KZ
bin
Негізгі бет
Қазірдің өзінде танымал
Тікелей эфир
Ұнаған бейнелер
Қайтадан қараңыз
Жазылымдар
Кіру
Тіркелу
Ең жақсы KZbin
Фильм және анимация
Автокөліктер мен көлік құралдары
Музыка
Үй жануарлары мен аңдар
Спорт
Ойындар
Комедия
Ойын-сауық
Тәжірибелік нұсқаулар және стиль
Ғылым және технология
Umukobw yatakay amezi 2 Bamutoye arikiziga Mubarabu Saudia Abavyeyi biwe basab Kuberek umwana wabo 😭
52:46
Umugore yahukanye umusi umwe asanga umugabo yazanye umuhabara wiwe munzu babamwo umugabo akubita umu
25:32
🎈🎈🎈😲 #tiktok #shorts
0:28
Обзор матча Казахстан - Дания 3:2. Отборочный турнир ЕURO-2024
17:28
😱 Шок... Земля просто ВСТЕЛЕНА відстріляними гільзами
0:26
ДОСЫМЖАН ЕКЕУМІЗГЕ 6 ОЙЫНШЫ ЖАБЫЛДЫ!
18:28
AMAZIKO YA ARIELLA yaramarira menshi umugabo wa ARIELLA yitaye mukinogo ngo babahambe mwisandugu imw
Рет қаралды 90,916
Facebook
Twitter
Жүктеу
1200
Жазылу 13 М.
Life 257 Media
Күн бұрын
Пікірлер: 140
@VenantieGIRUKWISHAKA
10 ай бұрын
RIP Ariella, YESU yagukunze kuturusha. Uratwitangiye imbere aho tuzagusanga natwe. Mana uzampe nanjye iherezo ryiza
@IzabayoSandrine-e5u
11 ай бұрын
Mukobwa ,iruhukire mumahoro.iyaba bashobokaga kumunsi nkuyu,byibuze isegonda umuntu akareba abamuherekeje byamunezeza cyane.Moise komera muvandimwe Iyemerarako ibihe nkibi bibaho iba ifite ibindi byiza iguteganyiriza,unezerwe kd ushimire ishobora byose ko imwakiriye,uzagumane umurava kubwumwana wawe.komera nshuti yanjye, Imana yonyine niyo murikumwe izakurengera.
@signolinenikiza3710
11 ай бұрын
Nukuri mpore gose Imana iguhoze uracishijwe mwishure ridasanzwe.mpore
@EstherMbabazi-pt5ln
10 ай бұрын
Oooh Imana ikomeze iguhe izombaraga mama muza hurire aheza kwa Data, RIP mukobwa 😭😭😭
@FelixBukuru-g9n
11 ай бұрын
Imana imwakire mubwami bwayo.umuryango wiw naw ubandanye wihangana.
@gasanabernadette1201
10 ай бұрын
Pole muryango wabuze,iruhuko ridashira muvandimwe Ariella,biragoye kubona icyo umuntu avuga.
@CoyitungiyeBakis
10 ай бұрын
Yoooo Iman ikwakiremubwamibwayoo hamapapa Iman iguhekurema
@ntungwanayoodette752
11 ай бұрын
Imana imuhe iruhuko idashira Kandi imana ikomeze umuryango asize itibagiye moïse be numwana we
@belysekajambere9576
11 ай бұрын
Imana izobe hafi umugabo waw yarakuguyeko sh Ariella ifashe n'ikibondo usize gikure neza repoz en paix
@comverisepichonne331
10 ай бұрын
Nakababaro cyanee inimba,twifatikanyije namwe R S t in P💔💔💔👌😭😭😭😭✌🙏🙏
@medybayemere
11 ай бұрын
Imana yihangnish ababuze ariella ugir uburuhukiro bwiza
@sandrineigiraneza
11 ай бұрын
Mpojej ikibondo!nico kimbabaje😭💝,Ariella Yesu ndizerako yakwakiriye mubwami bwiwe!
@iratubonastam2248
11 ай бұрын
Paix à son âme,uubabare wagize ga Mana ?Uruhuke amahoro hama Imana iremeshe abasigaye.Umubebe Imana igucungire yongere igukurize🙏🏻
@smbest5881
11 ай бұрын
Imana imuh uburuhikiro bwiza dusigaye mumubabaro nagahinda turemesh umugabo wiw numwana wiw❤❤❤❤😭😭😭😭 rip Ariella
@ميسمحماد
11 ай бұрын
Imana imwakire mubwami bwayo umuryango imana ibakomeze cane
@NewasSong-f7s
11 ай бұрын
Iman imuhe uburukiro bwiza nababuze namw mwihangan bash nubwobitorosh ark ndabinginze mwihangan iconzicotuzomubon kr wamusi
@IRAKOZENadege-jq6bg
11 ай бұрын
Imana ikwakire mubatoni bayo Ariella ikomeze n'umushingantahe w'intwari usize be n'ikibondo canyu
@lyduinendabubahe-m4w
11 ай бұрын
Uhoraho Imana yacu imuronse iruhukira ridashira. Abasigaye namwe mukomere kandi mureme,
@claudinehakizimana9818
11 ай бұрын
ntitugira ishamvu muri iyi si.Imana yirure umukunzi wiwe n'umwana asize,abariho baba baziko bazopfa,kandi urupfu n'inyungu kubizera,
@UwimanaDjaria
10 ай бұрын
Ruhuka Ariella, Imana yo izi ububabare warufite igutuze iburyo bwayo,dusuhurize BURABYO BRAVAN uti turagukumbuye
@angerubeneirakiza1628
11 ай бұрын
Abandanye yiruhukira Mumahoro💔💔💔🕊️🕊️🕊️🕊️😭😭😭😭😭
@Hi5392
11 ай бұрын
😢😭😭mbabazwa no kubona abantu bato nkuyu bapfa... akomeze yiruhukire nukuri🕊💔
@micomyizayvonne566
10 ай бұрын
Yooooo , ese disi yaritahiye?! Njyewe nigeze kubona ikiganiro cyambere bavugako yagiye kwivuriz hanze ngirango yarakize disi💔💔😭😭😭😭. Pole sana
@AntoinetteBaraka
11 ай бұрын
Imana imuhe iruhukiro ryiza Umuryango ukomeze kwihangana kwinosi turingenzi
@ViviNshimirim
11 ай бұрын
Imana imwakire. Mubwami bwayo
@Guy-meghane
11 ай бұрын
Aheza nimwijuru shn Ariella
@nshimirimanjaja6130
11 ай бұрын
Imana imihe iruhukiro ridashiraa Amen
@MiriamBikulo
10 ай бұрын
Rest in Peace IRAKOZE ARIELLA 😭😭😭
@AlenAlien-mg9vf
11 ай бұрын
Imana imwakire mibwami bwayo yongere igumbire imitima yimiryango yabuze
@VanessaMct
11 ай бұрын
Imana imwakire
@mvmezerosamira3960
11 ай бұрын
Imana imuhe iruhuko ridashira yongere iremeshe imiryango yabuze n'umugabo wiwe
@AfrinaOman
11 ай бұрын
Imana niyo yamukunze kubarusha mwihangane cn😊
@Naemah-i2n
2 күн бұрын
😢😢😢😢Imana yamukunz kutursh
@sfkl8257
11 ай бұрын
Imana imuhe uburuhukiro buhoraho kandi bwiza cane kuk yarababariye kwisi bihagije❤❤❤
@EstherIrakoze-u5u
10 ай бұрын
P K
@GyslaineNiyomwungere-m2f
11 ай бұрын
Imana imuhe uburuhukir bwiza iremesh abasigay
@InesIrakoze-h4t
11 ай бұрын
Imana imuhe uburuhukiro bwiza aheza nimwijuru
@JonathanNiyokwizigira-yf6su
10 ай бұрын
IMANA imwakire mubwami bwayo
@NsabimanaFlorida-gp1cx
11 ай бұрын
😢😢😢😢😢😢😢nari nibazako arinkuru gusa narifise icizere ko azokira😢😢😢😢
@bukuruussen9124
11 ай бұрын
Imana imwakire mubwami bwayo
@agahahhashshsh2923
11 ай бұрын
Imana yamukunz kuturushya
@ndikumanadiane3684
11 ай бұрын
Umuryang wihangane 😭😭kand namwe mwahashitse imana ibahezagire🙏🙏
@kevincandy3488
11 ай бұрын
Imana imuhe iruhukiro ryiza ikomez abasigay
@ChristaBellaIradukunda-fh4re
11 ай бұрын
Uburuhukiro bwiza ,Ariella muvukanyi wacu , yesu aguhe kubana naw ,iwe mwijuru , udusabire natwe dusigay mw'isi🙏😭🙏
@gratiablessing777
10 ай бұрын
Abapfuye ntibashobora gusabira abakiriho. Umuntu yisengera akiri muzima
@EricBizindavyi-of9cf
11 ай бұрын
Iman ukomez abasigay
@BlaiseMananinyishu
11 ай бұрын
😭😭😭😭aahez n mwijuru
@uc4837
10 ай бұрын
RIP Ariella 😭💔
@JeannedArcNshimirimana-ew6vl
11 ай бұрын
Moïse lmana izogushumbushe uburuhe wagize burahagije vrt uritwari uri urugerogwiza kubagabo.😊
@christabeb7503
11 ай бұрын
Imana imwakire mubwami bwayi🙏🙏😭😭
@ecclesianetuyisabe9874
11 ай бұрын
Imana imuhe iruhuko ridashira
@supertimetv7843
11 ай бұрын
❤❤❤❤ Super Time TV
@namulivictoria9164
11 ай бұрын
Nuruhuke amahoro ariella
@ConfusedLighthouse-ty2vu
10 ай бұрын
Yoo mana birababaje ariko ni mana isubiye kuvyayo
@Nelly-b9r
11 ай бұрын
😭😭😭😭😭😭😭😭birababaje cane imana imuhe uburuhuko bwiza
@OdileMuhozawimana
11 ай бұрын
Uruhuk amahr Ariella iman ikwakir mubwami bway ikibond usiz yesu aramubon
@DioufKiSandova
11 ай бұрын
Imana imwakire❤
@HoHnot-py1nj
11 ай бұрын
Umwami aremeshe umuryango wose incuti nabagenzi.mwibibihe.yiruhukire amahoro😢😢😢nezerezwenukoyaronse umwanya wokwitinganya
@DianaNingabiye
11 ай бұрын
😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢manawe bitey agahind ewe wasiwe ntamunezero udushakir ese kuk ib vyabaye koko
@ChimèneShimirimana
11 ай бұрын
😢😢😢😢 ukuntu rero yari yakize😢😢😢😢😢ariko mana ntuharirizwa koko.nukwihangana
@mugishaannick867
11 ай бұрын
IMANA Imwakire
@Mwaminiomar
11 ай бұрын
Imana imwakire mu bwami bwayo
@ChachaChany
11 ай бұрын
Repose en paix Ariella
@AlineNdayishimiye-u9d
11 ай бұрын
Imana imwakire😢😢😢
@uujg406
11 ай бұрын
Mazina wanje ariella imana ikwakire kwl warurush kbx imana yiteho icokibondo usize yihanganish numufasha ww usize ntivyoroshe
@DianeKamikazi-fc9hi
11 ай бұрын
Ruhukamahoro Ariella aheza nimwijiru imahekomez umutima yabasigaye😭😭😭😭
@AlawiMohammed-i8j
11 ай бұрын
Imana imwakire mu bayo😭😭😭😭😭😭😭🕊🕊🕊🕊
@nishimwealice7001
11 ай бұрын
Imana imuhe iruhukiro ridashora😢😢😢😢
@NduwimanaAmina-io2cf
11 ай бұрын
Pore. Imanayamukunzekuturusha
@ChantalYankurije
10 ай бұрын
Imanaimutuze,aheza,kdmukomere
@mariesandrasibazuri6346
11 ай бұрын
Repose en paix chère ariella
@AlineNdayegamiye-j6s
11 ай бұрын
Wiruhukire Ariella ndumiW ujanye ubuto
@AlineMukiza
11 ай бұрын
Nimukomere bavandimwe 😢
@EloiNsabarugira-di5du
11 ай бұрын
Uhoraho amwakire yihorez n umuryango wabuze
@agahahhashshsh2923
11 ай бұрын
Mana yanj uzoduhe kurangiza amahoro 😭😭😭😭
@graceniyonagize260
11 ай бұрын
Mana we ntawo haririza ishaka ryawe nubwo bigoye 😢
@clarissabellaterimbere6073
11 ай бұрын
😢😢😢😢Imana ntiharirizwa
@gloriaminani3067
11 ай бұрын
😭😭😭Wiruhukire, irakoze😢
@chadiaManirakiza
11 ай бұрын
Umubiri nubusa basha😭😭😭😭
@Clarisse-1w
11 ай бұрын
Rip ariella😢😢
@sozvin1869
11 ай бұрын
Bihagane can nikobimeze mwisi
@bernardinenduwimana4542
11 ай бұрын
Uhoraho agushoboze kwihangana Moïse muri bino bihe bitoroshe! Gutandukana n'umukunzi biragoye ariko ntakundi
@KethiaIkorineza
10 ай бұрын
😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭
@OdetteNduwayezu-m5k
11 ай бұрын
Imana imuhe iruhukiroridashira
@Coriote88
11 ай бұрын
Uburuhuko bwiza ndahojj umuryango wabuze nukwihangana twese niyo nzira
@najimiriatris5180
11 ай бұрын
Birababaj arik bihangane niyo nzira😭😭😭
@alicealice364
11 ай бұрын
Imana lwakire mubwami bwayo
@NzizaNyiranshuti-mg7oj
11 ай бұрын
Rip
@SandrineNiyomuco
11 ай бұрын
Ariella uruhukire mumahoro y'imana
@amasa901
11 ай бұрын
Maskini Allah azogushobozee uyundi mwiza wihanganee
@glorianikiza3940
11 ай бұрын
Izo titre zanyu haha
@naernnn8961
11 ай бұрын
😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
@rukundoanitha5022
11 ай бұрын
Imana imwakire mubwami bwayo 😢😢
@GorethGoreth-lp6kl
11 ай бұрын
Iruhukiro ryiza
@christellamunezero5056
11 ай бұрын
Ayo ma title mugira nta nisoni
@مممكطم
11 ай бұрын
Uburuhukiro bwiza😥
@asdasadd7859
11 ай бұрын
😢😢😢😢🙏🙏🙏
@mamanrisa6059
11 ай бұрын
Ugire iruhukiro ryiza
@OmanJalan-h7e
11 ай бұрын
😢😢
@dannyciza5139
11 ай бұрын
😭😭😭😭
@martea3712
11 ай бұрын
😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
@CishahayoDonatienDjuma
11 ай бұрын
birababaje cn arik twes tumeny yuk turingenz hano kwisi imana imwambike igitsibo ciwe yamuteguriye kuk yaragikoreye
@FgfRt-t6j
11 ай бұрын
😢😢😢😢😩😩😩😩😩😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭
52:46
Umukobw yatakay amezi 2 Bamutoye arikiziga Mubarabu Saudia Abavyeyi biwe basab Kuberek umwana wabo 😭
Life 257 Media
Рет қаралды 6 М.
25:32
Umugore yahukanye umusi umwe asanga umugabo yazanye umuhabara wiwe munzu babamwo umugabo akubita umu
Life 257 Media
Рет қаралды 2,1 М.
0:28
🎈🎈🎈😲 #tiktok #shorts
Byungari 병아리언니
Рет қаралды 4,5 МЛН
17:28
Обзор матча Казахстан - Дания 3:2. Отборочный турнир ЕURO-2024
QAZSPORT TV / ҚАЗСПОРТ TV
Рет қаралды 880 М.
0:26
😱 Шок... Земля просто ВСТЕЛЕНА відстріляними гільзами
ТСН
Рет қаралды 3,5 МЛН
18:28
ДОСЫМЖАН ЕКЕУМІЗГЕ 6 ОЙЫНШЫ ЖАБЫЛДЫ!
EROOKA
Рет қаралды 111 М.
2:34
MIMI MIREILLE AKOREWE IBITANGANZA BIDASANZWE NA BATOYA BIWE 🥰🥰 MBEGA URUKUNDO WEE 🥺🥺🥺
Faber bdi Official
Рет қаралды 30 М.
3:36
INTORE NTINDI SO2 PART6 😭 BIRABABAJE CANE KUBONA UMWANDITSI WA BMT BUJA AKORA AMAKOSA AKAYIHAGARIKA
MC Silo 🎤
Рет қаралды 53 М.
32:03
UMUHANGO WO GUSABA NOGUKWA IGICE CYA 2// Olive RUKUNDO & Eustache MAYIRA WEEDING
Rukundo Olive
Рет қаралды 673
1:00:38
Agahinda kumukobwa apfiriye muri Arab Saudia bazanye ikiziga umuryango urarize kubwumubabaro asize
Life 257 Media
Рет қаралды 14 М.
22:42
Today mother and daughter went to pick some vegetables to cook.
mẹ mồ côi 1980
Рет қаралды 734
20:10
16 year old widow - thanks to Kiet's help - a thief sneaked into the house
Lý Thị May
Рет қаралды 1,8 М.
11:19
Utundidusha twaranze marriage ya Norasque na Fanny mutabonye👆👆👆
Maman cheiilla 0fficial
Рет қаралды 3,2 М.
1:55:32
BURIAL CEREMONY OF THE LATE PATRICK KANYI KINGO'RI PART 2
Truth Wave TV official
Рет қаралды 185
6:08
Umugabo yirukanye umugere wiwe kubere tavyara umugore yakubwitswe kumurango abantu bose babona
Life 257 Media
Рет қаралды 1,1 М.
1:32:34
UMUHANGO WO GUSABA NOGUKWA IGICE CYA 1// Olive RUKUNDO & Eustache MAYIRA WEEDING
Rukundo Olive
Рет қаралды 664
0:28
🎈🎈🎈😲 #tiktok #shorts
Byungari 병아리언니
Рет қаралды 4,5 МЛН