AMAJWI Y'IBANGA🚨MIN.NDIRAKOBUCA JEMEJEKO FDLR IRI BURUNDI!

  Рет қаралды 51,715

Rwanda updates

Rwanda updates

Күн бұрын

Пікірлер: 113
@peninnamuller9502
@peninnamuller9502 Ай бұрын
Ivyo barya,n’akamanyu k’Umutsima akandi kamanyu, kazobaniga kandi bazoruka amoya y’Inkona. Continuez seulement et l’histoire nous le dira. Muzoririra mumyotsi!!!😢😢😂
@Randybury378
@Randybury378 Ай бұрын
Nimureke ivyububeshi turinze tuvuga ko red tabara iri murwanda musimbira hejuru ngo harico Uburundi burondera ku Rwanda ntimworeka ivyo kuryanisha ibihugu!!! Mara Uburundi bugomba gutera Rwanda ahandi Urwanda rugomba gutera Uburundi ntimubona ko izo mvugo zimaze gushaza( guta agaciro).
@Jomba24
@Jomba24 Ай бұрын
Sendagara nakomeze yikururure umwaku w’inkora maraso!
@ntahompagazeemmanuel8502
@ntahompagazeemmanuel8502 Ай бұрын
Bihorere bacumbikire FDLR inkuba itagira amazi izajya ihora ibakubita😂😂
@MugishaAuxane
@MugishaAuxane Ай бұрын
Mwambwa mwe! 😂😂😂inkuba zitagura amazi ?? Ndabikundira uko kuntu !!!! Inkotanyi oye !!!🎉🎉🎉
@Dddma455
@Dddma455 Ай бұрын
@@ntahompagazeemmanuel8502 iyo myumvire yanyu ntabgo iza idutungura kuko mwishwe mumitwe igihe mwakugwa muri francophone mukajanwa muri Anglophone's aho niho mwapfiriye ibintu byose muvyumva inusu inusu. Ntimuzi iyomuja niyomuva. Muzotungugwa.
@peninnamuller9502
@peninnamuller9502 Ай бұрын
Baje gutwara bavuye Mukibira none erega mukibira nta sagesse irangwayo, harangue Ayo uruhumyi et là misère; baje gusubiza inyuma uburundi bwa Nyamirunga. Gutwara Bisaba ubwenge karemano, bisaba kugira urukundo rw’igihugu, kwirinda umunoho kuko ubuzima ni bugufi, ntagahoraho, voyons!!! ariko abatwara bagomba kuronderera kazoza keza abana babo ubuzima ni bugufi. Ingoma zo kwisi zama zigenda zikuranwa. Abadatwara neza nabo, amateka (histoire) azobibabaza. Amahera arahera cane cane Ayo bivye mukigega ça Leta canke muri Congo azohera nibamara gupfa ntaco azoba marira ndabarahiye!!! , bazopfa bimiza ibanfu ;pour cela, il faut savoir gérer les choses pour la génération future. Ikibarirwa nicumva icerekwa n’´ikibona. Agasozi kamarere kahiye abagabo babona, barorera. Intabarirwa ibarirwa nuko amaso agizate????????A bon entendeur salut!!!
@felixuwimana-l4h
@felixuwimana-l4h Ай бұрын
Imana Ikubabarire pe.
@titi-v9u
@titi-v9u Ай бұрын
Sendagara nababwiye ko ntakindi azazanira uburundi usibye ubukene , intambara
@Dddma455
@Dddma455 Ай бұрын
@@titi-v9u mwebge mutunze mudakenye murabanza mwubake house presidential. Mumukure murugwiro yasigiwe na habyarimana rugira rumugweko 😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅
@Delta00charly
@Delta00charly Ай бұрын
@@Dddma455😂😂 hereusement k le ridicule ne tue pas🤭urazi Rénovation yakozwe kugira ngo imyanda ya Kinani iveho sha? aba DD nimukomeza kudushotora ntimuzamenya ikibakubisa ndaQ utazi INKONTANYI azabaze amateka yazo, quand il s’agit de la Sécurité du pays on ne badine pas! Sha muzibeshe gato gusa 😂
@chrisoneilniyungeko839
@chrisoneilniyungeko839 Ай бұрын
@@Delta00charly komera ndakwumva
@Dddma455
@Dddma455 Ай бұрын
@@Delta00charly ahubgo mureke kutubgira amateka yazo. Muzibaze ati ese kuba mutaja iburundi noko mutazi inzira iganayo. Ese hagati yuburundi nurwanda harinyanja? inyishu bazoguha izogutungura. FDNB idasohotse imbonerakure zonyene turashoboye kubavugutira umuti.
@josettemugisha6773
@josettemugisha6773 Ай бұрын
FDLR n'inkoramaraso zasize zihekuye Urwanda abarundi mwikururiye ishyano.
@Dddma455
@Dddma455 Ай бұрын
@@josettemugisha6773 mwebge ko mutabona ko RED TABARA. atarikibazo kuburundi kandi arumugwi witerabgoba?
@titi-v9u
@titi-v9u Ай бұрын
​@@Dddma455ariko red tabara iri muri congo
@EricNininahazwe-f6g
@EricNininahazwe-f6g Ай бұрын
Abarundi ntabwenge twifitiye shaa nukuri sinzi icatubayeko kwl
@Dddma455
@Dddma455 Ай бұрын
@@josettemugisha6773 wewe wamaze kwiha inyushu zahekuye urwanda suburundi. Uvyumve neza Natwe red tabara iyo mwahaye indaro Murwanda ifise. Amaradia ama online TVs. Baza baca muri congo baje kudutera. Nokutwica. Ariko nabarundi sabanyarwanda uvyumve neza. Rero turafitaniye ikibazo. Namwe. Mushatse ko gikemuka sawa mudashaka naho nyene birabutura.
@Dddma455
@Dddma455 Ай бұрын
@@titi-v9u ninde yaguhenze ko red tabara irimuri Congo dufise amakuru. Asesuye. Kuvyo kuyovya uburari hoho. Nimba red tabara iri muri congo. Na fdlr iri muri congo.
@josettemugisha6773
@josettemugisha6773 Ай бұрын
FDLR kuzayikura i Burundi bizabagora!
@Dddma455
@Dddma455 Ай бұрын
@@josettemugisha6773 nibiyizire twibanire akaramata. Namwe nimugumane RED TABARA. muzobane akaramata.
@titi-v9u
@titi-v9u Ай бұрын
​@@Dddma455hhhhh ntimuzi ibyo mukinisha , muraje mubinone abagenocidaire bibivume batandukanye nindi mitwe yose yokwisi
@AlfredMukerandanga
@AlfredMukerandanga Ай бұрын
FDLR iriho mu Burundi none?Jewe ndi umurundi ariko ntavyo nshigikiye Kuko ni AMASHETANI.
@AlfredMukerandanga
@AlfredMukerandanga Ай бұрын
​​@@Dddma455Sha ntibazi ico ari co FDLR.Wogirango muri kumwe bakaguhinduka.Erega nta buntu bafise.Ahubwo ntibatuzire mu gihugu.
@AlfredMukerandanga
@AlfredMukerandanga Ай бұрын
Sha ntuzi ico ari co FDLR.Erega nta buntu bafise.Wogira ngo muri kumwe mu nyuma bakagihinduka.Ahubwo ntibatuzire mu gihugu.​
@mtheo2005
@mtheo2005 Ай бұрын
Space yabaye ibanga ryari?
@josettemugisha6773
@josettemugisha6773 Ай бұрын
Muri kwikwegera akarambaraye!
@niyomahoropierre9748
@niyomahoropierre9748 Ай бұрын
karashizingani mubeshe nokuri Audio twiyumviye kwel mwumvise leta y'uburundi yaribashigikiye none ntiyaciyija kubakurayo ikindi abobatware bohasi ntibaciye bahagarikwa nubu baracari muburoko vyerekama ko Uburundi butabirimwo none mwashatse gushika kuki ivyomuvuze vyogusuma bakagucunga ivyusuma ivyosivyo namafuti yanyu muzemuvuga ibikenewe😮😮
@MayaWacu-p8l
@MayaWacu-p8l Ай бұрын
Icyo cyugu kiyoboye uBurundi kibucuritse, kimenye yuko INKUBA zigihari kandi ZIRACYAKUBITA! Haba mu KIBIRA haba n'ahandi aho ariho hose, IMIRABYO izakomeza imurike mu kirere inkuba nazo zase ibyo zasa! Ngayo, nguko!
@BenitcharvisKijebege
@BenitcharvisKijebege Ай бұрын
Mwebwe muribirofa none nyamba hari insécurité wumva gouvernement ibishigikiye canke iriko irabagwanya, sinzi Aho iyo audio mwayikuye gusa ivyo numva nuko ariko ahimiriza abanyagihugu gutanga Abo bantu bariko baratera insécurité muvuzeko uburundi buriko bunyegeza izonkozibara mwoba mububeshey uburundi ntibumeze nk'urwanda runyegeje abasize bakoze amabara muburundi 😢 uburundi ntibukorana ntibukorana nabicanyi nivyo 1ère ministr avuze nuko FDNB iriko iritegura kubakiriza muriro nkuko yabivuze iyo inkofero zose zagisirikare zakoranye habahagira hake umuriro rero ntimureme banyarwandamwe ntabazobatera bazova muburundi, ariko turaziko abahora baza kudutera EMG yabo iri murwanda rr apana kuvuga nabi uburundi
@Slime-s5p
@Slime-s5p Ай бұрын
👊🏾
@Baudouin-rv9yn
@Baudouin-rv9yn Ай бұрын
Éloge uremezako dufise aba FDRR muburundi ubwo wewe ntiwoba uri mubakorana nabo ko wumva ubizi neza ikindi naco kutavuga red tabara niyombare nabandi bari murwanda nabakubise coud etat urwanda rwari rwabafashije vyo ko mutabivugako
@chrisoneilniyungeko839
@chrisoneilniyungeko839 Ай бұрын
Eka hora va ngaho
@kadrovLamazani
@kadrovLamazani Ай бұрын
Ali fdrl nabishe abanyagihugu mukamenge mu kinama no mubuyenzi nahandi barenga 8000,mwe mukorera inkotanyi,
@franciscafrancoise1426
@franciscafrancoise1426 Ай бұрын
Ici burundi kiragabuye erega burintara ifise president wayo ko atabajanye igitega natubwire tuj kuba turira tubarungike igitega
@Kang1Lion
@Kang1Lion Ай бұрын
Ibintu nkibibyubugoryi mwirirwa Muhammad kweri😅😅
@christiannankwahafi13
@christiannankwahafi13 Ай бұрын
Baciye umugani rwagahimbo kibagiza kugara komubona iyominda yanyu yirirwa yuzuye rekamuzi komuriko mwugurura umucanwa kubomutavuga rumwe imana irabibona ntizovyemera komuguma mwica inzirakarengane zirirwa zisamira isazi kumenyo barundi vahasi mwese mwiyamirize izonkorabara zatikije abatutsi bomurwanda kuko namwe nimutabiyamiriza muzoba mubashigikiye igisigaye muzokibona twese abarundi n 26:19 imuze ndufatane munda tubiyamirize ntibandutere umugera wamacakubiri nakare turibamwe tumva kuri ADAMu n'a eva
@JulesBIGIRIMANA-st3er
@JulesBIGIRIMANA-st3er Ай бұрын
Nimuvugindi.ivyontakamaro.bifise
@AlfredMukerandanga
@AlfredMukerandanga Ай бұрын
Hamwe FDLR yoba iri Ku butaka bw'Uburundi vyoba bibabaje cane.Ariko nta mashetani yoza kwonona igihugu cacu ngo Imana ivyemere.Abategetsi bacu ni badufashe tuzitire tutaronerwa kuko nta ciza cova Kuri FDLR,amahano bakoze kandi birigwa barakora arazwi.
@joemac7463
@joemac7463 Ай бұрын
Ubundi harabantu umenga ntibakomeye !!!! Mbega red tabara kwirikumw na RDF kwatavyo muvuga ???
@Nangayivuza
@Nangayivuza Ай бұрын
Ariko ubanza nawe uri Igifobagane kweli kweli iyo FDR wimvise aho yateye mu Rwanda ubwo se bakorana ibiki
@Rwandaupdates
@Rwandaupdates Ай бұрын
2019 habaye iki?
@suzanniyonzima1874
@suzanniyonzima1874 Ай бұрын
L'important ni uko mwokwumva ko UBURUNDI butabishigikiye.
@NzisabiraJpiere-pf4hi
@NzisabiraJpiere-pf4hi Ай бұрын
Ubugojyi gusa ngabapolisi bavugikinyarwanda toka hima
@BizindavyiYahya-i6y
@BizindavyiYahya-i6y Ай бұрын
ubu muvuga benshi baba aha mugisagara ca bujumbura mukinama qartie muyinga ivyo batanguye gukora ntivyoroshe baje mubujanja bwokugurura amadini atandukanye muburyo utobamenya kubera ko twumva imvugo zabo ninyifato turabamenya bariko bagura na ma parcell ngaha muzakinama ntivyoroshe hari uwabajije munama nshinga mateka ko umukongomani canke umunyagwanda arekuriwe kugura itongo muburundi umukuru winama shingamateka yishuye ko umurundi ngo afise uburenganzira kugura itongo muri congo no murwanda rero abategetsi nibo bariko baratuyanga kwabo baheza nguni babicanyi
@EricNininahazwe-f6g
@EricNininahazwe-f6g Ай бұрын
Murabacukumbuzi mwubahwe cane pe
@TonyBradley2012
@TonyBradley2012 Ай бұрын
Muri ibicucu. Iyo FDLR ho yoba iri i Burundi ko muzatahira kubwejagura murindagira i Burundi muzohakora iki? Muzakomeza mubwejagure muvuga ntaco muzokora ku Burundi. FDRL niyo yoba iri Burundi ni Abantu nkamwe. Ubugande ntibwabatunze mwitwa ko muri i Nyenzi zimirizo? Mbe iyo FDRL mwagiriza i Burundi, ba Rwarakabije bari ngaho mu Rwanda bakorana na Kagame ntibari mubatanguje FDRL? Abatutsi bi Burundi mweho muri ibigoryi muzorwa inyuma yamacakubiri yanyu kagame azabagira agasupu canke agasose nkuko yagize abatutsi babanyarwanda umureti.. Komeza mubwejagure nk' imbwa za mujeri..
@chrisoneilniyungeko839
@chrisoneilniyungeko839 Ай бұрын
Kuma
@kadrovLamazani
@kadrovLamazani Ай бұрын
Abishe impunzi ikibeho no mumakambi,uno minsi urwanda rwabaye amalimbi,
@NayabagaboSerge-t4z
@NayabagaboSerge-t4z Ай бұрын
Ndabakurikira 5/5 ahubwo nimwaba mufise group Whatsapp muzonshiremwo
@ezekielsabiyumva8048
@ezekielsabiyumva8048 Ай бұрын
Twaramaze kwinjirirwa mudufashe tubirukane batarinjira muri reta
@Musindi736
@Musindi736 Ай бұрын
Ayamajwi amaze igih kandi bariko banka ko abo barwanyi nyene bari murwanda bashaka gucumbika muburundi tukabankira nubu mustanteri aracafuzwe abizira noe muriko muvyagiriza Uburundi
@TheopisteIradukunda-hz1bo
@TheopisteIradukunda-hz1bo Ай бұрын
😂😂😂😂 uyumujam kumeng niwawund yagombagter coudeta bikamunanira. Ububujam nubu redetabara😂😂😂 bwabututs bwananigw nogufat igihugu. Murarusheee Matayo gatanu havugango Muzokumigwa😂😂😂😂😂🎉🎉
@MugishaAuxane
@MugishaAuxane Ай бұрын
Hari kera batarashigikirwa nurwanda 😂😂, kubu mugira musotore urwanda ! Muhay amahirwe abatutsi gusubira kubutegetsi , mwihende mutere urwanda murabe ko umututsi tudaca ducakira Igihugu !!!
@DaoudBihumwanya
@DaoudBihumwanya Ай бұрын
Sweti wa kigodyi we😤
@chrisoneilniyungeko839
@chrisoneilniyungeko839 Ай бұрын
Sweti I wanyu
@MazimpakaJeanmare
@MazimpakaJeanmare Ай бұрын
IGISABO CYIZINGIYEHO INZOKA BAKIGENZA BATE ,
@Nangayivuza
@Nangayivuza Ай бұрын
KISEGETI mwaravuganye
@martensnshimi3613
@martensnshimi3613 Ай бұрын
Abatutsi murabana babesha vraiment.aho kuva aho mwaseseye amaraso y'inzirakarengane ntimurayahaga.Reka basha uwo mukino Burya urucira umukeba rukagutwara. Ni mushishikare kandi murerekwa ntimutegera.none abami ntibahabaye? None intwaro z'abahima b'ibururi bafatanije n'impunzi zabanyarwanda bakica bakora génocide hutu mumyaka Iva muri 1962 gushika muri 2007 none barahoneje ubwo bwoko? Ubu Bari hehe? None nimurukwege ruzorya umwansi n'umununzi.Ntizo vyibagira namba
@Delta00charly
@Delta00charly Ай бұрын
Muzakine n’abandi ariko mushaka kuzana umutwe muremure ku INKOTANYI, aba DD mwese muzasubira iy’Ishyamba mukomeze mwikine sha INKOTANYI on ne badine pas quand il s’agit de tirer sur des rebelles comme vs aba DD muta nyamba yamubichi 😂
@chrisoneilniyungeko839
@chrisoneilniyungeko839 Ай бұрын
@@Delta00charly voilà
@ImaniJobel-mf9vo
@ImaniJobel-mf9vo Ай бұрын
Murarushe abanyarwanda isiyose haramaze kubamenya
@titi-v9u
@titi-v9u Ай бұрын
Hhhhh nimwe murushye
@MwesigyeDavid-u1z
@MwesigyeDavid-u1z Ай бұрын
Hhhh namututsi wanga igihugu cye uzabaze uratinyuka ukavuga ngo nabatutsi bangigihugu urikigoryi wowe abahutuxe mukunda igihugu wabase udakunda abatuye igihugu ugakunda igihugu kandi mukwiriye kureka ivangura ryanyu kuko twasanze namuhutu ufitubwenge nabanu bokwicabandi bakabarya ariko biraza kurangira ingoma zabo
@UwimanaFidelite-ik2ev
@UwimanaFidelite-ik2ev Ай бұрын
Jewe ntaco numvise caba FDLR ataruko yasaba abenegihugu kwirarira none nimba FDRL ariyo yinjiye ikica abantu mugatumba none babareke babandanye none Red Tabara nimba hariho ibimenyetso ko igomba gutera iturutse mu Rwanda bace baceceka baze bamare i commune yose umwansi aho abenegihugu bamubonye bamenyesha inzego zibijejwe Nico yabasavye ntakindi
@Musindi736
@Musindi736 Ай бұрын
Muzi kubesha gusa noe mushaka iki
@NiyonsabaFulgence-tq3gr
@NiyonsabaFulgence-tq3gr Ай бұрын
Aha mu byukuri Ndayishimiye na CNDD nibarangara nka Habyarimana bazashiduka igihugu cyabacitse,kuvuga ko ucumbikiye FDLR = Kuvuga ko bagomba kugutera nk'uko babikorera Congo!
@Dddma455
@Dddma455 Ай бұрын
@@Musindi736 bagende biyahure. Ngo ishavu ryimbwa riherera mukuzungagiza umurizo. Uburundi si congo. Bozobaze mumateka ntituza tugira ukwihangana
@DariusNdayikengurukiye-m8s
@DariusNdayikengurukiye-m8s Ай бұрын
😂😂😂 Ndabatwenze mumitwe😢 muracarihasi
@safiam5338
@safiam5338 Ай бұрын
Mbega ko bariko babaha amakaranga muntu bakitirigwa ko ari abarundi ejo nejo bundi ntibishoboka ko uburundi bwokwisanga butwagwa ninterahamwe nimba arivyo bariko bahabwa ubwenigihugu cari ikibazo?
@Dddma455
@Dddma455 Ай бұрын
@@safiam5338 none mwamisegamwe mwodutegeka kubo duha karangamuntu nabo tutaziha. Kuza abanyarwanda benewacu bari muri congo nokuja kuzana abarabo muri Libya🇱🇾 nicihe ciza mwanjijimwe?
@Usbar-oc1kl
@Usbar-oc1kl Ай бұрын
​@@Dddma455 Abandi bataha utabona? Ubuzwa n'iki gutaha iwanyu kdi uhafite? Inzira warayibuze? Waraje bagusubizayo? Ubona ko bazakwinginga kugeza ryari? Niba ushaka kuzenguruka ibihugu byose ngo uzataha urwana ingaruka uzazibona nyine. Icyo gihugu wanga gutahamo ntuzabuza abo mu bindi bihugu kukironkamo amahoro. N'ubundi ngo umwambaye ikirezi ntamenya ko cyera.
@Dddma455
@Dddma455 Ай бұрын
@@Usbar-oc1kl mwibaza ko tutabizi ko mutoza Red tabara. Nimuyitoze natwe dutoze fdlr ntagihugu nakimwe kidafise umwanzi mushatse mwareka tukabana.
@WillyMuhaya
@WillyMuhaya Ай бұрын
Mwisi.siwacu iwacu ni mwijuru.aho.abantu batazitana.....umuhutu numututsi
@WillyMuhaya
@WillyMuhaya Ай бұрын
Umwami wacu yesu kristo azoza gukura ingoma yomwisi yose hime ingoma y'imana .amavi yose amoko yose indimi zose amahanga yose aza phukama
@NiyonsabaFulgence-tq3gr
@NiyonsabaFulgence-tq3gr Ай бұрын
Ariko murk ibigoryi uwabaroze kabisa ntiyakarabye ,ni gute wemeza ko FDLR icumbikiwe n'u Burundi mukanya ukavuga ko barwanye n'ingabo z'u Burundi??? Ubu Kagame arabashuka ngo azabaha igihugu nyuma yo gutemba kw'imivu y'amaraso nk'uko yabikoze mu Rwanda??? Ibuye ruagaragaye ntiriba rikishe isuka!
@Dddma455
@Dddma455 Ай бұрын
@@NiyonsabaFulgence-tq3gr turabe kuri new generation kagame wewe yagiye naho atawomwica asigaje 15 years agenda kwashetani kwishura ibibi yakoreye abahutu bo murwanda. Nubu ikibakorera abateza impanuka. Mumihanda. Mageragere haruzuye. Ariko abahutu ntibazashira kuko mwijuru harimana
@titi-v9u
@titi-v9u Ай бұрын
​@@Dddma455none wowe Uzi aho uzajya nupfa , ese ubwo wowe uri umwere🤣
@justineuwanyirigira1939
@justineuwanyirigira1939 Ай бұрын
Kagame yakoreye Imana kugira ngo abacanyi mwese mukorwe n'isoni uzaze urebe mu Rwanda nta vangura rihari natabaruka Imana izabimuhembera
@prudencerubonezambuga1462
@prudencerubonezambuga1462 Ай бұрын
Nta kindi wavuga kuko nawe uri fdlr wa mbonerakure we
@MutoniRachel-pv6wi
@MutoniRachel-pv6wi Ай бұрын
@@Dddma455 😂😂😂 ubugome ufite imana uzayumva mumatangazo wa bwawe
@DariusNdayikengurukiye-m8s
@DariusNdayikengurukiye-m8s Ай бұрын
Politic zataye igihe Ubu turirimba Ubumwe niterambere amacakubiri ntaho azobashikana
@HolyMec
@HolyMec Ай бұрын
Bantu b'imana mukomere komera Eloge saa igihari n'uko ibiri ikongo vyatewe na former president of dt drc,neva wacu ashaka kubisubiramwo yakira izo nyatsi mu kibira,ninkoho na everything cndd nibaze ko yibuka ingingo zose mu masezerano ya tz arusha babimenye n'imbere ya za formation z'abarundi benewacu babashira mu ntambara ziri nonsense ngo ikibi gikunde gihngme
@Dddma455
@Dddma455 Ай бұрын
@@HolyMec wewe mbere ntanumwanya nogutako. Bacumbikiye abasize bahekuye uburundi 2015 . Bacumbikiye red tabara yirigwa iza kutwica. Hama ngo fdlr iri muburundi koyatinze kuzase izozaryari?
@SamsonLee-c6k
@SamsonLee-c6k Ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@bfreebabi5398
@bfreebabi5398 Ай бұрын
Iryo nijwi rya batutsi banka uBurundi...!
@Dddma455
@Dddma455 Ай бұрын
@@bfreebabi5398 ejo ikinyamakuru daily monitor canditse ko murwanda hariko hategugwa genocide yokwihorera igiye gukoregwa abahutu. Rero bibasira president wuburundi NGO ntazotabare.
@kirenga
@kirenga Ай бұрын
Abatutsi bang'uburundi gute kandi aribenebwo ?
@MutoniRachel-pv6wi
@MutoniRachel-pv6wi Ай бұрын
@@bfreebabi5398 mbe musigaye mwumva nijwi ryumuntu mukamenya ubwoko bwiwe. Mwaragowe gus birababaje🥲🥲
@MpawenayoEzechiel
@MpawenayoEzechiel Ай бұрын
None ugira yabivuze kera ubu nta valeur bifise? Ati mbe muriko muja heza canke muriko muja habi? Ico kigugu giharira; mbe FDL idufitiye akamaro gaki muburundi ko twari twifitiye amahoro? Mbega nka tanzanie yobika ikiroberi kiturwanya tworyoherw? Imbecile mutagira ubwenge mbe amahoro n'intambara uhiramwo iki? Jew nshigikiye ko ibihugu bibana mumahoro. Abandi barwana no guteza imbere ibihugu vyabo none muriko muta umwanya muvyamoko n'ibiroberi. Gervais Ndirakobuca ndamukunda kuko avuga ukuri adaciy kuruhande kandi nubu niko ari ntarahindura. Arazi intambara n'ingaruka yayo apana inzo mbwa zicira inkonda ngo uko sukuri.
@Dddma455
@Dddma455 Ай бұрын
@@MpawenayoEzechiel FDRL inkoho yahunganye nizo zarokoye abahutu muburundi kagame na buyoya bashaka kubatsemba. Rero ni simple mugumane RED TABARA. NATWE. Fdrl muyiturekere. Ntituzobategeka kwemera ngo yubane neza. Mubishaka sawa mudashaka gumiwanyu.
@Dddma455
@Dddma455 Ай бұрын
Ububeshi mufise butwereka yuko na genocide murwanda. Atayabayeho. Arikinyoma cambaye ubusa😂😂😂😂 basha ndemeye Ntamututsi yapfuye murwanda.
@rukundosam6005
@rukundosam6005 Ай бұрын
Urikumva x arikuvuga ikinyarwanda x wampehe wee.
@susikhokabela
@susikhokabela Ай бұрын
erega uvuzukuri. ico wamenya ntamuhutu yotegura genocide . uzokurikirane mumateka yose ya Africa genocide zose iyicwa ryaba prezida Bose byategurwa naba tutsi gusa kubera abatutsi Bari bafise incabwenge zize Ari nabatware kenshi babyegeka kubahutu hakoreshejwe ibinyoma. murwanda rero ntamuhutu yari gushobora gutegura genocide oya.
@Dddma455
@Dddma455 Ай бұрын
@@susikhokabela ubu niho turiko turabimenya. Kumbe barafata ikinyoma bakagihundura ukuri? Ndumiwe peeee🤔🤔🤔
@MutoniRachel-pv6wi
@MutoniRachel-pv6wi Ай бұрын
​@@Dddma455 umwami mukorera azabahembe😢😢. Ubugome bwanyu Nago bwatungura abantu. Mwarabuvukanye nubwo atari mwese.
@MwesigyeDavid-u1z
@MwesigyeDavid-u1z Ай бұрын
Nkiki gicucu kivuga murwanda kirahazi wanjijiwe ubwo nuri mumaze abanyarwanda babatutsi murwanda ngo na jenocede yabaye wanerahamwese ubwo papa wawe wakubyaye wasanga yarishe abatutsi ikigoryi nkawe nuzongere kuvugurwanda mukanywa kawe urukure mukanywa kawe abahutu nimugira nubwenge mwahereye murwanda none mugeze munzirakarengane zo muburundi koko ariko nako twabyemera mwanerahamwemwe
ТЮРЕМЩИК В БОКСЕ! #shorts
00:58
HARD_MMA
Рет қаралды 2,2 МЛН
Family Love #funny #sigma
00:16
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 52 МЛН
Who's spending her birthday with Harley Quinn on halloween?#Harley Quinn #joker
01:00
Harley Quinn with the Joker
Рет қаралды 25 МЛН
IMYAKA 34 IRASHIZE MAJ GEN FRED GISA RWIGEMA ATABARUTSE/YARI MUNTU KI? YABAYEHO ATE?
39:39
Gahini Revival 2023 Support
2:35
Redeemer GSO
Рет қаралды 22 М.
ТЮРЕМЩИК В БОКСЕ! #shorts
00:58
HARD_MMA
Рет қаралды 2,2 МЛН