KZ
bin
Негізгі бет
Қазірдің өзінде танымал
Тікелей эфир
Ұнаған бейнелер
Қайтадан қараңыз
Жазылымдар
Кіру
Тіркелу
Ең жақсы KZbin
Фильм және анимация
Автокөліктер мен көлік құралдары
Музыка
Үй жануарлары мен аңдар
Спорт
Ойындар
Комедия
Ойын-сауық
Тәжірибелік нұсқаулар және стиль
Ғылым және технология
IBITANGAZA KU IRIBA
5:19
INZIRA Y'UMUSARABA 83 ( IRIBAGIZA asezeranyije umuryango wo kwa CYUSA ikintu.. ) HILLYWOOD MOVIES
22:33
伪装成一棵树整蛊妹妹,结果妹妹当场怀疑人生竟要揍我?【两只马儿-恶搞姐妹】
00:57
Қарғалардың анасы бар ма? | 1 серия | Сериал «QARGA 2» | КОНКУРС
41:02
FOREVER BUNNY
00:14
Farmer narrowly escapes tiger attack
00:20
INKURU Y'INKUBA FULL Movie
Рет қаралды 240,520
Facebook
Twitter
Жүктеу
1
Жазылу 145 М.
BMT Buja
Күн бұрын
Пікірлер: 386
@nodonodo3578
Жыл бұрын
Murakoze cane iyi film irimwo inyigisho zikomeye kubantu mucubakira kuvyamoko mukarabe mubireke
@ffr7137
2 жыл бұрын
Burunde hejuru cane emwe muz dushigikire abarundi biwacu barashoboy🥰🥰🥰
@christianbayivugire9313
Жыл бұрын
Ndaryohewe ,ndigishijwe, ndatahuye.samvura komera kwibanga
@peterkarenzo5333
Жыл бұрын
Vraiment coup de chapeau pour les acteurs des films au BURUNDI, Vous êtes aussi plus meilleurs acteurs qu'aux autres du monde. Vraiment courage
@URUGERO-t3p
10 ай бұрын
Mukinaneza cya aline nicyiza kbs
@harerimanalaetitia8341
2 жыл бұрын
Zimyumuntu muzimye😀😀😀😀😅mbega film nziza cane iteguye neza cane vya danger mukomerezeho vrma mwadukiniy neza cane muzongere mudutegurire nizindi tureke kuza tureba iza Nigeria nahandi tuze turabiziwacu mwakiny neza cane bravooo kbs sindayihimba kuyiraba ntama comedie yabayemwo mwakinye nkaho nyene biriko biraba cakoze inkumbuj mama niwe yahoranterinkuru ivyintambara uko vyagenze😀😀😀😀😀😅😅
@OmanOman-cg1qd
Жыл бұрын
waaaawooooo firm nziza cane irimwo inyigusho ikimeye kandi cane ibabaje kandi inaryoshe gusanishimiye. kuba muyomba nasenge bafiriye.rimwe
@lynkairyamukuru9682
2 жыл бұрын
yoooo mirakoze cane kutwigisha urukundoo rukomeye
@Micha_Igi
Жыл бұрын
Iyi ndirimbo ya " samvura we samvu,samvura mwana wanje,...." Yitwa gute kuri KZbin 😍hagire umuntu ayimbwira
@FredericaNiyomwungere-d1i
Жыл бұрын
Muhezagirwe Imana ibongere ubwenge kandi ibashikane kure mukur imbuto mbi n'umururazi w'amacakubiri watwinjirany nanje ndazi ko nomumiryango bitarahera nirabirako 😭😭😭😭
@harerimanalaetitia8341
2 жыл бұрын
Iyi film irimwinyigisho zikomeye cane abakigendera kumacakubiri bumvire hano
@sesailsesail3205
2 жыл бұрын
Iyi film yarimwo.ibice 3 kandi turabafana mukomerezaho kwigisha abakirangwa namacakubiri
@akimanamonia957
Жыл бұрын
Nyuma y'umwaka iyi fill ikinywe na nuyumusi akanovera Ni kose,respect BMT murashoboy
@ericayvette
Жыл бұрын
Mana umuntu yiyumviriy iyi film yubahwe cane kandi Iman imukomeze imwongerereza nubwenge
@NdayisengaOdette-yc8or
4 ай бұрын
❤❤nkmuzefy
@ريمالريم-ح2خ
2 жыл бұрын
Nukuri abarundi murashoboye kwel muhezagirwe caneee
@IshimweYvone-eh9xx
6 ай бұрын
Ndabakunda cyane pe kuba film nziza muduha mukomereze Aho pe muduha inyigisho nziza cyane
@VIBLAISE680
Жыл бұрын
Iyi film ikwiriye igihembo cya Africa mouvie
@GeorgeJabukiro-pk9cg
Жыл бұрын
nabaramukije mumezeneza mwaraye munyemeje kabisa abarundi murashoboye IMANA ibahezagire
@goldafricatv
2 жыл бұрын
Much Love From GOLD AFRICA TV Mr Amédée You know how you do an' you do what you know, Big up Saana, Proud of you.
@behonest7
2 жыл бұрын
Uwutumva gusa kweli. Iyi full movie irigishije
@nizigiyimana3sayidati80
2 жыл бұрын
Ego sha, bravo king 👍👍👍
@desireofficial2789
2 жыл бұрын
Inkuru yateguwe neza Amede wubahwe ✔
@niyonkuruedmond860
2 жыл бұрын
Nukuru film yanyu inyigishije vyishi kuko nanj narifise icokintu camoko murakoze ndabakunze ndi canada🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦
@stitore2388
6 ай бұрын
Qmedee nabomwafashinije vyukuri felicitations ndabakunda ❤❤❤❤ mwubahwe mubirimwo nezap 💯💯✅✅✅🤝👍💪🙏 yemwe jewe ndabashimiye yooooo harahiye 🔥🔥🔥🔥🔥 mbegabume yooooo ntimumwice yemwe 😭😭😭 🙆♀️🙆♀️🙆♀️ gusa abantu bameze nka amedee mwikebuke kuko iyisi ntisakaye maman amedee wubahwe urumuvyeyi mwiza cane gose izimpanuro zirakwiye amedee. Mbabarira uyikomeze kuko nimpanuro zikwiye gusa wabibabarimwo 😭😭😭😭🙆♀️🙆♀️🙆♀️🙆♀️
@Bagenzi4life
2 жыл бұрын
Ubunyen ndahejj kuraba filamu yose kabisa respect muri abakinyi beza kand muri abanditsi beza mukomereza ngah ndabon mugiye kutwibagiza filamu zomu rwanda na tanzania Imana ibane namwe ✌🏿✌🏿✌🏿 Murakoze kunyigisho muduhaye nukuri ndavye nibiri iwacu ahubw yarikwiriye gukorerwa lancement officiel abantu bose bakayibona kuko yofasha benshi 🤞🏿
@BMTBuja
2 жыл бұрын
Murakoze cane natwe turagushimiye kukungene wayakiriye iyo muryohewe natwe biduha inguvu
@harerimanalaetitia8341
2 жыл бұрын
Sinzi nimba ifise suite iraryosh cane iteguye neza cane
@beatricenduwimana5567
2 жыл бұрын
Film ya mbr nkunda kndi iteguy neza, toutes mes félicitations
@harerimanalaetitia8341
2 жыл бұрын
Nanj ndayikunda vya danger
@abdalrahmanhakizimana4053
2 жыл бұрын
Ur umuvyeyi maman,wubahwe
@stitore2388
6 ай бұрын
Mr sammy wubahwe ciza urimwo 😆😆 samvura ndabuze amajambo nkoresha kuko uranyubatse yoooooo samvura ndakwibutse muri film ihurizo ry' amakuba ugwaje kigeme amedee film zawe ziranyubaka zikanyuzuza hari pita na diniyane ishusho y' umuntu. Nizindi ntashoboye kwibuka courage musaza 🤲🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🤝👍💪🙏
@irishuyealice1769
2 жыл бұрын
much respect😍😍😍ndabakundaaa mwakinyr neza murigisha cane😓😓😓
@OmanOman-bb3ig
Жыл бұрын
Murashoboye Ntaho Mwakosheje ❤
@imlovely8398
2 жыл бұрын
Ubunyene ndarangije yose 🇧🇮🇧🇮harimwo inyigisho nyinshi ikindi ntaco film ndundi kurundi rwengo kabisa kwicara 3h zirenga nturambirwe niboneka rimwe courage
@BMTBuja
2 жыл бұрын
merci love burundi turagushimiye caane urashobora no kuyisangiza nincuti zawe nazo zikaryoherwa nkawe
@MukamanaClaudine-v9t
2 ай бұрын
Burundi hejuru cyane kingi ndagukunda flm zoxe uba urimo sinatangwa kuyireba too Rwanda 🇷🇼🇷🇼
@akimanajoselyine8319
2 жыл бұрын
Iyi film iranyigishije ibintu vyishi burya ntamahoro kumuhemu canke kumwicanyi abasesamaraso bise bazopfa nabi kweli dupfubusa abarundi turibamwe kweli
@harerimanalaetitia8341
2 жыл бұрын
Uvuzukuri pe nanj mfise Data wacu yakozamahano mugwimo none apfuye yangara amacakubiri ni mabi cane ntacamaz
@asifiwedaniel4815
2 жыл бұрын
Please mutegure suite yayoo.. courage gose..muraba mbere
@VIBLAISE680
Жыл бұрын
Iyi film ninziza
@zenonhabonimana6699
Жыл бұрын
Courage mes amis mukina neza cane amasanamu meza; amajambo make akenewe kandi yigisha; hamwe n'a conclusion nziza irimwo ivyo mwakinye vyose
@amanipaul8741
2 жыл бұрын
Waw it very important lesson to us !!! Plz don't give up
@IrinimbabaziGilbert-x1y
4 ай бұрын
Mwarakoze cn kudutegurir ireresi nziz nkuku .Amédée urumugabo w'i'ntwari🤝🤝
@NdayisengaOdette-yc8or
4 ай бұрын
Jmenuvpqdwxcb
@nsengajoe8544
2 жыл бұрын
mwakoze aka kazi neza guys imana ibahezagire from rwanda
@MukamanaClaudine-v9t
2 ай бұрын
Rwanda tubarinyuma kbx🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@venantniyoyitungira3935
Жыл бұрын
Film très valeureux
@RUKWAVU
2 жыл бұрын
Iyi filime irimwo ukuri kwinshi. Ubwoko bwoguheka ariko ntikwokujabukana umugezi! Kandi kwunva ko urumweranda kumateka yabaye udahari bisaba gufata file kuko hari vyinshi uba warabeshwe!
@chanelirakoze8896
Жыл бұрын
Ndabakunze chane muralist Kiki a film ❤❤❤❤❤❤❤❤
@emeryntayandi5028
Жыл бұрын
Kimwe gusa uwo muvyeyi Imana imuhezagire cyane ndamukunze.
@claireclara8458
2 жыл бұрын
King noeh acits umusaz kuber gutiny umukobw avamur bwabwoko ndagoe
@leonidasntirabampa-qs6cu
Жыл бұрын
Courage vraiment kk murabambere
@DarcyNDAYIKENGURUTSE-lc4py
Жыл бұрын
Mwubahwe can
@Nivyochannel
Жыл бұрын
Ndashaka kuyaga na Amédée un jour. Ariyumvira bikwiye, gusa ndakeka yoba yaraciye kuri école de la sagesse (Philosophie)
@ishimweerineste414
2 жыл бұрын
Nukuri icizakirakwiye gutsinda ikibi pe
@oscarhabonimana8438
2 жыл бұрын
Nihatari. Mbega uburiganya buraho!!!!vMukomera kwigisha.
@centhiaNIYOMUGISHA
4 ай бұрын
❤❤nukur mwayikiny neza cn murandijij
@angebellairatunezereza313
2 жыл бұрын
Vrmt ndayimaze nukuri mukora neza cn manawee ifilm ntaco novuga courage
@geosouleimanndayikenguruki7860
2 жыл бұрын
Sha muranyigishije ariko hari benshi bari bakwiy kwigira ngaha nukur murakoze murabigisha beza
@geosouleimanndayikenguruki7860
2 жыл бұрын
Arik samvura ni mwiza peeee😂😂😂😂😂😂😂 Ndagutahije samvura
@pierreclavernduwimana1974
5 ай бұрын
Ariko ndskunze uyo muhungu kuko srubaha nyinabuamuvyaye. IMANA imuhezagire
@dundaentertainment6753
Жыл бұрын
Kuri DUNDA ENTERTAINMENT TV turabakurikirana à 100%, yewe!!
@orojinaledjemm1315
2 жыл бұрын
Wow mbega video nziza nubwo Irimoguteza ubwoba
@SilasBitangimana
5 ай бұрын
Mana iconobasabira nukugir iherezo ryiza nayahandih murabakozi bimana😢😢❤❤❤❤
@pabloray9752
2 жыл бұрын
Mukomba nikwihagana 💕💕💕💕
@zainabunarukund0781
Жыл бұрын
😂❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@ShukraniGaheza
6 ай бұрын
Amédée Mtu wng😂❤
@goldafricatv
2 жыл бұрын
Uwutarayibona yarahomvye kuko harimwo inyigisho idasanzwe
@ShukraniGaheza
6 ай бұрын
B6 mubahinde nz Amédée arimw😂😂 shn ndemey❤❤❤
@nizigiyimana3sayidati80
2 жыл бұрын
Film yigisha sana 🇧🇮🇧🇮👍👍👍
@claireclara8458
2 жыл бұрын
Muzimye muzimye zumyumunt muzimye arahiye muzimye ew King weeee
@NiyonkuruOlivier-y3d
Жыл бұрын
Mwubahwe kwl mwabikinye neza cn kwl ahubwo iyomuyibandanya kwl
@سلمىبوروندي-و7ذ
2 жыл бұрын
Muranyishe pe love frome burundi 🇧🇮❤saudi ❤🇸🇦
@safiburundi3313
2 жыл бұрын
Waooh muvyitwayem neza cae ndayidra mpak
@SandrineIrankunda-xs4fb
3 ай бұрын
Amédée hejuru uracarumwe
@mukamucolea6095
2 жыл бұрын
courage banje.irigisha iyo reresi
@niniasta5213
2 жыл бұрын
Iyi film irarenze pe
@niyomwungerejeanine-sy7zo
Жыл бұрын
Mwubahwe murigisha kwer mubandanye muduha natwe turabakwirikirana
@AishaAisha-vm4hq
2 жыл бұрын
Murashoboy ❤️❤️❤️❤️❤️
@NsengiyumvaVedaste-r7j
8 ай бұрын
Mukomereze aho.
@jajajandu9386
2 жыл бұрын
Murakoz vmt, ikibwirwa nicumva icerekwa nikibona. Courage
@bonifacendayizeye6565
Жыл бұрын
Ntavyinshi mfise vyokuvuga gusa twese twametumenya koturibamwe ntamuhutu ntamututsi ntamutwa kuko imana irema yaremyumuntu ntabwoko yaremye merci kunyigisho muduhaye nubwo yarimwo agahinda kenshi
@juniorkza8662
4 ай бұрын
Hano mu Rwanda turabemera🇷🇼🇧🇮
@samsonndayiragije4577
2 жыл бұрын
Big up sana
@vyizigirovalerie3600
Жыл бұрын
Film nziza cane amacakubiri yakuweho numusalaba
@ericamorane4284
2 жыл бұрын
very nc mauvais ndabakunda cane gse
@nibogoraeric665
Жыл бұрын
Courage vrt,film yakozwe neza. Mwubahwe
@dusingizimanaaline6275
2 жыл бұрын
Njyewe ndabobona mwarayiduhaye muduhe inshyashya
@vanessaemanuel849
Жыл бұрын
Ndabakunda cane
@bienvenuniyonzima1357
2 жыл бұрын
Nukuri muratwigishije ko amacakubiri ataco amaze urukundo nirwo rwambere
@AmossiNduwarugira-vs2qh
Жыл бұрын
Komere kumiheto
@ndabaniweperusi9546
Жыл бұрын
Mbegamwabijujumwe kobasobavukana mwankana ngobihererehe konunvamuribamwe muteranya ninkariha nurukero nivyobakoreshagusa ntacomuhuriyeko nivyovyuma mupfubusa
@chantalbutoyi1330
2 жыл бұрын
Yoooo mana weeee
@NiyitungaEzechiel
Жыл бұрын
Ibyobintu birateye ubwoba ngusa nkurwaruka twaridukwiye kubiregera
@dieudonnendayishimiye9631
2 жыл бұрын
Muzimye umuntu muzimye🤣🤣🤣🤣🤣 gusara ni umwete
@NdagijimanaRenova-ql3ws
Жыл бұрын
Murashoboye vrmt.ndabakurikirana ndi Mozambike
@consoleeniyobuhungiro8960
2 жыл бұрын
Mama wa ameddy numuvyeyi mwiza turamukunda cane
@niniasta5213
2 жыл бұрын
Hhhhh Sammy na weye iyi film imeze neza cane
@sidbgggh-il5ud
Жыл бұрын
Courage ❤❤❤❤❤❤
@pierreclavernduwimana1974
5 ай бұрын
Ivyo vyose vyashikiye king nukubera shetani umukozi wiwe.
@sosoirakoze3706
2 жыл бұрын
Muzotwerek king amaz kumeny ko arimushikiw
@GeorgeJabukiro-pk9cg
Жыл бұрын
mukomeze turikumwe namwe
@uwaseaulla7312
2 жыл бұрын
Iyi film irarenz courage
@SakaBukayo-n9b
Жыл бұрын
Muraduha iyind serries
@Llili-ks5lm
Жыл бұрын
Courage
@pierreclavernduwimana1974
5 ай бұрын
Umuvyeyi mwiza ataja mucakubiri
@ffr7137
2 жыл бұрын
Samvura arazi gukinaaaa🤭🤭🤭be nakingi bubahw
@irakozekorodine2786
2 жыл бұрын
Man sammy aranyiche😂😂😂😂
@wecando4925
10 ай бұрын
You should give us a part
@jinamajody
2 жыл бұрын
We support you guys...go ahead
@gygygyslaine5016
2 жыл бұрын
Noe ifi film ikinwa kangahe?Maze kuyireba incuro2 mutubwire nikibazo nyabak?
@isaacvyihoze9029
Жыл бұрын
Ino film irasubizamwo intege zose zo kurava film
@ThierryIrantije-zd8gd
8 ай бұрын
Uwo mu mere ariw mama king arashoboy p arakin neza nubuseriye p
5:19
IBITANGAZA KU IRIBA
Penuweli
Рет қаралды 17 М.
22:33
INZIRA Y'UMUSARABA 83 ( IRIBAGIZA asezeranyije umuryango wo kwa CYUSA ikintu.. ) HILLYWOOD MOVIES
BIG FAMILY TV
Рет қаралды 506 М.
00:57
伪装成一棵树整蛊妹妹,结果妹妹当场怀疑人生竟要揍我?【两只马儿-恶搞姐妹】
两只马儿—恶搞姐妹
Рет қаралды 5 МЛН
41:02
Қарғалардың анасы бар ма? | 1 серия | Сериал «QARGA 2» | КОНКУРС
OMIR
Рет қаралды 568 М.
00:14
FOREVER BUNNY
Natan por Aí
Рет қаралды 33 МЛН
00:20
Farmer narrowly escapes tiger attack
CTV News
Рет қаралды 12 МЛН
40:38
UMUKUNZIWE AMUHAYE INVITATION YUBUKWE AFITANYE NUNDI MUKOBWA😭💔RWANDAN MOVIE|SHORT FILM| PRESS MOVIES
Press Vision
Рет қаралды 163 М.
25:12
INGARUKA SERIES S8 EP 14 Karabaye noneho ahubwo tabara.
GN FILMS
Рет қаралды 13 М.
42:25
Asize yujuje Hoteli i Gicumbi || Ubuhamya bukomeye mu muhango wo gushyingura Nyirandama Chantal
Kigali Today
Рет қаралды 21 М.
17:03
MGA LOLA’S GIRL, BABAHA ANG LUHA NIYO RITO!
Raffy Tulfo in Action
Рет қаралды 23 М.
11:19
UKURI MOVIE EP 2
I E TV
Рет қаралды 6 М.
19:06
Video: Ijambo ryanyuma rya Bunyoni muri Kira Hospital💄Neva aragowe Ndirakobuca apfukamiye Denise Nk.
Burundi News tv
Рет қаралды 176 М.
3:42:50
IHURIZO RY'AMAKUBA Full Movie Part 1
BMT Buja
Рет қаралды 219 М.
1:00:32
KWIYENZA MICKY mugahinda kenshi Baramwirukanye MUDUGUDU akubise nzayino arasara
BIGMIND EMPIRE
Рет қаралды 42 М.
2:07:54
იესო ქრისტეს ცხოვრება - ლუკას სახარების მიხედვით (1080p)
ქრისტიანული არხი • Christian Channel
Рет қаралды 1,1 МЛН
00:57
伪装成一棵树整蛊妹妹,结果妹妹当场怀疑人生竟要揍我?【两只马儿-恶搞姐妹】
两只马儿—恶搞姐妹
Рет қаралды 5 МЛН