B Face:AGAHINDA GAKOMEYE KUBERA BRUCE MELODIE/TUGIYE KUBIHOMBERAMO/ABAHANZI BARABABAYE CYANE

  Рет қаралды 47,694

YAGO TV SHOW

YAGO TV SHOW

Күн бұрын

Join this channel to Support YAGO TV SHOW Family and get access to perks:
/ @yagotvshowrwanda
#Tubatemo #bigenergyyyyy #yagotvshow #yagobigenergy

Пікірлер: 445
@sfkl8257
@sfkl8257 2 жыл бұрын
Jew sinkironka icokuvuga abarundi ntituzigera duterimbere kuk ntarukundo dufise Merodie yambabaje cane Gusa abanyarwanda mutubabarire twese abafana ntivyaduhimbaye❤❤❤❤
@cyriaquemwavita3827
@cyriaquemwavita3827 2 жыл бұрын
man ntuvug mensh utaz contrat bafitany
@muhorakeyetheogene7689
@muhorakeyetheogene7689 2 жыл бұрын
@@cyriaquemwavita3827 nawe urumwe mu barundi badashobotse woese uzi iyo contaract ubwo uvuziki?????
@lapazako1770
@lapazako1770 2 жыл бұрын
Zurivugira wew kuko harabarundi bateyimbere babatunzi, Ivyo vyikivunga rero twara kugasozi, urakwiy kumenyako ibintu vyose biba kumuntu utakwiy kubishira kubantu, urumuntu wimbwa kbc
@jnart3287
@jnart3287 2 жыл бұрын
Imbabazi cane kubanyarwanda🙏 hari abntu b'sh muri twbw batarumva ko umuririmvyi mukindi gihugu ari nka ambassadeur, niyo mpamvu umutekano wiwe ari priorité kuko ahagaze mukibanza c'igihugu akomokamwo.... Free Bruce Mélodie 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@mchimgentil8666
@mchimgentil8666 2 жыл бұрын
Clearance is important in everything
@ggggfggfff5717
@ggggfggfff5717 2 жыл бұрын
Jew nukur nkomez kwumigw babwir b face nukur turababay cane Melody wihangan Imana imbere 🇧🇮🇧🇮
@gygygyslaine4712
@gygygyslaine4712 2 жыл бұрын
B-Face komera nkunda ukuri kwawe Kutarya umunwa👏nawe urazi kabarundi bacu bafise akavuyo😏nububi🙄kimwe ubwiyemezi bagira ntahobuzobashikana bashatse kumusevya arik Imana imubehafi nda😍😍
@balancedlifetv
@balancedlifetv 2 жыл бұрын
Amen 🙏🙏🙏
@quennevadina1949
@quennevadina1949 2 жыл бұрын
Yago karibu iwacu burundi🇧🇮 one love ndagukunda kndi cne ndumurundikazi b face nawe nuko ndagukunda nkumusani nemera windero nurukundo wew nkugereranya na yvan buravanRIP kk urumuntu wabantu 💙💙 ikibazo rero niki abasani mufise leta yacu ntaco iriko ikora ngo umuziki utere imbere mwebwe abasani nimwe muriko ubikora mwenyene kugiti canyu nn raba abo bafashije nibo bariko batoba amariba yanyu nubwo abanyarwanda bariko badutuka birenze bruce twamumfashe nabi cane nanje vyambabaje pe ivyo bintu sivyo nuko atawovuga hari hakwiye greve yokwamaganya icokintu muburundi umushitsi nuwo kubaha banyarwanda mutubabarire pe natwe twabinenze kndi vyaberey mugihugu cacu one love kwakundi nyene💙💙💙
@niyonkuruconcolatteconsola4792
@niyonkuruconcolatteconsola4792 2 жыл бұрын
Be face nkundukunt avugukuri kwishi cane wubahwe ndagukunda cane ❤❤❤❤❤🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@bonaventurebuzubona8763
@bonaventurebuzubona8763 2 жыл бұрын
Sinkubeshe umuntu yitwa ngo ni umugwiza tunga akorera muburundi nka tousaint akajaganyibintu nkuko kandi yomusanzi mugwanda akamwitwarirayo bakamutunganiriza atarinze kubabaza imitima yabarundi
@alexanderishimwe2687
@alexanderishimwe2687 2 жыл бұрын
Ewana,abarundi turabakunda gusa leta yanyu sinziza kubanyarwanda kbsa.
@lelerwanda3243
@lelerwanda3243 2 жыл бұрын
Yago aze nawe mumushyize gereza? Yago ntuzagire aho ujya muhumgu wacu
@quennevadina1949
@quennevadina1949 2 жыл бұрын
@@lelerwanda3243 nn kwari iburundi nn ikiganiro uri kubara yagikoreye iburundi ndagusetse😅😅😅😅😅
@belysehagabimana1760
@belysehagabimana1760 2 жыл бұрын
Ndabisabire umuntu akunda yago nkanjye mundemere twatuntundabasavy 🙏🙏🙏
@cem_driac8700
@cem_driac8700 2 жыл бұрын
Urashaka bakuremere Iki? Turi mubibazo naw urashaka kuremerwa?
@antoinettempaimana2724
@antoinettempaimana2724 2 жыл бұрын
@@cem_driac8700😜😜😜😜😜
@ingabireines1353
@ingabireines1353 2 жыл бұрын
Yaaaaaaagooooooo welcome in Burundi man turakwishumiye abantu barimuburundi mumuremere Yago numwana Mwiza Hama abanyarwanda mwese mwihangane Natwe turababaye
@ingabireines1353
@ingabireines1353 2 жыл бұрын
Kuvyabaye Kuri Bruce melody
@sarahfeni1866
@sarahfeni1866 2 жыл бұрын
Naho bitagenze nk 'uko twari tuvyiteze, ni karibu cane sha YAGO & MELODIE I Burundi 💗💓♥️💕❤️💞
@nsazabahizirehema7897
@nsazabahizirehema7897 2 жыл бұрын
B face wng ndangufana sana Imana ikujimbere muri vyose Yagooo karibu iwacu hama ntiworeka kubabara kuko muri bamwe mais Imana abajimbere kuko ndufite ubuzima bugufi so we love you and I love you turi bamwe
@uwinezacelline6470
@uwinezacelline6470 2 жыл бұрын
Sha yago witonde ndabona abarundi ntazi ibyabo uwo mujama turamukunda sana kuko nawe aradukunda munsuhuriza kd uzamugarure mu rwanda 🥰🥰🥰
@songamberetv2219
@songamberetv2219 2 жыл бұрын
None yago harikibazo afitaniye numuntu? Ba mureka kwitiranya ibintu kuko harabanyarwanda beshi cane baba iburundi kandi ntakibazo bafise ninkuko no mugwanda bahari kandi hariho nkumuhanzi wumurundi afunzwe hiyo yitwa saidi brazza ariko nkabarundi ntittwoca tuvuga ngo buri murundi ube maso 🤷
@uwinezacelline6470
@uwinezacelline6470 2 жыл бұрын
@@songamberetv2219 Murakoze
@AMAVUBISTARSNEWS
@AMAVUBISTARSNEWS 2 жыл бұрын
Respect to you, ark reta y’uburundi iri gusibira amayira abanyamuziki babo inzira Mu Rwanda, gute twakunda indirimbo zabo baduhemukira bene kariya kageni, niba Bruce yarariye ibyo biceri barikumwishyuza then agakomeza icyamuzanye.
@inesirankunda7265
@inesirankunda7265 2 жыл бұрын
Yago bruce melody i burundi turamukunda❤knd uw mu Toussaint kwl natw mu burundi yatubabaje cn so ntimutubne nab abarundi uw mu Toussaint niw mubi cn ms Imana ishimwe kub bamurekuye
@ninispes8093
@ninispes8093 2 жыл бұрын
Yagooooooooo! Buja tugukurikirana 100% ! Turi bamwe disi.Imwuka mubi w ugwanko mu barundi n abanya Rwanda tuwamagane.Duhurira kuri vyinshi.Benshi twarakuranye dusangira akabisi n agahiye
@balancedlifetv
@balancedlifetv 2 жыл бұрын
Birababaje ibyabaye ariko ndizera Imana ko ibi bitayitunguye, wasanga hari byinshi Imana iri gukorera umuti Bruce Melody. Kuba muri waiting room y Imana biragora ariko igihe gikwiriye kigeze Imana iduha ibirushijeho kuba byiza 🙏🍓❤️ Dutegereje ijuru icyo riri gukora. Bibe uko Imana ishaka 🙏🙏🙏
@mukundwa8071
@mukundwa8071 2 жыл бұрын
Amezi asigaye yuyu mwaka umuhanzi uzi ubwenge abe yifatiye aka vacances . Mugende gake .Ma Yago love you tjrs n abayagos bose ndabapepeye
@balancedlifetv
@balancedlifetv 2 жыл бұрын
🙏🍓❤️
@oselin1746
@oselin1746 2 жыл бұрын
Awww yago welcome in our country😘 bakuremere abari hafi , banyarwanda mukomeree natw turababay One love guys🤞
@nicesa...8882
@nicesa...8882 2 жыл бұрын
Yago Welcome Burundi 🇧🇮 😘 💖 Ndagukunda Cyanegwose Urumwe Mu Rwanda Kundacyane Ndanakurikiranacyane
@adijamugisha9438
@adijamugisha9438 2 жыл бұрын
Bface respect bro 💞💞💞💋🙏🙏🙏🙏 indandende kbx niuompamvu kbx imana ikore nki mana 🙏🙏🙏💞💞💞🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@bujaupdates
@bujaupdates 2 жыл бұрын
Yeah BFace Umu Legend Atarya umunwa Courage brooo
@chanellekanyamuneza207
@chanellekanyamuneza207 2 жыл бұрын
Welcome Burundi Yagooo,turabishimiye malgré ivyabaye kandi Imana ibigenze neza shaa.
@chriszain
@chriszain 2 жыл бұрын
Ishyari ryabarundi nukuva cyera mn yago cyz b face ashobora kub avanze numunyarwanda kk nagitima cyib nkicyuwo muxr ngo ni 2 saint y kijyeho , rwanda on top 🔥🔥🔥🇷🇼 free Melodie🚀🚀
@bertrand7270
@bertrand7270 2 жыл бұрын
Hindura imyumvire bro
@bertrand7270
@bertrand7270 2 жыл бұрын
Hindura imyumvire bro
@benignenishimwe8051
@benignenishimwe8051 2 жыл бұрын
Abarundi muri rusangi turababaye Yago ntitwishimiye ibintu byabaye kuri Bruce Melodie.ariko turizeye kobizogenda neza.nta mugozi udacika.urukundo rutuganze🇧🇮 🇷🇼❤
@anacletmanirakiza6987
@anacletmanirakiza6987 2 жыл бұрын
Mukombozi yanditse neza cyane kubijanye n'a Bruce
@luizfigo1133
@luizfigo1133 2 жыл бұрын
Ego nukuri
@unclejay9534
@unclejay9534 2 жыл бұрын
Yago welcome i Burundi iwacu🇧🇮 kandi wihanganire ibibazo mugenzi wacu Bruce Melody arimo bizohera twizeye neza ko Uburundi ari igihugu kirimwo ubutungane vyose biragenda neza. Pole sana kuri Bruce Melody
@alinemfukamensenge5287
@alinemfukamensenge5287 2 жыл бұрын
Yagooooo karibu in Burundi much love bro
@mutijimacedrick1622
@mutijimacedrick1622 2 жыл бұрын
One love dear Africans artists..Unity for benefits of next generation ..
@alexistwagirimana342
@alexistwagirimana342 2 жыл бұрын
YAGO mukomere cyane rwose pe 👏💞🌹 gs ukomeze udukuricyiranire amakuru yicyamamare
@munyentwarisamuel3541
@munyentwarisamuel3541 2 жыл бұрын
Melody love from Zambia ndagapfusha RUKARA URIBUMERENEZA MWA WIRWANDA YAGO NAWE WIHANGANE KUBWIBIBAZO MWAHUYENABYO
@alaincolinizere3703
@alaincolinizere3703 2 жыл бұрын
Yago I really love you bro ufise umutima w abantu welcome in our country
@ferdinandniyokindi8795
@ferdinandniyokindi8795 2 жыл бұрын
B face nama ndaba ibiganiro utanga birimwo ubwenge bro courage
@sammysmile1193
@sammysmile1193 2 жыл бұрын
B face ndamukunda❤ afite ubumuntu
@salima7729
@salima7729 2 жыл бұрын
Karibu yago iwacu buja❤️❤️🇧🇮🇧🇮Ham mwihanga
@cem_driac8700
@cem_driac8700 2 жыл бұрын
Thank you for giving us this interview Mr yago.. Burundi we are proud of you for real.🙏
@alineingabire7790
@alineingabire7790 2 жыл бұрын
Barundi ibi vyakozwe biteye I.S.O.N.I 🤔🤔🤔
@GABYSP607
@GABYSP607 2 жыл бұрын
B face On the flow 🙏🙏🙏
@bibikiki8437
@bibikiki8437 2 жыл бұрын
Karibu I wacu I Burundi Yago Turakwishimiye kandi turagukunda 🇧🇮❤️
@gatoregclovis8210
@gatoregclovis8210 2 жыл бұрын
BIG RESPECT B face you said the truth we love you they must free Bruce melody
@jgggh1642
@jgggh1642 2 жыл бұрын
Yago karibu iwacu iburundi🙌turagukundaaaaa❤️❤️❤️gusa turababaye kuvyabaye bakwiye kumvikana nukuri pee😔😔😔🇧🇮🇸🇦
@emilendaysenga4852
@emilendaysenga4852 2 жыл бұрын
Umunyarwanda yaciyumugani ugiruti akebo nigeramo Bruce Melody numuhanzi dukunda knd nadataramira muburundi nahandi azahatwika🔥gs ntihazabura umuhanzi wabo bizabaho keep it up Yago niwowe wacu 👏💞
@bmcitytv9446
@bmcitytv9446 2 жыл бұрын
yeweweeee!!!! nibanawe wacikanywe koraho kuri iyi foto wirebere
@yvonneumutoniwase561
@yvonneumutoniwase561 2 жыл бұрын
Yagooo crg cyaneee ndagukunda! Natwe dukomeje gusengera brucemelody!!
@Alex-cb4rt
@Alex-cb4rt 2 жыл бұрын
Kimwe mu bintu bihuza abantu bafitanye ikibazo ni umuziki na sport, abahanzi b'i Burundi no mu Rwanda biroroshye ko bahuza ibihugu byombi kuko bakurikirwa n'abantu benshi batuye ibyo bihugu byombi. nitudahuzwa n'umuziki na sport biragoye ko abanyapolitiki bazaduhuza. Ndashimira cyane abarundi babajwe n'ibi bintu banifuza ko byakosoka. muri abantu beza Imana ibarinde ikibi
@nduwimanachristian6638
@nduwimanachristian6638 2 жыл бұрын
Yago Karibu I wacu IBurundi ❤️
@maxmediatv6704
@maxmediatv6704 2 жыл бұрын
Iki kiganiro sindacumvise cose ndacumvise kigiy kurangira, ariko ndababaye cane kuko ibi ntivyari bigakwiye kuba ahubwo ndagaye cane uwitwa ko ariw yarakwiye gushigikira umuziki ndund kubera ko hari nikijumba ariko arary yawaw nawo ariko akab ariw ariko arasenya.Men imyitwarire mbon ariy inyamaswa ubwo nibuts ababikoze ko hari imiryango myishi yarikury kubera ziriy concerts naban barikwiga kubera concerts ariko bihagaze kubwe, dear Imana igukubire bro kand ibyumve. Pole sana Melody bazi ko baguseny ariko Imana Ikwubatse mwikind kintu.
@ncarwatsi
@ncarwatsi 2 жыл бұрын
Yaàaaaaaaagaaaaaaa 🔥🔥🇧🇮🇧🇮 kabisa make birya bintu ntivyanryoheye nabukebeke
@Chrian670
@Chrian670 2 жыл бұрын
Yagoo Big up to u 👌 urakundana wagez I Burundi.
@fabiolasilyvain8880
@fabiolasilyvain8880 2 жыл бұрын
Reka twihorere Imana ihora ihoze;harigihe tousaint yogwara igwara bikamusaba kwivuza mu Rwanda yinjira mubitaro agasanga hariko hakora umuhung wa Bruce melodie hama akamukorerako 😭
@justemugisha1413
@justemugisha1413 2 жыл бұрын
King rap yudah💥💥🔥🔥🔥✌️✌️✌️love from team b -face(TBF)
@luizfigo1133
@luizfigo1133 2 жыл бұрын
Ego rata uvuze neza komeza utere imbere 👌👌👌👌👌
@obedibuntubwimana4915
@obedibuntubwimana4915 2 жыл бұрын
Respect on the flow
@vyisijean7065
@vyisijean7065 2 жыл бұрын
Yago we love you big up and stay warm welcome to Burundi
@stephanasbitariho6659
@stephanasbitariho6659 2 жыл бұрын
Big up bface hma Yago ntusubire inyuma mudakoranye ikiganiro na Diuble Jay n Kirikou
@arakazasuavis6812
@arakazasuavis6812 2 жыл бұрын
Banyarwanda turasavye imbabazi nukuri natwe abarundi turababaye cane agahinda kuzuye imitima yacu kubera bruce melodie Imana irahari yagoo kalibu naho tubabaye.
@mutonilyse9634
@mutonilyse9634 2 жыл бұрын
Yago forreal ❤ 🙏
@mozanasser7874
@mozanasser7874 2 жыл бұрын
Big up sana b face and yago abarimuburundi barihafi ya yago kbs mumuremere kbs
@KESH250
@KESH250 2 жыл бұрын
Big Up On B Face🔥🔥🔥 Aganira Neza Cyane Kbsa🤞🏿💯
@claudensengimana2802
@claudensengimana2802 2 жыл бұрын
I like this burundian artist
@josuekhalifa8745
@josuekhalifa8745 2 жыл бұрын
Yagooooooooo natweeee abarundi turababayeeeeee kuberaaaaa #Melodieeeeeeeee but brother ntamvura idahitaaaaaaaaaaaaa twihanganeeeeeee tweseeeee#B face Respectiiiiiiiiiiiiii brother 👊✊🤛🤛
@nestornshimirimana905
@nestornshimirimana905 2 жыл бұрын
Wlcm in Burundi yago!!!! Mtch respect to u
@gitegatvshow
@gitegatvshow 2 жыл бұрын
Yago thank you Muduhaye ikiganiro ciza. Maloddy ivyamubayeko vyambabaje✍🏻😭Cane..Birya si kwishuza ni urwanko..Jew sigaye ntinya Abantu..U BURUNDI TWIGAYE KBXX.KIMWE GUSA IBI N'IKIBAZO KUBARIRIMVYO BB RUNDI SHA KUBONA KOLLABO N'INDOTO. YAGO KALIBU IWACU BURUNDI MWANA WA MAMA💜💙❤🙏
@rmf222
@rmf222 2 жыл бұрын
Yagoo ufite ijwi ryiza bambe...❤❤❤❤❤
@chrissupamani
@chrissupamani 2 жыл бұрын
Murakoze is thank you 🇷🇼🇧🇮♥️🚀 🔥🚀
@gabinndayizigiye7878
@gabinndayizigiye7878 2 жыл бұрын
welcome Yago ..we love you here in burundi
@beatadusabe1632
@beatadusabe1632 2 жыл бұрын
Yago gerageza uduhe iryojwi ryawe turarikeneye. Uraririmba neza cyane. Wauw.
@divinendayikengurukiye1634
@divinendayikengurukiye1634 2 жыл бұрын
B Face uririmba ukuri gusa kbs.big up sana
@muhozachance2689
@muhozachance2689 2 жыл бұрын
Yagooooooooooo bujumbura💃💃💃💃💃💃
@nadiaburundi6871
@nadiaburundi6871 2 жыл бұрын
🙏🙏🙏🙏😭😭😭😭🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@wakagaliofficial1884
@wakagaliofficial1884 2 жыл бұрын
Yago.ndi muntara hayora yitwa ngozi ariko ubu yitwa butanyerera,, Nemeye nirirwa kuri station kugira ndabeko noronka igitoro cokuza ngaho Bujumbura. Murico giteramo, Uwutaz ivyisi avyitivye,Kandi urwanir ivyisi ugapfa bigeze.itahiwaco Melody pole sana na we journalist wanje yago pole saana,
@dianedusabe9559
@dianedusabe9559 2 жыл бұрын
Ihangane cyane bruce
@shanthalshanthal1491
@shanthalshanthal1491 2 жыл бұрын
Yago urakoze kuganiriza Abantu uri mugihugu iwacu turagushimiye cyaneeeee
@cizaseraphine389
@cizaseraphine389 2 жыл бұрын
Nihatari yago birababaje wallah ndababaye cyane
@loveinaction8111
@loveinaction8111 2 жыл бұрын
Love you so much Yago 🇧🇮🇧🇮
@bossericnsanzurwimo110
@bossericnsanzurwimo110 2 жыл бұрын
Yagoooo nukuri ndagukunda kandi caane,Imana ibandanye kukwitaho muri vyose.
@fifi6737
@fifi6737 2 жыл бұрын
Imana ibarindire muri icyo gihugu cyimeze ukuntu Yago
@natniyo6516
@natniyo6516 2 жыл бұрын
Izo ningorane za Bruce melody na toussain ntaho bihuriye nigihugu c'Uburundi Bruce melody gufungwa mu Burundi nibisanzwe nkuko Big Fizzo yigeze gufungwa mu Rwanda. Twese turi abantu nta numwe adafungwa byiza tureke ubutungane bukore akazi.
@deder2020
@deder2020 2 жыл бұрын
Free bruce melodie 🔥🔥🔥💯💯💯
@balancedlifetv
@balancedlifetv 2 жыл бұрын
True
@Niyokwizigirwamenedora
@Niyokwizigirwamenedora 2 жыл бұрын
Nukur ndumurundi nukur nanje ndababaye cane abarundi murandikishije amatek mabi kand namwe batarabafat nabi 😭😭😭😭😭😭😭😭😭mubihugu vyomumahang ibi nivyisi tuzabisig merodie ihangane kwel kwisi bibaho
@sabonsabon6779
@sabonsabon6779 2 жыл бұрын
Karibu sana Burundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@kwizeragedeon1557
@kwizeragedeon1557 2 жыл бұрын
B face one love manigas
@rebeccantanyungu6314
@rebeccantanyungu6314 2 жыл бұрын
Welcome Yago Turakunezerewe Birababaje ivya Bruce mélodie bizogenda neza
@eugenienyiraminani9045
@eugenienyiraminani9045 2 жыл бұрын
Egoko gutega iminyururu munzira niyompanvu narindi ntaterambere mugira kuko ntarukundo mugira Niba afite ibyaha ntabwo yagafashywe gutyopeee🤭🤭🇬🇦
@tontonginolla1234
@tontonginolla1234 2 жыл бұрын
Ntacomvuze Gusa ivyabaye vyukuri birababaje.... ivyabaye vyose birababaje 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@cecile2029
@cecile2029 2 жыл бұрын
Imana yumva gusega itabare umuhungu wacu
@asdasadd7859
@asdasadd7859 2 жыл бұрын
Welcam Yago turagukunda cane 🥰🥰🥰
@cadet1464
@cadet1464 2 жыл бұрын
Bface👌👌❤️
@didymax2531
@didymax2531 2 жыл бұрын
Bruce Melodie Show arayikora Gusa Abarundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮Bamworohereze kbx bareke kuzana amatiku no kuzura akaboze
@jeannettentakirutimana2709
@jeannettentakirutimana2709 2 жыл бұрын
Yago karibu cane Sha naho mubabaye mukomere
@anaclethabonimana2601
@anaclethabonimana2601 2 жыл бұрын
Imana imugirire neza vyukuri afise ivyiyumviro bikomeye cane!
@kennia_ivuganeza9667
@kennia_ivuganeza9667 2 жыл бұрын
Yago kaze muburundi iwacu turagukunda caneeeee💃💃💃💃
@mfurakazidiammond8520
@mfurakazidiammond8520 2 жыл бұрын
Bface hejuru cyane
@karangwaibrahim
@karangwaibrahim 2 жыл бұрын
Ntakindi nafuga urets thx yahoo💕👌❤️❤️❤️🙏
@claudette12tuyisenge83
@claudette12tuyisenge83 2 жыл бұрын
Yago na briane turabakundamwese nubwohajewenenge mutubanarire 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@davidniyankuru8469
@davidniyankuru8469 2 жыл бұрын
...bro Yaga TV, ndumva ibibazo urimwo ubaza B Face ari birebire, ata ruhara canke pouvoir yoguhindura ibiriko bishikira Bruce Melodie. Twese nk'abarundi dukunda kandi dushigikira abahanzi, biratubabaje
@philippestas2231
@philippestas2231 2 жыл бұрын
Yago et Dj briane mwihangane, gusa dusengere Mélodie namwe mwese kugira muzotahuke amahoro. ntakindi nobifuriza 🤔🤔🙄🙄😏😏
@djamilaniwenshuti1924
@djamilaniwenshuti1924 2 жыл бұрын
Abanyabujumbura nabanyamashyari. Babona ko irwanda rwabarenze cyane. Bashaka gutwika nabo ngo bagaragare. Bakoresheje rero event ya Bruce melody ngo bagaragare
@nihonata7143
@nihonata7143 2 жыл бұрын
Toka ntaco muturusha
@uwizigiyimanaannemarie9587
@uwizigiyimanaannemarie9587 2 жыл бұрын
Yago murakaza neza iwacu nubwo tutishimye nkuko twavyipfuza ❤🙏
@erichavyarimana6379
@erichavyarimana6379 2 жыл бұрын
B-Face 🇲🇼🇲🇼💕💕
@freddymanirakiza8254
@freddymanirakiza8254 2 жыл бұрын
Uvuze ukuri imana iguhe umugisha
@anealane7313
@anealane7313 2 жыл бұрын
Nukuri naje vyambabaj cane gutukisha umuntu bene karya kagene gusa ntibizomubuza Kuba melodi toujour muburundi turamukunda
@cecile2029
@cecile2029 2 жыл бұрын
B face turagukunda hano murwanda❤️
@دانيكرير
@دانيكرير 2 жыл бұрын
Yoooooo yagooooo Bujumbura ndaguhonvye disi
@sandra2ahishakiye72
@sandra2ahishakiye72 2 жыл бұрын
Naho ivyo bitobay yaba Bruce yab uwusab utwiwe tuzofa tuyasige muga kureka kuriha Uzi ko naw abakeney umusaruro sibwo bwenge kuko namw ndazi bagutumiye gukora ntibaguhe udufarang twawe wobabara yarakwiy kwitunganya hakiri kare n'Imana idusaba kwitunganya burigihe coose.
@nshimirimanaemmanueline3410
@nshimirimanaemmanueline3410 2 жыл бұрын
Respect b fc
@funs2108
@funs2108 2 жыл бұрын
B face juuuuu
@nduwimanachristian6638
@nduwimanachristian6638 2 жыл бұрын
Banyarwanda mwihangane natwe turababaye cane😭😭😭
@ericmwungere8195
@ericmwungere8195 2 жыл бұрын
👌 B face
Don’t Choose The Wrong Box 😱
00:41
Topper Guild
Рет қаралды 62 МЛН
Quando A Diferença De Altura É Muito Grande 😲😂
00:12
Mari Maria
Рет қаралды 45 МЛН
1% vs 100% #beatbox #tiktok
01:10
BeatboxJCOP
Рет қаралды 67 МЛН
NUWAMANYA:NDASHIMIRA H.E PAUL KAGAME KUBERA UBWENEGIHUGU NAHAWE🙏
33:51
REMY:URUSENGERO RWARAMBABAJE CYANE!! BAREKE UBUBESHI KUBANTU !!
41:17