Biri HOT🥵 na BIG ZOE😂muratwenga mupfe😩🤣/Papa wa RWAGASORE ninde none😂/mwumve namwe

  Рет қаралды 7,389

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

Күн бұрын

#birihot #sirenvibestv

Пікірлер: 34
@GeisveidvHejwowbhd
@GeisveidvHejwowbhd 6 ай бұрын
😂hariho ico mutatoye 😂nivyo mandarin ifise the largest number of native speakers du moins bavutse bazokivuga . Ariko Engish has the highest number of total speakers kubera benshi bagifata nka second language.
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 6 ай бұрын
Big Zoé arantwenza mubintu vyose ntakintu nakimwe yigera avuga ng kireke kuntwenza rer nubu ndazi ko birangira ntwenga nukuri😂😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣❤❤❤
@nirenganira8433
@nirenganira8433 6 ай бұрын
Vuga ngo Continent yambere nini ni Eden 😂😂😂😂😂😂😅😅😅😅😅
@Umweranda_BIHOME
@Umweranda_BIHOME 6 ай бұрын
Hosy arabeshe😅 ni ABATARE , ABATAGA , ABEZI hamwe n'ABAMBUTSA
@sirenvibestv
@sirenvibestv 6 ай бұрын
Yoooo
@njejimanajean3728
@njejimanajean3728 6 ай бұрын
Ntamwemumwa😮 : ntare,mwezi,mutaga,mwambutsa😊
@bunyungufabrice4919
@bunyungufabrice4919 6 ай бұрын
Iyo tableau bayit amazina abiri The Mona Lisa ni mucongereza La joconde ni mugifaransa.
@iteritekabenjos-xr7yv
@iteritekabenjos-xr7yv 6 ай бұрын
zoee mwigishaaa wijamboo ryimanaa 🎉🎉❤ muga EM yamunaniyee kbx😂😂😂😅
@nanananette031
@nanananette031 6 ай бұрын
Good kabisa 😂
@munezeroingrid
@munezeroingrid 6 ай бұрын
Mbe uyo kabizi boris yomokeye hh😂
@user-28Gerardineakimana
@user-28Gerardineakimana 6 ай бұрын
Narinzingo wanditse Big Fizzo nje niruka ibazr🤣🤣
@kekeblarchink330
@kekeblarchink330 6 ай бұрын
Ndabaye déçu 🙈... Zoé na océan nini ikunanire 🙈🙈🙈
@Umweranda_BIHOME
@Umweranda_BIHOME 6 ай бұрын
Bavuze ibintu vyinshi ntahari😂😂😂😂
@alaindesirekaribwami9263
@alaindesirekaribwami9263 6 ай бұрын
Je confirme, Mona Lisa=La Joconde
@Kenthia_Kersie
@Kenthia_Kersie 6 ай бұрын
Thomas Edison scientifique et inventeur pionnier de l’électricité… nibaza ko yari yabitoye burya😅! #mon point de vue
@lydia_wamaana
@lydia_wamaana 6 ай бұрын
Biri fire kabisa😂😂
@Zionmelodyfamily12
@Zionmelodyfamily12 6 ай бұрын
Et pourtant kiswahili si ikirimi c mur africa ni dialecte iv mucarabu
@kekeblarchink330
@kekeblarchink330 6 ай бұрын
Ahubwo La Joconde niryo rizwi cane...
@estabazire5721
@estabazire5721 6 ай бұрын
Umuntu ashiramwo ubu effects nawe arabirangiza vyose 😂😂😂😂🫡🫡🫡
@MireneIrakoze-sm7vl
@MireneIrakoze-sm7vl 6 ай бұрын
Hosy uwo rero uwo aradutwenza mpaka dupfe numutima wiwe uriko urasimba kubera ubwoba bwivyo bibazo ark arabitora tu nisawa gose hama muraberewe
@prosperngaboyisonga5312
@prosperngaboyisonga5312 6 ай бұрын
Yokwica Big hahahaha
@NdayizeyeSilvato
@NdayizeyeSilvato 6 ай бұрын
Ntare mwezi mutaga mwambutsa
@ClaudineNshimirimana-oy9bm
@ClaudineNshimirimana-oy9bm 5 ай бұрын
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 6 ай бұрын
WOOOOA 😂😂😂😂😂❤❤❤❤
@tresormunezero-fj6it
@tresormunezero-fj6it 6 ай бұрын
Ewan ntacutazokor kubwac wubahemw hosy
@AdamAmos-rr6fg
@AdamAmos-rr6fg 6 ай бұрын
Big boy
@ineskwizera9456
@ineskwizera9456 6 ай бұрын
Asiaaaaa
@khaledoman8266
@khaledoman8266 6 ай бұрын
😂😂😂❤❤
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 6 ай бұрын
❤😂❤
@agamidocile1797
@agamidocile1797 6 ай бұрын
90% y'ibibazo yabajije ni niveau primaire ya avant 2005
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy 6 ай бұрын
Vyari vyoroshe donc😂😂
@agamidocile1797
@agamidocile1797 6 ай бұрын
@@AllaboutHosy kuri niveau yiwe n'ukuntu wamuhayagiza vraiment ivyo n'ibibazo twabazwa muri primaire avant 2005
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy 6 ай бұрын
@@agamidocile1797 nubwo vyoroshe babikubajije utavyiteguriye birashobora kugucanga
@bellardnijimbere1423
@bellardnijimbere1423 6 ай бұрын
🤣🤣
DID A VAMPIRE BECOME A DOG FOR A HUMAN? 😳😳😳
00:56
🕊️Valera🕊️
00:34
DO$HIK
Рет қаралды 7 МЛН
Хасанның өзі эфирге шықты! “Қылмыстық топқа қатысым жоқ” дейді. Талғарда не болды? Халық сене ме?
09:25
Демократиялы Қазақстан / Демократический Казахстан
Рет қаралды 325 М.
KIGINGI Summer Comedy Official video Part I (www.akeza.net)
26:10
UBUZIMA BWEPFO PART 2 matakayuru bamushanyuriyeho isimisi
26:53
kanyamukwengo Comedian
Рет қаралды 45 М.
DID A VAMPIRE BECOME A DOG FOR A HUMAN? 😳😳😳
00:56