Alvin Smith noneho ibintu ariko aravuga😂😂//umugore yarandoze ndaremvye//umugabo wabandi aramuhatswe

  Рет қаралды 23,679

Siren Vibes TV

4 жыл бұрын

Alvin Smith yavuye mu buterere yimukira mu kigobe. twamusanzeyo, ivyo yavuze imbavu zahatswe kuducamwo🤣🤣 ariko kandi yahereje ku majambo ari serieux cane.
iki kiganiro wihangane ukirabe cose ntihagire na kamwe kagucika woba uhomvye.
#AlvinSmith #cocaine #mukhama
wipfuza kugira ico utumenyesha canke uterera turondere kuri 61233934 canke 76711802 murakoze
canke utwandikire ku ma social media yacu
instagram :Siren Vibes TV
facebookPage : Siren Vibes TV
Twitter :@sirenTV
Murakoze🙏🏽
but don't forget to share it🙏🏽

Пікірлер: 202
@sirenvibestv
@sirenvibestv 4 жыл бұрын
Alvin Smith yavuye mu buterere yimukira mu kigobe. twamusanzeyo, ivyo yavuze imbavu zahatswe kuducamwo🤣🤣 ariko kandi yahereje ku majambo ari serieux cane. iki kiganiro wihangane ukirabe cose ntihagire na kamwe kagucika woba uhomvye.
@burundiburundi8168
@burundiburundi8168 4 жыл бұрын
Hosy nukutwerek umwana waw. Kk yagufukuy mukuvuga ko wavyaye
@itsthiiburundian3934
@itsthiiburundian3934 4 жыл бұрын
nezann cane christian nukumutwereka 😂😂😂
@ngendabanyikwajclaude2027
@ngendabanyikwajclaude2027 4 жыл бұрын
@@burundiburundi8168 jakuri Ig yiwe uramubona
@alexandern.1752
@alexandern.1752 4 жыл бұрын
This boy very fun and I like him
@KESH250
@KESH250 4 жыл бұрын
You've No Idea How Much I Love #AlvinSmith😂 Interview Ziwe Sinjya Nzicikwa Pe.. Aratwika Akimanukira🔥💯 Much Love From Rwanda🇷🇼❤ Kdi Keep It Up #Hosy Mu Rda Turagukunda Cyne
@muhitiratotoni3195
@muhitiratotoni3195 4 жыл бұрын
Alvin yavuze neza unomunsi ngiye nabona umu journalist yubaha big up Bro... Totoni from south africa
@eliassingongo205
@eliassingongo205 4 жыл бұрын
Zambia Alvin turamwemera sanaaaaaa
@floribertndikumana3088
@floribertndikumana3088 4 жыл бұрын
Umuntu numuntu inkaninka tutagiye kuvuga ingore canke ingabo canke umugore canke umugabo 🤙🙈🤙🙈
@johajohar7777
@johajohar7777 4 жыл бұрын
Uwabonye amaguru ya la vach ukuntu arama x ninde🤣🤣🤣
@lazaremajambere4929
@lazaremajambere4929 4 жыл бұрын
Very good Hosy ft Alvin
@frankismeter8754
@frankismeter8754 4 жыл бұрын
Sha ndakwemera msz uvugishukuri kbx kipity up
@pascalnjejimanakidogeza7433
@pascalnjejimanakidogeza7433 4 жыл бұрын
Nicely Interview 💥💥💥💥💥 But We Miss Interview for B_FACE PLEASE CONGRATULATIONS TO All💪💪👍
@sixlikemusic2128
@sixlikemusic2128 4 жыл бұрын
Smith nice ma bro yebana hano mu Rwanda turagukeneye bro
@zainablove22
@zainablove22 4 жыл бұрын
Hhhhh ati kuberiki nawe ufise ibishatsi vyinshii ewe alvin uranyishe kbsaa 🤣🤣🤣🤣🤣
@audacemakado8766
@audacemakado8766 4 жыл бұрын
Alvin nihatali kweli no dawa ya meno big up ndakwifanira
@gygygyslaine5016
@gygygyslaine5016 4 жыл бұрын
Hosy wanatishije kukirato uwabibonye ampe like Alvin wew urarenze interview ziwe aratwenza
@joharimvuyahaga6952
@joharimvuyahaga6952 4 жыл бұрын
Mukhamaa Alvin uranyica ibiganiro vyaawe ngo cameramani tookaa🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@gerardrivuzimana9776
@gerardrivuzimana9776 4 жыл бұрын
Sha Hosy, vyukuri ukora akazi katoroshe ariko ndagushimiye uko uvyifatamwo ushobora kuganiriza abantu bose, komeza ugere kundoto zawe n'IMANA ikuje imbere
@sophonientiranyibagira3247
@sophonientiranyibagira3247 4 жыл бұрын
Hosy bandanya uter'imbere.la vache big up san bro
@manundayi2409
@manundayi2409 4 жыл бұрын
Alvin nikiguruguru ariko kiraryosha ikiganiro😂😂
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 4 жыл бұрын
Komera Hosy wanje , vraiment ndagukunda sana 😚, mu mwaka uza nzobandi i Bujumbura nzokurondera kabisa, cadeau from Sweden 🇸🇪, keep it up 👍 Hosy urakwiye support vraiment 🤟👏
@sirenvibestv
@sirenvibestv 4 жыл бұрын
Ohhhh thank you cadeau
@pierreniyonkuru7578
@pierreniyonkuru7578 3 жыл бұрын
Akagatyipp karanshisha kagaya ababoyi nabayaya gatunzebangah?
@ngarathecomedian5743
@ngarathecomedian5743 4 жыл бұрын
Umuntu mwijambo rimw ni ikiremwa 🔥🔥🔥🔥🔥
@lionelarakaza1238
@lionelarakaza1238 4 жыл бұрын
Hahahahahah sincerement intervieuw ya alvin na hosy zir muzintesa sana nukur hosy mw na alvin ndabakunda caaane muratwenza saaaaana
@sengarelevis8005
@sengarelevis8005 4 жыл бұрын
La vache originale⚡⚡
@lyzagasogoumuhoza2756
@lyzagasogoumuhoza2756 4 жыл бұрын
Alvin uyu musi wambay nabi kandi ntawugira interview ariko ararya sltpl le respect irakenew...
@amiraljosefgirukwishaka7453
@amiraljosefgirukwishaka7453 4 жыл бұрын
kumbe HOZY yaravyaye; merci saana Alvin de l'info
@niyonzimagilbert4088
@niyonzimagilbert4088 4 жыл бұрын
Alvini ararenza kbs mukhaaaaaama
@gentilvaldezchombo7636
@gentilvaldezchombo7636 4 жыл бұрын
Hosy ndagukund nukuri icompa nkakubonaa ❤️
@titusclassicartwork9429
@titusclassicartwork9429 4 жыл бұрын
Sha ndi mubakunda interviews za Alvin smith kbsa😋
@chrisrwaga3101
@chrisrwaga3101 3 жыл бұрын
Alvin ndamufana sana 🙌🏾🙌🏾👍🏾
@niyosam7560
@niyosam7560 4 жыл бұрын
Sir. Bayikoresha mugihe uhaye uvugana numugabo apana umugore 😅
@Funny-videos5344
@Funny-videos5344 4 жыл бұрын
Ikiganiro car ica. Fresh kbs courage guys bzou💪
@vivyntakirutimana4217
@vivyntakirutimana4217 4 жыл бұрын
uwambere mumpe izo like! Hosy big up sana. Cocaine nawe uti udukorera umuti. mwese mutere muja imbere.
@masmani5478
@masmani5478 4 жыл бұрын
Hosy dukeneye ama interview ya kingorongoro please 🇭🇲🇧🇮
@Mel5555.
@Mel5555. 4 жыл бұрын
Nanje nshaka Kingorongoro🙋‍♀️
@justinigiraneza5525
@justinigiraneza5525 4 жыл бұрын
Kbs kingorongoro ndamukumbuy
@amayarwatv4562
@amayarwatv4562 4 жыл бұрын
Alvin yarasaze 😂😂😂😂
@thimmybubu1493
@thimmybubu1493 4 жыл бұрын
Hosy please ikindi kiganiro na Ester Nish 🙏🙏🙏🙏🙏
@kennyalecnimubona
@kennyalecnimubona 4 жыл бұрын
😁😁😁 iyo bus yiwe itora abana bokuyihe établissement
@olivierngoy3291
@olivierngoy3291 4 жыл бұрын
Umuntu en francais c,est une personne rero hariho umuntu w,umuhungu hamwe n,umuntu wumukobwa
@vanessandayisenga9285
@vanessandayisenga9285 4 жыл бұрын
Mbega uyo yama ariko ararya😂😂😂😂😂😂😂
@mariusbiyu2744
@mariusbiyu2744 4 жыл бұрын
Alvin big up bro wabikoze ibikora inka live...
@ninetteninettendayizeye4492
@ninetteninettendayizeye4492 4 жыл бұрын
Interview iryoshe😁😁😀😀😀😁😁😁😁kndi nivyo uvuze
@dullydullahsenior756
@dullydullahsenior756 3 жыл бұрын
Hahahahaha uyu jama ni rofaaaa sanaaa
@innocent30thibaut80
@innocent30thibaut80 4 жыл бұрын
La vache arafise raison wanguu ntimumujaniranye!!! Hosy big up my love!!!
@Midwife257
@Midwife257 4 жыл бұрын
Nukuri naj interview ya Alvin ndayironderera time pe
@fredericndihokubwayo6573
@fredericndihokubwayo6573 4 жыл бұрын
İnka sans distinction de genre c'est 'bovin', la fémelle qui a déjà mis bas c'est 'vache', celle qui ne l'a pas fait c'est 'génisse', le mâle adulte c'est 'taureau', le petit c'est 'taurillon', le petit à la naissance c'est 'veau' ou 'velle'.
@sirenvibestv
@sirenvibestv 4 жыл бұрын
Ohhhh yesssss
@ahimunatube7497
@ahimunatube7497 4 жыл бұрын
Abana bize maternel
@Mr_KORI
@Mr_KORI 4 жыл бұрын
En tout cas n crèche warayize😂😂😂
@fredericndihokubwayo6573
@fredericndihokubwayo6573 4 жыл бұрын
@@ahimunatube7497 Oya nta maternelle twize
@fredericndihokubwayo6573
@fredericndihokubwayo6573 4 жыл бұрын
@@Mr_KORI 😂😂😂 oya ahubwo nivyo nize nawe ukaba uri umworozi uzontumeko
@World_Of_Fashion257
@World_Of_Fashion257 4 жыл бұрын
Sha @Hosy nigushimira Alvin kand urazi mercie kuriw nikumuha nataga fanta araryosha Interview kand nimba hari abandi baza kubwiwe nanje mundundeko Like @la vache aronke ati fanta 😂
@ngabireinnocent5403
@ngabireinnocent5403 3 жыл бұрын
Ndakwemera
@passyk9968
@passyk9968 4 жыл бұрын
Alvin ivyo avuze harimwo ukuri aba DJ nabo nukubashigikira.
@kaburasalehe3660
@kaburasalehe3660 4 жыл бұрын
Iyu mugabo nkitangura kumwumviriza nagira numuntu yishima nkabandi basani bishira hejuru ariko amajambo yanyuma avuze arerekanye kwurumuntu yohinduka bivanye na circumstances
@passyk9968
@passyk9968 4 жыл бұрын
Yooo! Oya nizere ko utiyambiza. Birateye isoni nikigongwe.
@manundayi2409
@manundayi2409 4 жыл бұрын
I love you Rosy
@IVOMO_TV
@IVOMO_TV 4 жыл бұрын
Très intelligent le type..
@cedrickbudrick5679
@cedrickbudrick5679 4 жыл бұрын
Alvin my guy....
@World_Of_Fashion257
@World_Of_Fashion257 4 жыл бұрын
@Hosy= Alvin iyo ni Aswime @Alvin = Ego @Hosy= Kwari nini? @Alvin= nagusavye uyintwaze? @Hosy= Ndabe umufuko uyibikamwo @Alvin= Oya reka Hose, Nikigunira 😂😂😂😂😂😂
@cbanews4730
@cbanews4730 4 жыл бұрын
Ikiganiro ciza cane,courage sister wacu hosy
@therencendikumagenge3067
@therencendikumagenge3067 4 жыл бұрын
number one
@dianaasd9097
@dianaasd9097 4 жыл бұрын
Natwe turabakunda ikiganiro cari kiryoshe
@Userr3649
@Userr3649 4 жыл бұрын
5:45 kuba umuntu yarize yaga mukama sikivuze kukwiye kumufatirako example yo ku mu meprisa...nimba wararonse chance yo kuja kwi shuri ukiga siko bose bayironse so please Burundians let's respect people who studied in yaga mukama kuko nabone babahaye choix bari kwiga nka twebwe twaronse iyo chance.
@masteraudry
@masteraudry 3 жыл бұрын
We here for you guys✌
@hervenkengurutse2257
@hervenkengurutse2257 4 жыл бұрын
Hosy bnjr umez neza hama ukora neza cne so courage arik wavyibushe cne usa neza cne
@arielchavez4507
@arielchavez4507 4 жыл бұрын
Hosy yambae Sacramentokazi 😅😅
@daltonking5466
@daltonking5466 4 жыл бұрын
Kirany'espira ico kirato ngira gikozwe mugishato c'isazi.
@chriskagawa6427
@chriskagawa6427 4 жыл бұрын
Turafise téléphone gisohore hhhhhhhh
@michoubigirimana4070
@michoubigirimana4070 4 жыл бұрын
La vache nta musi numwe akora iki ganiro atuje basha 😂likes bas
@ernestpabloofficiel
@ernestpabloofficiel 4 жыл бұрын
Nawe uramaze kubibona michou.hahahhaa
@amayarwatv4562
@amayarwatv4562 4 жыл бұрын
Ikiganiro kiraryoshe caaane
@iamsifaa
@iamsifaa 4 жыл бұрын
Hewe ndindera Inumber yawe nani
@ksidointernational
@ksidointernational 4 жыл бұрын
Un humain, l'homme ou une personne! Vyose birashobora kudésignant un ê humain mâle ou femelle!
@aishaafricanas7519
@aishaafricanas7519 4 жыл бұрын
Nice
@emmanuelndayizeye7601
@emmanuelndayizeye7601 4 жыл бұрын
Aririmba neza ndamwemera
@ntakirutimanaclaude8351
@ntakirutimanaclaude8351 4 жыл бұрын
Une personne est un nom commun que sa soit féminin ou masculin
@ماجدالحربي-ش1خ
@ماجدالحربي-ش1خ 4 жыл бұрын
Nice interview
@nirnaarakaza6648
@nirnaarakaza6648 4 жыл бұрын
😂😂😂 donc ngo ndumurozi?😭
@ماجدالحربي-ش1خ
@ماجدالحربي-ش1خ 4 жыл бұрын
Ntumaze kumumenyera alvin smith
@sirenvibestv
@sirenvibestv 4 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣
@youthethshs8304
@youthethshs8304 4 жыл бұрын
Nanje ndamukundacane
@alvinsmithofficial
@alvinsmithofficial 4 жыл бұрын
🥰🥰🥰🥰❤️❤️❤️
@fredericndihokubwayo6573
@fredericndihokubwayo6573 4 жыл бұрын
kumbe nirna ni wewe? asha ngo waramuroze alvin hahahha
@henryakimana1094
@henryakimana1094 4 жыл бұрын
Fou sana uyu jama🤣🤣🤣
@ferdinandnsabiyumva2938
@ferdinandnsabiyumva2938 4 жыл бұрын
Ariko Hosy ubwo ivyo bintu vyokurya abana aguma avuga alvin haraho bihuriye na interview ?jew mbona umengo mwovugan ibijany n music
@Anjianji-gd9oo
@Anjianji-gd9oo 4 жыл бұрын
Wewe mugabo umenga unywa ibiyayuramutwe cocaïne
@theeyezaak6899
@theeyezaak6899 4 жыл бұрын
😂😂😂😂😂😅😅HOSY Urumwan mubi
@geridibuzubona2227
@geridibuzubona2227 4 жыл бұрын
Very good interview
@christianhabumugisha7452
@christianhabumugisha7452 4 жыл бұрын
Nyenee Nyenee
@renovatnshemezimana2018
@renovatnshemezimana2018 4 жыл бұрын
Vyiza cane! Turabakunda!
@sosthenenduwamungu2551
@sosthenenduwamungu2551 4 жыл бұрын
Ikiganiro cagenze BN kbxa Big up
@ggffhvcc8326
@ggffhvcc8326 4 жыл бұрын
😗😗🤣🤣🤣 ico gipeti😀😀😀😀😀🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@shootershilcon8307
@shootershilcon8307 4 жыл бұрын
Je vrement interview yuyu mutipe ndazikunda
@prospernimbona9528
@prospernimbona9528 4 жыл бұрын
Hosy muzoze murashirako ama match abera hirya no hino surtout y'imirwi nk'intamba n'iyindi mirwi ya football yaha iwacu. Ndibaza ko uzoronka abantu benshi babiraba.
@uwase3382
@uwase3382 4 жыл бұрын
Vyar biryosh tuu alvin arabiryosh
@daltonking5466
@daltonking5466 4 жыл бұрын
Ausy siren uyu musi wambaye ikirato ca Sacramento kiranye spira kabisa!
@vianneyniyonsaba7316
@vianneyniyonsaba7316 4 жыл бұрын
Mukirundi ciza haramazina Rusangi namazina yuruharo donc "Inka"nizina Rusangi.Abantu naryonyene nizina Rusangi ...
@oswaldtuyiofficial9844
@oswaldtuyiofficial9844 4 жыл бұрын
Alvin yari sawa ikimwishe #nikirogorogo hama aba DJs ntco bomufashya??
@johajohar7777
@johajohar7777 4 жыл бұрын
Hosy 🤣🤣🤣nigisupusupu🤣🤣🙈
@Dylane257
@Dylane257 4 жыл бұрын
Yessir😥😂
@KESH250
@KESH250 4 жыл бұрын
"Yessssir" ako kanu nanjye kanyishe😂😂😂
@EpiSinBu
@EpiSinBu 4 жыл бұрын
Mukhaama arakurya
@chrisrwaga3101
@chrisrwaga3101 3 жыл бұрын
Mpa whatsapp yiw ico ndamwereka plz
@brucearakaza2173
@brucearakaza2173 4 жыл бұрын
Umuntu yabonye ibirato bihagaze ninde?😎🙈
@lyzagasogoumuhoza2756
@lyzagasogoumuhoza2756 4 жыл бұрын
Yemw kuzuba riraho yavyambay peee
@bnkazoza9972
@bnkazoza9972 4 жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂
@jeanineniyonsaba5117
@jeanineniyonsaba5117 4 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@jeovaniskagara8365
@jeovaniskagara8365 4 жыл бұрын
Gospel irafis 1M views
@swaggmicher5923
@swaggmicher5923 4 жыл бұрын
Nakubal
@jofrenovat5645
@jofrenovat5645 4 жыл бұрын
kipindi nimekipenda
@kizzkevin1197
@kizzkevin1197 4 жыл бұрын
Camera man isanamu sisawa kuel
@chriskagawa6427
@chriskagawa6427 4 жыл бұрын
La vache originale
@isidorinsabimana410
@isidorinsabimana410 Жыл бұрын
Nivyo nta Murundi ndunva yitwa inka ariko hariho abitwa Gashuri canke Kanyana
@AisuperLove
@AisuperLove 4 жыл бұрын
Ngo mu kigobe rero si mwi cité!!!
@davydanconganji2195
@davydanconganji2195 4 жыл бұрын
Kurivyo vy'aba DJs il y a une part de vérité
@ericsuzu6095
@ericsuzu6095 4 жыл бұрын
Yooo waberew hosy ikirato ni too much
@cbanews4730
@cbanews4730 4 жыл бұрын
Uwomutyp ashaka kwikwegera nakumbure agende bukebuke kurayomazina yibiyovyabwenge.
@emilevenantndihokubwayo3267
@emilevenantndihokubwayo3267 4 жыл бұрын
Hosy,inka ikora vyishi Ex: irahandīra ishashi itaragera kwima ikayimya kunguvu
Я сделала самое маленькое в мире мороженое!
00:43
Кушать Хочу
Рет қаралды 4,4 МЛН
А что бы ты сделал? @LimbLossBoss
00:17
История одного вокалиста
Рет қаралды 9 МЛН
Good teacher wows kids with practical examples #shorts
00:32
I migliori trucchetti di Fabiosa
Рет қаралды 12 МЛН
Я сделала самое маленькое в мире мороженое!
00:43
Кушать Хочу
Рет қаралды 4,4 МЛН