BIG FIZZO na SAT-B bahuriye muri Studio ubwambere na THE BEN

  Рет қаралды 73,929

Buja Media

Buja Media

Күн бұрын

Ubwambere Big Fizzo hamwe na SAT-B Bahuriye muri Studio na The Ben mu kiganiro Hit Conection, kuri Buja Fm
#satb
#fizzo
#theben

Пікірлер: 239
@charlotteniyokwizera5464
@charlotteniyokwizera5464 Жыл бұрын
The ben oyeeeee ikaze Burundi 🇧🇮 iwacu ❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@jaypablo
@jaypablo Жыл бұрын
SAT B ndumva ndagukunze caaane kubera ikintu ukoze kukanyuma bagusavye gutanga impanuro kurundi rwaruka ukabanza gutanga ijambo kuri mukuru wawe Big Fizzo 💪🔥 nsanze abakuvuga batakuzi neza, respect my bro Sat b🤞✌️
@sibomanapatrick2474
@sibomanapatrick2474 Жыл бұрын
The ben is the king❤ love from 🇷🇼
@berryyan
@berryyan Жыл бұрын
The ben ❤❤❤ yatumy menya kuririmb Ubu ndaruenz 🎤💪💪
@kram6499
@kram6499 Жыл бұрын
The Ben karibuni kwetu Burundi tunagpenda ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉sana
@Kelalseys
@Kelalseys Жыл бұрын
Wow ndahimbawe n'ingene mubandanya mutwitaho mukuduha ibintu bishasha
@IradukundaEgide-re9yg
@IradukundaEgide-re9yg Жыл бұрын
Big fizzo the ben na sat b turabakunda kbx gus Big fizzo man ni Legend kbx turabiz gus nkunda the ben ukuntu ijwi ryiw ririheju cane ikindi kandi aricisha bugufi kbx tayiga kbx 🇧🇮❤❤🇷🇼 Burundi rwanda tubane hafi nahafi cane bizodufasha mwiterambere ryu music wacu dukundane caaaaane,
@kubwimanadjasmine1802
@kubwimanadjasmine1802 Жыл бұрын
The ben ukwanga nzamwanga💋💋
@francinemunezero8567
@francinemunezero8567 Жыл бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼 Oyeeeeeeeee aba bantu bahuye Mana durabakunda mwese uko muzohura mweseeeee❤️❤️❤️❤️❤️
@kajamberbruce7171
@kajamberbruce7171 Жыл бұрын
🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@ChadrackNiyonyishu-g1w
@ChadrackNiyonyishu-g1w Жыл бұрын
Ok mze Mugani bacire umugani kabisa gusa nsavye collabo yanyu batatu kuko yiwawe na sat b waravuze ko iriho iya iyuw mu Rwandan kandi wakoze kumwumvishako uri legend ham Big up ndabakunda gose my bro mwebwe na sat b mubikora neza Hama imana ibahe kuramba
@Nickan-official
@Nickan-official Жыл бұрын
Big up for you guys ....arik ami ibibintu bisuma ntakuntu muzovyigak bikavamwo by th way u did good things Guy keep up
@ntaganzwajovan5469
@ntaganzwajovan5469 Жыл бұрын
Rwanda and Burundi peace and love ❤❤❤❤❤❤❤ ✌️✌️✌️✌️✌️✌️
@vyuguruzumwangumwereka
@vyuguruzumwangumwereka Жыл бұрын
😂😂😂 Ewe Fizzo gabanya ibigambo! Ngo ntibwitaha? Ngo nta gitaramo cyaba utagitumiwemo? Ko Bruce Melodie yaje Buja agakora igitaramo kandi kikagenda neza? Ni Jean de Dieu nyine mwateye ubwoba iyaba DJ Paulin yari kukugabanya ayo manyama!
@batotokaregeya8752
@batotokaregeya8752 Жыл бұрын
The ben ❤❤❤
@charlotteniyokwizera5464
@charlotteniyokwizera5464 Жыл бұрын
The Ben hejuruuuuuu urankorerumuti oya singusiga ntuzuyibagire
@rwemavedaste-dh8vj
@rwemavedaste-dh8vj Жыл бұрын
Wao iyo couple ni beau badukome amahiti❤ so match.
@misigarojeandedieu1865
@misigarojeandedieu1865 Жыл бұрын
Nataka collabo ..yawa wasani...Big fizzo na the Tiger..the Ben..mwembi ndabakunda...cane..💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💞💞💞💞
@umukunzitv706
@umukunzitv706 Жыл бұрын
Thanks Buja FM turikumwe aho kbs🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@AlexanderNimbona-lj4ln
@AlexanderNimbona-lj4ln Жыл бұрын
👑👑👑💪Bg fizzo tjr
@adolpheniyibizi4252
@adolpheniyibizi4252 Жыл бұрын
The guy is so happy .Have nice stay with your young lady!
@wellarsnkomeje6692
@wellarsnkomeje6692 Жыл бұрын
Siwumva ijwi ryiza ureke babandi bibishegu😂
@patricknshimiyimana1068
@patricknshimiyimana1068 Жыл бұрын
Kabisa ureke banyamara, bamamaza ubusambanyi gusa.
@touyegates1433
@touyegates1433 Жыл бұрын
I like the way rwanda and burundi understand each other through their language. You are real siblings.
@realsalay3540
@realsalay3540 Жыл бұрын
Siblings that's the perfect word...
@KeyPropertyRwanda
@KeyPropertyRwanda Жыл бұрын
Before we was called " URUNDIRWANDA" WAS 1 COUNTY
@NdayizeyeLegis-qk4we
@NdayizeyeLegis-qk4we Жыл бұрын
Aba bahanzi Ni aba super star ndabakunda cyanee ni Regis kgl kugisozi
@berryyan
@berryyan Жыл бұрын
Big Fizzooo naw 💪💪💪💪cascade ziw zaramfashije trop✌️✌️✌️
@Salomonofficially
@Salomonofficially Жыл бұрын
Theben yahise amenya ikirundi😂😂 nukuri nanjy nabashimye pe mukunda abantu
@MutahanashyakaNarcisse
@MutahanashyakaNarcisse Жыл бұрын
buja FM tuko pamojaa🇬🇦🇬🇦🇬🇦🇬🇦🇬🇦🇬🇦
@nyleneuwimana6184
@nyleneuwimana6184 Жыл бұрын
Abanj nkunda émission nkunda cane Rwanda 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️❤️❤️❤️🌹🌹🌹🌹🌹
@uwasediane5360
@uwasediane5360 Жыл бұрын
Ndimurwanda ndabashimiye cyane murabanyamakuru bumwuga pe murabakunda
@kubwimanadjasmine1802
@kubwimanadjasmine1802 Жыл бұрын
The ben hejuru cyane💪💪💪❤️❤️
@fabra_pro4824
@fabra_pro4824 Жыл бұрын
Theben araririmba nkumva ibinezaneza byuzuye umutima wanjye
@EricBikorimana-k4w
@EricBikorimana-k4w 2 ай бұрын
The ben karibu in burundi kwetu oyeeee!!!!❤❤❤❤❤
@neemajulienne4231
@neemajulienne4231 Жыл бұрын
Turagukunda rata theben courage
@ElvisNzoyikunda-k4n
@ElvisNzoyikunda-k4n 7 ай бұрын
Ya ham ndabikundir murabqnt banj kbx📽️🎞️🎬🎬🎺🎺🎺🎹🎹😊😊😊😊
@africanmusic257
@africanmusic257 5 ай бұрын
Tp
@fistonbizimana4803
@fistonbizimana4803 Жыл бұрын
Ami, Assani mwubahw🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏mwakoz neza cane kutuzanira, The,fi,sat🙏🙏🙏twubash
@twagirayezudiogene7833
@twagirayezudiogene7833 Жыл бұрын
Burundi and Rwanda ku mutima❤
@niyokwizigirwaromeodarel6237
@niyokwizigirwaromeodarel6237 Жыл бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉
@SoreilNiyongabo
@SoreilNiyongabo 3 ай бұрын
❤❤❤❤❤
@jeansebastienbachacademy9453
@jeansebastienbachacademy9453 Жыл бұрын
Icyi nicyo gihe umuziki unjye uhuza ibihugu the ben uri umugisha ndagukuka waryohereje ubuzima kubera umuziki wawe
@Mbabaziesther-b9b
@Mbabaziesther-b9b Жыл бұрын
Fizzo and The Best The Ben muduhe collabo
@saeedhakiza2096
@saeedhakiza2096 Жыл бұрын
Umunyamakuru avuga “Z” yo mw’ ijenda aratesa kabisa. Big up bro 💪💪
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 11 ай бұрын
Mugire akaranga umbwambere uha karibu umuntu akivuga wowe ukamuvuga nyuma nukubakebura urumva ahomwavugiye ntacaravuga.
@KevinNiyonkuru-wu3vn
@KevinNiyonkuru-wu3vn Жыл бұрын
❤❤❤
@IsaacBdi
@IsaacBdi Жыл бұрын
ALL MY THANKS TO THE JOURNALISTS 🔥🤞🏿🇧🇮
@lohoihimbazwe5256
@lohoihimbazwe5256 11 ай бұрын
BEN NDAGUFANA KUKO UTUMA BENSHI BISHIMA
@richardmpawenayo302
@richardmpawenayo302 Жыл бұрын
👍🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼💯🔥💪
@claudinenishimwe-x6d
@claudinenishimwe-x6d Жыл бұрын
Mukomerezah kabix nivyigikundiro Ben fiz stb 🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@edithkatihabwa2600
@edithkatihabwa2600 Жыл бұрын
The Ben antwenga nka Sister wiwe Belinda😂
@swt-t8v
@swt-t8v Жыл бұрын
Big fizzo kabisa niyo mpanvu ndamukunda ari very very humble ntiyibeshera.imana ibandanye imuhezagira kabisa biranse commentaire ndayanditse ikiganiro kitaranahera👌👌👌
@umukunzitv706
@umukunzitv706 Жыл бұрын
Sat B yabaye akana nukuri 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼 The Ben wacuuuu
@yan_b_official7472
@yan_b_official7472 Жыл бұрын
Hello!! Ndi #Live in Kenya bro Ndabakunda naho nanje mutanshigikira ariko ndi #Mubakozi beza cane
@LombeMpange
@LombeMpange Жыл бұрын
Fizzo Fans Family(3F) Let's gather together for our king and Living Legend,support him n East Africa music in general
@NdikumanaJeandedieu-f5e
@NdikumanaJeandedieu-f5e 8 ай бұрын
@tinashapower2306
@tinashapower2306 Жыл бұрын
Umusaza arenze merodi kabis
@uwasediane5360
@uwasediane5360 Жыл бұрын
Ongeraho cyane
@AimyAimy-h6n
@AimyAimy-h6n Жыл бұрын
Bit ami turiko tubakurikirana turi muri saudia
@Musafiririchard
@Musafiririchard Жыл бұрын
Bruce Melody never again disturbs this humble man
@BarakaBlaise
@BarakaBlaise 10 ай бұрын
Amii Collabo Ya the ben ft We love muzika ebwana Burundi hejuru cane mumuziki i'm baraka from Ruziba❤❤❤
@solangenininahazwe1796
@solangenininahazwe1796 6 ай бұрын
Ababaririvyi bahuye arivyamamare gusa
@clovisjunior6261
@clovisjunior6261 Жыл бұрын
Olaaaaa super man
@Jafanny21
@Jafanny21 Жыл бұрын
Yagaaaaaaaaa🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Жыл бұрын
Shaa! Muramuhenze 😊 Urugwiro mu Kirundi ni "IGISHIKA" This Guy is Intellent and Humble 👍🏽 He has respect for other Artists 🎩
@kigeri1594
@kigeri1594 Жыл бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@habonajeanwillon3336
@habonajeanwillon3336 Жыл бұрын
Ndakunze cane iryohuriro urwanda uburundi ndingaha Kenya ndaryohewe sana❤❤
@GhamaIrakoze
@GhamaIrakoze 11 ай бұрын
Mudu aduhonj
@julesnkurunziza9975
@julesnkurunziza9975 Жыл бұрын
🇧🇮❤️🇷🇼
@ElissaNiyonkuru-n2t
@ElissaNiyonkuru-n2t 9 ай бұрын
Karibu iwacu.
@slameur-kantlepenseur
@slameur-kantlepenseur Жыл бұрын
❤❤❤❤❤
@ingabirechantrene2933
@ingabirechantrene2933 Жыл бұрын
Mwarimwahatwits pe
@Elijahofficiallyrics
@Elijahofficiallyrics Жыл бұрын
Hazosha kwel🔥🔥🔥🔥
@gngaganice8774
@gngaganice8774 Жыл бұрын
🔥🔥🔥🔥🔥
@jescatumukunde148
@jescatumukunde148 Жыл бұрын
Ben and Big Fizoo ndabakunda cyane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@NdahizeSilyak-os5np
@NdahizeSilyak-os5np 5 ай бұрын
Thank you buja fm
@edithkatihabwa2600
@edithkatihabwa2600 Жыл бұрын
Welcome burundi bro Benjamin
@al_fayeedevans2955
@al_fayeedevans2955 Жыл бұрын
Tiger b
@ButoyiDesire
@ButoyiDesire 2 ай бұрын
ndabikuz cn
@ButoyiDesire
@ButoyiDesire 2 ай бұрын
ndabikuz cn
@fridolinhabonimana4854
@fridolinhabonimana4854 Жыл бұрын
one love 🇧🇮🇷🇼 💫🤘👀👊
@GhamaIrakoze
@GhamaIrakoze 11 ай бұрын
Muduhe aduhonje
@ButoyiDesire
@ButoyiDesire 2 ай бұрын
ndabon ar saw
@irakozeguyorneil3204
@irakozeguyorneil3204 Жыл бұрын
Like you from Zambia
@applegoldsuccessigabe5214
@applegoldsuccessigabe5214 Жыл бұрын
the ben
@umutonidody2483
@umutonidody2483 Жыл бұрын
Wooooo ❤❤❤❤❤ from rwanda twageze Burundi mukanya turi kumwe na the ben
@duniadunia388
@duniadunia388 11 ай бұрын
Komeza nihe
@NiyonzimaNestor-i3t
@NiyonzimaNestor-i3t 23 күн бұрын
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@AlexanderNimbona-lj4ln
@AlexanderNimbona-lj4ln Жыл бұрын
king fizzo👑👑💪💪😍😍
@johnkerrysibomana9062
@johnkerrysibomana9062 Жыл бұрын
None ikiganiro kigira gihere muriko mutera inkuru Aho kugira interview n'aba invités ??murakwiga kukiganiro ca Katika Xtra Uko gikorwa ubundi ibibintu mukora nta professionalisme irimwo mbona ari ugukoma induru gusa
@khadijaty7148
@khadijaty7148 Жыл бұрын
Ngoooo yarakozukuboko 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇷🇼🇷🇼💪💪💪💪🇴🇲👌
@Hakimauba
@Hakimauba 2 ай бұрын
🇧🇮🇴🇲❤
@twororeturimekijambere5491
@twororeturimekijambere5491 Жыл бұрын
kwl bro basaza🙏🙏
@hagenimanatheogene423
@hagenimanatheogene423 4 ай бұрын
Aho uri hose ben ndagukunda kuburyo ntawakuza imbere uzahora urenze abandi naba petit mu muziki bajye bemera byonyine igikundiro imana yakwihereye cyonyine kirahagije wakiriwe nku mwami birandenga uzahora utsinda kuko uri mugisha kandi umugisha utangwa nu horaho nzagukunda mpaka 🙏🙏🙏👌👌👌👌👌👌👌❤️
@swt-t8v
@swt-t8v Жыл бұрын
Eeeeeh ma man satura big up kabisa abarundi turabantu beza saaana kabisa much respect urukundo mutweretse mufitaniye uko muri batatu ruzokwigisha benshi iki kintu kizogira impacte atantabandi bantu bigeze bakora muribi bihugu bibiri so salut to our three legend
@majorkey250
@majorkey250 Жыл бұрын
My respect for The Ben right now 📈
@russianhiiiobnr9143
@russianhiiiobnr9143 Жыл бұрын
Ben wacu ❤❤❤❤❤❤❤❤
@mafisangofabian8650
@mafisangofabian8650 Жыл бұрын
hey mi 🐅 I love you so much from Kampala_mengo ug .ben keep winning and shinning
@JumaNiyonizigiye
@JumaNiyonizigiye 11 ай бұрын
Nice
@YIZERWE_pacifique
@YIZERWE_pacifique Жыл бұрын
🐅 from 🇷🇼
@graceigabaneza9308
@graceigabaneza9308 Жыл бұрын
M'y favorite Artiste sat💞
@IrakozeJeannedarlene
@IrakozeJeannedarlene Жыл бұрын
Mura❤ wallah.🎉🎉🎉🎉
@cynthiamukashyaka6288
@cynthiamukashyaka6288 Жыл бұрын
🇬🇦
@celestinniyububasha9152
@celestinniyububasha9152 Жыл бұрын
Ikinryoheye mwese murabantu bakuze amajambo yanyu atanga inspiration k'umuntu vrt❤❤
@charlotteniyokwizera5464
@charlotteniyokwizera5464 Жыл бұрын
Ndamukunda The ben na Pamela
@omanomanmsrh6473
@omanomanmsrh6473 Жыл бұрын
Cyokora ntababeshe ndafise ishuti nyishi zabarundindsgerageza nokwigana ikirundi ariko ahobigeze fise ibyishimo byisi umubano urwanda uburundi murakoze cane ndaryohewep🎉🎉🎉
@Nobeafwestguys1200
@Nobeafwestguys1200 Жыл бұрын
❤❤❤❤❤
哈莉奎因怎么变骷髅了#小丑 #shorts
00:19
好人小丑
Рет қаралды 55 МЛН
BRUCE MELODIE RECORDING SESSION
2:13:22
Bruce Melodie
Рет қаралды 129 М.
LEGENDARY - Big Fizzo x Double Album (Full Album Part II)
1:03:57
Big Fizzo Official
Рет қаралды 47 М.
哈莉奎因怎么变骷髅了#小丑 #shorts
00:19
好人小丑
Рет қаралды 55 МЛН