Bavuga ko Ndi Umurundi waje kwamamaza Kagame 😳Ninshaka sinzasubirayo😳Dr claude aciye amazimwe🙆‍♂️

  Рет қаралды 14,912

MIE EMPIRE

MIE EMPIRE

Күн бұрын

Пікірлер: 95
@richar-damissi
@richar-damissi Күн бұрын
Mbega ikigugu cumugabo Birunvikana Claude numurundi Ari agomb guhindur ururimi adedemba ikinyarwanda ABARUNDI turi abasirwa basangwa🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤❤❤
@GuillaumeMusonerwa-it9sw
@GuillaumeMusonerwa-it9sw Күн бұрын
Bavyita imbura bugirire.
@therockn1666
@therockn1666 16 сағат бұрын
ahubwo wowe ufite ikibazo kihariye ururimi sirwo nationalité vana uburofa aho
@emmanuelinenibogora715
@emmanuelinenibogora715 9 сағат бұрын
Bigutwayiki wew?
@abizeyejeanbosco369
@abizeyejeanbosco369 7 сағат бұрын
Erega ku muririmbira si caha ahubwo ikibazo ninjiji ziriyo uwo ni umuhanzi nta mpamvu yo kwinjira mu mafuti yi wabo ino nta murundi tugirako ikibazo ariko iwabo bafise imitima yashize ariko nabo nyene sibose kuko nabo barabangamiwe ni ndongozi ziriyo
@NingenzaBelami
@NingenzaBelami 53 минут бұрын
Wasanga avuka kubavyeyi bombi babanyarwanda noeho agakurira buja reo ntiwamurenganya ni choice yiwe
@EricMutabazi-c3p
@EricMutabazi-c3p Күн бұрын
Dr Claude wacu ndakwibuka murugunga 2010 mukinamba ufite imodoka yumutuku carina e ndino mumashusho yindirimbo yawe yitwa baramujyanye urumusaza kbs kuva kera ❤❤
@abdullazizmugabo4465
@abdullazizmugabo4465 10 сағат бұрын
Twebwe ntago twagakwiye gushwana tubireke kuko naterambere byavamo 🇷🇼🇷🇼❤🇧🇮🇧🇮
@ferdinandodanielo1
@ferdinandodanielo1 Күн бұрын
Kare uburundi bwari bumeze neza wavugako Uri umurundi ariko kuberako ubona urwanda rumaze guterimbere gusumba uburundi uciye uhindura wiyita umunyarwanda.Bacumugani Batı iyishaje ntawutayigera amahembe.Ubu natwe turagutegereje reka dusengere uburundi bwacu butera imbere.Kandi wibuke wamugani baca bati ntawanka kwonka nyina ngo arwaye amahere.
@PresciousAmiel
@PresciousAmiel Күн бұрын
Ntago basengera igihugu ngo gitere imbere. Ahubwo barakora igihugu kigatera imbere. 🇧🇮 Abarundi mwabaye mute
@chadrackmahoro4944
@chadrackmahoro4944 22 сағат бұрын
Home is home, amazi arashuha....
@PeaceJessica
@PeaceJessica Күн бұрын
Wow wow wow wow niwanyu Kbis akuache my brother Kalibu kwenu
@Hilaire-u3l
@Hilaire-u3l 13 сағат бұрын
Dr Claude,the Legend ❤❤
@DenisIratumejereje-g9e
@DenisIratumejereje-g9e Күн бұрын
Uburundi nu gwanda one love umuntumumwe amaraso amwe so uri mumurundi canke umunyagwanda je nkumurundi ntakibazo iconzi twe naba nyagwanda. One love ✌️
@DenisIratumejereje-g9e
@DenisIratumejereje-g9e Күн бұрын
@therockn1666
@therockn1666 16 сағат бұрын
bandika Rwanda apana gwanda
@NishimweChantali
@NishimweChantali Күн бұрын
Nkundijwiryawe Dr
@noeljessy3889
@noeljessy3889 19 сағат бұрын
Irene uranyishe ko ugenda wongera wongera imyaka uragarukirahe😅😅
@BonaneEmmanuel-bm2fc
@BonaneEmmanuel-bm2fc 6 сағат бұрын
Man uyuwe ubundi tukiribato tumuzi kugikara song ni umunyarwanda kweli❤
@ShalomValentinMASHEMA
@ShalomValentinMASHEMA Күн бұрын
❤❤ stay 🇷🇼🇷🇼 sweet home. "Legend"
@SageAcademiaLtd
@SageAcademiaLtd Күн бұрын
Niba ushaka gutegura inyandiko zitandukanye zijyana no gushaka; ishuli, akazi, visa, isoko, ... cg ufite inkuru ijyanye n'amateka yawe ushaka kwandikamo igitabo cyawe cyihariye. Uri kwitegura interview iyo ariyo yose cg uritegura gukora ikizamini cy'ururimi. Nyandikira kuri; zer karindw gatat, iminan ibiri, cumi n gatanu, kabir ebyiri, rimwe. Ubundi tuvugane ngufashe kubitegura kinyamwuga. IMANA IKUGIRIRE NEZA. Murakoze!!!
@belysezidona172
@belysezidona172 Күн бұрын
Boom boom by dr Claude, kararyoshe welcome back muri game dr Claude ✌️
@Tatu_Cool
@Tatu_Cool Күн бұрын
DR CLOUDE NAKUZE NGUFANA MUCH RESPECT 🙏 ❤❤❤
@Inspire7-now
@Inspire7-now 15 сағат бұрын
What’s so lovey on this Man, He’s only got positivity Maximum respect Dr Claude
@UwinezaZawadi-c4r
@UwinezaZawadi-c4r Күн бұрын
Legend ❤❤❤
@alainicishatse4037
@alainicishatse4037 Күн бұрын
Yireneyiren
@Bigenergy94
@Bigenergy94 3 сағат бұрын
Dr Claude ni maco yinda kabisa you tried to serve 2 masters but that's impossible
@nzizacynthia1975
@nzizacynthia1975 Күн бұрын
Irene kuki utamu pinned KZbin channel yiwe.?
@kaberaJoseph-f9w
@kaberaJoseph-f9w Күн бұрын
urakoze cyane kutuzanira uyu mugabo uzatuzanire narafiki
@ntawumuhigaliliane
@ntawumuhigaliliane Күн бұрын
❤❤
@Kigali_Connect
@Kigali_Connect Күн бұрын
harya iyi style yo kwisiga amarangi bayita gute?
@InfoSTUDIOSPro
@InfoSTUDIOSPro Күн бұрын
Lamberto Nyawe👍
@roddyfawaz8167
@roddyfawaz8167 10 сағат бұрын
Noe ndamubaze kwita Umurundi🇧🇮 bigutwaye iki kobikurakaza?!! Uri Umurundi nyene😁
@IradukundaJosianne
@IradukundaJosianne Күн бұрын
Waooo ❤❤❤
@NishimweChantali
@NishimweChantali Күн бұрын
Ndakwemera umusa
@NiyomuremyiYves
@NiyomuremyiYves Күн бұрын
Mie empire hejuru 😮
@mukundwa-ii6bu
@mukundwa-ii6bu Күн бұрын
🇧🇮✊
@Suliman-wm7fz
@Suliman-wm7fz Күн бұрын
Mwiranbire ndanbemerabro
@belysezidona172
@belysezidona172 Күн бұрын
Muhuze na Ezekiel hahite 🔥🔥🔥
@NGA247
@NGA247 7 сағат бұрын
Ese abo bavugako ntakazi Dr afite atunzwe n'umugore ni uwabo niyo Yaba amutunze aramaze birabareba?
@zazo-bmike6082
@zazo-bmike6082 Күн бұрын
Kubaza sibibi bitera kumerya
@imvuraproduction990
@imvuraproduction990 22 сағат бұрын
Hit yawe yarahez ukirimba ikijumbu ugahitinga ubu siko biri kweri uho nutuze bagukome
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 Күн бұрын
Turingaha kwa Ntare rugamba Na Mwezi gisabo turabona ivyu Dedemba ,ntakuntu wokora umuziki wawe udatutse 🇧🇮 nzoba mbona ivyawe uzopfa wangara nka Gahini ,ukwirikira umugore iyagiye burya wew ntakazi ugira aho wirirwa ukwirikira inyo yumugore 😂😂😂😂😂😂😂
@speskeza749
@speskeza749 Күн бұрын
Kuvuga nabi bikungura iki? Kwiyubaha, birakenewe, bituma wubaha abandi. Abarundi turangwa nubuntu, nurupfasoni.
@Muhirwamart
@Muhirwamart Күн бұрын
😍😍😍
@Mango_juice849
@Mango_juice849 Күн бұрын
Ariko menya kata mubwanwa murino mitsi aragatwiko kbs😂😂😂😂
@KhusseinIrakoze
@KhusseinIrakoze Күн бұрын
Bro aka zumu si meza kbs
@UwaseFrancine-on4vd
@UwaseFrancine-on4vd 23 сағат бұрын
Irene ntiyemera atabonye😂😂😂😂😂😂
@G_Kelly-w1s
@G_Kelly-w1s Күн бұрын
Byiza iren
@JohnsonBright-m1p
@JohnsonBright-m1p Күн бұрын
@RuganahePhilibert
@RuganahePhilibert Күн бұрын
Bjr dukumbuye ibihangano bye kbsa
@nduwayomoise6835
@nduwayomoise6835 4 сағат бұрын
Sha wewe dr claude wewe urumutibwe cane vrmmt erega wewe nubundi ntaco warumariye uburundi wamujingawe toka uzogaruka wavuza amavi atanumwe akuraba wamushenziwe
@arstidmadrid7758
@arstidmadrid7758 Күн бұрын
Ari kugerageza kuvuga ikinyarwanda ariko ikirundi Kira domina😂
@NdayiragijeEric-i5r
@NdayiragijeEric-i5r 8 сағат бұрын
Sinarinzi kuri ikigogi kubintu uvuga
@habimanafaradji552
@habimanafaradji552 3 сағат бұрын
Hanze niburundi cg niburayi?
@odilentakirutimana3560
@odilentakirutimana3560 Күн бұрын
Komeza wangare nkagahini igihe kizokubwira twebwe muburundi hagenda umwe hakavuka 100 uratubwira iki? Ntuzogaruke ubundi warumariyiki abarundi kowagiye twahovye iki 😂 twebwe twimereye neza muburundi bwa nyaburunga 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@FATMARAHMA12
@FATMARAHMA12 Күн бұрын
Yew yew iburundi kugaruka nibaze ko utazagaruka pe kk noneho urabizko ntamikino tuzakumesa ww igire ikigugu gose wikuremo ubwenge uhemuke gose usKabon turaho abarundi turagutegereje
@abdullazizmugabo4465
@abdullazizmugabo4465 10 сағат бұрын
rekwa bwire abarundi turi bamwe ahubwo kubishaka wese twabana kurusha nibindi bihugu
@tygauzy
@tygauzy Күн бұрын
Ntawanka konka nyoko ngo nuko agwaye amahere Paul kagame suko bamurya wew nturuta indirimbo ya mkonozi yariribye ati mwana wurwanda reo nawe tekana😂
@Ndoba250
@Ndoba250 Күн бұрын
D'r claude😂😂😂😂😂
@gasasiafabie6548
@gasasiafabie6548 3 сағат бұрын
Umugabo ufite imico myiza
@NduwayezuRomuald
@NduwayezuRomuald Күн бұрын
Irene ubaza nabi uko nuguteranya abarundi nabanyarwanda
@sinzoyihebafidel8050
@sinzoyihebafidel8050 3 сағат бұрын
Ibwa yumugabo uwo mushenzi aho uri mwijuru
@denismuzungu1100
@denismuzungu1100 Күн бұрын
Papa yake 😂😂😂 Kaa kwa Mzee wako wasikuleteye ndak hapo ni kwako manzee
@ruribikiyeeric1399
@ruribikiyeeric1399 Күн бұрын
Asha Dr Claude aratwihakanye kandi tuzi abavyeyi biwe kwl asha arakwiye igihano ! irene uramutubariza ubwo yabaga yaje gusura maman ko atabivuga!🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Yibazako nkubu tutamuzii????
@EricMutabazi-c3p
@EricMutabazi-c3p Күн бұрын
Uraryohera kbs
@luckmantuyisenge5554
@luckmantuyisenge5554 19 сағат бұрын
Iyo ninzara😂
@ButoyiDidace-x8m
@ButoyiDidace-x8m 19 сағат бұрын
Umva man ntavyo wigera uvuga kurumunyarwanda rek kubesha man ikintu mbonye nahor nkubah ariko nkubony nkimbwa imoye
@Musindi736
@Musindi736 Күн бұрын
Noe kuberiki utagira ubwenge bakubaza ibibazo birimwo imitego bawe ukemera kuvyukuri urumva ko utazopfa usubiye gukenera Uburundi ntawukubujije kuba umunyarwanda ariro ukwubaha birakenewe ugira uruta mukuru wawe nziza désire
@shumbushoo
@shumbushoo Күн бұрын
Natinze arko mundemere subscribe kuri iyi FOTO nukuri muraba mukoze p ndabakunda cyane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@ndikumasabodiegovevo9091
@ndikumasabodiegovevo9091 Күн бұрын
Izi nzererezi zabagabo ngo umugore agiye kukazi ugaca umukurikira nukuvugako wew Claude atakazi waba ufise ubeshejweho numugore😂😂😂
@speskeza749
@speskeza749 Күн бұрын
Ngo" umugabo azosiga se na nyina abane numugore wiwe akaramata" rero agomba kujana hose nu mugore wiwe. Ngo havumwe uzotandukanya abo Imana yafatanije.
@songamberetv2219
@songamberetv2219 Күн бұрын
Harya Dr ko waririmbiye CNDD FDD ho vyari vyakugendekeye gute
@PresciousAmiel
@PresciousAmiel Күн бұрын
Yabonye ntakeza ka ba DD
@GuillaumeMusonerwa-it9sw
@GuillaumeMusonerwa-it9sw Күн бұрын
Uduharage ni hatari
@PresciousAmiel
@PresciousAmiel Күн бұрын
@@GuillaumeMusonerwa-it9sw nawe utwawe turahari
@songamberetv2219
@songamberetv2219 22 сағат бұрын
@@PresciousAmiel abarundi ducumugani ngo umugezi wakumazinyota ntuwita ikiziba
@SalomonNdayikeza-f1q
@SalomonNdayikeza-f1q 22 сағат бұрын
Uburundi nigihugu kiryosh kubamw ndaz iyombw yumusan izogaruk atawuyihamagay ​@@PresciousAmiel
@murenzijanvier-cd6pr
@murenzijanvier-cd6pr Күн бұрын
Respect legend
@AnnonciataMukamwiza-l4f
@AnnonciataMukamwiza-l4f Күн бұрын
Nawe wahunze igihugu kubera umunwa urikigwari umugabo ntahunga ibibazo ahubgo ahangana navyo ntago warukwiye kiva iburindi niba ariho uvika vyanyavyo waribuharanire ko bagenzi bawe hatagira akaga bishatse kuvugako wewe utarumurundi pe
@uwamariyagenevieve9555
@uwamariyagenevieve9555 Күн бұрын
Wivuga gutyo afite indangamuntu yurwanda kdi yayifashe kera
@AnnonciataMukamwiza-l4f
@AnnonciataMukamwiza-l4f Күн бұрын
@@uwamariyagenevieve9555 uwsmukoresheje ikiganiro Sasa niwe wanditse umutwe wikinyamakuru nabi mumbabarire
@mpazimpakapatrick3422
@mpazimpakapatrick3422 47 минут бұрын
Rata nakwirukanye
@safarilambert6984
@safarilambert6984 Күн бұрын
Ntuzasubireyo bro bariya batipe bakora ibintu ntabwenge washiduka baguhitanye
@ziidewest9735
@ziidewest9735 Күн бұрын
Genda ubwire dr clode nikijuju amaronko nokwiteranya nibihugu kuber ibintu runaka nirofa nomukinya rwanda nikigogyi ngene kivuga irofa gusa
@Richard-iy8tl
@Richard-iy8tl Күн бұрын
Claude twese turamuzi. Ni umunyarwanda 100%. Gusa, abatundi bakoraga discrimination.
@JimmyGahungu
@JimmyGahungu Күн бұрын
Maman wiwe burya n'umunyarwandakazi?
@GuillaumeMusonerwa-it9sw
@GuillaumeMusonerwa-it9sw Күн бұрын
Nashake Abe umunyarwanda 900% jewe ndunva atakibazo kihari.aba umunyarwanda,aba umurundi vyose ni Sawa.isi si iyacu tuzoyisiga ntiraba iyuva
@mosesvenko8343
@mosesvenko8343 Күн бұрын
Atubwire nziza dezile nimukuruwe
@GuillaumeMusonerwa-it9sw
@GuillaumeMusonerwa-it9sw Күн бұрын
100% Bro.
@delvinmurahanyi3374
@delvinmurahanyi3374 20 сағат бұрын
Shame on you.impoli 😂
Nadia Mukami X Bruce Melodie - KIPEPEO (OFFICIAL VIDEO) SMS SKIZA 6988684 TO 811
4:16
Nadia Mukami #AfricanPopStar
Рет қаралды 54 М.
Which One Is The Best - From Small To Giant #katebrush #shorts
00:17
💩Поу и Поулина ☠️МОЧАТ 😖Хмурых Тварей?!
00:34
Ной Анимация
Рет қаралды 1,8 МЛН
Остановили аттракцион из-за дочки!
00:42
Victoria Portfolio
Рет қаралды 3,5 МЛН
Which One Is The Best - From Small To Giant #katebrush #shorts
00:17