrankHugo-wg2mz 3 ай бұрын
Rab munshigikire nanje kzbin.info/www/bejne/p6uvlYqmqLl6kKssi=Vs7XcTH-8wv2_tdE
@FrankHugo-wg2mz
@FrankHugo-wg2mz 3 ай бұрын
Rab munshigikire nanje kzbin.info/www/bejne/p6uvlYqmqLl6kKssi=Vs7XcTH-8wv2_tdE
@CHANONIX
@CHANONIX 3 ай бұрын
Kora like mbaye uwa 10
@Isimbukatvshow
@Isimbukatvshow 3 ай бұрын
😂
@mere_nature
@mere_nature 3 ай бұрын
Izi like musaba misi yose murazirya cnk??
@FrankHugo-wg2mz
@FrankHugo-wg2mz 3 ай бұрын
Rab munshigikire nanje kzbin.info/www/bejne/p6uvlYqmqLl6kKssi=Vs7XcTH-8wv2_tdE
@gyslaineahishakiye6884
@gyslaineahishakiye6884 3 ай бұрын
@@mere_naturebbbs😅😅 shyyu we😅😅😅de dus
@neymarjrthevinch9872
@neymarjrthevinch9872 3 ай бұрын
Belle nice hejuru Kbx yabifutse bose 🍾🍾🍾👊👊
@FrankHugo-wg2mz
@FrankHugo-wg2mz 3 ай бұрын
Rab munshigikire nanje kl kzbin.info/www/bejne/p6uvlYqmqLl6kKssi=Vs7XcTH-8wv2_tdE
@niyo9795
@niyo9795 3 ай бұрын
Mow kanzie azi kubyina kbsa 👏🏽👏🏽!!!
@JustinHakizimana-ly9yp
@JustinHakizimana-ly9yp 3 ай бұрын
Belle 9ni yabikoze neza aranyemeje wallah ntakwiyicisha ama soda kbx
@BuruceIrakoze
@BuruceIrakoze 3 ай бұрын
B face ko Ari Jamaican boy walah.indirimbo ni méga hit Bose bakoze neza Sanaa 🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@RogerBimenyimana
@RogerBimenyimana 3 ай бұрын
B face yoca anakwica kir flow ziwe aranryohey mwiy Rimix cokimw na Belle Nic ❤🔥🔥🔥🇨🇦
@FiacreMTI998
@FiacreMTI998 3 ай бұрын
Belle 9ice na Double jay bakoze umuti kwl🔥🇧🇮
@BigirimanaBi
@BigirimanaBi 3 ай бұрын
Hejurucaneeeeeeeeeeeee
@CedricIrakoz
@CedricIrakoz 3 ай бұрын
Belle nice na alvin chimanda yabuze ukuntu agashimw kabashikir kko mwatabuy
@Clovis_MG.257
@Clovis_MG.257 3 ай бұрын
Belle 9ce(Sat_b's madam)🎉,,bwanyuma nanyuma arabishoboyee kbx✍️😂😂
@cloubelonly
@cloubelonly 3 ай бұрын
Belle 9ice 👑🔥 She's so Talented Mwumvise ukuntu yinjiye ariko ? Hama Everybody did a great Job 🔥 You Guys Muri Talented 🔥👑
@MIZEROTV
@MIZEROTV 3 ай бұрын
Wabibny naw
@cloubelonly
@cloubelonly 3 ай бұрын
@@MIZEROTV numiwe
@Arnovic257
@Arnovic257 3 ай бұрын
Shaaaaaaa ingoma mwari🔥🔥👏🏿🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 hashe mbere mwongere aka essence 🫡🫡🫡
@MediatriceNduwimana-z2q
@MediatriceNduwimana-z2q 3 ай бұрын
❤❤❤❤abayikunze cyane bashir ngah iyi remix ni wane😅
@ArthurBoyattan
@ArthurBoyattan 3 ай бұрын
Belle 9ice Aho uri hose uko mtu wngu kbsa.hahiye🔥🔥🔥🔥
@Aud-10
@Aud-10 3 ай бұрын
Kirikou yarabarie mwes vrma na belle yaririnvy frch sana 👌🏼🫡
@TreyZoRappyBoy
@TreyZoRappyBoy 3 ай бұрын
Fire burn dem🔥🔥🔥🔥🔥
@pacifiquendayikezapeace5629
@pacifiquendayikezapeace5629 3 ай бұрын
La force ❤️
@tresorwatanga870
@tresorwatanga870 3 ай бұрын
Ya vyigiye kwa baddan dem😅😂
@Bristerling
@Bristerling 3 ай бұрын
Audio 100%❤🎉 Video 100%❤🎉 Nimba uvyemera nawe Mpa like twibandanarize 👊
@LéonceNGENDAKUMANA-l6x
@LéonceNGENDAKUMANA-l6x 3 ай бұрын
Rekura iyo bombe iturike ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@KabossJames
@KabossJames 3 ай бұрын
Nice song ❤️ from 🇷🇼
@Inyinya
@Inyinya 3 ай бұрын
Mukore like mbaye uwanyuma
@manekodrizzy6792
@manekodrizzy6792 3 ай бұрын
Wooohhh. Hahiyeee ni maaamaaa 🥱🥱. Ukaba wunvise vibes zo gucoma kwa Double Jay impa like 🤣🤣🤣
@Nidivin
@Nidivin 3 ай бұрын
Mwiswanze 😂 nimbarizo zituma aduha vibee nkizoo turakwiye guteranya inotii tukamuranguriraa rwinshii Wallh ❤❤❤ ubundi vibeee ikabaa vibeee ndkaeeee🔥🔥🦅
@Nidivin
@Nidivin 3 ай бұрын
Mwiswanze 😂 nimbarizo zituma aduha vibee nkizoo turakwiye guteranya inotii tukamuranguriraa rwinshii Wallh ❤❤❤ ubundi vibeee ikabaa vibeee ndkaeeee🔥🔥🦅
@Nestor800
@Nestor800 3 ай бұрын
Belle nice b face hujuru cane mwahaturiye mwese nwabikoze neza 🙏🙏🙏🙏🙏🙏❤️
@BlackMuro-rb9tp
@BlackMuro-rb9tp 3 ай бұрын
Belle nice yabafuse kbx arikomuri muri rusangi mwa🔥🔥🔥🔥🔥
@rodriguendikumana1561
@rodriguendikumana1561 3 ай бұрын
Jew nkeney collaboration hamw na b face Kuk sinze gupfa tudakoranye naw Kuk n'Imana yomwijuru izobimbaza Kuk b face Naho noba ngway numvitse indirimbo yiw ncankira nukur kw'imana gusa ndakeney i pfoto naw Kuk ndamukunda gusumba inyama
@burundifuturetv341
@burundifuturetv341 3 ай бұрын
❤❤❤nice song MPa like niba wayikunze nkanje❤tuguma dori
@JeanclaudeManariyo-oz6bj
@JeanclaudeManariyo-oz6bj 3 ай бұрын
Mumpere respect ka belle nice kabisa narabafuse sana
@fabriceniyomukiza7748
@fabriceniyomukiza7748 3 ай бұрын
B face ,double jaj,kilikou hejuru caaanee❤❤❤
@jean-danielndikumana3734
@jean-danielndikumana3734 3 ай бұрын
Bravo mon grand surtout B-face, Belle Nice, Mow Kanzie et Kirikou, ils ont bien chanté
@Musindi736
@Musindi736 3 ай бұрын
Umuziki wasubiye kwabanyenewo music BURUNDI 🇧🇮🇧🇮🇧🇮💥💥
@Umunyamugisha-25..
@Umunyamugisha-25.. 3 ай бұрын
Olalaa 😮belle 9 vrt m kazi kose verse yae iri kurind level👏
@lexiswenger
@lexiswenger 3 ай бұрын
Nur ndarengewe. Uwo tubn kumwe amp like 👍♥️
@Kakana-i4o
@Kakana-i4o 3 ай бұрын
Nice song
@munezeroEric-m6l
@munezeroEric-m6l 3 ай бұрын
Ngoma kali gee alivin wange nkufana vyogufpa gee umuzigo wandanje 🇧🇮🏳️‍🌈🏳️‍⚧️🇧🇴🇧🇶🇬🇧 mumpe Link 🔥🔥🔥🔥 twese tuti hahiye . hahiye
@bobbrown4732
@bobbrown4732 3 ай бұрын
Uburyohe bw'indirimbo butumye nibuka kwandika comment after 24h mumpe like abakunze remix nkanje from 🇰🇪🇰🇪🇰🇪
@Kaida_Cut254
@Kaida_Cut254 3 ай бұрын
B face on this track,,,, bro u killed it
@Jojokeyofficial
@Jojokeyofficial 3 ай бұрын
Belle 9ice niwe ndindiye😂😂
@andreicollyster
@andreicollyster 3 ай бұрын
Here I am supporting our artists nikiwa Keny 🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪
@JohnBosco1
@JohnBosco1 3 ай бұрын
C'est un Bon travail 🎉🎉 avec la correction de Bell 9nce🎀, then give me my like😅
@LamarAriKendrickD
@LamarAriKendrickD 3 ай бұрын
Nubwamber remix habura uwamiz abandi❤❤mwes mwavyifashmwo b1🙌🙌kimw tu cabuz ni vibe ya DJ PHILBITE tuvymrany.
@rugwirohonore6667
@rugwirohonore6667 3 ай бұрын
Ino ndirimbo ni nziza koko.❤ Much love from Rwanda
@oliverdapremiere
@oliverdapremiere 3 ай бұрын
B face aranyishe
@r-flowtheraincoat3350
@r-flowtheraincoat3350 3 ай бұрын
Hahiye 🔥🔥🔥🔥🔥
@iteritekabenjos-xr7yv
@iteritekabenjos-xr7yv 3 ай бұрын
Belle 9ce🎉🎉🎉❤ na b face kill it ngomaa kalii summer hit yabonetsee🎉❤
@milkb257
@milkb257 3 ай бұрын
Ingoma atarakoma ❤❤💪💪💪💪abavyemera mpupe like zaje
@leonardndikumukiza9183
@leonardndikumukiza9183 3 ай бұрын
Barashoboye kandi Bellenice sinarinz ko ashoboy uko
@YvansIrambona
@YvansIrambona 3 ай бұрын
Hahiye kenya aratwitse
@florisjulius
@florisjulius 3 ай бұрын
Iyi ndirimbo kuyumva mur summer uriko ugendera mumodoka yaw igitoro gishobora kuguhererako birababaje😢😢😢utiteze ahukura ikindi ❤❤❤mow kenzie she's everything to me
@justtrap2670
@justtrap2670 3 ай бұрын
Uwemeye verse ya Belle nice nakande like ngaha
@Kim.Bashir
@Kim.Bashir 3 ай бұрын
❤❤❤🎉🎉🎉😂😂Mmpetisha sana mwamba from B.t.r tuko pamoja dam yang 🔥🔥🔥🙌🙌🙌unawakilisha vyema mtaa ulotulea Buterere 🔥🔥🔥☝️☝️☝️
@niggajizzosabushimike8087
@niggajizzosabushimike8087 3 ай бұрын
B.face rspct mwabikoze fresh
@elswaggerpromoter
@elswaggerpromoter 3 ай бұрын
Ntanumwe wogaya ngo yaririmvye nabii non non non burundian music hejuru cane
@blaiseharumukiza1598
@blaiseharumukiza1598 3 ай бұрын
Belle nice🎉🎉
@inezawilly4543
@inezawilly4543 3 ай бұрын
Nice song Love from Kgl-Rwanda 🇷🇼 🇷🇼 Big up our Brothers 🇧🇮 🇧🇮
@IsaieNziza
@IsaieNziza 3 ай бұрын
B-face❤bellen9ice❤baranyemeja kbx
Brawl Stars Edit😈📕
00:15
Kan Andrey
Рет қаралды 58 МЛН
Новый уровень твоей сосиски
00:33
Кушать Хочу
Рет қаралды 5 МЛН
Minecraft Creeper Family is back! #minecraft #funny #memes
00:26
Sat-B - Je Vais Bien (Official Lyrics Visualizer)
3:27
Sat-B
Рет қаралды 1,5 МЛН
Kwepa - Kirikou Akili, Dj Philbyte, Double Jay (Official Video)
3:53
Kirikou A-kili
Рет қаралды 347 М.
Alvin Smith - Ind*ya Ft Mow Kanzie (Official music video)
3:39
Alvin Smith Official
Рет қаралды 424 М.
LinoG - IRYANYUMA (official Music video)
2:50
LinoG Umvukuri
Рет қаралды 657 М.
ALVIN SMITH FT FERNANDO AYE -- NSHAKA KUMERA NKABANDI (OFFICIAL MUSIC VIDEO)
3:26
Double Jay - NOPFA X Kirikou Akili (Official Music Video)
4:39
Double Jay OnceAgain
Рет қаралды 1,5 МЛН
Brawl Stars Edit😈📕
00:15
Kan Andrey
Рет қаралды 58 МЛН