BABESHYA Ko Bakorana Na SATANI|Bahakana Ibitangaza|Malaika Yaje KUNYICA Ndokorwa Na Michael&Gabriel

  Рет қаралды 21,062

BigTown TV

BigTown TV

Күн бұрын

Niba wifuza kuvugana natwe kuduha inyunganizi ku makuru tubagezaho cyangwa ukaba ufite inkuru idasanzwe ndetse n'ubuhamya wifuza gusangiza Abantu muri rusange waduhamagara kuri +250781413225 cg uka twandikira kuri email:bigtownempire@gmail.com SUBSCRIBE: / @bigtowntv_rwanda #Bigtowntv

Пікірлер: 93
@francineumurerwa9485
@francineumurerwa9485 Жыл бұрын
Amen ! love conquers all
@tuyisabejoshua7948
@tuyisabejoshua7948 Жыл бұрын
God bless you so so much our beloved apostle
@moontv2504
@moontv2504 Жыл бұрын
Turaguteye intege Kandi ubwire ubutumwa abantu bihane bave muvyaha barimwo nanje ndihanye ahubwo Imana imbabarire Ivyaha vyanje
@ashermugisha7835
@ashermugisha7835 Жыл бұрын
Amen Nice Apotre EmmanuelL 👍🙏
@richardyego8268
@richardyego8268 Жыл бұрын
Iyaba ari umukozi w Imana wingufu nkuko abivuga ntiyari kumara igihe kingana gutya mu rwanda ntarusengero rwari rwamutumira ngo ageyo gukora ibitangaza. Ahubwo ari kwiyamamaza kugira ngo atangire kurya amafaranga yabanyarwanda. Mureke kuba injiji muhumuke
@donatienAdonai-re9nx
@donatienAdonai-re9nx Жыл бұрын
sawa
@oresteizere5550
@oresteizere5550 Жыл бұрын
Bat turashaka uzobahuze Israël na Emmanuel mukuganiro kizokurikira tumenye umwumwe wese icijambo ry Imana rivunga.
@UwiragiyeFrancine-vg4kc
@UwiragiyeFrancine-vg4kc Жыл бұрын
Nice apotre emmanuel ! Waziye igihe peb!
@ReverienNduwimana-fv3ro
@ReverienNduwimana-fv3ro 3 ай бұрын
Amen amène muvyeyi wacu
@moontv2504
@moontv2504 Жыл бұрын
Abantu bazogupinga kuko na Yesu baramupinze Kandi arumwana wImana
@aliceakmaakimana9408
@aliceakmaakimana9408 Жыл бұрын
Paster uziko uvuze ukuri kwuzuye baza bavuga abakozi b'Imana kobakoreshwa na satani bakaza bashingintahe ngo bahora bakorera satani ariko bakaza barwanya abakozi b'Imana. Ahubwo baracakorera satani baje kuduhuvya. Jew ndikumwe nawe ndinyuma yawe ngukurikirana kandi amavuta yuburongozi bwanyu umenye ko adukorako tugafashwa
@dddiii2330
@dddiii2330 Жыл бұрын
Ahubwo urya muhungu yarambabaje cn. Ahonuvugira lmana yamutabaye avugira shetani.
@godefroidniyonzima9224
@godefroidniyonzima9224 Жыл бұрын
Imana imukomeze
@moontv2504
@moontv2504 Жыл бұрын
Uravye nukuntu avuga avugana inkomezi za Yesu Kristo munyanazareti
@joliejoie2010
@joliejoie2010 Жыл бұрын
Oooh, mbera umushumba ufite ubwenge ndagusabira imbaraga z'Imana. Uranavugana ubwitonzi,ndetse n'ubwenge bwinshi. Komezaa,naho abandi ntibazigera bemera,nubwo Yesu yagaruka avugana nabo. Bact rwose nkunda imvugo yawe nikinyarwanda cyawe. Nukuri peee, ndakwikundira
@moontv2504
@moontv2504 Жыл бұрын
Kandi asigura neza cane Imana iguhezagire emmanuel mukozi w Imana
@turibamweali8661
@turibamweali8661 Жыл бұрын
Mwese muri ababeshyi nibisambo ! Nonese ko uvuga ngo nibemere ibitangaza bya Yesu wowe uri Yesu ???? Uziko wagirango abantu mubwira nta bwenge bafite ? Nonese ayo mavuta wowe ukoresha yahezagiwe nande ? Ikiababeshyi mwese mwiyita ngo muri aba Apotre nyamara muri mububeshyi gusa
@geraldinekamali832
@geraldinekamali832 Жыл бұрын
Kabisa
@jemmypaccy7175
@jemmypaccy7175 Жыл бұрын
Uraduhenda
@ildephonsesibomana8544
@ildephonsesibomana8544 Жыл бұрын
umuteka mutwe yimukiyiyo ino yabuzisoko numuswa mukuru
@ildephonsesibomana8544
@ildephonsesibomana8544 Жыл бұрын
navuta bagura arimwiyovya bwenge abashinga mashengero babateka mitwe niyo bakoresha hariho Aodio yavyo nuko ntakiyifise nayibaha
@ildephonsesibomana8544
@ildephonsesibomana8544 Жыл бұрын
agura sept 700 mille yamarundi
@edidiairakoze7797
@edidiairakoze7797 Жыл бұрын
Ese komuducaganya tuzamerya uwukorera Imana ninde jew icyombona uwese yizere ibyimana cne abantu mubakure kwamaso
@isarotv6229
@isarotv6229 Жыл бұрын
Imyuka ibakoresha turayizi ko iriya satani, imikorere yawe iyobowe n' umwijima
@reubenmwanthi3651
@reubenmwanthi3651 Жыл бұрын
Hezagirwa apôtre Emmanuel
@nyandikira
@nyandikira Жыл бұрын
Eglise yawe irihe mu Rwanda ? Duhe contact yawe Pastor
@niyonkuruconcolatteconsola4792
@niyonkuruconcolatteconsola4792 Жыл бұрын
Akorera muburundi
@NoyihikiJeanDedieu-ls1tj
@NoyihikiJeanDedieu-ls1tj Жыл бұрын
Ko mushavura iyo mwumvise ivyo babavuze nagira ucumusengera kuko hahirwa ababesherwa
@kwizeralaban7253
@kwizeralaban7253 Жыл бұрын
Umve ngewe ntacyo wambeshya nturi umukozi w'imana kandi nkuko Tb Joshua yapfuye atunguwe imbaraga yakoreshaga zigahinduka ubusa nawe ni uko bizogenda umve mubeshye abatazi imana turabazi neza
@jmvbikebako5127
@jmvbikebako5127 Жыл бұрын
Merci
@user-dl6kq5gy4g
@user-dl6kq5gy4g 4 ай бұрын
Ubuse tu zemera iki ko buri wese avuga ubye , twegere imana kurusha ibindi naho abiyita aba pastor imana izabatwika
@nijimberenehemie7777
@nijimberenehemie7777 Жыл бұрын
Uwo mugabo ego ni umunyabwenge mugabo muragaba (murabe maso? Ivyera vyose si amata .
@user-ry7kz1fp7v
@user-ry7kz1fp7v Жыл бұрын
Yemwe jewe mbona yatwigishije atubwira ukuri kwose abari kumucirimanza sinzibyo bashaka kumva pe!
@jeanneuwimana3928
@jeanneuwimana3928 Жыл бұрын
Apostle Emmanuel Imana igukomereze amaboko. Komeza ukorere Imana yaguhamagaye, iby’ amazi n’ amavuta n’ izindi spiritual items ukoresha niba soma neza bazazisanga muri Bible. Ibya satani ni pirate nta original agira!!
@user-kz4bh6rq9g
@user-kz4bh6rq9g 4 ай бұрын
Aho urubahuka ukavuga ng ndi propheteuriko uravuga ibintu nk'ivyo?eka 'nyene watumwe n'a satani.umusiguzi 9:1-- harerekana amahrezo yimuntu apfuy impwemu ziwe zimuvamwo akisubirira mwivu yakuwemwo.uwo musi imigabo nimigambi yiwe Ilana ugeze nn uvuga GT ngo umunyavyaha ahinduka dayimoni apfuye?
@moontv2504
@moontv2504 Жыл бұрын
Nagushimiye ko urumunyabwenge ubisigura neza
@gogonkuru3139
@gogonkuru3139 Жыл бұрын
Ndakwumva Emmanuel
@MajambereStephen
@MajambereStephen 8 ай бұрын
Its true demons are totally different from Satani
@mihigodelphine1676
@mihigodelphine1676 Жыл бұрын
Ndafashijwe
@mahaiiianaaima4123
@mahaiiianaaima4123 Жыл бұрын
Umwuka w'Imana undimo Ntabwo Uhuza nuwawe uwae ndawucyemanga gsa Imbaraga zawe Mbona uzikura Kuri secyibi Amavuta nikoti byawe ndabicyemanga pe
@aliceakmaakimana9408
@aliceakmaakimana9408 Жыл бұрын
Weho ndabona uje nabi uti umwuka ukurimwo ntuhuje nuj nuwa apotre erega umuco ntuhura numwijima ukwiriye umuco wewe
@ClarisseMugorenejo-kq5gh
@ClarisseMugorenejo-kq5gh 8 ай бұрын
Hi! Turashaka number zuwomukozi w'Imana kdi turamukunda cyanee
@JohnGitata-mr7wr
@JohnGitata-mr7wr Жыл бұрын
Oyantamuntu yapfuye atihanye agarukakuba idayimoni ahubwo abapfuye batihanye nabonyene barindiriyurubanza
@coyitungiyebakisi518
@coyitungiyebakisi518 Жыл бұрын
Amen ukonukuri
@trendz-OGTv
@trendz-OGTv Жыл бұрын
Aprotre ko atigisha ibijyanye no gukizwa ahubwo akigisha ibitangaza gusa 🤣🤣
@ndayisabamelyse2839
@ndayisabamelyse2839 Жыл бұрын
Ndamwikundira numwana wimana
@geraldinekamali832
@geraldinekamali832 Жыл бұрын
Ubipimishije iki.? Amavuta n'ikoti ashyirakubantu, no kubatimbagura hasi😂😂😳😳👌
@simonhabumugisha
@simonhabumugisha 5 ай бұрын
Muraho neza uyumurundi twamubona gute
@moontv2504
@moontv2504 Жыл бұрын
None urya kuberiki yaje kubivuga kubera abonye apostle aje kubivuga kumugaragaro Kandi kuberiki Peter yohana na yakobo babwiye kirya kimuga ati haguruka ugende mwizina rya Yesu kuberiki navyo batabipinga Kandi bari mwisezerano rishasha atari ryakera uyo mukozi wimana bamutahure kuko nawe nyamba yarahawe izo ngabire zaba yakobo ntibamupinge ahubwo bamupingire muvyaha yoba akora nyamba akora I vyiza bamwubahe koko
@christopheniyongabo6764
@christopheniyongabo6764 Жыл бұрын
UMwami wacu Yesu kristo abagirireneza mwigishije ivyubwenge mwarahezagiwe
@christopheniyongabo6764
@christopheniyongabo6764 Жыл бұрын
UMwami wacu Yesu kristo abagirireneza mwigishije ivyubwenge mwarahezagiwe
@moontv2504
@moontv2504 Жыл бұрын
Komeza kwamamaza ubutumwa hose nino mumahanga turi turakwifuza uze ubuvuge Kandi utange numero zaw tukurondere
@user-ij8vl5gv3v
@user-ij8vl5gv3v 7 ай бұрын
Muraho? Njyewe nambs zanzegucamo.
@BACOKEYUBUSAValerie
@BACOKEYUBUSAValerie 5 ай бұрын
Mwiriwe neza none ko wavuze kowasengeye umuntu akavugirwamo nadayimoni Uzi yamukuru wawe none ushobora gusengera rohoye ikagirirwa imbabazi
@edidiairakoze7797
@edidiairakoze7797 Жыл бұрын
Kuki ayomavuta niyo wizigiye kutubwira kwariyo Mana idukiza ntamusi ndigera mbona uvuga kwari Mana yakijije wama ubuga kwaramavuta rr ww ukoresha amavuta y Imana 🤣🤣🤣🤣 Mana uzanyigishirize apana abanyovya
@ganzachris5085
@ganzachris5085 Жыл бұрын
Ese mu Rwanda akorera he?
@xaverinekabera9303
@xaverinekabera9303 Жыл бұрын
None bibiliya irihe KO utatubwira ukoresheje ijambo ry Imana twakwizera gute? Dukeneye kubona ubwiriza bizatuma tumenya neza ibyawe
@niyonkuruconcolatteconsola4792
@niyonkuruconcolatteconsola4792 Жыл бұрын
Uzobahuze bose .umwewese avuge ivyiwe
@dddiii2330
@dddiii2330 Жыл бұрын
Jenivyonshakaa 🤍🤍
@divinlion7553
@divinlion7553 Жыл бұрын
ntabitangaza akora Kristu uri muriwe niwe ubikora
@JohnGitata-mr7wr
@JohnGitata-mr7wr Жыл бұрын
Ahubwo emanwel urabanzufite agakiza komumutima
@ALLTRENDS-n1g
@ALLTRENDS-n1g Жыл бұрын
Jyakoza kuribyo bintu bisaba ubwenge ndemeye pe
@Drswalehburundiolinetv
@Drswalehburundiolinetv 10 ай бұрын
Reka ububenshi ntabumenyi bwamajini wewe uzi reka guhenda Abantu
@manirafashanelly8449
@manirafashanelly8449 Жыл бұрын
Wowe uri igihimba
@joliejoie2010
@joliejoie2010 Жыл бұрын
Nibyo,hari ahakenewe ubwenge,atari amasengesho,kdi ntivyoroshye ngo we amubwire ko agomba koga
@marthanyamurama4129
@marthanyamurama4129 Жыл бұрын
NGO bavugako bakoranaga nasatani ark imvugo zabo nizisebya abakozi bimana
@aaronngirimana8270
@aaronngirimana8270 Жыл бұрын
Uyu arapinga abacuye mu nzira Z,imyuka mibii kuko akiyikoresha Reba uko akubita abantu hasi tuzi neza ko igitangaza kidategurwa Arizona uyu ahora atyra hasi,akoresha amavuta kdi ni ibimenyetso by abakoresha magie
@moontv2504
@moontv2504 Жыл бұрын
Nivyo vyari vyaravuzweko hazoza abakora ibitangaza ariko mumenyeko nImana iriho Kandi igikora
@omanoman-st6iv
@omanoman-st6iv Жыл бұрын
Sinkukunda washitaniwe uruwo kuyobwa abantu ngusa urinzoka yihinduranya wowe
@celestinnizigiyimana6877
@celestinnizigiyimana6877 Жыл бұрын
Aragowe uwufata umuco akawitwa umwijima, umwijima akawita umuco.
@ganzachris5085
@ganzachris5085 Жыл бұрын
Bact tubarize uyu mu Pastor kuki umuntu amwandikira ntamusubize
@joliejoie2010
@joliejoie2010 Жыл бұрын
Afite akazi kenshi,buriya azasubiza. Ntabwo biba byoroshye
@nshimirimanaemmanueline3410
@nshimirimanaemmanueline3410 Жыл бұрын
Bamurek kuyomvya abantu ngo urakiz hhhhh
@ndayizigabienvenue137
@ndayizigabienvenue137 Жыл бұрын
Barikiwa sawa papa
@chany9950
@chany9950 Жыл бұрын
Wambaye neza mukozi wimana weee icompa ako gakoti wambaye🙄🙄
@methodendayishimiye2834
@methodendayishimiye2834 Жыл бұрын
Muzomuhuze nawawundi nico dukeneye
@frankmoses7181
@frankmoses7181 Жыл бұрын
@uwasececile6555
@uwasececile6555 Жыл бұрын
Ariko naramwandikiye ntasubiza
@ingabireriziki5852
@ingabireriziki5852 Жыл бұрын
Ivyo pasta avuze nivyo urya Israël turabana bavugako arumu elliminati jewe naratangajwe can nivyo yavuze.nukugendana ubwenge ivyubu biragoye
@alicetuyishimire5181
@alicetuyishimire5181 6 ай бұрын
Nonese aporte ko Yesu yavuze ngo abazamwizera bazarambika ibiganza ku barwayi bakire none wowe uzanye amavuta na amazi ntibihura pe abantu tube maso
@lilianemunezero3739
@lilianemunezero3739 Жыл бұрын
Umengo yarakariye Israël
@ndayishimiyedavid4364
@ndayishimiyedavid4364 Жыл бұрын
Biragoye gusobanura
@Hakkore
@Hakkore Жыл бұрын
Eglise yawe irihehe bujumbura
@nininahazwefefe537
@nininahazwefefe537 Жыл бұрын
😁😁😁
@nijimberenehemie7777
@nijimberenehemie7777 Жыл бұрын
TB Joshua wahaye uyu Emamauel ayo mavuta yari umukozi wa satani
@deborahfuraha9477
@deborahfuraha9477 Жыл бұрын
Najye ndanezerewe kukinva nkunve we naisilahes bahati
@dorcastuyambaze8953
@dorcastuyambaze8953 Жыл бұрын
IMANA iguhe Umugisha nkunze Imanurozawe Urakoze
@angecarine
@angecarine Жыл бұрын
Muzobaduhurize ari babiri
@ClarisseMugorenejo-kq5gh
@ClarisseMugorenejo-kq5gh 8 ай бұрын
Hi! Turashaka number zuwomukozi w'Imana kdi turamukunda cyanee
Modus males sekolah
00:14
fitrop
Рет қаралды 20 МЛН
Новый уровень твоей сосиски
00:33
Кушать Хочу
Рет қаралды 3,8 МЛН
How Your Gut Can Shape Your Brain | Vantage with Palki Sharma
4:22
Modus males sekolah
00:14
fitrop
Рет қаралды 20 МЛН