Amakuru Azindutse kuwa 12/07/2024 Bunyoni aratashe! Ndikuriyo Amaramaje P.Ndayishimiye amuhaye icigw

  Рет қаралды 40,363

Burundi Empire Tv

Burundi Empire Tv

23 күн бұрын

#Neva #Burundi #Gitega #M23 #Intambara #Rwanda #PaulKagame #Kigali #Gineral #Major #Amakuru Yihuta Bujumbura breaking news

Пікірлер: 29
@Kazo372
@Kazo372 22 күн бұрын
Bamurekuy yobamara uryamuzeh ntafyina.😂😂mump like❤❤
@Kazo372
@Kazo372 22 күн бұрын
Mump like twibandaniriz❤❤
@hamzaboss74
@hamzaboss74 20 күн бұрын
Reka kubesha Abarundi n,Amakungu
@melchiorntiruhenura6560
@melchiorntiruhenura6560 22 күн бұрын
Il faut avoir plus que du courage pour publier et commenter de telles nouvelles.-
@JeanmarieNiyobuhungiro-gg7zd
@JeanmarieNiyobuhungiro-gg7zd 20 күн бұрын
Bunyon
@user-sr6bn3vx7p
@user-sr6bn3vx7p 22 күн бұрын
Non ibyo nibiki
@Tdd-qb6lh
@Tdd-qb6lh 22 күн бұрын
Mutubwizukurik arivy yobayrekuw cnke nibwabubeshi
@RukundoDesire-ch6pb
@RukundoDesire-ch6pb 22 күн бұрын
Mureke gucyafuza mukozi wimana
@Sosburundinews
@Sosburundinews 22 күн бұрын
❤❤
@user-ti6gc7yl9i
@user-ti6gc7yl9i 22 күн бұрын
Nibinyoma
@scolasticaamwai
@scolasticaamwai 22 күн бұрын
Mwatohoje apana yamakuru mutanga yububeshi
@bizimanagoodman8045
@bizimanagoodman8045 22 күн бұрын
Vues😂😂😂😂😂
@MichelineNiyonkuru-r5r
@MichelineNiyonkuru-r5r 22 күн бұрын
Ibibavuga kuvyerekeye bunyoni nukukuri
@ndabaniweperusi9546
@ndabaniweperusi9546 22 күн бұрын
Kandineva weyariye nivyo yasigiyumuryankowiwe vyose namazu namafaranga vyose aratwara kandibarabizi vyose
@Clovisb-hq3e
@Clovisb-hq3e 22 күн бұрын
Mweg muracanumutima. Jw mbangaha igitega nyen ariko ntakajagari kahari kl
@JboscoHitayezu
@JboscoHitayezu 20 күн бұрын
Kl
@user-zd9ck8km5i
@user-zd9ck8km5i 22 күн бұрын
Aba ba types bataravye nabi bazomarana
@LouisNdayishimiye-ic4qs
@LouisNdayishimiye-ic4qs 21 күн бұрын
Nimba yahowe ubusa, agacirirwa urwa ngondagonde, kumutorokesha ntaco bitwaye.
@Kazo372
@Kazo372 22 күн бұрын
😂😂evarist narindir ikiringociw giher asubize kuneza.kurekurabunyoni ntivyokoroha kko yonigishintok presida.kkarashavuy mump like❤😂😂
@AsifiweADTbrt
@AsifiweADTbrt 21 күн бұрын
Wewe genda murwanda iwanyu ureke ububeshi wewe ntamakuru ufise utwononera igihugu ngo ntamakuru utanga.
@AsifiweADTbrt
@AsifiweADTbrt 21 күн бұрын
Ububeshi bwanyu
@WorshiperteamLight
@WorshiperteamLight 22 күн бұрын
Ntitwokwemeza KO p Evariste Ndayishimiye umgzmbi wiwe wobawari muni.oya!!! Umgzmbi wiwe werekana KO ariko Akira agahotoro kamwekamwe kakorerwa ABENEGIHUGU.bimwe murivyo nivyo bamuziza.kuko Intara zimwezimwe twaridufise agahengwe kumabi twahora tugirirwa N'imbonerakure mumisi iheze.
@BURUNDIRWANDANEWS
@BURUNDIRWANDANEWS 22 күн бұрын
Nivyiza ko yatanguye kugira utwigoro✔️
@GeorgesNzomukunda
@GeorgesNzomukunda 22 күн бұрын
Ivyo ntumbaza
@ndabaniweperusi9546
@ndabaniweperusi9546 22 күн бұрын
Yaramazekubi hindura igihugucose yacomoreye umuryango wiwenibobatwara ibisata vyosevyamafaranga numugore wiwe nabana biwe ntawundi akorako
@AsifiweADTbrt
@AsifiweADTbrt 21 күн бұрын
Nyarahiyo mwabwamwe ububeshi gusa.
@KJL1997
@KJL1997 21 күн бұрын
iyo mihimbiri nkah ubn irik ivug iki
@alicemugisha7948
@alicemugisha7948 22 күн бұрын
Ububeshi gusa
@Iwacumasisinews
@Iwacumasisinews 22 күн бұрын
Ahubwo wewe uri rofa none nihe babeshe?
A teacher captured the cutest moment at the nursery #shorts
00:33
Fabiosa Stories
Рет қаралды 52 МЛН
S.E Pierre Nkurunziza  : UMUHUZA
22:29
Ntare Rushatsi House TV
Рет қаралды 659 М.