No video

B-Face Nakababaro Kenshi😭Umviriza Ibibazi Barimwo na DRAMA-T Muri Kino Kiganiro/Yafuse Amajwi Yanje💔

  Рет қаралды 18,116

Star TV257

Star TV257

Күн бұрын

#bface , #dramat , #burundi

Пікірлер: 55
@user-mk2qc8wq7o
@user-mk2qc8wq7o 9 ай бұрын
B fac naze arahanura ivyobipet❤
@user-bb1ld7nd2p
@user-bb1ld7nd2p 9 ай бұрын
Igikuru nu kuvikana gusa dramat yarakoze ikosa b Face urumugabo wakoze ikibereye peee dramat gabanya kugara kuko ntaho bishira 💞💞💞🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇰🇷🇰🇷🇰🇷🇰🇷🇰🇷🇰🇷
@leilaprinciaishimwe191
@leilaprinciaishimwe191 9 ай бұрын
Ikosa ryiki none? Ntafise uburenganzire bwo gukor ico ashak mu ndirimbo yiw
@user-jw8lr8dm5m
@user-jw8lr8dm5m 9 ай бұрын
B face urumugabo tura❤
@FranckIrakoze-cl4dn
@FranckIrakoze-cl4dn 9 ай бұрын
Burya mwebw aba fana muzoze mwumviriza ukuri
@libertnizigiyimana7392
@libertnizigiyimana7392 9 ай бұрын
Uyo musaza nareke inzigo umwana akure abe hit B face afta inzigo yuko umwana ariko arya hit
@melchiadendayambaje7306
@melchiadendayambaje7306 9 ай бұрын
Iyo mudashira kino kiganiro hano nari namaze kujana nyabahururu. B.Face n umugabo wo kw itsitso nawe nyen aho ari avyumve reka turindire ibizova kwa Drama t niho tuzomenya ukuri tugize combinaison.❤
@yyyyujdhdh6722
@yyyyujdhdh6722 9 ай бұрын
Nubwo biruko b face turamwera cne❤❤❤gus babiyage bihere kuk Drama t ni mutoyi kur rap yudah ✌👌💪💪
@FranckIrakoze-cl4dn
@FranckIrakoze-cl4dn 9 ай бұрын
Kumwemera sibibi twes turamwemera gus aha hantu yarakoze ikosa
@LionnelIrakoze-tr6mc
@LionnelIrakoze-tr6mc 9 ай бұрын
naho biruko B face turamwemera
@stitore2388
@stitore2388 Ай бұрын
B face musaza courage wubahwe
@uwinezajohara8362
@uwinezajohara8362 9 ай бұрын
Drama T yisubireko asigaye yibina ko ari gihangange
@kamilgadobvs8112
@kamilgadobvs8112 9 ай бұрын
None umuntu ntafise uburenganzira bwo gukora icashaka mundirimbo yiwe ahubwo bigaragara ko b-face ashaka kwenena kubandi niba imisitari yaramuheranye akaba abona utokwikorana hit nahige uwumwandikira imisitari niba imigani yaramuheranye niyicare hasi atekane😂
@jeanpaulniyoyunguruza2890
@jeanpaulniyoyunguruza2890 9 ай бұрын
Oya reka b face NIWE muntu yitonda adashaka gushwana nabantu kiretse umusotoye
@jaywinner5
@jaywinner5 9 ай бұрын
B.face niwubahwe cane kwer uwomupeti avyimba umutwe azoba nk olegue🙏🙏🙏
@emmanuelngendakumana3361
@emmanuelngendakumana3361 9 ай бұрын
B-Face Avuga neza☑️
@duraduura3726
@duraduura3726 9 ай бұрын
Jewe muraryohera nukuri jewe dazi katazigo irimwo
@user-zz1lj4mx8c
@user-zz1lj4mx8c 9 ай бұрын
B face soit l'aîné de la famille musicale entre toi et DramaT
@nestacassperhakiza5910
@nestacassperhakiza5910 9 ай бұрын
B Face nubwo ndagukunda,aha warahihendeye,Drama T arimukuri , Projet yarigwiwe,mwaretse kugwanira ivyubahiro mukareka umwumvikano uri hagati yanyu ugatsinda
@yusrairakoze3966
@yusrairakoze3966 9 ай бұрын
Muzoze muvugisha ukuri nukuri drama t afise amakosa ko yariyanse yarikureka kumukuramwo kuko igihe ayimuhamagaramwo yarabonako batokorana rero b face avugavyo kimwe drama t niyisubireko ntavyimbe kuko ntaho arashika
@user-cx1jl5ek4x
@user-cx1jl5ek4x 9 ай бұрын
Oyaaa drama t. yaragutanze
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 9 ай бұрын
Wooooa barabure ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@nduwayojando4170
@nduwayojando4170 9 ай бұрын
B face ndakwemera
@user-bz4df1kc8m
@user-bz4df1kc8m 8 ай бұрын
Bonoooo drame t
@AlphaRoxaneIneza-pr4xl
@AlphaRoxaneIneza-pr4xl 9 ай бұрын
B face tur❤❤❤
@user-ul7ri4fh8m
@user-ul7ri4fh8m 9 ай бұрын
Bivanye namajambo yishuye birumvikana ko indirimbo ariya drama t. Nareka agashavu sirwiw.
@SebentuValeurconsolee
@SebentuValeurconsolee 3 ай бұрын
B fac. Zuraha imico ivyobipeti bikumenyera mn
@ZawadiElany
@ZawadiElany 9 ай бұрын
B face aracari uwamber drama t imisi yose yaman induru
@manudiofficial
@manudiofficial 9 ай бұрын
Drama T izonduro mumutera niyo promotion ikomeye gusumba izindi zose
@user-ls8vw4gj8b
@user-ls8vw4gj8b 3 ай бұрын
Taramati ntavyiza
@user-jd7cz6ee1c
@user-jd7cz6ee1c 9 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤
@Ngendakumanjuir
@Ngendakumanjuir 9 ай бұрын
B fac dramati yibuke koyavuny amashir atandat
@Niyukurieri-tf5ii
@Niyukurieri-tf5ii 9 ай бұрын
Nubw biruk B fac turamukund
@user-zz1lj4mx8c
@user-zz1lj4mx8c 9 ай бұрын
B face n Drama T ndasavye mukundane muri sérieux vous tous peut être que aribihe ni satani muyigwanye vrt mugume uko mwahora
@FranckIrakoze-cl4dn
@FranckIrakoze-cl4dn 9 ай бұрын
Izo korabo z'ubugenzi nizo drama T atanipfuza
@mememet-bburundi
@mememet-bburundi 9 ай бұрын
Drama-t ari muyabiraaa ndak
@manudiofficial
@manudiofficial 9 ай бұрын
Bac’umigani mukirundi bati umwana yankwa niw’akura kukise utosanga na b face yarakoze amakosa erega nawe s’ishasha media nigaka igir’ukuri ntawuzi ukuri gufatika hagati yabo ukwo Ari 2
@user-lm2cy4je7m
@user-lm2cy4je7m 9 ай бұрын
b fce yubahwe aracaruwamber
@IrakozeEmeryne
@IrakozeEmeryne 9 ай бұрын
Mupfubusa ntanzirimw
@user-pv9cg3fv9m
@user-pv9cg3fv9m 9 ай бұрын
B face numutama wacuu yubahw dramati numwana wejo utwo nuturaso tumuhenda
@cubahirodadyqueen4560
@cubahirodadyqueen4560 9 ай бұрын
Muje kuraba New song ya drama t muramenya ico bapfa
@jacksonnimubona6991
@jacksonnimubona6991 9 ай бұрын
Ushaka kwubahwa banza nawe wubahe abandi, nta muntu ari hejuru y’uwundi , kwiyemera bituma umuntu atakaza igikundiro , mureke kuza murisuzuguza
@VanessaAkimana-cl6kd
@VanessaAkimana-cl6kd 9 ай бұрын
B face ndagukund rekan nabobabn
@SamuelBarumbanze
@SamuelBarumbanze 9 ай бұрын
Yashaka gukwiza 1million vieus?
@Lewis-lw3dt
@Lewis-lw3dt 9 ай бұрын
Gukuga ntibiteb ndak aharero arabon kwarenz atanumwaka amaze ndak
@jeanpaulniyoyunguruza2890
@jeanpaulniyoyunguruza2890 9 ай бұрын
B face NIWE muntu yitonda adashaka gushwana nabantu kiretse umusotoye
@FaustinBizimungu-wq2vh
@FaustinBizimungu-wq2vh 9 ай бұрын
B face ntakosa afis kndi yanka uwumusotora
@CityCity-kz3yx
@CityCity-kz3yx 9 ай бұрын
Girukwishaka yubahwe
@user-pv9cg3fv9m
@user-pv9cg3fv9m 9 ай бұрын
Tugarutse niyo ndirimbo yakoze ntinashemeye vrt
@Abdoulnsengiyumva
@Abdoulnsengiyumva 9 ай бұрын
Dramat numubon
@johnnshimirimana6053
@johnnshimirimana6053 9 ай бұрын
Tuze dutahura uyu mutype B face Ibi bintu avuga harimwo nikpanuro kuko uyu mupetit ariko yitwara nabi caane Gose Dramati
@queeniesamantha54
@queeniesamantha54 9 ай бұрын
✌️✌️✌️✌️✌️✌️🇧🇮🤣🤣🤣
@SBWorld17
@SBWorld17 9 ай бұрын
Immaturité yuzuye😂
@LionnelIrakoze-tr6mc
@LionnelIrakoze-tr6mc 9 ай бұрын
naho biruko B face turamwemera
Ik Heb Aardbeien Gemaakt Van Kip🍓🐔😋
00:41
Cool Tool SHORTS Netherlands
Рет қаралды 9 МЛН
娜美这是在浪费食物 #路飞#海贼王
00:20
路飞与唐舞桐
Рет қаралды 5 МЛН
Just Give me my Money!
00:18
GL Show Russian
Рет қаралды 539 М.
Schoolboy Runaway в реальной жизни🤣@onLI_gAmeS
00:31
МишАня
Рет қаралды 4 МЛН
INZIRA Y'UMUSARABA EP 45 (IRIBAGIZA ) Ibintu bigomba kumenyekana
32:13
Ik Heb Aardbeien Gemaakt Van Kip🍓🐔😋
00:41
Cool Tool SHORTS Netherlands
Рет қаралды 9 МЛН