AMAYERI AKOMEYE YABAZUNGU Indwara abantu barazisanganwe? bahinduye bibiriya abazifite muzikomereho

  Рет қаралды 5,004

KOMERA Tv

KOMERA Tv

Күн бұрын

Bakunzi bajye mbashimiye uburyo mukomeza gushyigikira ibikorwa byajye cyane cyane BAVAKURE !
Hari abakomeje kubwira muma comment ko babuze uko batugeraho , yaba kubifuza kuduha ibitekerezo cg ubundi bufasha...
Niba ufite igitekerezo cg ubundi bufasha watwandikira kuri +25#0788469364_whatsapp
MURAKOZE!

Пікірлер: 2
@BamurangeJacqueline
@BamurangeJacqueline 2 күн бұрын
Ubarikiwe ndagukundamushumba
@prosperniyukuri8562
@prosperniyukuri8562 Күн бұрын
Uretseko nubundi twataye akaranga tuja gushimgiza Yesu wumuzungu ubundi nubwo boyihindura cnk bakayitwara ntaco vyabadutwara bamwe. Ese mbere yokuyizana basokuru bacu ntibabayeho Kndi neza? Mbere kera banatinya icaha gusumba aho uko Ubu vyarenze ivyaha ahubwo kuba ukumena amaraso. Kndi bikorwa nabiyita ko basenga niyo bibiliya banazifise mumazu yabo. Iyaba impwemu yanjemwo yampumuye amaso nifuzako buri mumyafirika yokoresha ubwenge bwiwe maze agahumuka kugira twese tubone uko isi iri mukaga urevye gaterwa nuko twataye umuco duhungira murivyo duhoramwo ngo nivyo Imana yatumye bamwe abandi ntihagira ico ibabwira. Mbese ese Imana nimba yaturemye twese nigute isimba agahishurira bamwe abandi ikabihorera bikarangira noneho bakaza bavuga ngo yabadutumyeko? None Imana igira abo itinya itokwibwirira? Nivyishi nfise novuga kuribi pee!
小路飞嫁祸姐姐搞破坏 #路飞#海贼王
00:45
路飞与唐舞桐
Рет қаралды 27 МЛН
She's very CREATIVE💡💦 #camping #survival #bushcraft #outdoors #lifehack
00:26
The selfish The Joker was taught a lesson by Officer Rabbit. #funny #supersiblings
00:12
когда не обедаешь в школе // EVA mash
00:51
EVA mash
Рет қаралды 4,1 МЛН
UYU MUKOBWA IBYE BIRATANGAJE IYUMVIRE IBYO ARI GUSABA ABASORE BIBAHE ISOMO
17:11
ISIBO TV & RADIO OFFICIAL
Рет қаралды 26 М.
小路飞嫁祸姐姐搞破坏 #路飞#海贼王
00:45
路飞与唐舞桐
Рет қаралды 27 МЛН