AMAYOBERA_SERIES EP FINAL/ JOACHIM/CHAGGY/2024 🔥 📛

  Рет қаралды 18,201

Joachim Smith•

Joachim Smith•

Күн бұрын

Пікірлер: 171
@Joachim-Smith
@Joachim-Smith Ай бұрын
Mwarakoze Mwebwe Twabanye Muri Iyi Film gushika kwiherezo Mwarakoze Cane Ubu Ngiye Kubandanya Nkora Umuziki Wakinyamwuga Ndazi Ko naho Muzonshigikira Nkuko Mwavyiyemeje !! Wifuza Kugayaga Na Joachim Smith kuri WhatsApp +257 61760684
@francinehabarugira1872
@francinehabarugira1872 Ай бұрын
Ariko rero film ntuzobihebe
@barakamfitiyecelestin8617
@barakamfitiyecelestin8617 Ай бұрын
Wapi na film uzozikine
@Sandycl2024-t2c
@Sandycl2024-t2c Ай бұрын
Nukur kubon uhevy film birambabaj wari kubikor vyose
@PacifiqueMpawenimana
@PacifiqueMpawenimana Ай бұрын
None muzoduha suite?iheze ntabishaka
@JulesNkunzimana-p4u
@JulesNkunzimana-p4u Ай бұрын
Mr Te_Amo💕
@LaurentiShabani
@LaurentiShabani 21 күн бұрын
Iyi flm aratwika sana tarayikunze duhe niyindi nkiyi
@ElianeTuyizere-uu3pf
@ElianeTuyizere-uu3pf 24 күн бұрын
Ndabakunda mu mpe like❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@ElianeIrakoze-p4z
@ElianeIrakoze-p4z Ай бұрын
Ego mwami urarenze 🤣🤣
@Iteritekaivonvi
@Iteritekaivonvi 24 күн бұрын
Inzu yabarongoranyi ha🎉🎉
@oluwaburundi698
@oluwaburundi698 Ай бұрын
Congratulations 🎉 Kbs Yari Serie Nziza, Kudos To You Guys
@EdigeNiyurukundo-s2c
@EdigeNiyurukundo-s2c 28 күн бұрын
Courage cane turabakunda cane
@Chloefor7
@Chloefor7 Ай бұрын
Impanuro ninyinshiii kbx mwubahwe❤
@DayanaA-q8t
@DayanaA-q8t Ай бұрын
Joachim umusaz tuzinany uranyish PE🤣🤣🤣🤣🤣
@lydi791
@lydi791 Ай бұрын
😂😂😂😂😂 Joachim urimuti wamenyo
@KingNtiharirizwa
@KingNtiharirizwa Ай бұрын
Sinzorara muchumbu cumuntu yapfuye yasamye weeeee🎉🎉🎉🎉😅😅😅😅
@EloiNiyonkuru
@EloiNiyonkuru Ай бұрын
😂😂😂😂, Joachim nakasamutwe,ngwibi nzu yabarongoranyiii ndk😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@EGIDEBAYIKEZE
@EGIDEBAYIKEZE Ай бұрын
Iyi films Nar nayikunze nne muyimariye ngaha😢😢😢
@NemaItangishaka
@NemaItangishaka Ай бұрын
Irangiye neza vrema❤❤❤
@Nestor.V8.SR1
@Nestor.V8.SR1 Ай бұрын
Ndayiravye ijoro ryose guhera kuntango yariryoshepe mwubahwe👍👍💞💞🇰🇪🇧🇮🔥🎉
@rogerswallahhitimana4194
@rogerswallahhitimana4194 Ай бұрын
By byiiiiii twabany nez kur Zose mwarakoz cn🥰🥰🥰
@UwimanaNadege-qk8gq
@UwimanaNadege-qk8gq Ай бұрын
Nyamba ndahageze number one abaza nyuma mundemere🎉🎉🎉
@francinGerome
@francinGerome Ай бұрын
Mpore shagy gusa lmana ntawe itahindura😢😢😢😢😢😢😢joashim numuti wamenyo ngo nawe nagusabe imbazi yskunywesheje omo😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@desireniyongabo7392
@desireniyongabo7392 Ай бұрын
Namwe mwarakoze kudutesha umanya😂😂😂
@JamesNduwimana-ik1de
@JamesNduwimana-ik1de Ай бұрын
Akantu ko gutanga impapuro burundu sinagashimye. Ariko mwabikoze neza muri rusangi. ❤
@JacksonRukundo-eq9oq
@JacksonRukundo-eq9oq Ай бұрын
Kuwund wagatandat muburiri😂😂😂❤❤❤
@Juliana-z7z
@Juliana-z7z Ай бұрын
Impanuro nziza❤❤❤❤
@Sandycl2024-t2c
@Sandycl2024-t2c Ай бұрын
Joachim urangij nab p ng ibe inzu yabarongoranyi itu😂😂😂😂
@janeburu6538
@janeburu6538 Ай бұрын
❤❤❤ chagy ngo bambare utuntu tugerahe😮😮😮😮
@GawaherH
@GawaherH 28 күн бұрын
Eweee Joachim ngo iyi ninzu yabarongorani😅😅😅😅😅😅
@KingNtiharirizwa
@KingNtiharirizwa Ай бұрын
Uzoshiramwo bitanu😅😅😅😅😅😅
@MmMm-hq8vn
@MmMm-hq8vn Ай бұрын
Nimama joachim aranyish😂😂😂😂mabukwe ronder umugab yumuts umushofer umumotar iyinz niyumurongorany batazokwumviriz urik urikandir uwaw 😂😂😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤😂
@ElianeIrakoze-p4z
@ElianeIrakoze-p4z Ай бұрын
Ubu nabantu baraba invuzo😂😂
@DorineHabonimana
@DorineHabonimana Ай бұрын
Joachim ngo ababajwe Niko yafpuy yasamye🤣🤣🤣
@MoiseYAMUREMYE-gd1sd
@MoiseYAMUREMYE-gd1sd Ай бұрын
Courage 💪💪💪
@ErnestManirishura
@ErnestManirishura Ай бұрын
Yapfuye yasamye😂😂😂😂😂😂
@EmelyneNiyomwungere-s1e
@EmelyneNiyomwungere-s1e Ай бұрын
Joo amakuru yiwee heeeeeee
@ISHIMWEEdgard-j4j
@ISHIMWEEdgard-j4j Ай бұрын
Chaggy ubuzima bushasha
@SandrineIgiraneza-v7q
@SandrineIgiraneza-v7q Ай бұрын
Big up xn team yoh mubikor bien❤❤🎉🎉🎉
@user-Hellondineikuzwe
@user-Hellondineikuzwe Ай бұрын
Natwe twarabakunze nkr 🎉🎉🎉 Amayobera nikutima ❤❤❤ irangiye tukiyikunze😮😮 gs Papa Chaggy yarantunguye pee ni amayobera 😢😢😢 Respect kur Chaggy✌️, Joachim, Darlene nabandi mwese 😍
@LeillaBaraka
@LeillaBaraka Ай бұрын
😂😂😂nimugende muransekeje ngose yamusigiyiki
@NsabiyumvaEvelyne
@NsabiyumvaEvelyne Ай бұрын
Nukuri turabakeje mwarakoze cane
@keysejhzhd3849
@keysejhzhd3849 Ай бұрын
Ewe joachim sha nukur uranyishe😂😂😂😂😂
@NinjerKiller-q6j
@NinjerKiller-q6j Ай бұрын
Nukuri mumpaye umunezero mWinshi film mwayiteguye neza mwubahwe cane knd coulage beaucoup.
@ImranHussen-l6k
@ImranHussen-l6k Ай бұрын
❤❤❤❤😂😂😂😂😂mwarakoze kuturyoherez
@Zakiavyizanye-xd1ov
@Zakiavyizanye-xd1ov 29 күн бұрын
Joachim ngo yakunwesheje omo isabuni of cause Shaggy ubu nibo irangiye neza cane gusa irangiye twenze 😂😂😂😂
@NdayishimiyeJeanMarie-p4u
@NdayishimiyeJeanMarie-p4u Ай бұрын
courage nar ndayikumbuye
@UwanyirigiraJackerina
@UwanyirigiraJackerina Ай бұрын
Imana ishimwe ko chaggy yahindutse pe
@LameckIRUTABANTU-w3m
@LameckIRUTABANTU-w3m Ай бұрын
Saw mwarakoz kuduteramisha twarahakuy impanuro nyish.nasabako vub mwotegura niyind film mukomez guter imbere,murakoze lmana ibahezagire🙏🙏
@OdoodoAbayo
@OdoodoAbayo Ай бұрын
Ibinzu yabarongoranyi ewe JoJo urakasamutwe😂😂😂
@MukamurenzValentine
@MukamurenzValentine Ай бұрын
Mwarakize ❤
@SalimaIrakoze
@SalimaIrakoze Ай бұрын
yooo ndababaye kweri😭😭 yarigeze kuryoha😮😊
@angeliquecongera1597
@angeliquecongera1597 Ай бұрын
😂😂😂😂😂imbugita mabukwe ntiyozibagira.
@terimberejaliajalia8284
@terimberejaliajalia8284 Ай бұрын
mwarakoze namwe kututeramisha,film twarayikunze
@AlineKaneza-v4f
@AlineKaneza-v4f Ай бұрын
Ewe Joachim ngo imisego irabika??gabanya itabi😂😂😂😂😂
@Sandycl2024-t2c
@Sandycl2024-t2c Ай бұрын
Abant bub muhenger film iryosh mugac muvug ng nifinal
@hacimanaaminizo9332
@hacimanaaminizo9332 Ай бұрын
Jo urantwengeje ndapfuye ngo ibe inzu yiki gusa merci muyimaze neza
@LievinNiyomutabazi-y3i
@LievinNiyomutabazi-y3i Ай бұрын
Keep it up
@melchiorngendakuriyo2828
@melchiorngendakuriyo2828 Ай бұрын
Joachim courage 🎉🎉🎉🎉
@OlivierMisago-c8n
@OlivierMisago-c8n Ай бұрын
Ibe inzu y'abarongoranyi kweri😂😂😂😂
@DusengimanaDesire-b9n
@DusengimanaDesire-b9n Ай бұрын
Eppa from Rwandan
@sergesntunzwenimana
@sergesntunzwenimana Ай бұрын
❤❤❤❤❤❤unomusi mbaye uwambere nimba ukunda amayobera mumpe like abayikunda mwese ndashaka kubna like
@SaidSaid-lm3re
@SaidSaid-lm3re Ай бұрын
Joachim uratwenza kand chag naw pol sana
@MmMm-hq8vn
@MmMm-hq8vn Ай бұрын
Nimama nubwirek ugir uheb film vyombabaz❤❤❤❤
@UwimanaNadege-qk8gq
@UwimanaNadege-qk8gq Ай бұрын
Ntakurara mucumba cabahisi😂😂😂😂😂😂😂😂
@BimenyimanaChadrack-ml7bl
@BimenyimanaChadrack-ml7bl Ай бұрын
Mwubahwe muduga ibintu bitesa gusa❤❤❤❤❤❤
@barakamfitiyecelestin8617
@barakamfitiyecelestin8617 Ай бұрын
Iyi film irangiye itwengeje😂😂😂
@ProsperNishemezwe
@ProsperNishemezwe Ай бұрын
Chagy mumurobe muhungu nturegez
@chanelleButoyi
@chanelleButoyi Ай бұрын
Courage Ndabakunda
@AliceMukundwa
@AliceMukundwa Ай бұрын
Muduhe iyind bidatinz❤❤
@thaddeenimubona-t8s
@thaddeenimubona-t8s Ай бұрын
Respect 🔥🔥🇧🇮🧡💚
@GeorgeKitam
@GeorgeKitam Ай бұрын
Ninde wo film iheze akiyikunze nkanjye like
@ChaniceNicimpaye
@ChaniceNicimpaye Ай бұрын
Iyo bimenya umwe bwari ikindi
@UmumararunguJeaninne
@UmumararunguJeaninne Ай бұрын
Mwabikozenez p❤❤❤❤❤
@SaydatSaid
@SaydatSaid Ай бұрын
Mwayibandanize ariko turabakunda
@BusuulwaJovan-o4c
@BusuulwaJovan-o4c Ай бұрын
Ok vuba udutemwo iyindi uganda turagukwirikira tano kwa tano
@ElevisIrakoze-un7vj
@ElevisIrakoze-un7vj Ай бұрын
Mbaye uwamber mumpe like
@Konsa-h4k
@Konsa-h4k Ай бұрын
Warasuwe johakimi😅😅😅😅😅😅😂😂😂😂😂😂😂😂
@everyne.illankunda8292
@everyne.illankunda8292 Ай бұрын
Mabukwe 😂😂😂chagy 😅
@TalibanNduwayo
@TalibanNduwayo Ай бұрын
Nice
@BoazVyizigiro
@BoazVyizigiro Ай бұрын
Joachim the best Leader 🎉🎉🎉❤️
@Ntawuyankirmary
@Ntawuyankirmary Ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂ewe jojo
@RinaJoselyne
@RinaJoselyne Ай бұрын
Joo uratwenzape❤❤❤
@MugishaDeedat
@MugishaDeedat 22 күн бұрын
Mwakinye ibintu bibi
@Angehakizimana
@Angehakizimana Ай бұрын
Basha nanje ndahageze kumunot wa10 mumpe nange like kuk nazindutse knd Ndabakunda can❤
@Zakiavyizanye-xd1ov
@Zakiavyizanye-xd1ov 29 күн бұрын
Mara imbugita abandi ngo niwewe uzokwera irangiye mugiye muri shoo gusa ndatwez😂😂😂😂😂😂
@NdibwaJean
@NdibwaJean Ай бұрын
Harya uvuze ngo umuntu yagutunguye bisigura iki mu kirundi?
@DivineTuyisenge-m5j
@DivineTuyisenge-m5j Ай бұрын
J nz kwab akubwiye k yatangaye
@JeannetteNyabitanga
@JeannetteNyabitanga Ай бұрын
Atitwa ramabukwe
@ReineDuseIteka
@ReineDuseIteka Ай бұрын
Thx xna my brother 🎉knd mwarakoze kutwigisha abakuyemwo inyigisho kanje muduze ukuboko🖐🖐
@HavyarimanaDieudonne-t6o
@HavyarimanaDieudonne-t6o Ай бұрын
Ic mbn iy film yobanbany kk turayikund Can Can gus bandany muturyohr
@OlivierIrankunda293
@OlivierIrankunda293 Ай бұрын
Mwubahwe cne
@AthumaniAdam-e6n
@AthumaniAdam-e6n Ай бұрын
Joachim ukonyen ngo final ubu mwarazimye peee akakanya ngo final??
@IrakozeNadia-x3x
@IrakozeNadia-x3x Ай бұрын
Hager ahifillim iryoha mugaca muvugan fin oyakwer
@CléniaNiyonsaba-y2l
@CléniaNiyonsaba-y2l Ай бұрын
Ubwo rero chagi ukoze ivyabagabo ndakugaye ufate ubutunzi bwabavyeyi biwawe ubugabe abantu utaziyobava n'iyo baja
@IgirubuntuFlorien
@IgirubuntuFlorien Ай бұрын
❤❤❤❤❤🎉 turabashima
@JeanClaudeNdayizeye-mu4kp
@JeanClaudeNdayizeye-mu4kp Ай бұрын
Mwari mwaraduhebanye
@kimanalaurette-cd1fj
@kimanalaurette-cd1fj 12 сағат бұрын
🤣🤣🤣🤣🎉🎉🎉❤❤❤comedie yuzuy😂😂😂😂😂
@DonIrakoze-q2l
@DonIrakoze-q2l 29 күн бұрын
Akakant kivoka rishaye nind yakumvis nez kwl mundemer twatunt
@MwaminiNshimirimana
@MwaminiNshimirimana Ай бұрын
Chaggy pore🎉🎉🎉🎉
@OdoodoAbayo
@OdoodoAbayo Ай бұрын
Ibinzu yabarongoranyi ewe JoJo urakasamutwe😂😂😂
@dollahstar-m8o
@dollahstar-m8o Ай бұрын
Murifash ❤❤❤❤😢😮😅😊🎉
@AntoinetteIrankunda-p4x
@AntoinetteIrankunda-p4x 23 күн бұрын
❤❤❤😂
@BbbTuyishime
@BbbTuyishime 25 күн бұрын
❤❤❤🎉🎉🎉
@desireniyongabo7392
@desireniyongabo7392 Ай бұрын
Ariko nahone biruko iyindi ikurikira muzonshiremwo kwel. Ndavyumvaa KO muri talent mfise birimwo
@boboboxtv
@boboboxtv Ай бұрын
❤❤❤❤
XALISSO - Saison 1 - Episode 18 **VOSTFR**
52:00
EvenProd
Рет қаралды 1,1 МЛН
Mutima le comedien yivye amahera Cisha ado yimodoka
5:45
Indundi TV
Рет қаралды 18 М.
This Game Is Wild...
00:19
MrBeast
Рет қаралды 187 МЛН
Players push long pins through a cardboard box attempting to pop the balloon!
00:31
Players vs Pitch 🤯
00:26
LE FOOT EN VIDÉO
Рет қаралды 138 МЛН
I thought one thing and the truth is something else 😂
00:34
عائلة ابو رعد Abo Raad family
Рет қаралды 9 МЛН
AMAYOBERA_SERIES EP01/ FANNY /JOACHIM/CHAGGY/2024 🔥 📛
21:11
Joachim Smith•
Рет қаралды 63 М.
Série - Samba Allar- Episode 27
25:09
Khar Media
Рет қаралды 6 М.
Série - Lady Diama - Saison 1 - Episode 29 - VOSTFR
56:01
Marodi TV Sénégal
Рет қаралды 2,1 МЛН
AMAYOBERA( Ep01) Mimi Afise Umugabo Wigipfu😭😭😭
13:53
Joachim Smith•
Рет қаралды 65 М.
ШАЙТОН ХОЛА | ЗУЛФИЯ МАХМУД | ЯҚИНЛАРГА ҲАМ УЛАШИНГ !
40:27
Фахриддин Шамсематов
Рет қаралды 57 М.
This Game Is Wild...
00:19
MrBeast
Рет қаралды 187 МЛН