B-FACE Yagize Ikibazo Kidasanzwe Umviriza Uno Mubabaro Urangwa Muri Bano Bakunzi Biwe/Juste Gaël....

  Рет қаралды 2,451

Star TV257

2 ай бұрын

#bfaceontheflow , #startv257 , #bestexclusivenews

Пікірлер: 26
@Nestor800
@Nestor800 2 ай бұрын
Gael yagize nabi nigihe b face umukuru wigihugu amuha ijambo ntabwo barimwatse kurya
@Chaddy257
@Chaddy257 2 ай бұрын
Gael nagire ico yubaha kuko ntabwo yar kuzana akajagari kuba Legend bacu kuko B face ntiyari bwaheze knd umwanya wiwe ntiwaribwahere ikindi Lolilo ntiyabaye akikurikiranwa neza kandundura na Sat b ntiyabaye akiririmba knd afise indirimbo nshasha vyasabako Ayo perfominga😢😢😢😢
@Nestor800
@Nestor800 2 ай бұрын
Aho naje kwr gael nzorindapfa ntasubiye kumwiyumvamwo
@JanetWimanaa
@JanetWimanaa 2 ай бұрын
Gaél nazarubaha kuko bfc afisabafana beshi kadibamukunda
@IduhangazePrince-pp3pn
@IduhangazePrince-pp3pn 2 ай бұрын
Umufana Wes akurikira Umu artiste Wiw Knd Naho Umu Star Wiw Yoja Mumakosa ntavyemeraaa!! Avuga ko bamubeshey!! WEWE kuriko uvuga Ngo turi iburayi!!ntamwanya baryaaa Erga Hariya Siwacu!!! Iwacu niho twidagaturaa
@Sam-mr2go
@Sam-mr2go 2 ай бұрын
Urimvugakuri kwer b face nta 20min yaririmvye
@BuruceIrakoze
@BuruceIrakoze 2 ай бұрын
Shaa abantu bavyishe .ni ABA organisateurs, vichou, na Kirikou bakoresheje nka 2 h Ari babiri gusaa
@HerveMuhimpundu
@HerveMuhimpundu 2 ай бұрын
Star boy icatumy vyos biba habiz abantu baharura amasaha non aba artists 30 nimb baririmba 20min uwamber akaba yagiye kuri stage mum 14h uharuye wumva vyarikuvamwo ab artist 30 bar bakeney 600min naho nyen harabayirenza rero B face nta kosa afis ahubw nibasabane imbabaz gukora amakosa birabaho knd ntawudakosha ✌🏼
@salvatormajambere5984
@salvatormajambere5984 2 ай бұрын
Abarundi twig gukundan nogufashany
@queenieSamantha544
@queenieSamantha544 21 күн бұрын
✌️✌️✌️✌️✌️🇧🇮
@BizimanaDivin
@BizimanaDivin 2 ай бұрын
Ub hagezweho Gael abarund turagoy
@loic_niyonkuru9021
@loic_niyonkuru9021 2 ай бұрын
Ikibazo Ca Ba star kiracagorany kl hamw naba fan biw @Starboy burya harya ikosa ntabwo ar Gael kuko ntabwo event yar ya Bface naba fan biw gsa vyagenz uko vyabwirizwa kugenda ntakintu gitangaj nkokubona umu star atazi kwubahiriza iyaba bishoboka baguha 30min woririmba nka 20min kuko gikuru nuko uba winjij kandi wubahirij ibisabwa
@PacifiqueNiyombabazi
@PacifiqueNiyombabazi 2 ай бұрын
Sha gusa ivya lolilo birateye ikigongwe,ese gutangura neza ugahereza nabi
@Bellingham6225
@Bellingham6225 2 ай бұрын
The sheep🔥🔥🔥
@anicetniyonkuru5373
@anicetniyonkuru5373 2 ай бұрын
Ikibazo ntabwo ari B face ikibazo cavuye kubateguye igiteramo batakoresheje umwanya neza. aba MC batwaye umwanya munini cane hariho amajambo bavuga meshi atarakenewe.ikindi naco abaririmvyi baririmvy ubwa1 ntibubahirije umwanya.notanga nk'akarorero kur vichou,j naraharuye neza yaririmvy 40min kandi ntawigez amukura kur stage.
@NiyorugiraGeorge
@NiyorugiraGeorge 2 ай бұрын
Gayle yagize amakosa najendamwase kbx
@NijimbereGREGOIRE-u4u
@NijimbereGREGOIRE-u4u 2 ай бұрын
Ndabaramukije nn uwusanzwe akoresha TV umukubito ayomakosa bamwagiriza yayakozeyisunziki akaba arimumakosa yosaba imbabazi😂
@ZeehShuku
@ZeehShuku 2 ай бұрын
B face hejuru
@Each-Boy_wahezagiwe
@Each-Boy_wahezagiwe 2 ай бұрын
Gaël nasab ikigorwe kbx
@HabonimanaSylvestre
@HabonimanaSylvestre 2 ай бұрын
Nairobi turikumwe
@BambisClassicofficial
@BambisClassicofficial 2 ай бұрын
Kbx
@ZeehShuku
@ZeehShuku 2 ай бұрын
Ntakundi vyarikugenda
@agnessBwalya-gz4bu
@agnessBwalya-gz4bu 2 ай бұрын
Uyo ariko aradebagura iyombwa bivuzeko b face afise izina gusumba sat b atigeze aririmba imbwa iwe tomba uso
@benjaminhavyarimana9479
@benjaminhavyarimana9479 2 ай бұрын
ABA star bacu ntibiyubaha kuk bakubwiye ko wahejj nta kugumuka
@Sam-mr2go
@Sam-mr2go 2 ай бұрын
Vaho burya abandi barubahirije 'umwanya
Life hack 😂 Watermelon magic box! #shorts by Leisi Crazy
00:17
Leisi Crazy
Рет қаралды 80 МЛН
REAL 3D brush can draw grass Life Hack #shorts #lifehacks
00:42
MrMaximus
Рет қаралды 10 МЛН
Сюрприз для Златы на день рождения
00:10
Victoria Portfolio
Рет қаралды 1,9 МЛН
Крутой фокус + секрет! #shorts
00:10
Роман Magic
Рет қаралды 41 МЛН
Life hack 😂 Watermelon magic box! #shorts by Leisi Crazy
00:17
Leisi Crazy
Рет қаралды 80 МЛН