Kubadadanza AMATA mu ma Patisserie baratwishe n'ubu Niko biri baduhenda ngo baduhaye inusu 500ml =1200fr ariko bakaduha 466ml= 1200fr nibadutabare babirabe
@kwizeraassiya4105 Жыл бұрын
Abanyarwanda barafise umutima wa patriotisme. Abatware bamwe bamwe bakora bashira imbere inda zabo no interet y'igihugu. Uvugish'ukuri baca bagufunga.
@kwizeraassiya4105 Жыл бұрын
Les socieetes z'abarundi ntibamenyereye ivya concurance.
@stansiyomana1239 Жыл бұрын
@@kwizeraassiya4105 Ibintu tubivuze ngaha uko biri niho dushobora kumva amabi/ingorane biriko birashikira Uburundi. Kugira ngo umuntu agire amahirwe yo gutsinda muri concurrence loyale et equitable HARI UBWENGE BISABA (buva nko mukwiga amashuri canke uburambe/experience mukazi). Kubera circonstances particulieres z'Uburundi, umugambwe CNDD-FDD warashitse kubutegetsi mugabo ibihangange vyawo atayindi experience bafise atariyo kurugamba gusa. Na prezida Evariste Ndayishimiye yaravuze ingene yagiye kwiga cours du soir kugira ngo aronke diplome universitaire ati KANDI NARIMAZE KURONKA GRADE RYA GISIRIKARE RYA JENERALI KANDI NDI UMWE MUBAHANUZI BAKURU MURI PRESIDENCE. Ati narinkeneye kuronka burya bwenge buri mu mutwe wa professeur wanje. Il y a quand meme une difference entre un general/igihangange qui est rentre du maquis et un autre general qui a etudie dans une academie militaire aho bamwigisha ibishitseko dans l'art militaire. Gutwara igihugu muri 21 eme siecle bisaba kumenya economie, science politiques, theories de developpement,psychologie des masses.... Urabona nk'iyo muri Forum sur le developpement abahinga bamwe bariko barasigura ibintu utogira ngo ni ibihanitse rwose HARI INDONGOZI ZIBA ZUMVISE IVYO BINTU UBWAMBERE. LES BURUNDAIS NE SE SONT PAS PREPARES POUR LA CONCURRENCE AU BURUNDI OU AU SEIN DE L'EAST AFRICAN COMMUNITY OU DANS L'EXPORT DE LEURS PRODUITS POUR GAGNER DES DEVISES.
None BBN ko iraba ivyo gusa nimubabwire badutabare kuba dadanza AMATA ku Mabido no kubayanywa kubirahuri ntibikwiye inusu
@Topnews6148 Жыл бұрын
😂😂😂turakwiye ariko gushiramwo n'akenge na gake muvyo aba bantu bavuga! Baravuga des théories umengo n'ibindi barimwo! Urazi ukuntu formule natanze yo gukora OMO yabananiye ngo nta normes yayo bafise,none bashaka ko ari jewe nza kuyibaronderera?😂