Ange-Michel Muhayimana ati: GUTANGA IKIGIRACUMI/ICYACUMI SI ITEGEKO MW'ISEZERANO RISHASHA

  Рет қаралды 5,229

UKURI KUBOHORA

UKURI KUBOHORA

Күн бұрын

Abakristo benshi bagendana ibibazo kuvyerekeye gutanga ikigiracumi kuburyo hari abigisha ko utagitanze uri umusuma,utazoja mw'ijuru,uzokwama ukenye,abana bawe bazorwara bakanapfa,n'ibindi vyinshi birimwo iterabwoba.
Ikibabaje nuko abavyigisha ari benshi cane kandi bemewe cane...ariko ikibazo twokwibaza ni iki: Mbega ivyo bigosha vyoba arivyo Bibiliya yigisha?
Muri kino kiganiro,Ange-Michel Muhayimana arishura ibibazo bitandukanye vyerekeye igituma Aburahamu Yatanze icacumi,ubwoko bune (4) bw'ibigiracumi Bibiliya yigisha,ikigiracumi co muri Malaki cigishwa cane ko kitariko kibwirwa abakrsito bo mw'isezerano rishasha rya Yesu...Mbega Yesu Yarigeze Atoza Ikigiracumi? Mbega Intumwa nka Paulo na Petero barigeze bavyigisha nkuko vyigishwa ubu? Mbega Udatanze ikigiracumi uba wivye Imana?
Ivyo bibazo n'ibindi vyinshi abakristo benshi bibaza birishurwa muri ino nyigisho.
Wibuke kuyisangiza abandi no kuba umunywanyi w'Ukuri kubohora kugira uzohore uronka video igihe cose dushizeko nshasha.
Murakoze!

Пікірлер: 42
@Jesusavior
@Jesusavior 5 ай бұрын
Nibwo bwa mbere nabona umupasiteri w'uminyakuri utishakira indamu pe.Imana iguhe umugisha
@ukurikubohora
@ukurikubohora 5 ай бұрын
Urakoze cane ncuti.Burya hariho abandi batunamiye bayali.si benshi Ariko bariho. Yihe abandi babohoke nabo!
@scholastiquemukambabazi3819
@scholastiquemukambabazi3819 5 ай бұрын
Allô PST Ange Michel !!!
@kabagambemoses-uw1xq
@kabagambemoses-uw1xq 5 ай бұрын
Have abundant blessings journalist and pastor
@ukurikubohora
@ukurikubohora 5 ай бұрын
Thank you brother
@mushimiyimanamarie4533
@mushimiyimanamarie4533 5 ай бұрын
Twarabisenjyeye turasubizwa ni ngombwa icyacumi muri maraki yumve ngo nzahanindyanyi mbega bivuga ibihano mwanyimye umugabane wa cyimwe mu icumi n'amaturo ,muravumwa wa muvumo😮..... ahaaaaa ubu koko😢
@elvismunezero7881
@elvismunezero7881 5 ай бұрын
Pasteur Imana izogukubita Iyaba warahawe mpwemu yera ntuba uriko uvuga uko sindabivuze kugira ngo uvyemere vyumve gusa
@ukurikubohora
@ukurikubohora 5 ай бұрын
😂😂Izokubita abaguma babiba bakoresheje Bibiliya…jewe ndazi ico ndi nico Imana iri kuri Jewe:Papa!🙏🏾
@JeanBoscoSibomana-n5f
@JeanBoscoSibomana-n5f 5 ай бұрын
Uko n ukuri,Ikanguro rigiye kuza rizokoreramwo abafise ukwo kuri gusa
@felixbarisesa6780
@felixbarisesa6780 5 ай бұрын
Ange merci bcp
@ukurikubohora
@ukurikubohora 5 ай бұрын
Urakoze cane mugenzi. Yihe abandi nabo bafashwe
@MukaruzigaSaidati
@MukaruzigaSaidati 5 ай бұрын
Ndakubwiza ukuri icyacumi Imana igikuyeho amatorore yafunga aba apostle naba bishop bose babivamwo burundu abakorera Imana byukuri byagaragara
@yanartmel
@yanartmel 10 ай бұрын
Tuvuga ururimi rumwe!!!! Glory to Adonai🙌🙌🙌
@trophywilson7211
@trophywilson7211 5 ай бұрын
mmmh Dunia kwisha
@mushimiyimanamarie4533
@mushimiyimanamarie4533 5 ай бұрын
Niba kuriwe abonatari ngombwa,nabireke,ark ye kugandisha abandi oya uri umunyabinyoma pe sindi pst ndi umuklisto usanzwe ark kucyireka lmana iragukubita ugahomba ukarwaragurika ...... nabiceceke
@NgenziInnocent-b4r
@NgenziInnocent-b4r 5 ай бұрын
Icacumi kugitanga sitegeko babihatirizabantu ko aritegeko kuberinda zabo kandi nabo bataryubahiriza nyategeko nawewe ubwiwawe ntaryo wubahiriza uriyizi ntanuwugitanga uko bikwiriye nimitego bababohesha namwebwe mukiboha
@NzabampemaAudace
@NzabampemaAudace Жыл бұрын
UHORAHO UMUREMYI WACU MWIZA AKWONGERUMUGISHA WARAHEZAGIWE.
@graceb2398
@graceb2398 5 ай бұрын
Ofcourse gutanga ikigirachumi si itegeko but n’urukundo ukund’imana yawe. It is all about the measure of love, the love to your Lord. Lundi sha uwiteka n’umutima wawe wose, n’ubutunzi bwawe bwose (vertical love between man to God) there is also what we call Horizontal love (penda jirani yako) love between man to man.
@jeanclaudeniyonkuru5662
@jeanclaudeniyonkuru5662 3 жыл бұрын
Umushuzo wowo nikibazo,abantu bicwa namadeni bayatwaye yose kwa pasitori bagasigara bararya amadeni ngo Imana izomenya uko ibatunga niko benshi bigishwa
@baranyizigiyediomede2739
@baranyizigiyediomede2739 3 жыл бұрын
Amen
@mushimiyimanamarie4533
@mushimiyimanamarie4533 5 ай бұрын
Um um um um ari muri bamwe barwanya iby'lmana kuko icyo lmana yavuze,ntijyihindura ntabwo lmana ikora gutyo ihindagurika?!! Oya oya
@Kevinones59
@Kevinones59 6 ай бұрын
Mpaye mbaza nitworeka gushikana nkuko, mutubaliye Mucungagi cange ,Ishengero ryokwishugwa iki? Gushikana niyviza kbs wowe uzosome neza wigarure
@ukurikubohora
@ukurikubohora 6 ай бұрын
Izo shengero Yesu hari uwo yatumye kuzubaka?Ba Paul na Petero bubatse zingahe?barigeze batoza ivyacumi?
@steveigiraneza-vp4mc
@steveigiraneza-vp4mc 5 ай бұрын
Amaturo akoriki?
@ukurikubohora
@ukurikubohora 5 ай бұрын
@steveigiraneza-vp4mc Nayo gufasha abakene,impfuvyi,abapfakazi,kujana ubutumwa bwiza kure hamwe no gushigikira abigisha UKURI atari abo babesha bakaniba abana b’Imana!
@KayitesiAline-qs8ct
@KayitesiAline-qs8ct 5 ай бұрын
Ni itegeko ahubwo banza ukiranuke nabi ufite imyenda
@ukurikubohora
@ukurikubohora 5 ай бұрын
Ntakibazo ncuti…ibandanirize mumategeko niwaruha Yesu Arahari
@only_Jesus1
@only_Jesus1 11 ай бұрын
Shalom, Mumbarize pasteur: KWUBAKA INSENGERO MW'ISEZERANO RISHASHA COBA ARI ICAHA? MBEGA DUKWIYE GUSENGERA MUSI Y'IBITI NONE KO YIGISHIJE ATI:"INSENGERO NI IMIBIRI YACU."?
@yanartmel
@yanartmel 10 ай бұрын
Harya ni aho kwikinga izuba!! Hahinduka ingoro y’Imana aruko abana b’IMANA bahari!
@ukurikubohora
@ukurikubohora 6 ай бұрын
Imana ntiba mu mazu yubatswe n’intoke z’abantu…hama aho wosengera hose Imana Irakwumva!
@MukaruzigaSaidati
@MukaruzigaSaidati 5 ай бұрын
Isinagogi niki?
@maguybuno
@maguybuno Жыл бұрын
So wahawe ubupastor n' abantu,changwa se Warahamawe n' Uwiteka. Leta rero nyabwo ikorana na Yesu Kristo. Leta nikogirwamana
@ukurikubohora
@ukurikubohora 6 ай бұрын
Nabuhawe na Yesu ariko abo dukorana babishingira intahe ko ntihenze.
@NzabampemaAudace
@NzabampemaAudace Жыл бұрын
2 ABO I KORINTO 4: 2. TWANSE IBITEYE ISONI BIKORERWA MU MPISHO ,NTITUGENDA MU BUGUNGE NTIDUFUDIKA IJAMBO RYIMANA ,ARIKO KWEREKANA UKURI NICO TWISHIMAGIRISHA MU NYONGA ZIMANA KU MUTIMA WUMUNTU WESE.
@alphonsengarambe4276
@alphonsengarambe4276 5 ай бұрын
1/10 nitegeko nshuti
@ukurikubohora
@ukurikubohora 5 ай бұрын
Wumvirije video yose hoho?
@jeanclaudeniyonkuru5662
@jeanclaudeniyonkuru5662 3 жыл бұрын
Birasobanutse rwose,abigisha ica cumi ntibanigisha Kristo
@ukurikubohora
@ukurikubohora 3 жыл бұрын
Ikibabaje nibo benshi kandi bakurikirwa na benshi.Ikinyoma kiranyaruka kurusha ukuri.
@jeanclaudeniyonkuru5662
@jeanclaudeniyonkuru5662 3 жыл бұрын
Imana iduhe umutima wokwemera kwiga ivyanditswe twongere tubibwire abandi bamenye inkuru nziza
@unitedpentecostchurchiname9061
@unitedpentecostchurchiname9061 Жыл бұрын
Niguki atatanze phone number yiwe? Ngo tumuhinyuze ukwo gutwara abana b’Imana munyigisho zamadayimoni zizimiza.
@ntungane2024
@ntungane2024 3 жыл бұрын
Intambara nziza :kzbin.info/www/bejne/mIjCgJx7i9yAhc0
Всё пошло не по плану 😮
00:36
Miracle
Рет қаралды 2 МЛН
Kluster Duo #настольныеигры #boardgames #игры #games #настолки #настольные_игры
00:47
А что бы ты сделал? @LimbLossBoss
00:17
История одного вокалиста
Рет қаралды 9 МЛН
IMPAMVU 7 DUKWIRIYE GUTANGA ICYACUMI N'AMATURO || Pasteur Desire
39:29
Amoko y'icyacumi n'uburyo gitangwa
1:01:51
IMPUHWE TV
Рет қаралды 9 М.
Mbega Ikigiracumi 1/10 kiremewe mw'isezerano rishasha? - Pasteur Arthur
1:25:19
Всё пошло не по плану 😮
00:36
Miracle
Рет қаралды 2 МЛН