Nyinyi sijuw fikra za watu ziko aje muvuze igisagara ça Bujumbura ntibokworora kandi umukuru w igihugu nawe akavuga tworore inkwavu igihugu cose, ibiyabu n imbwa hako biba aha mu gisagara ntitwotuma tworora ibiduha inyama, jew umengo sindabitahura neza ivyo vyiyumviro