Benshi bagiye gupfa mu BURUNDI💔😭ngiyi impamvu//bacanweho umuriro mubasengere cyane💔😭 ubu ni uhanuzi

  Рет қаралды 10,036

IHUMURE TV

IHUMURE TV

26 күн бұрын

/ header_photo
tvCZaMbgSl...
Kanda SUBSCRIBE ukore SHARE ku Bantu bose.
(Ihuriro ry'ubutumwa bwiza buhumuriza umutima}
Mwatuvugisha kuri 0788347197. 0788605044. 0728222220
Mwifuza gushyigikira Umurimo dukora w’Ivugabutumwa nokutwungura
Inama ndetse n’ibitecyerezo byanyu n’inyunganizi.
Ubane natwe mu Biganiro byiza by’Ijambo ry’Imana.
Tukugezaho ibiganiro byiza kandi
1. UMUHANUZI NYAWE.
2. IHUMURE.
3. UMUHANZI N’UBUHANZI.
4. IJAMBO RY’UKURI RIBATURA.
5. UBUZIMA BWIZA N’IMIBEREHO MYIZA K’UMU KIRISTO.
Turikumwe n’Abakozi b’Imana bafite Inyigisho nziza Cyane aho
usobanukirwa Ibyanditswe,
Ubuhanuzi ,Amateka ,Ubuhamya,Indirimbo,Ibiterane.
Ndetse n’amahame nyayo yo Mugakiza.
Ndetse Ukanasobanukirwa Misiyo yazanye YESU Mu isi.
Ndetse Usobanukirwe Isezerano rya Kera n’Isezerano Rishya.
TURAKUGEZAHO N’INKURU ZITANDUKANYE KU Kinyamakuru cya
GIKIRISITO cyitwa WWW.IHUMURE.RW.
Imana ibahe umugisha Murakoze Turabakunda.
#IkuzoEmmy_0788347197_0788605044_0728222220_IHUMURE_TV_ / header_photo

Пікірлер: 41
@user-kj1sl7yd1j
@user-kj1sl7yd1j 23 күн бұрын
Hewe mwijuru har,Imana imwe yahindura kuri ezekiya, agiye gupfa,agasenga,yibutsa Imana ivyo.yakoze,igatuma esaya uti mubwire ko yongewe 15ans,iracahari kandi irakunda abarundi nuburundi,ivyo satani.agambira vyose,kuburundi Imana ibihinduye ubusa,kuko haracariho abagororotsi ,batake ijoro numurango.muhumure
@user-yv1pd8hj2y
@user-yv1pd8hj2y 19 күн бұрын
Imana idutabare akokabi kumurwanizi
@nayebaredinnah3455
@nayebaredinnah3455 25 күн бұрын
Iburundi dufite amahoro Turashima uwiteka Imana Iraturinze cyane kandi ahabwe Icyubahiro cyinshi cyane Mushumba Deni ndakuzi Uri umuturanyi uvuka icyangugu ariko mbere yuko Imana Ikwereka Ibyi Burundi wakabanje kubona ibyi wawe murugo naho uvuka ikakwereka ibyaho usenjyera Igakurukizaho ibyo mugihugu cyawe Ukabona kubona Ibyiburundi Iburundi ntakintu kidasanzwe kizahaba twebwe turasennjyera African Imigambi yasatani Igomba kuburizwamo mwizina rya Yesu Kristo
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira 23 күн бұрын
Iyo mpwemu ikuvugiyemwo siyo Mlle Nayebare we. Ako kazina kawe n agahimbano, wewe uri interahamwe ntabwo uri n umurundi wewe ! Ureke kurwanya Umwuka Wera utazopfa nabi nka Zedekiya
@havugimanajeanmarievianney5382
@havugimanajeanmarievianney5382 23 күн бұрын
Urakoze gusubiza iyi nkozi y'ibibi. Yezu yakayubwiye ngo iyo inda iyibyara ivamo aho kuvukora kubeshya ifite uwayitumye kwica! Abarundi bacunge neza iyi ngegera nitera muzayivune bwa mbere.
@Faveur_de_Dieu
@Faveur_de_Dieu 24 күн бұрын
Uhoraho hoza amarira y'abarundi. Bamare agahinda. Ambura uwo mwambaro ucitse . Umuryango musha wuguruke. Kora iyo mirimo misha i Burundi turayikeneye Mwami
@user-hn1sf7qz5v
@user-hn1sf7qz5v 23 күн бұрын
Ingene gikanaguzwa , uragaa, Uburundi si level yawe wangegera w
@bozemwangangi1111
@bozemwangangi1111 24 күн бұрын
Mujye muhanura ibyiwanyu mureke amagambo mubihigu byabandi iwanyu ntacyo mufite cyokuhanura
@SamsonHabarurema
@SamsonHabarurema 21 күн бұрын
Arabura kubarira benewabo akaza gutumutwe ngaha
@dianekaneza7311
@dianekaneza7311 21 күн бұрын
Ivyowifuza kugihugu c'Iburundi ko bihashika uzobirorera ubibure kuko dufise Imana yuzuye imbabazi nurukundo rwishi ayomajambo uvuze yose tuyahinduye ubusa mwizina rya Yesu Kristo
@fideskaneza7947
@fideskaneza7947 23 күн бұрын
Reka kubesha. Imana irakunda.cane uburundi Vuga ibikuraba
@inesmizero8015
@inesmizero8015 22 күн бұрын
Musome umuhanuzi Ozeya 11,1-4.8-9 Mwumve Imana Yukuri Ivyo Ivuga. Mureke gukurikira ubuhanuzi bwa sekibi kubera yo numwicanyi kandi yanka muntu.
@chantalmboningabira3751
@chantalmboningabira3751 22 күн бұрын
sekibi serupfu sekinyoma wiyita imana urimbura abantu ndagusambuye mw'Izina rya Yezu Kristu. uri igicibwa uri ikivume, ivyo wapanga kug'igihugu c'Uburundi vyose ndabisambuye mw'Izina rya Yezu Kristu. genda ja munyenga y'amahonero iyo waciriwe, ja munyenga y'irimbukiro waratsinzwe sekibi. ivyo uhanuye vyose ndabirimbuje Amaraso Meranda ya Yezu Kristu Umukama wacu. Amen
@gracentirampeba604
@gracentirampeba604 22 күн бұрын
Amen
@ntuyahagamichel2574
@ntuyahagamichel2574 19 күн бұрын
Urwanda rwanyu rworwo k'utaruvugako
@leonidashakizimana9210
@leonidashakizimana9210 24 күн бұрын
Uwiteka aguhezagire.
@laurentroyce
@laurentroyce 22 күн бұрын
Uwo yagutumy genda umuhanurire ugasanga wabuz ico ukora genda uryam cank wiyahure
@user-th8ty4ev2f
@user-th8ty4ev2f 22 күн бұрын
Bukura uburofa ngaho lmana yacu irakomeye
@odettekabaya4739
@odettekabaya4739 25 күн бұрын
Muzigupapira mureke uburundi mubuhe amahoro
@user-dm4qn6nd9g
@user-dm4qn6nd9g 22 күн бұрын
Ntamusinumwe muhanura ivyiza kuburundikubeerikk?tekana abarundi ni gihugu cisesezerano natwe turasenga ubuhanuzibAnyu bwatsitaza abantu
@SamsonHabarurema
@SamsonHabarurema 21 күн бұрын
Hhhhhh teshwute vugivyiwanyu irwanda ureke kudebagura ngaha
@enockirashoboye9862
@enockirashoboye9862 23 күн бұрын
Ariko Ninde Yabaroze? Burya Umuvyeyi Agiye Kuvyara Wosenga Ubuzako Ibise Biza? Uburundi Nigihugu Catoranijwe Ntagishobora Guhindura Umugambi w'Imana. Ahubwo Ibise Nibigwire Umwanya Wisezerano Avuke.
@enockirashoboye9862
@enockirashoboye9862 23 күн бұрын
Ahubwo Nimwihane Muvemungesombi Kuko UHORAHO Araje Vuba.
@inesmizero8015
@inesmizero8015 23 күн бұрын
Imana ni Umuremyi ntiyica Irakiza,hari umuvyeyi murabona yica umwana wiwe? Ko umuntu yaremwe n' Imana mwishusho Yayo atokwica umwana wiwe mubona umuntu asumvya ubuvyeyi Imana Yamurememye? Bantu mugire Ukwemera musome ijambo rya Imana mureke gukurikira ubuhanuzi bwibinyoma bwa sekibi ,sekinyoma ibateza ubwoba. Imana ni Data wa Twese kandi iradukunda twese. imigambi yose sekibi itegura kugihugu c'uburundi irimbuke MWIZINA RYA YEZU KRISTU MWAMI
@chantalmboningabira3751
@chantalmboningabira3751 22 күн бұрын
Egooo
@fideskaneza7947
@fideskaneza7947 23 күн бұрын
Tu es vaincus au nom de Jésus
@AsiaBeond-lo6gs
@AsiaBeond-lo6gs 23 күн бұрын
Uburundi twaragowe umuya urimope
@CelleStinaDlakadla
@CelleStinaDlakadla 25 күн бұрын
Icyo urwanda tuteganya kuburundi
@kaemayamuti9000
@kaemayamuti9000 25 күн бұрын
MBONA ABANYA CYANGUGU ARIBO BARIKUZANA ABADAYIMONI MUGIHUGU CYACU KABISA
@havugimanajeanmarievianney5382
@havugimanajeanmarievianney5382 23 күн бұрын
Wa nyagabirama we ntiwasanga ufatanije na bagashakabuhake uri gutegura intambara nkabya yindi ya Isreal bari kwica abo muri palestina. Gipfa ntibikigombera ubuhanzi mwa ngegera mwe. Ufashe ugakandwa wavuga uwo ukorera wo gatwikwa na shitani ugukoresha. Kuki mwifuriza abandi inabi. Nk'uko america itigera yifuriza ikiza uburusiya. Ni ubugande bwagutumye, nu ruto wagutumye cg ni igihugu uvukamo cyagutumye kubera ko cyenda gutera.
@user-jl5pr9gx9n
@user-jl5pr9gx9n 21 күн бұрын
Hari abantu bama bantwenza muvyo bavuga. Ngo Imana ikunda uburundi sindavyanse. Mbe none uburundi nibwo Imana ikunda bwonyene? Nimba ibukunda kurusha ibindi bihugu ni kuki bukena ibindi bihugu bigatunga, uburundi bugatwarwa nabi ibindi bitwawe neza? Sinshatse kuvuga ko nshigikiye uwu muvugishwa wibinyoma ariko ba mwemera ico muri niho muzokira. Nayo kwama muvuga ko uburundi ari eden bukaba bumeze uku ntaho tuva ntaho tuja
@SamsonHabarurema
@SamsonHabarurema 21 күн бұрын
Ivyovyo simpamvu
@user-eo8od4yg7g
@user-eo8od4yg7g 25 күн бұрын
Muta kuriterabwoba ngaho kugihugu cacu wewe aho urabuze ikibazo nakimwe canke ivyusengera wokwishurwa canke ushaka nyakwubahwa wanyu paul Kagame akwihere intebe murondere umusabe muburwaneza ureke gusabisha igihugu cacu kuko mwobipfa nimana urabona ingene wikakisha mugusoma ijambo ryimana
@flaviakezimana4596
@flaviakezimana4596 22 күн бұрын
Turabizi ivyubuvuga iyo nintambara urwanda rutegura kuburundi ariko turimaso kalibu.
@user-wt7gl8xw6s
@user-wt7gl8xw6s 22 күн бұрын
Nubeshye urwAnda ruvane mukanwa kae urwanda rugutwayiki
@flaviakezimana4596
@flaviakezimana4596 22 күн бұрын
@@user-wt7gl8xw6s mubwire uyo mwenewanyu avugishwe ivyiwanyu.2015 umunyarwanda Damascene ivyoyizanishije ngo nubuvugishwa ntitwabonye ivyakurikiye
@kaemayamuti9000
@kaemayamuti9000 25 күн бұрын
HAHAHA ARIKO KUKI NTAWURATINYIKA KUVUGA KU MARASO U RWANDA RUMENA MURI CONGO AHUBWO MUKABICURIKA MUBIJYANA I BURUNDI? UMUSESENGUZI KOFFI NIWE WAVUGAGA UGANDA ASHAKA KUVUGA U RWANDA NONE ABAHANUZI NABO NGO UBURUNDI😂😂😂
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira 23 күн бұрын
Abapfukamye igihugu mu nda, bacikoreje urusyo nibo bariko bariyama uyu muvugishwa; yamara muvyemera mutavyemera, abarundi baragowe barakwiye gitabara pe ! 1° igitoro ntaco 2° agasukari ntako 3° amatara ntayo 4° amazi ntayo 5° amadevises ntayo 6° akarenganyo ni kose 7° kunyuruza abantu ni kwose 8° umutekano ntawo 9° ubutunzi bw'igihugu abegereye Never barafyese 10° abarundi 95% barifumbereje 11° abarundi 95% bishwe na kigoyi. None Imana ihinduye ibintu vyoba ari bibi ?
@NdayizeyeViolette
@NdayizeyeViolette 23 күн бұрын
​@@JosephSikogukiraNibavyemere izobikora nyene kndi iyimana igiye gutangura harivyo ibanza gusenya bavyank barek izobikora kndi nitabikora ntakizohinduka ahubwo ibibazo nivyo biziyongera
@JosephineMusavyimana
@JosephineMusavyimana 23 күн бұрын
Uwakuririye KO abarundi bashonje nibande? Itekamitwe rwanyu twararirambiwe imana y uburundi n abarundi iratureba
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira 23 күн бұрын
@@JosephineMusavyimana ahubwo ntibashonje barapfuye. Erega tur abarundi tuvuga ivyo tuzi, tubona. Ngira wewe uri mu bagipfukamye mu nda. Ayo abarundi bagowe ntayo ubona,
Mom's Unique Approach to Teaching Kids Hygiene #shorts
00:16
Fabiosa Stories
Рет қаралды 35 МЛН
لقد سرقت حلوى القطن بشكل خفي لأصنع مصاصة🤫😎
00:33
Cool Tool SHORTS Arabic
Рет қаралды 20 МЛН
Red❤️+Green💚=
00:38
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 86 МЛН
UBUHANUZI / UBUVUGISHWA 20 bwa BEBA Gidiyoni k'UBURUNDI
17:52
IHANGA RYERA RY'IMANA
Рет қаралды 32 М.
Mom's Unique Approach to Teaching Kids Hygiene #shorts
00:16
Fabiosa Stories
Рет қаралды 35 МЛН